Ubaka Nation Group yashikirije impfunguruzo z'amazu 18 yubatse mu gisagara ca Bujumbura.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 มิ.ย. 2024
  • #Burundi: Ishirahamwe UbakaNation Group rirongowe na Fablice Manirakiza ryashikirije impfunguruzo z'amazu 18 ryubatse mu #Buterere mu gisagara ca #Bujumbura kuri uyu wa 21 Ruheshi 2024. Umushikiranganji ajejwe inyubako Dukundane Dieudonné mw'ijambo yashikirije yasavye ama Banki kuborohereza no kubaha ingurane bitagiranye. #UbakaNation #FabHome

ความคิดเห็น • 50

  • @minaninesia7537
    @minaninesia7537 6 วันที่ผ่านมา +9

    Imana ihezagire igihugu cacu ciza cu Burundi. Fabrise Imana igukomeze ikurinde abasi ❤❤❤❤❤❤❤

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 5 วันที่ผ่านมา +2

    Wouw vyiza cane. Fablice warabaye imboneza yerekeje abandi mw'iterambere🎉🎉🎉

  • @floribertniyongabo7725
    @floribertniyongabo7725 5 วันที่ผ่านมา +3

    MERCI à Fabrice. C'est un jeune talentueux qui sait faire face aux esprits negatif du moment. Il ne faut pas perdre du temps à écouter les femmes ou les hommes mal intentionnés. Mais continuez votre bon chemin.

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 6 วันที่ผ่านมา +6

    i am happy to be Burundian

  • @user-uu5pw4ez7c
    @user-uu5pw4ez7c 5 วันที่ผ่านมา +4

    Isoko yakijambere bazoyihe wee uyubake urashoboye

    • @calebciza2568
      @calebciza2568 5 วันที่ผ่านมา

      Kbsa kk akora ibikorinka

    • @jolynevyukusenge355
      @jolynevyukusenge355 4 วันที่ผ่านมา

      Ego iryo jambo niryo bayimuhe❤

  • @AfricaOfBeauty
    @AfricaOfBeauty 6 วันที่ผ่านมา +5

    Im happy to see WodeMaya there congratulations guys Imana ibaje imbere

  • @KuwakuMalumba6895
    @KuwakuMalumba6895 6 วันที่ผ่านมา +3

    Well done bro 👏🏿 very good my friend Fabrile😊 burundi 🇧🇮 is changed every day😊 i likes that😊 we need to changed in Burundi 🇧🇮 Bujumbura 😊 let see new Burundi now🇧🇮 wow wow 👌🏿 GOD bless Burundi Bujumbura 🇧🇮

  • @drkiing
    @drkiing 6 วันที่ผ่านมา +4

    12:30 Ivyo uno musore uvuze nukuri 100% mu Burundi kuhakorera bisaba uhibere ataruko ninko kuvomera amazi mukayunguruzo. Na Fabrice success yiwe ishingiye kuba ibikogorwa vyiwe avyikurikiranira kuri terrain.

  • @nzeyimanamoise1276
    @nzeyimanamoise1276 5 วันที่ผ่านมา +1

    Woooo
    Amazing Fab
    Burundi oyeee

  • @Iranzifabrice24
    @Iranzifabrice24 6 วันที่ผ่านมา +4

    Congratulations 🎉

  • @hm3190
    @hm3190 6 วันที่ผ่านมา +1

    Tera imbere Fablice🙏 Les Burundais conscients sont fiers de toi Fab🇧🇮❤

  • @nzeyimanamoise1276
    @nzeyimanamoise1276 5 วันที่ผ่านมา +1

    Mr Fabrice you are very strong. Jump forward

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 5 วันที่ผ่านมา +1

    Minister Dukundane waduhenze ngo ugire udukorere ibarabara nn uriko wugurura ivyo utubatse Courage Fabrice

  • @ManirambonaJ.claude-si4ve
    @ManirambonaJ.claude-si4ve 6 วันที่ผ่านมา +2

    This amazing waoooo❤❤❤

  • @user-tr8xz1fd5s
    @user-tr8xz1fd5s 5 วันที่ผ่านมา +1

    Jew nanj sinzopf ntayiguz Amen

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 4 วันที่ผ่านมา

    Nanje mbon ari vyiza Kubon umurundi ateye imbere

  • @Bapfunya
    @Bapfunya 4 วันที่ผ่านมา

    Urigitangaza bravo abarundi turishimye

  • @rubennshimirimana7794
    @rubennshimirimana7794 5 วันที่ผ่านมา

    Mukomere cane,n'abandi babonereho.

  • @NiyongaboGeorge
    @NiyongaboGeorge 5 วันที่ผ่านมา

    Nyakubahwa nukiri ivyamabanki mugihugu biragoye mubindi bihugu barubaka bakagenda bariha makemake

  • @SinzotumaEric
    @SinzotumaEric 5 วันที่ผ่านมา +1

    Ayo namanyanga haricot abenegihugu babujijwe kwubaka nyabugete ariko about ngo babahaye ibibanza vyagusa

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 5 วันที่ผ่านมา +1

    If you saw woda Maya there give me likes

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 6 วันที่ผ่านมา

    Imana ntakiyinanira ❤❤❤🎉🎉

  • @257-re7hb
    @257-re7hb 5 วันที่ผ่านมา +1

    fabrice nibamurabire asubirire uwomushikiranganji. inzunkizo atama compteur zifise hmn

  • @kingdomwatchmanministries2230
    @kingdomwatchmanministries2230 4 วันที่ผ่านมา

    You didn't even show how those houses are built and many more details. We don't need words. I saw Wade Maya, hopefully he will show every detail needed to see if really thoses houses are worth of that amount we heard of.

