Bnjr,mrcii kwico kiganiro mais hariho udu question Gael ababaza muguma mw’échappant mubijanye nuburyo bisaba or karakanya kukobimenya tutiriw turashika kuri bureau iwanyu juste tukaza aribindi nka procédures de démarrage.mrciii
Abanyaburayi bariko barazabkubwinshi muri afrika namwe muriko muroha abantu kuja aho bariko barahunga!!!!Attention surtout pour nos jeunes!!!nos enfants!!!
Nanje mumfashe ingene. Noshika mu busuwisi canke Belgique ou en italier❤
Muratubwira neza aho mukorera tuzoze kwiyandikisha bavyeyi ❤
Nanje mumfashe rwose mbone ingene shika beligique asante.
Bien sûr ni business none bokorera ubusa????Moi je vous. Encourage ! Mutere imbere caaane ❤
Well done Ladies for that program. Go ahead.
Murakoze cn muduhe nimero abo tubiture badufashenatwe twigir CANADA
Vyukuri si abasuma kuko Hari umwana najanyeyo baramufashije ubu ari Belgique cane cane Audrine niwe niwe nzi
Njanye nawe uratanze commentaire iri positif
Duhe numéro ya madame Audrine
@@EuphrèmeButoyi duhe numero ya audrine
@@StalaineHodesch nuko babizinanyemwo! Abasuma bama bafise abaca mu mbavu gukokeza! Barabarya babamare pe!
Noé uwubashak yobatorah noe mb mur Asia hoh ntimujayo naho GS
Abarundi nokwigira bakamenyi noguharira uburofa gusa umenga bose nabigishwa ba bob rugurika na rpa ngo sugufasha ngo ni business mbega batagufashije wovyifasha wenyene? nkubu urimugitaza womenya gute muri canada udafashijwe naho woba ufise ayomahera vyokunanira gushikayo kandi ufisamafaranga
Gaël none abo ba mama kumenga bavuze kobafise abana boba rwabo barashirishije muriyo Base de données ! Kugire bigishe ivyo bonyene babayemwo ?
Bafise abana bato
Nubushobozi bwamahera bantu mudutahure 😢😢😢😢😢 nkaje noguruka kweri murinzemungurana abaja kurondera akazi USA muramufasha nzetubinane
Thanks for the numbers
Ndashaka ko mumfasha nkashika belgique
Kubera iki muvyita gufasha kandi mukora business.??
Nugufasha kk harabavyipfuza bakabura abobafasha kugirabagereyo ubaronserr tuvyitako ngo banaka nibobamfashij kugirangereyo
Iyo ugiye kwa muganga ntabwo utaha uvugako bagufashije ugakira Kandi wishyuye?
😂
@@Martin-xf1bw 𝐠𝐮𝐟𝐚𝐬𝐡𝐚 𝐧𝐢 𝐥𝐞𝐬 𝐟𝐨𝐫𝐦𝐚𝐥𝐢𝐭𝐞́𝐬
Jyewe ndi umunya Rwanda mwandagira akazi ncaka akazi mwabwiricyo bisaba
Uwutabizi yogirango nimwebwe mutanga Ama VISa
Twaribwe twararushe twobabona gute
@@NgabireOmar-h3o n’ubu baragusubira pe 🤣
Ikiganiro cyanyu nagikunze mumpe tel zanyu mukorera he mu Rwanda njye ndi umunyarwanda
Ndashaka nimero zanyu ndabakeneye nanje ndashaka kujayo
Ireta yu burundi ni yo yambere idafasha abene gihugu baco abo ba maman ni bakomere
Ndabakunda musa neza pe natwe mwajya mudufasha
Umuntu abarondera yobakurahe ? Yobaronka gute ?
Waouh,numugambi mwiza❤
Umuntu abandikiye ntimumwishura
Bnjr,mrcii kwico kiganiro mais hariho udu question Gael ababaza muguma mw’échappant mubijanye nuburyo bisaba or karakanya kukobimenya tutiriw turashika kuri bureau iwanyu juste tukaza aribindi nka procédures de démarrage.mrciii
Courage c'est bien
Gaël tubarize
Hamw bishitse visa ntiziboneke kandi umuntu yararishe bica bigenda gut?
Kuko hariho ishuri ryo mu Rwanda ryahora rirungika abana muri vacance ariko l'année passé visa ntizasohotse abavyeyi baguma bishuza amahera batanze kugira bitegurire année scolaire d cette année ntibarayaronka umwaka uraheze kandi batanga 5000$ ticket itarimwo
Hew hariho uwonzi Ari Kampala amaze 5ans arindiriye visa nubu ntararonka. Visa urashobora gusaza utarayironka Aho ntacoshitura
Muraho neza ndi umunyarwanda nanjye mwamfasha murakoze
None nimutubwire aho twobasanga
Merci.
Bakorera hehe?
