Coucou, merci pour l'émission. Hose ni kimwe. Jewe ndi muri suisse kuva 30 ans. Nino ni gutryo. Je pense que c'est un truc de certains êtres humains. Heureusement hari abandi bashigikira abandi. Bref, Imana ishimwe ko hari bake peut-être beza. Turiko tuja imbere. Mwihangane. Des bises Sandra
Helloo Rosy uraberewe vrmt kndi musa neza sana .Hama abantu niko bameze barashirana hasi ariko iyuzi ucuriko ukora ubime amatwi .wee ubandanye ton projet Ikindi siburundi gusa.nihose.
Murakoz kukiganuro muga abantu nibabi uashobora kugira umutima wogushigikir mugenzi waw muka business akora ugira uti reka ndamutez imber muga rero wajayo adandaza nkikintu par exemple akaca aguh Kuri prix iri élevé gusumba ahandi Nico gituma umuntu ahitamwo kuja guteza imber abandi
Coup de châpeau hosy ! ICO kiganiro nari naragishatse kuva kera alors hari hakwiye ibindi nk'ivyo kweli mub barundi na cane cane .hariho jalousie mu Burundi kuburyo burenze vrt. Alors , j'avais une idée yuko woza urazana abantu bamaze gushika Kure par exemple nkaba (sioni, vénérant) même si bitoroshe du moins abantu bamaze kugera Kure baka motivant notre avenir du Burundi .merci pour la bonne compréhension.👌🙏
Imanaaaaaa
Ikikiganiro Caribbean ciza
Turasuzuguranaaaa nivyoooo
Keshi turahura navyo abarundi babonye umuntu ateye imbere baramwanka
Emission nziza cane gusa umunyenzigo nta mugsha aronka.merci Hosi pr cette emission
Coucou, merci pour l'émission. Hose ni kimwe. Jewe ndi muri suisse kuva 30 ans.
Nino ni gutryo. Je pense que c'est un truc de certains êtres humains. Heureusement hari abandi bashigikira abandi. Bref, Imana ishimwe ko hari bake peut-être beza. Turiko tuja imbere. Mwihangane.
Des bises
Sandra
Ukuri kuzuye abarundi niko tumeze ahubwo uwuteye imbere cane nukumwica baramwica
Nukur mu Burundi n'ukuntu turi mu gahugu gato twari dukwiye gukundana no gushigikirana ibaze umuntu kukwanka akakwankisha nabiwe bose n'abatakwanka akabibumvisha ko bakwiye kukwanka kandi atakintu nakimwe kibi wamukoreye,aruko wateye imbere gato gusa , hariho n'abazira kuvyibuha cnk kwigurira akadeplacemnt ( ivyo gutang ishano no kuroga vyovyo n'ibindi...) Barundi turateye ISONI
Sha abantu bikigihe barabaye nabi kweri buzuye inzigo gusa
Hosy na dacia dukunda ibiganiro byanu abadakurikira fan& fact barahomba mutugezaho ibiganiro biri sérieux courage tubakunda cyaneee!❤
Nuru nahoragira ngo afise iryobondo kumbe numujene afise na six pack 😂😂😂😂😂😂😂😂 nuruh sorry vraiment nahoragira uri numutama wumutechnicien nka Adèle rukukuye😂😂😂😂
Helloo Rosy uraberewe vrmt kndi musa neza sana .Hama abantu niko bameze barashirana hasi ariko iyuzi ucuriko ukora ubime amatwi .wee ubandanye ton projet Ikindi siburundi gusa.nihose.
Dacia ndagukund peee mwes na hosy
Nibabareke mwiterere imbere.
Courage hosy ❤ imana ikuzigame ubikora neza
Biranatangaje iyo u postinze ibintu vy umuntu bakubaza ko ufisemwo umutahe abandi ngo kuber iki uguma umuha aba client inzigo itahavuye bizogorana guterimbere
Ndabakunda cane
Watching you from 🇨🇦❤️
Abantu nibareke inzigo ntacoyobafasha
Hosy nukur uwutaryohererwa umugisha wuwundi nawe ntawe aronka kand umugisha wuwund ntiwibwa abantu biwacu mumeny ko bigoye kwizera umuntu vrm ng umushire mur business yaw arik nyene ubwizigirwa mubarundi bwaraheze vrm biba bitoroshe vrm💕💕Ndabakunda💕💕💕❤️❤️❤️
Facts peeee
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Gusa muraberewe
Can't get used to these amazing ladies wallah.
In fact, batuyoboza inkoni y'icuma😂🔥
😂😂😂😂
Turamukumbuye dada musomutumire basi please
Nivy vrt muzodufash Dada umusi umwe 🙏❤️
Nivyiza ko bagiye aba cokoranyi . Nibagende amazi mayongo
None muri amahasa kubirato🫣😜
Abarundi bafise Inzigo kandi bafise uburyarya, umurundi utamuzi uramubarirwa, abarundi ngira bava mu bwoko bwa Yuda Escariot. Dacia 41:36 kamenge oyeeeeeeeeee kamenge irazwiiiiiiii iwabo w'abantu, iwabo waba forgerons. Abarundi buzuye inzigo kandi mbi
Vous avez totalement raison, mu Burundi hoba abantu badandaza honnetété et transparence boshika kure. Courrage abantu bose muvyo b entreprena 🙏
Merciii bcp
bonsoir bantu banjye bagigi arihehe ko ntawembona ahontiyongeye kurwara
Inzigo ntacimaz barundi🤔
mubambereeee lbxaaaaaa
Ba chr muna pendeza sana sana,hama vrmt iyo nyigisho ninziza kbs abari nugutwi nibumve knd umwana wubwenge yumvira munduru turashimye knd namwe Imana ibahezagire muvyo mukora vyose imigisha myishi Iva ku Horaho ibandanye yiyongera bzuu
Murakoz kukiganuro muga abantu nibabi uashobora kugira umutima wogushigikir mugenzi waw muka business akora ugira uti reka ndamutez imber muga rero wajayo adandaza nkikintu par exemple akaca aguh Kuri prix iri élevé gusumba ahandi Nico gituma umuntu ahitamwo kuja guteza imber abandi
Coup de châpeau hosy ! ICO kiganiro nari naragishatse kuva kera alors hari hakwiye ibindi nk'ivyo kweli mub barundi na cane cane .hariho jalousie mu Burundi kuburyo burenze vrt. Alors , j'avais une idée yuko woza urazana abantu bamaze gushika Kure par exemple nkaba (sioni, vénérant) même si bitoroshe du moins abantu bamaze kugera Kure baka motivant notre avenir du Burundi .merci pour la bonne compréhension.👌🙏
🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
C’est vrai 👍👍
Nubundi nashaka wewe NIKITA.nihanyuma❤
Ndasavye Hosy utubwire Darlene ko yagiye est ce k yarasezeye cnk mwarashwany uramuhagarika en silence
Cnk hariho émission noba narasivye
Dadaaa akora i gitega muri lenox..ntamishwano yabaye
Tumwisabire basi azoze aduhe yambu gatoya. Turamukumbuye cane❤
Nizere ko nawe nyene azobona iyi commentaire.
Ego hari emission nyinshi wasimvyee mwiza kubera twaravuze kenshi aho yagiye
Yoo, émission zose ndaziraba Ncuti! Gusa ari ibikunda yoza gatoya ! Abakunzi biwe tukamugumbira ....
Bidakunda naho nyene ntakundi tuzihangana.