ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Komubitamba hejuru warabakoreyikibi rekaguhenda bantu muranyenzigo wehokarabaye wandiswe munkozizibibi nahowo kwihenda urumutivyi wimigambwe urigatanyamiryanko
Much love❤❤
Ibi bigabo bimeze nkibyahoze biyobora u Rwanda mumyaka yashize kugihe cya Habarimana, neza neza, ubwiyemezi, ukwironda, Akazu, gusahura igihugu, Irondakoko no kwigwizaho imitungo yigihugu, Mbese Abarundi bazabakizwa Nimana yonyine.
Iyo extrémisme yaw y abatutsi b urwanda ntacizoshikako...Wipfuruza abarundi Beshi kuba colonisés nk abirwandw?? Urahumba turi maso, erreur bcp de rwandais bakoze ntizasubira kuba, ntimuryoherw ngahiwanyu révolution yaraheze, take a time you will see
Urwaye mubwonko!ninde atazi kagame akazu k'abatutsi yubatse murwanda?aba généraux barenga95%s'abatutsi?
Izo Mbonerakure zimeze nkinterahamwe zoretse U Rwanda neza neza
Muzehe muvuga nkumugabo ark abarund baragwanyan noroye udukwavu ariko mukungwany bavuze ikintu cumvikan ngo caratow Yuko atawahira ahuwundi or uko haca umwany turonk ubury buzotum tuzituna Ari nyishi
ntakigirintang kubur iherez muzavah naband barahavuy
Cnl murayitinya izoberekarindira
Sagaseseshwa rumuri DD itinya CNL
Uvuzukur nugupanga akarere
Ntacomwakoze nubu iracahagaze gwasa arashaje ariko abobazosiga bazobasubirira abanyubazovyishura mukindigihe
😊😊😊1¹⁰M😊😊
Uvuz neza mutama twes turabavukanyi kuko urugamba twarutangiriy hamw nubwo ataribos bagaruts bavuy kurugamba m uwagarukany intsinzi yayizaniy bos murimak nukwubaka igihugu
Uvuga neza ugasanga umuntu yashushe umutwe ngwariko ariga mathématique ugasanga nugusara bamwe basaze kandi ataho azigera abikoresha mubuzima bwiwe bwose
Muze vyukuri bigenze nkuko ubivuze ubivuze uburundi bwoba bwiza.
Nimukomeze mutezimbere indazanyu nayo kudutezimbere murirusangi siyomigambi yanyu iriko inyuma yivyovyose mbona mwirirwa muhenagurika mubisiga ngizo inda muregetse basha nako nimigina kuko huzuye myibiturire
None wewe habuze iki ngo uzekubafasha nawe uvyimbe iyonda nkabandi? Bokibaha ntimwovyimba inda??? Urahenda abandi abanyafurika turazinanyi. Uwohagushira worusha kuvyimb’inda abo mubona.
@@AnaMisigaro-uh6mx ndaziko politike yabononye mumitwe jew sindi umudd sindi snl ntanubwo ndimubadagaranira ivyicaro vyapolitok mbivuze nkumunyagihugu ababazwa nabategetsi batwarira indazabo gusa bakitwararika politike ahoguhangana niterambere ryigihugu kuko bobo bama bahaze batazi nibeyi yibifungurwa
Mzee uravuga neza kwr imana izoguh ibih vyiza kand naban baw bazotorane iragi ryawe
Komera Mutama
Komera Ndikuriyo
Mutama uri umushingantahe

😊😊😊
1¹⁰
M
😊😊