Muraho aba mama mufasha abarundi gusa? Cg nabandi mwabafasha? Ndi umunyarwanda.
Bonjour,mudufzshe tube kurondera ubuzimz....
Har'abantu batanezerwa n'uko uwundi atera imbere
Noone barashoboye guhishurirwa Iyi Business bitway'iki ?
Mwishuza angahe?
Oky nimuduhe natwe inzira twigire plz🙏🙏🙏
Ba mutanga informations financières zikwiye. Na visa.....
Oyaaa rekana n'abo basuma😂😂😂 bagerageza uko nawew wogerageza amahirwe arangana
Abarundi bapfuye mumitwe nukutizera.ndashigikiye abobamaman. Mujehejuru bamaman.
Nivyo kwubaka isoko hariho ababipinga wew urafyina nabarundi
@@ChachaChanyabarundi sabinyama namaraso
@@LameckNgabo none ivy'inyama n'amaraso bihuriyehe nivyo vyo kwubak isoko?
Nimuduhe address yaho twobasanga nakanimero kabo
None KO hewe nobatorahe KO ndemvye je nabana mperuka kubona incuti zumugabo muhira akihari kandi ntakazi mfise ariko mfise abana MBA munzu yimpangano nshaka KO mwomfasha abana bige novuga KO ntagira gitabara
Tarabaramukije cane jewe mfise akabazo kubasanzwe batari mu Burundi bari mubindi bihugu bobo mwobafasha barashobora kwiyandikisha baciye kuri online
Ndasavye najemumfashe ncutizanje
Ni muvuge amahera umuntu yorondera bivanye n'igihugu umuntu ashaka kujamwo
Ndatanze mwiriwe bivany naho nandikiye buno butumwa ,jew kuvyo mbona Ubu kwishaka ryo guterimber kubarundi nuukuri kwose kabay kuko hari bamw tuja mumazu tukaryama abandi haba hagez ko biyumvira ukwumurundi n'umurundikazi tubaho nugusaba umukama ashishikare guserura impano zabarundi murakoze.
Courage les Maman
Mwiriwe neza mba muri kenya mfite pasiporo ya kenya none nange mwamfasha nkajya canada
Ndifuza kurungikumwana wanje bisaba amahera anganagute
Reka reka shaaa ni business.. ivyo bintu ndabifisemwo expériences nyinshi..
Erega business nisawa mugih itarimwo escroquerie
Bitwaye iki? Gukora business ?
None nugufasha???canke muriko mugira publicite😪😭
Murihenda muvugeko mufasha abaza Danmark??hhh nigihugu badapfa kwinjira🤐😷
😂
Ntahantu ngaha kwisi batinjira kiretse mwijuru gusa
Twari tubimenyerey muba nya rwanda.gira mutwifashirize twidumire.indoto zacu zibe impamo
None birashobokako umuntu yoriha makemake kugezaho igitigiri mushaka kizogera?
Ok umubambi nimwiza cane none kugira umuntu aje murivy bihugu hasabwa iki?
Abanyaburayi bariko barazabkubwinshi muri afrika namwe muriko muroha abantu kuja aho bariko barahunga!!!!Attention surtout pour nos jeunes!!!nos enfants!!!
Uvuga ukuri???
Murabesha natwe igihugu cacu cuburundi bagiye kucifuza nimuturekere abana
Umwana wanje amaze kubura visa ya canada gatatu.Nukwihebura yaramaze kwihebura.
Rab natw icomudufash
None mwebwe KO mutagendayo ntimuhashaka?
Wiyumviriye nk'umu littéraire 😂😂
Ngo nugufasha dissi 😅😅😅
None ko nfise abana babiri umukobwa numusore barikigali , mwandangirinzira nanjye.
Sivyooooooooo 😂😂😂😂 0:46 turamaze kubonana nabo
Duhe ayomakuru😂😂😂😂mwahuriyehe??
😂😂
Tubwire ah mwahuriyr
Urabesha
Nkeneye ingene bariha
Nivyiza cane mukomeze kutwugurura imitwe abana bacu tubategurire kazoza
Abarundi sukutavyumva Nubukene bwamahera Namwe Murabizi
Abamadame b'ubwiza muri umugisha w'amahanga nanje nshaka kuja canada y'aba angletere
Mukorerahe
Nivyiz mukorereh?
Mwampa numbers zanyu tukazavugane, nshimyeko museng'Imana mutabasha kuba abatekamitwe bateye.
mbeg higa bangah😀😀😀 nukuj gupagasa
Nukuri dufashe,nkajewe kuva muri2022_2023 ndondera iconfasha gushika muri canada nadocuments ndafise ngire nte
Mbega Mwebwe Uwubahaye Umwana Murungika Abariha Amahera Angahe?
