Un bon interview ✅😀 Merci vous 2 🤩 Canada 🇨🇦 se réveille sur votre interview!! Il faut bosser c’est ça la vie!!😉😂 Et c’est ça à faire au Burundi 🇧🇮 pour 2040-2060!! Il y a beaucoup d’opportunités dans notre pays, profitons d’être les 1ers à les saisir!! Sinon les étrangers vont être nos patrons et nous travailler pour eux!! À vous d’y réfléchir et bosser fort 💪🏽
Humble worker bahe bahe🔥🔥🔥
First fan Mr Juste Gaël 🎉
Très inspirant
gusa nimwiza dissi😂😂
Ngi watanguye gukora a 17 ans,jewe ahomba batangura a 13 ans,nta mukino,sbana babazungu babigisha gukora bakiri bato.Mu ma supermarches hakora abana entre 13-17 ans kandi les parents baba bafisr uburyo,ntco baba babuze iwabo,ariko bababeira kuja gukora,ushaka telephone izimvye genda uyikorere,ikintu cose kizimvye wifuza genda ugikorete,nta kwirirwa uyerera,muri week-end baba bariko barakora
Ubundi abazungu bo ntibarya ibyo bafite ahubwo barongera niyo mpamvu umwana nubwo yaba avuka mu bakire bingana iki yigishwa gukora akongera nabwo agomba kwaya cyangwa gusesagura iby'iwabo naho twe umukire usanga abana baramumazeho utwe😂😂
Ngiye numva umuntu wo muri Canada avugisha ukuri
Un bon interview ✅😀
Merci vous 2 🤩
Canada 🇨🇦 se réveille sur votre interview!!
Il faut bosser c’est ça la vie!!😉😂
Et c’est ça à faire au Burundi 🇧🇮 pour 2040-2060!!
Il y a beaucoup d’opportunités dans notre pays, profitons d’être les 1ers à les saisir!!
Sinon les étrangers vont être nos patrons et nous travailler pour eux!!
À vous d’y réfléchir et bosser fort 💪🏽
Bien dit my sister 😊🫰🏽
Big up
Ntamuntu muzima mumutwe afata credit, abazungu barakubembereza ngo baguhe credit bagufona burimunsi namakete yurutavanako, wihenze ukayatora uzorinda usaza ukiyiriha 😂naho baguha 1000€ uzoyariha nka 20 ans bazogukata incuro 10 zayo baguhaye kandi bakiyaguha bakubwira nguzoriha 2% gusa😢
Aricimana yandits kumuntu utegerezwa kuzogishikako aricaw
Haha Mubarize iryo jambo Gupasura icorivuga bigenda gute?
Ubuzima bw'ino reo ngo nibwo bworoshe waje kw'isi uriko urarira nuko waruziko ivyo azobamwo ko vyoba bigoye rero ntimugashuke abantu uko wahisemwo kuvayo ukaza ukanata hano nuko nuyundi azemera kujayo akampambana ubuzima
Ntahantu kwisi uzobaho udakora
Ubuzima nihatari kwl
Ubuzima nubuzima
ubuzima bwamahanga ntibworoshe
Nta kazi kaba kabi igikuru ni cash uronka ukabaho ndogondogo
Karabaho akazi kabi, akazi kokuroga canke ak'ubumaraya 😂 😂 😂
🇨🇦🇨🇦🇧🇮💪🏼
😂Canada Canada
Ubuzima bwo Hanze Buragoye !
Aho butagoye nihehe?
Aho uvyuka utora ubuzima ni hehe?
@@adriang.😂😂😂😂😂😂😂
Njewe nkoropa muri toilet kbs ndimo kuyashak
@@edissa9747Mw'ijuru ngira niho butagoye, simpora numva ngo n'imwiparadizo ... 😂 😂 😂 😂