Irakoze, I understand you brother, a real peace and freedom is at home in Africa, this is a good idea you have made, but you should go back home with USA citizen brother..
Ariko niryari muzovuga ibintu canke mugakora ikintu n’a professionnellement ? Yatashe ahunguka amaze plus de 30 ans ari muri Amerika arinaho yavukiye !!!! 17 ans muri amerika 18 ans mumakambi atandukanye none ntasoni mugira ?? La honte murashisha kabisaaaaaa
Ndamutwenze! Nimba ahenzwe n'udufaranga ngo aje gukora imigambi arabaza abamubanjirije ayo babonye! Christophe Sahabo yarambabaje cane ndetse n'abandi benshi birirwa baranyarwa utwabo kandi bari bafitiye imigambi myiza igihugu. Passeport ya America ayibike neza niyagira Imana ntiyicwe azosubireyo! Kuba utashe sindabigaye gusa utashe igihe kibi
Urucira mukaso rugahitana nyoko Reka ishari nawe rondera..
urikingungu.wewe wankako abantu bataha mugihugu cabo, aho nigihugu urimwo ntaco ukimariye.
Agasaga wewe haricho wiyotsa kituma utotaha ntubere intambamyi abandi atanco biyotsa
Ahubwo nikibwa cumurizo, canke ntiwunvise amajambo yahereyeko, papa wiwe yahunze 72 bagomba kumwica ahubwo basowawe nibo batumye ahunga none ubandanya kumuca intege nubu uribesha.
Imana ikuzigame Di mwenewacu .urakunda uburundi bwacu di
Tuko wengi, nimudutegere turigusubira mugihugu.
U are welcomed
Gusa muhira ni muhira nanje ndibuka igihe naje 2021 numvise umunezero udasanzwe kubona ndi mu burundi nkaba no mubarundi ntakintu gitangaje kurusha ico
Imanibane nawe
Kandi ndishimye cane
Ndabonye birashoboka
Kohari nabandi bazoza tugafashanya kubaka uburundi
Bwacu birateba ariko
Birakunda imanibahezagire
Urimfura hezagigwa cane❤❤❤❤
Br kbs urarenze you respect 🎉🎉
Kalibu musaza
nanje nuko kuko kumyaka 29 yanje ndiko mpanga gutaha Burundu mugihugu canyibarutse ndagikorere nkifise inguvu ntakeza kokuba mumahanga naho uba ufise ubwenegihugu uguma usuzuguritse ariko uri iwanyu uba ufuse iteka nitekane hangama Burundi gihugu canje
Vyiza❤❤🎉
Komera turinyuma natwe ❤
Boss vyiza gose ariko ndagusabe usubize passport yawe kuri embassy ya America kugira tumenye yuko wagarutse vyakweri. Tubwizanyukuri .
👍🏽
🎩
Nabandi baze mwuback uburundi bube nkakigali😅😅dubai rwanda❤
Bibaye ngombwa muradufasha mutubwire akabanga mwakoresheje mw'iterambere.urwanda sio siri ruraturenze.tuzanka urukwavu ariko twemere ko ruzi kwiruka.
Kigali hameze gute?
Iyo bavuze ko Igihugu giteye imbere: baraba umuntu wa nyuma ingene abayeho,ubuzima bw' umuntu wa nyuma.
Leta ni yo iteza imbere ahantu.Ni yo itanga amategeko,ni yo iyobora abanyagihugu.
Aharagira ubutware nta terambere rihaba.
❤❤❤❤❤
Ndakwemera pe.Ico ciyumviro ndacemera pe.Imana Ikuje imbele.
Yeah,together we Can!
Karibu iburundi ndusangire ibura ryibitoro.gutaha wagize neza kuko iwanyu abariheza ariko aharaha sinzi reka turabe
Inzira warayibonye abobagutwenga nibagutwenge nivya nka uzosubirayo
Nice idea
Nubundi kubutashe nivyiza kuko ico wariwagiye urondera warakirose kuko umuntu Aja muri America agiy inoti none wayirose ingo
Urabura ivyo utwiratirako sha
Akanoti niko gakora gusa, isi yose twarayihawe n'Imana, izi mbibe z'ibihugu zashizweho n'abazungu k'ububegito bwabo. Ariko umuntu yaremewe kuba kw'isi yose ntaho yimiriwe, izi VISA na za PASSEPORTS vyashizweho n'abazungu kuko ivyaha vyagwiriye mw'isi.
Ubwo urahaze sha uwo numurengwe cg bakwirukanye
Muhira numuhira niyo uzoja mumuhanga ukabayo imyaka myishi impera nimpera uzakumbura kugatumba
Komerasha irakoze natwe Inteko chicago tukurinyuma ahubwo nanje unfashe ikibanza kayanza nanje nze nkwegere nubwo ntahazi ariko mama ngo Niho avuka.