Za murabirinda 😂😂😂,muzoba mumbwira
@@vivelislam2055 bareke ngo intabwigwa, ibwigwa nuko amaso atukuye. Hari abantu bumva aruko bihiye kumwe k’ukugutwi kumva kokeje🤣😜
Erega aho vyugariye ivyo gutwara abantu hanze namwe murasaba ntimuvyiha canke ngo mubitange ( vous faites la demande) 3:22 . Mbega mwebwe murungika abantu hanze nashaka kumenya ko abana banyu bose bagiye hanze( nimba nubafise) canke abo mu miryango yanyu?Ni vyiza ariko uko bimeze kwose, l'important nukubwiza ukuri abantu ntibonone ivyabo ngo birukiye hanze.
Bambarize 😂😂😂
Oui ariko nta Adresse mwatanze yunvikana
Ni muduhe adresse zaho mukorera,
Nonese mubifasha abarundi bonyine ?
Twobaronka gute
Muriko kuma site
Mwadufashije
😂😂😂😂ntibazobeshe visa itanzwe si Abo baba bayitanze ababo Bose baragiye?😂😂😂ubwobusuma sindabwemera jew😂😂😂
Ni cash ikora
None mujana abiga gusa?abakuze baja gukora bo ntimubafasha?
Mb mukorerah amajah tubakeney twobabon gt?
Nibatomore kuvugango ubariha ushitseyo ntigitomoye nibabumvishe ko detail zose n'amahera asabwa uyirihira kandi simake ex:Frais ya CAQ nkokubaja quebec barayamurihira?,frais ya Demande ya visa barayamurihira?frains d'inscription y'ishure barayamurihira? Hama akazobariha ashitseyo?banyishure nzindukenzaw😂🏃🏃🏃🏃kuko ivyo ntibija munsi ya 2000 à 2500$
Nibaba barihisha aruko baronse visa nisawa
Ni vyiza cane.
Muduhe Contact zanyu
Twobaronka gut???muduhe numéro,,cnk mutumbwire Aho twobasanga
Ntanimer dutahiye kubumviriza gusa
Mwebw mufasha abantu kaja aho muvuze burya mwebwe ntaho ushaka? Abana banyu cnk abo mumiryango baragiye bosee??? 😍😂😂😂
None nabo baragiye murivyobihugu?
Muduhe numéro za Gaël
Aba bamaman mureke kubita abasuma kuko no muri Justice(mu butungane) Uraha amafaranga umu Avocat kandi Utsinzwe ntagusubiza.
Bagufasha gusaba kuko Sibo baguha visa
Murazi ko hariho n'abo bigora gusaba
Baduhe numero twobaronderako kubabakeneye
@@QueenJanet-jh5wgNumero bazitanze ahubwo ntiwakurikiye. Raba ikiganiro kur 29:20
None mumaz kurungika abangana gt?
9:03 ko yishiye ivyo utamubajije😅😅😅........
Rekane nabo sha twararushe nibintu vyaba agents akarimi gasosa wamuriha umubajije aho bigeze akwishura uko yishakiye kuko aba yarayahekenye nibatwugururire SERBIE ntabindi
Reka kubesha abantu
2019 nuno musi ntibisa canada yari ikeneye abantu ubu canada abenegihugu baho ntabuzi bafise nico gituma bagabanije nombre yabantu bakira ntimuze murabesha abantu rero ngo murabafasha ahubwo muvuge ko mubafasha gukora lottery kuko ubu canada yakira 1%yabantu yahora izana surtout abanyafrica
Wew ivyo wandits ntubon k bitandukany nivyo barik baravuga?ereg abo uvug Canada yakira nabaja gukora ark ab ba mama barik bavug abana baj kwigayo urumva k hariho différence
None ndababaze urungitse umwana kwiga mûri Europe ni kwiga gusa niyo kwiga agasubira agakora akazi
Erega abarundi barabishika habuze uburyo gusa😊
None nimuduhe adresse aho mukorera
Mbe mwe ntaho mushaka reka ivyobintu basha bemureka
Ko mutashizeko nimero zabo? Twobaronka gute?
Bazitanze mu kiganiro. Raba kuri 29:20 (video igez kuri iyo minota)
Canada oyeeeeeee🎉
Bazobarya utwanyu mpaka. Ivyo bavuga sivyo, kuko abana babo ko batajayo? Bakunda abandi ababo bakabanka?
Bafise utwana duto. Nta numwe afise uwushikana 10 ans
@@ndikaline none womenya mu biwabo, abavukanyi babo ntibakiri mu Burundi? Rondera iyindii business itariyo kurya abarundi!
@@umucomwiza4794 nyene nuko bisaba uburyo. Ubwo buryo butahari ntibikunda
Ubizi gute ko mu bana babo atabagiye? Abarundi uwabaroze ntiyakaravye, aho murwanyana mupfa iki?
😂
Abo nabasuma, none reta kwizikoharibukene bwakazi ataco irabivugako
turashimiye
vyizacane
Aba mubitondere 😂😂😂
Uwifuza kuja kukazi navyo bomufasha gute
Mukorerahe?