ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Uburundi vituko burazaluka kumurundi ishimishije amayororero nkaya tuyamenyereye mubihugu vyohanze biteyimbere👌
Bien reçu none marche yokuzi shoramwo iriho bizokunguriki itunga ryiguhugu
Cibitoke yac nziz❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
KOMERA NEVA WACU
Ndabateye intege nimwagure mukorere mu gihugu cose kandi vyihuse mwibuke no kurondera isoko mu makungu.
Bazokwichinga. Babavuga. Bamwemwiterere imbere❤❤
Nta mbere bazopfa barateye nta nkwavu pixilated imbere
Nukuri nivyiza cane ariko twijukire gukoresha bivya vyiwacu dufise biri naturel kuko nivyo birinda nirwara kndi inyama zavyo ziba zifise akanovera ntituje kurondera ivyo hanze kuko amagara yabantu azohahonera mutaravy neza kubera kurya ibintu atakanovera bifise kuko abohanze ubu bijukije ivyo kurwiza ariko qualité usanga ari zero kndi bagaca babumvisha yuko arivyiza candi birwaza a la longue.Aho ntitwokwibagira ivyo hanze bica bisaba incanco zabo imiti yabo vyose usanga mushorera bo ugasanga nayamafaranga mwifuza kwinjiza muguma muja kugira importation
M23iraje never arahungira murwanda
Uburundi bushasha 2040 uburundi bwifashe 2060 uburundi buteyimbere
Projet ya 2milliards😮
Imigambi yigihugu!
Munyihanganire mvuge uku: Harya abandi baraha abaturage Inka zitanga. Umukamo abana bakanywa amata none undi ati inkwavu. Mbega nkamaramaza mugabo
None nkawe urakomeye ??kuba buguruye ikigo c'inkwavu,bisigura ko nta nka zihari ?
Abanyarwanda mwarasaze ishari rizobaniga
Uburundi vituko burazaluka kumurundi ishimishije amayororero nkaya tuyamenyereye mubihugu vyohanze biteyimbere👌
Bien reçu none marche yokuzi shoramwo iriho bizokunguriki itunga ryiguhugu
Cibitoke yac nziz❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
KOMERA NEVA WACU
Ndabateye intege nimwagure mukorere mu gihugu cose kandi vyihuse mwibuke no kurondera isoko mu makungu.
Bazokwichinga. Babavuga. Bamwemwiterere imbere❤❤
Nta mbere bazopfa barateye nta nkwavu pixilated imbere
Nukuri nivyiza cane ariko twijukire gukoresha bivya vyiwacu dufise biri naturel kuko nivyo birinda nirwara kndi inyama zavyo ziba zifise akanovera ntituje kurondera ivyo hanze kuko amagara yabantu azohahonera mutaravy neza kubera kurya ibintu atakanovera bifise kuko abohanze ubu bijukije ivyo kurwiza ariko qualité usanga ari zero kndi bagaca babumvisha yuko arivyiza candi birwaza a la longue.
Aho ntitwokwibagira ivyo hanze bica bisaba incanco zabo imiti yabo vyose usanga mushorera bo ugasanga nayamafaranga mwifuza kwinjiza muguma muja kugira importation