ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Asha uranyemeje kabisa. Ndabona ubu hasigaye hasa Bien.
Love from zambia
Iyo term ya dubai muzoreke kuyikoresha kk iwacu iburundi ntabwo hazigera hahinduka hitwe" mubwiza bwanyaburunga".Dubai siwacu plz
Ni vyiza cane turashimira Fabrice hamwe na BHB barakoze akazi keza kandi gakomeye cane duhimiriza nabandi benshi bakore ibikorwa nkivyo bazane nAMAHINGURIro hamwe numuyagankuba ,,maze duteze imbere igihugu cacu ciza cu Burundi,,,twese hamwe ,,dukundane kandi dukorere hamwe mu gufashanya buri musi. Murakoze cane ..from canada.
Im from zimbabwe one ndey lm coming to visit BURUND
Welcome my friend
Love from Rwanda 🇷🇼 I will visit burundi one day
Welcome burundi 🇧🇮🇧🇮
Welcome burundi 🇧🇮🇧🇮 my dear sister mutoni
Burundi igihugu canje🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ndabona imbere niheza
URASSUSHE , REKA NDONDERE ABAGUHOZA PE. 🥰🥰🥰🥰🎈🎈🎈
Magic channel keep moving ahead.
😮😮😮wow c'est magnifique de maisons vip
Love from uganda❤
Haratovye 😂
Uyu mukobwa ndamwemeye arazi gutanga motivation mukoyago . Ni mwiza Kandi arazi gukora akazi kiwe k'itangazamakuru
Bagurisha angahe
big project
ASANT SANA DADA
Merci sana. Komeza werekane ubwiza bw'uburundi bwacu
Uyu murondo azondondere ndamuhe commission
Umugambi mwiza, komera
Burundi 🇧🇮 is really beautiful. what you are talking about sister is true. a place to relax and eat money nanje nzohashika t2
Urashushe kaabisa.
Iyo fasi ni powa .Utanze neza publicité .utumye nanje ngira umugambi wo kugura .Nzoza gufata informations bazonyubakire nanje
Niheza cane
Hameze neza cane
This is my dream house kabis
Mu Burundi ni heza vrt
Ndonderera iya V.V.I.P
This so wonderful ❤
Wa mukobwa WE Nawe uratwenza uti amahera aruzuye mu Burundi ? Oya shaaa, Amahera ni ayavuye kubarundi baba mu mahanga.
Niheza kbsaaa
Love from 🇺🇸 US❤
urya muzungu yaratwononye kweli ,,,,,niyagaruka nukuzomuca amende,,,,,turamwemeza ubu ko dushoboye ,,,,yariko ararondera ama viuze
Love This ♥️✍🏿
A big project indeed
Ewe Nella wanje 💕
Komera mushiki😊
You have to use drone please love from Rwanda
Je suis congolais, esk c'est possible que j'achète ?
Shanawe icongereza cawe nicanciyaho
Burund bwac
Uraryosha ikiganiro chu😂😂🥰🥰🥰
Mbega abanyamahanga baremerewe kuzigura?canke nabarundi gusa?mbega umunyamahanga yayiguze are yokwemererwa kuyibamwo?
Ese 300m zamarundi muma doral nangahe ?
ZURAHINDURA PERRUQUE KANDI T'ES ENORMES uzoshikana magic kure
❤❤❤❤
Dada! All of us don't understand KIRUNDI, please. Please put subtitles. Veuillez traduire vos commentaires pour nous, svp. Irakodze. 🙏🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Sister nakubali.
love from Netherlands ❤❤
Rek rek wew ntuzi ivyo uvuga sohoka utembere ubone amazu nta mahera yanje no kwe invastista ngaho Bujumbura kuk ushobora kwubaka inzu ukabura n'abazipanga kuk hari ama quartier menshi yubatwse gutyo arik ata bapanze ayo mazu
Ayudafise wakiguguwe ubwonubukene bukuvugisha nimba ubabaye ivyo ndakubwiye genda wiyahure
Nahantu haba bogare gusa.
😮😮😮
❤❤👌💋
Can you please update the road signs ⬆️⬅️➡️⬇️↪️⤵️↩️🔄 I mean it's the arrow are to theen update to make it wider big thicker thak you if understand my proposal ❤❤❤❤❤❤ one love Fabrice manilakiza
🔥🔥🔥🇧🇮
Sha nanje vrt irya vidéo yarambabaje trop kd ga akac ashirako ng abana bagurishwa harumunt aradandaza umwan wiwe mu Burundi?
Nukumurondera ahubwo ahava igihugu kikamwitwarira😡
Jewe harico gira baze non nikukodesha canke iyo 300m niyo kungura?
Nabaguze
🤙🤙🤙🤙
I was trying to find the village burning scene from Come and See wtf is this?
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🦅🦅
Burundi niheza kuri wew utaravaho nguje hanze yibihugu
Murayo mazu ari hanze Iza so wawe nizingahe ga gee
Muzicwa nagahinda basha . Muzokomeza gutyoza uburundi bwacu natwe tuzokomeza kubwubaka ,nayo ubujambo bwanyu ntaho buzobashitsa kandi ntibuduca intege . Abarundi tubandanya gukora ibikorwa.
Ikindi aho hanze uvuga nabo barafis ahobaherey kugira ngo nashik ahobagez rero natwe haraho tugez niyo twaherey . Imbere hakomeza kubaheza
@@joeinganji1 😂😂😂uramibwiriye
Iburundi niheza nababahanze barabizi

Murayo mazu ari hanze
Iza so wawe nizingahe ga gee