Nimushake amafaranga mwitahire
@@shortylo1515bhende😂😂😂😂
Yibatse kayanza mumbeho😢😢😂😂😂
Avuga ukuri
Iyo ngeso yo kwibusta umuntu amamuko yiwe mu gihe aguye mw’ikosa iri henshi 😢
Mureka kuebesha abantu uburero wabonye amafaranga yakugwiranye utanguye kurengwa
Twese tuzotaha kbx
Ivyo uvuga jew ndabitahura cane nanje ndiko nitegurira gutaha Bujumbura, ariko jew nzohora ngaruka iburaya sinohaheba nubwene gihugu nzogumana 2 ntawomenya😅
Irakoze, I understand you brother, a real peace and freedom is at home in Africa, this is a good idea you have made, but you should go back home with USA citizen brother..
Umva uribeshe cane. Gusa ugize neza kuza ukagwa iwanyu kweri
😂😂😂😂afite umwete sha😢😢😢😢
Hibeshe nyoko yakubyaye wambunuzawe gashino kanyoko. Barataha iwabo tuu
😢😢😢@@shortylo1515
@@shortylo1515ibitutsi nk'ibi byafasha iki urubuga nk'uru.
nyoko nawe uramufite wihereho.
Raba icunkorera nanje unterere mfise akabazo ka 500000mlle kucimana yaguhezagije nanje mve mu mwanda wubukene bwo kubura agatahe ndi muyinga
Ariko niryari muzovuga ibintu canke mugakora ikintu n’a professionnellement ? Yatashe ahunguka amaze plus de 30 ans ari muri Amerika arinaho yavukiye !!!! 17 ans muri amerika 18 ans mumakambi atandukanye none ntasoni mugira ?? La honte murashisha kabisaaaaaa
Gutaha sibibi ariko ushobora kwibaza uti: ntashehe, nshikira he, nzosanga bande, tuzobana gute????
Karibu iwacu disi naba bazoza ntabwo bazogoma mumahanga
Wagiz Neza ariko dd ntimenyerwa bazokurya bakwoze sino twese twari twipfuza kwubaka igihugu cacu ariko abo ba dd ntaabuntu bagira
Igihugu cacu nicamata nubuki nubwogikenye nicamberepe
Ndifuza kuba impuzi muri america nobigenza gute
Tera imigumuko😂
@@zabulonhakizimana4386 hahahaa
Uyo muhungu nsanze Ari ikijuju
Hampamvu?
Ishingiye kuki. None nimba afise rêve you keigarukira burundi umwita i kuku gute? Jewe mfise pus de 30 ans hanze jewe ndamumva. Kandi umenye aherezo yomzira nimunzu. Abatuvyumva nabantu bataramara imyaka myinshi hanze. Seulement hanze naho kuronderera ugataha ukubaka y’a maison de rêve.
Nuko waguyyo nn ugira iyo utagend ub ubishizeko
Mon frère ndabateye intege cane komera,nanje mperuka hiyo niheza cane i Burundi iwacu
Kabisa kunda igihugu kl
Ahhhhhannn eehhhh.
Amadorari yayujuje niyompamvu yatashe😂😂
Naw uzoje kayashaka witahire
Ariko abarundi turabeshanya pe! Ko atatashe atararonka citizenship?? Ubu yaronse uburyo n iyo nationalité haguhanura abantu bayaronderere hanze(kuko i Burundi atayahari) hama bayazane bubake kandi bagire amahinguriro i Burundi ariko avuga ibiri muri anthem y umugambwe ??!! Shame on you.
Niwitahire wama twese tuzataha ntawuzohaguma
Nonese CNDD-FDD ariyo yatumwe yitahira nonese wagomba aririmbe uprona gaswera nyoko
@@shortylo1515koma nyoko gashino ka nyoko😢😢😂😂😂
@@FatemaSafi-p2v gaswera kirumuna canyoko wamuhimbiriwe wumununi 😂
None iki kigugu kokitavuga ikirundi kivuga ikinyarwanda toka
Wewe uramwita ikigugu kandi ariwe kijuju cambere. None ushaka avuge ikirundi kandi ataco yavukiyemo.. Karashize ingani uwavukiye hanze adashobora kuvuga ikirundi yitwe ikigugu?
Kuvuga indimi zohanze sizo zituma umuntu ataba umurundi Irakoze ni umuntu wumugabo kuko yahisemwo gusubira kwivuko nabisrael babaye muri Egypt imyaka 400BC ariko barasubiye iwabo Irakoze mstafa nawe numwe mubisrael babarundi
@@TonyBradley2012Kandi noneho yakuriye mu nkambi y'impunzi mu Rwanda ko avuga Ikinyarwanda n'ibisanzwe kuko nico yakuriyemwo ivyo rero ntivyoba ikibazo ...
None wambwawe wew kuvuze ngo toka ico n'ikirundi ?ayo mabwa babigishiriza mu mbari ba muyagumiza iwanyu mwangurube mwe
@@TonyBradley2012 jeho murazi iyo nakuri konakuri mubuhungiro kontigeze nibagira ururima