Mbega vyoba vyoroshe ko umuntu afata ingingo yo guhunguka akava mu mahanga akaza kuba mu Burundi?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 12 มิ.ย. 2024
  • #Burundi: Mbega vyoba vyoroshe ko umuntu afata ingingo yo guhunguka akava mu mahanga akaza kuba mu Burundi? Mu kiyago Mashariki TV yagiranye na Irakoze Ildephonse umwe mu rwaruka aheruka guhunguka inyuma y'imyaka irenga 30 ari mu buhungiro, aho yavukiye akaba yabaye mu makambi z'impunzi zo mu #Rwanda na #Tanzania, aratuyagira ubuzima bwiwe yabayemwo n'icatumye yiyumvira guhunguka ava muri Reta zunze ubumwe za America #USA yariko aronderera ubuzima akaza kwubaka inzu yiwe iteye igomwe mu #Kayanza.

ความคิดเห็น • 26

  • @DamasCene-ve4xf
    @DamasCene-ve4xf 6 วันที่ผ่านมา +1

    Mpore mugenzi Ildephonse Ayo mateka niyo yishe akarere , gushika n'aho umengo ntabwenegihugu umuntu afise ,
    & uwubuze igihugu Abura imico n' akaranga.
    Ivyonavyo n'urufatiro rw' indero.
    Imana Ihezagire Burundi bwacu
    Dutanguze amashure
    Y imico n'akaranga.

  • @JohnRayPierre
    @JohnRayPierre 7 วันที่ผ่านมา +1

    We really share a lot in common… actually like big bro to me. Stay positive and try your best to bring at least one chance to our country 🇧🇮

  • @dieudonnebacinoni7552
    @dieudonnebacinoni7552 8 วันที่ผ่านมา +1

    Ikiganiro ciza. Vyose yabivuze, hasigaye ko impanuro yatanze zigenderwako, na canecane ku rwaruka biyumvira Amerika nkaho ari mw'Ijuru. Ijuru ni ahantu uba mu mahoro n'umunezero.

  • @joshuanizigiyimana8409
    @joshuanizigiyimana8409 3 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 6 วันที่ผ่านมา

    Noguhanura kuba hafi yimana cane kuko inkuru yawe inteye ubwoba

  • @je7919
    @je7919 9 วันที่ผ่านมา

    Keep it up man, be blessed Kira kintu gifise invo

  • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
    @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 5 วันที่ผ่านมา

    Igarukire iburundi wirire ivoka America ivoka irahenze

  • @user-nf2dz1zf9t
    @user-nf2dz1zf9t 9 วันที่ผ่านมา

    Courage

  • @user-jj6bo2oi1d
    @user-jj6bo2oi1d 8 วันที่ผ่านมา

    Komera nubundi benaco

  • @user-yv4tj8ic8r
    @user-yv4tj8ic8r 6 วันที่ผ่านมา

    Pole, nivyo waciyemwo. Kandi ndagushimiye kuba uvugishije ukuri udahisha kubuzima waciyemwo. Le monde est mensonge. America bayita paradiso,atariyo!!! Be blessed.

    • @dieumercibizimana-zw7tx
      @dieumercibizimana-zw7tx 6 วันที่ผ่านมา

      Ko America itari paradizo,Président Ndayishimiye visa yasavyeyo yariyiki?
      Muselumu ariyo gukorayiki?

  • @charlotteVondro
    @charlotteVondro 5 วันที่ผ่านมา

    😊🎉😂

  • @razarondiwayezu6314
    @razarondiwayezu6314 5 วันที่ผ่านมา

    Jewe ndamwipfurije gukira ntazongere gusarira iburundi vyogorana kubona izonshihe 🤣

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 9 วันที่ผ่านมา +1

    nakomere kumuheto

  • @user-yv8dx3lm7w
    @user-yv8dx3lm7w 9 วันที่ผ่านมา

    Umuntu wese agira uko apanga ubuzima bwiwe , n'uko abona ibintu ! Jewe abana banje barize baraheza barihiwe n'igihugu , kandi bafise akazi keza , nanje vyose ivyo nkeneye igihugu kirabimpa . America rero ico nabonye abantu tuyibayemwo tutabwirana ingene umuntu yoshika kuco akeneye kuko vyose n'abenegihugu kandi biratangwa ! Uturamukirize ab'iwacu musore . Good job !

    • @remesha
      @remesha 5 วันที่ผ่านมา

      Simuri USA gusa, gusa abarundi mumahanga ntibafashanya, umuntu azikintu cifasha uwundi icigumizako nguwundi yomukurana nivyonibaza. Gusa wumvise inkuru yiwe akwiye kwegera Imana. He is still young man, he will make it as long as he still alive

  • @Berchiche14
    @Berchiche14 6 วันที่ผ่านมา

    *CORRECTION* : Kuva ku munota wa 6:20 Musuhura twahavuye December 1996 tuja i Lukole hama tuva i Lukole March 2007 tuja i Kanembwa muri Transit (mu mabati).

    • @christinen8291
      @christinen8291 6 วันที่ผ่านมา

      Oya ,Musuhura twavuyeyo 1995

    • @Berchiche14
      @Berchiche14 6 วันที่ผ่านมา

      @@christinen8291 Benako ni ho twavuye mu ntango za 1995.

    • @christinen8291
      @christinen8291 6 วันที่ผ่านมา

      @@Berchiche14
      Wabyibagiwe.imyaka ni myinshi

    • @Berchiche14
      @Berchiche14 6 วันที่ผ่านมา

      @christinen8291 oya wangu,nakwibagirwa ibindi atari inzira ndende z'umusaraba twanyuzemo....1995 ni bwo natangiye ishule muwa mbere hama twimukira i Lukole ngiye mu wa kabiri....Christmas ya 1996 twayiriye bamwe bataraheza no kwubaka amazu.

  • @Kibutura
    @Kibutura 6 วันที่ผ่านมา

    Wahungukanye ibitoro?canke wazanye uyomutwe gusa ariko ndakuravye amahanga yarakunaniye kuko kuriyo myaka umaze muri american wakuza urumukire noneho mbona utashe ukenye

    • @remesha
      @remesha 5 วันที่ผ่านมา

      Wewe utanze iyi comment uba iburundi canke mumahanga? Nimbuba muburundi ndakwumva! Wewe ntiwumva ivyoyagiye acamwo vyashobora kumusubiza inyuma? Kazima atashe afise ahashikira kuko ntimwibazeko abagiye hanze bose araba millionaires! Think before you make useless comment 😂

  • @bostonbasta2737
    @bostonbasta2737 9 วันที่ผ่านมา

    Igitoro cabonets

    • @nizigiyimanayves9485
      @nizigiyimanayves9485 9 วันที่ผ่านมา

      Hehe ga muta?

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 8 วันที่ผ่านมา +1

      amahoro numutekano nico gikiru hama nitwaguma dufatanye munda vyose tuzobironka