Biteeeee Bakunziiii ba My Journey😍😍 Twagarutseee na Histoire itwengeje cane ariko yigisha vyinshi ya The one and only KIGINGI Comedian😂😍 Ikosa utokora n’ukudaheza iki kiganiro kuko ibiryoshe biri hose😂 Bisous rero mwese enjoy the show😍😍
Big up my brothers ndize caneeeee avec cette Emission ❤❤❤❤❤ je suis une nouvelle commedienne et j en temoigne beaucoup uko Kigingi afasha abandi ba Comedians et aussi uko Raoul il travaille foooort..... Turarindiriye Garage Comedy hahahahahahahaha premiere partie tuyibona nkukuuuuu 😂😂😂😂😂😂😂
waooh!!! mukoze icyiganiro cyiza vraiment👌👍👌 i have a suggestion is it possible to organize a live tour show of burundian place for people abroad to have a clear view of burundi environment and its beauty people in western part we want to come visit sometime.we love you guys 💚❤🤍
Biteeeee Bakunziiii ba My Journey😍😍
Twagarutseee na Histoire itwengeje cane ariko yigisha vyinshi ya The one and only KIGINGI Comedian😂😍
Ikosa utokora n’ukudaheza iki kiganiro kuko ibiryoshe biri hose😂
Bisous rero mwese enjoy the show😍😍
😊❤🙏
abakunda kigingi mump like guys😂😂😂
The only comedian number one in Burundi. Big up Kigingi ndakwemera cane!
Uvuze ivyubuguruguru ncambona umuhungu wanje neza 😅arakoribintu hamwe mpakwa kurira
NEVA government must protect KIGINGI talent at any cost by all means
Big up my brothers ndize caneeeee avec cette Emission ❤❤❤❤❤ je suis une nouvelle commedienne et j en temoigne beaucoup uko Kigingi afasha abandi ba Comedians et aussi uko Raoul il travaille foooort..... Turarindiriye Garage Comedy hahahahahahahaha premiere partie tuyibona nkukuuuuu 😂😂😂😂😂😂😂
Merci Hosy n abatumire bawe mwakoze kunteramisha
Raoul mtoto wa musaga courage urashobora,
Ndakunda kigingi muga nciy numva nosenga nsinze ngire umwana ameze nkaw noca ngwara m'umutw😂
❤❤. Qui n'a pas regardé iki kiganiro. Plus intéressant🙏 kiryosh plus que za film turaba. Rigoloo; impanuroo; d'autres découvertes kandii🙏🙏
Pore sana maze ❤🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🌽🥦🥦🥦🥦🥦🥦❤❤❤❤❤🌽🌽
Très bonne émission Hosy!! much love from @famousTV
Big up kuri mwebwe mudutwenza tukongererez imisi yo kubaho.kiging m6 gufasha Raoul wiwacu mubandany muduzanya mwese🎉🎉🎉🎉
Murayangicha cane turabakuda cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💦🥰💓🥰🥰🥰😆💘😄😄😀😃😍😍💗💗🧗🧗🧗🧗🧗🧗🧗
Déjà nuguruye ikiganiro ndiko ndatwenga🤣🤣🤣😂
my favorite comedian kingingi ❤❤❤❤❤❤❤
Kiging shaa Ewan gusib ntivyemew nukur
Bedankt voor jullie. Jullie hebben dat goed gedaan.🙏🙏
Kigingi urantwenza peee !!!! Ndumva ko wamye ufise ubuguruguru kuva ukiri umwana.
Akantu kantwengeje ni karya Kigingi yavuze yuruye igiti bikamunanira kwururuka.😂😂
Congrats ozi this is my FaceTime. I saw you you do the best interview. shout out to ozi bandana uko 🔥🔥🤝🫡
😂😂😂😂kiging shaaaa ndagukund shaaaa
Ndakunda ibiganiro vya kigingi biba biryoshe
Iko nkuru y'ikareso yatakaye iranyishe neza neza, ndasavye Kigingi ageze aho😂😂😂😂
Jewe ikinryohera kur kigingi nuko akunda bos adacagur bos mukuru na muto barangana ryari twamusanze muhira iwe araca bugufi aratwitaba turifotoza aratwishimira atatuz wumveko tugukunda na le15/8 turi nyuma yaw igih cos ❤❤❤❤
Hhhhh,Kigingi weee mpejeje ikiganiro ndiko ndatwenga kugeza aho numva nimbavu zanse Hama Raoule nawe ndamubonye mumaso honye ncantwenga ,Hosy mr6 sana kubwa Bantu babiri,ndasavye Kigingi baze bamutuzanire muri BIRI HOT,bikunze naho nyene Hosy
Merci Hosy kumpa kigingi
Bless up Kigingi ndakwemera ✌
Nta commentaire nahora ngira ark kwa kigingi sinorengana 😂
Kigingi & Raoul hejuru caneee❤😊
Kingingi ndakunda uvyumve ❤❤❤
Mais muvyo akina vyos turakunda ndagiye simvugira hejuru😂😂😂😂😂karadukurah muhira niko dukina imisi yos Niko katumye émotions ziduga tukamusang muhira mwijoro 😂😂😂
Ewe kigingi sha abavyeyi bawe bubahwe barakoze
Ntanuwomeny icontwenz😂😂😂😂😂😂😂😂 basha gus nda❤❤❤❤ mwananryohey🙏🏻🙏🏻
KIGI uzohondegwa UMUSOMA kweli!!! IGIKOMBE c'imiti wayihinduye ama SWEETS!!! Iyumvire!!! Wagarukiye kuMANGA pee!!!!
