#Kukayi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 9 พ.ค. 2024

ความคิดเห็น • 17

  • @ericakaneza7601
    @ericakaneza7601 21 วันที่ผ่านมา +5

    Bnjr PAM.. merci pour l'émission mais,il fallait inviter aussi abana bakuz baba mumihana nabo bakavuga ivyo bahura navyo,kuko ngaho twumvis côté imwe gusa.kandi n'abavyeyi bakira nabonyen ntibera hariho abagoy can😮merciii

  • @immaculeenizigiyimana4442
    @immaculeenizigiyimana4442 วันที่ผ่านมา

    Biraryoshe pe

  • @user-if5uw7pd3r
    @user-if5uw7pd3r 5 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Iyi myaka kurera abakobwa ntivyoroshe. Nukuri vyofuma numuhungu

  • @BaderGalaxy
    @BaderGalaxy 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    I love you PAM ndakunda nibiganiro vyawe 🥰

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 6 วันที่ผ่านมา

    Abo ba mama baravuze ukuri kandi birigisha. Imana Ibahezagure ko baberey abavyeyi benshi

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 23 วันที่ผ่านมา +3

    Gutunga abantu bisaba umutima wurukundo no kwihangana.
    Bravo kubabikora.

  • @user-if5uw7pd3r
    @user-if5uw7pd3r 5 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Je hari uwigeze kumbwira ngo weho ntiwaronse umugabo. Ngushaka arije nsanza ndumukobwa? Narabuze ico mvuga. Hama bihera bamubeshe atwara inda agaruka kundirira munyuma.mujambo rimwe umwana utavyaye nigake umuhanura akanezerwa abibona nkurwanko.

  • @dianekanyange9073
    @dianekanyange9073 23 วันที่ผ่านมา +4

    Murakoze . Ndabasavye nkuko mwatumiye abo bavyeyi muzotumire aba baye mumihana nabo bavuge ingorane bahuye nazo canke ivyiza.

  • @NtezimanaMarianne
    @NtezimanaMarianne 6 วันที่ผ่านมา

    Ndabaramukije muzantumire mbahe ikiganiro

  • @hortenseiradukunda6226
    @hortenseiradukunda6226 23 วันที่ผ่านมา +2

    Izo mpanuro👌😇 Mme Pam merci beaucoup pour vos invitées. Mwatuvugiy ibintu nukuli 🥲 j Nd'Umwana yakomerekejwe nivyo bintu vyo gutunga Abantu mu nzu. Bose ntibaba ari beza, mais malheureusement les parents ne pouvaient pas s'en rendre compte 😑

  • @GregonieNdayizigiye
    @GregonieNdayizigiye 17 วันที่ผ่านมา

    Gutunga abantu si icoroshe kweri!ni ibanga rikomeye kandi ribangirwa ingata!!!

  • @murerwaaline9582
    @murerwaaline9582 23 วันที่ผ่านมา +2

    Mwaramutse na Mwiriwe
    Reka dushimire caane Mme Pamela kubiganiro vyiza adutegurira. Kimwe yagize neza kuzana aba bavyeyi hano kko ubushize hari havuze umwana yabaye mumuryango. Gutyo haca haza umuco kumpande zose .Gusa nigikorwa kitoroshe kandi kirimwo kwitanga kwinshi.

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 21 วันที่ผ่านมา

    Ntivyoroshe kurera abana batari abawe ! Mwubahwe caaane 🙏

  • @kezalarose-ga5ck
    @kezalarose-ga5ck 23 วันที่ผ่านมา +4

    Paméla nukuri imihana twarayibayemwo,kandi natw twarahavuy turatunga abana iconovuga kimw nuko arigikorwa kigoy gisaba kwihangana numutima wurukundo,kandi ukombona abavyeyi bubu nabana bubu gutunga abana mumuryango ntikikiri icoroshe nagato.kuko abantu twaramaz guhinduka impande zose , côté abavyeyi, côté abana , côté abakira abobana

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  23 วันที่ผ่านมา

      Waouuuh commentaire nziza kdi yubaka🤝 uvuze neza cane.

    • @ornelladushime5996
      @ornelladushime5996 23 วันที่ผ่านมา +1

      Ndashimye commentaire ❤umvugiye ibintu

    • @mugisharaissa5222
      @mugisharaissa5222 17 วันที่ผ่านมา

      uvuze ukuri