Uwahoze ari icegera ca mbere c’Umukuru w’Igihugu, Gaston SINDIMWO twamutumiye mu kiganiro OPEN MIC

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ต.ค. 2024
  • Uwahoze ari icegera ca mbere c’Umukuru w’Igihugu, Gaston SINDIMWO twamutumiye mu kiganiro OPEN MIC, kugirango atubwire urugendo rw’ubuzima bwiwe, kuva akiri muto gushika abe icegera c’Umukuru w’Igihugu. Haravuzwe vyinshi ku masanamu yasohotse bitameze neza mu rugo iwe. Ariko we avuga ko ari ibisanzwe kuko bishikira mu miryango. Nimumwumvirize!!

ความคิดเห็น •