Ibiganiro vy'abarundi usanga biryoshe cane
See the kayi geeng 🔥🔥🔥
Kwl vyari biryoshe👍🏿
Burya nanje ndabatandukanize Vuba
waooh!!! mukoze icyiganiro cyiza vraiment👌👍👌 i have a suggestion is it possible to organize a live tour show of burundian place for people abroad to have a clear view of burundi environment and its beauty people in western part we want to come visit sometime.we love you guys 💚❤🤍
Yes subscribe on Hosy IRAKOZE… soon I’ll upload similar video
Nubwo comara un mois ntarakiraba kubera kubura umwanya MBA nakibits
Amakofe recto-verso😂😂😂😂😂
Ego kingigi cha❤❤❤❤❤❤❤
Ikiganiro carikiryoshe muhezagigwe.
😂😂😂number one kigingi
ikiganiro ndagihejeje
Mn ndamukiriza kigingi Hama ndakeney gutwenga muga Arya mahera musaba haha sina
Mbonye kigingi ivyo nariko ndakora vyose ndabiheba mpaka ikiganiro cose giheze
Ikiganiro ngira ndagisubiremwo nitwengere😂
😂😂😂 aka kantu k'isabune yatoza intake karamvunye imbavu.
Vraiment narinziko bavukana
Ikiganiro ca kigingi ndakiraba cose kigahera😂😂😂😂😂😂😂😂😂
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz
Nawe urasetsa nkewa😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
❤❤❤❤ndakwemera bro
Héro de l'industrie de comédie? 😂😂😂😂 Kabisa
Ego sh yogira tukaraba😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😢❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉weewe natubarire cha🧗🧗🧗🧗🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯😄😄🤸😆😆😄
Akantu ko gutera amabuye imiduga karankubitishije😂😂😂😂
Hosy uzotumeko mr sammy (wa kanyana) nawe,mukoran ikiganiro
Gurafise umugambi wogupayuka😂😂
Kigongi ntashobotse kumbe gukubagana nivyakera😅😅😅😅
Nyene nanje ndamufana
Hhhhh kigingi ndamukunda
😂😂😂😂kur 13min deja ndasaraye😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂kigingi urateenza pe
Ego. 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤🎉🎉🎉
Hosy I like you love from 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Kigingi akoze ikiganiro ntagerezwa kukimara
Turasavy kigingi azob parrain wa raoul
Bien
NDAPFUYE IMBAVUUUUU
Hari ibiganiro vy'abantu babiri bitonkundira gucira hagati: Kidumu na Kigingi
Turi ba2
Tubaye 3😂
😭😭😄😄😆💞💕💯😃😃💝🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤩😍😍👁️💞😍😍💞😍💞😍
Kiging aratwenza kweli
Ewe kiging uranyegue ham ibinini vyumwingo twarabinyoy ariko mbona ivyobirwar bitabur gufata abntu
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂nubw yomar 2h narikuyirab
Kigingi aratesa
Ubuguruguru niki bashingantahe bavandimwe??
Ni gukubagana
hhhhhh kigingi
Kigingi vrt😂😂😂
Hi 5 , yari nka facebook
Manayanje. Imbavu. Zirasenyutse
Mr kai
Kigingi abikora neza cane…..ariko Hero wa Comedie ni Jean Pierre Nyamoya.
Bamubaza mwabana mwe…..😂
Urakoze kubabwira Nyamoya kuko benshi baramwibagira
Hhhhhh😂😂😂😢😢😮
Abantu mwirana na kigingi mwishure munyaruke hano mutubwire niba yaranuma niminota cumi 😅😅😅😅😅
Nibaza ko yaguma yivugira 😅😅😅
Hhhhaaaaa😂😂😂😂😂😂
🎉🎉❤❤🎉🎉❤🎉
😊😊😊😊
Hhhhh🤣🤣😭😭😆😆😆😀😀😄😀😀😀
Alfred, Aubin
Uzogaruka ryari Edmonton ?
😂😂😂
❤❤🎉🎉❤🎉❤🎉❤🎉🎉🎉❤
❤❤
Kigingi ngaha th-cam.com/video/41mkib8TPZA/w-d-xo.htmlsi=mb_Yd7Oafl5xfwZl
😢😮😅😅😮😮😢😂😂❤❤❤😂
❤❤❤🎉🎉
😂😂😂😂😂😂😂😂
Aba bajama barasa kwel
😊😊😅😅😮😮😢😂😂