  • @user-tm9ew3sy6s
    @user-tm9ew3sy6s 4 วันที่ผ่านมา

    Mumu nisoko nkuru ayubake arashoboye

  • @manirankundamertus3710
    @manirankundamertus3710 6 วันที่ผ่านมา

    Birabereye cane gose ❤

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana 5 วันที่ผ่านมา +1

    Abantu nkabo nibo tuba dushaka apana babandi baza ngaho ar'amajambo gusa

  • @NdayisengaDivine-df9zr
    @NdayisengaDivine-df9zr 6 วันที่ผ่านมา +1

    ABA Prolétaires BABARUNDI turiko turahinduka Imbere niheza

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 5 วันที่ผ่านมา

    Ntucike intege imbere niheza cane

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 6 วันที่ผ่านมา +1

    😊❤

  • @remesha
    @remesha 4 วันที่ผ่านมา

    Nivyo, ivyuyomose avuze, ama bank yo muburundi agerageze kworosha mugutanga ingurane ikabinyarutse nturebe urugendo rurerure, nkumuntu avuye mumahanga benshi ntagihe kirekire baba bafise cokurindira. Kiretse no muri America, niburayi usavye ideni mumisi 3 canke baba baguye ntibiteba.

  • @Rubuka264
    @Rubuka264 5 วันที่ผ่านมา

    Vuga ijambo ureke amatiku. Niba waguze inzu, ivy'abandi bataziguze ubihigako iki?

  • @MarieGorethHAKIZIMANA
    @MarieGorethHAKIZIMANA 5 วันที่ผ่านมา

    Félicitation Fabrice,akanuméro kawe ka watsap

  • @claverndayishimiye2852
    @claverndayishimiye2852 5 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤

  • @rudasongegwa7187
    @rudasongegwa7187 6 วันที่ผ่านมา +1

    Sha komera uhubwo nyene warukwiye kuba ministre des travaux publics et le développement des habitants urbain. Ico nokubwira wewe nturi umuntu wokorana niyo leta kuko urayirengeye cane gose. Kuko niwaraba nabi bazogukuramwo!

  • @AlinAlin-hp5wy
    @AlinAlin-hp5wy 4 วันที่ผ่านมา

    Goham guburundi gobirakeny kandimwirigwamwubak amazu azimye abandi bagura 🎉🎉🎉❤❤❤

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 4 วันที่ผ่านมา

    None nizo kugurisha canke gupanga nukur munyishure canke nahabantu bashikira

  • @user-bu7im7vq4q
    @user-bu7im7vq4q 6 วันที่ผ่านมา

    ooh ni vyiza gose gusa muze murabe muze murubakira nabakene bo ku mitumba n'ababa mu tuzu tubitubi tw 'abakene

  • @NdayisengaDivine-df9zr
    @NdayisengaDivine-df9zr 6 วันที่ผ่านมา

    Ariko Muvyo mukora vyose mwisunge guhindurira imibereho Umwenegihugu muto mwisunge Intumbero yumugambi witerambere rirama ODD11 ODD10

    • @panacool978
      @panacool978 6 วันที่ผ่านมา +1

      Wowe iza ukore ubyo ushoboye nawe uterere izo ODD11 zigerwe ho. None uza tanga gusa recommandation abandi ngo bakore wowe wigaramiye?

  • @user-er8wc3yl1j
    @user-er8wc3yl1j 5 วันที่ผ่านมา

    Twubakire zitozito tuzotahe gusaziramwo kwibeyi yabahembwa ayatarenga 2.000 euros kuburyo bariha ino no hiyo

  • @MUHABURA_TV
    @MUHABURA_TV 6 วันที่ผ่านมา

    INGABO ZA RDF IBIHUMBI3500 NGO ZINJIYE CONGO?NTIMUTUNGURWE INKOTANYI NA M23 DORE AHO ZITANDUKANIYEth-cam.com/video/fpv72NBcXhY/w-d-xo.htmlsi=XG7VtGPPdb9fxw1u

    • @sanny.m3767
      @sanny.m3767 6 วันที่ผ่านมา +2

      Aho nawe waje kurondera ama views ngaha nubwo burofa bwawe ? Utuzanamwo ivya rdf !!?

    • @panacool978
      @panacool978 6 วันที่ผ่านมา +2

      Nibaze, bazashirira yo nkaba pharaon munyanja itukura ..uzabze abazotoha nibangahe...

    • @panacool978
      @panacool978 6 วันที่ผ่านมา +2

      None izo RDF zizabye amazu angahe? Zikoreye ama bombes yoguhonya abanya afrika gusa kandi nizo bombes ntizikorerwa mu Rwanda.... RDF naba chanshuro ba ba impérialistes.... mission ya RDF n'ugusenya Africa igumye ikene. RDF= nouveau négrier des colons...

    • @Providence-nc5ow
      @Providence-nc5ow 5 วันที่ผ่านมา

      Ayo mazu Ari mu Rwanda inkotanyi zazisenya

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 6 วันที่ผ่านมา

    😊❤