Abahungu ntibagishaka kuturongora//SUGAR MAMY zadutwaye abakunzi//DEPRESSION bitera//Agahinda dufise

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 6 ก.ย. 2024
  • Abahungu bashaka guhonja ntibashaka kudushira mu nzu//SUGAR MAMY zadutwaye abakunzi//Agahinda dufise
    #amour #deception

ความคิดเห็น • 32

  • @Fitbdi
    @Fitbdi หลายเดือนก่อน +7

    Nimunkorere umuti kutu likes nanje nryoherwe
    Mbaye uwambere.. nomero iyi 1

  • @samuelniyo8605
    @samuelniyo8605 หลายเดือนก่อน +3

    Abakunda umukubito duhane j'aime Na s'abonner.ariko abakobwa bubu baragayana kuko bakunda abasayangana bamwe baguruka bambara neza ariko kwambara sico bisigura ubwiza cank le physique.

  • @nduwimanaclaude4908
    @nduwimanaclaude4908 หลายเดือนก่อน

    Si vanguard ni van gard

  • @nemrod_nemh
    @nemrod_nemh หลายเดือนก่อน

    Ikiganiro ni ciza. Courage gusa Juste Gaël za uratumira n'abahungu kugira bashikirize ivyiyumviro vyabo

  • @EsperanceNsabimana
    @EsperanceNsabimana หลายเดือนก่อน

    Reka ndeke guteka ikawa ya mwarabu ntore agatebe niyumvire Gaël na Cici kuk numva k'umukubito hahiye♨️♨️🔥🔥🔥

  • @Fitbdi
    @Fitbdi หลายเดือนก่อน +2

    Hama Juste ndasubiriye gusaba pe, intro yihindure kubiganiro bitari ivyumuziki

  • @niyomwungerekevin8560
    @niyomwungerekevin8560 หลายเดือนก่อน +2

    Vuga ivya mwe na b face ntabindi dukeneye

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 หลายเดือนก่อน +2

    jew ntaronse isugi sinzorongora kuko nanje ndisugi

    • @Mugishafransine
      @Mugishafransine หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂😂ziruzuye kwle

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 หลายเดือนก่อน

      @@Mugishafransine zirihehe woyindangira😃😃😃

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 หลายเดือนก่อน +1

    Mbe kwata bahungu utumira juste Gaël ?😮😮😮😊😊

  • @DirectorZombieTV
    @DirectorZombieTV 24 วันที่ผ่านมา

    Abakobwa bakenye bakunda abahungu bifise abahungu bakenye bakunda abakobwa bifise ariko ntarugo gwubaka nabatiyumavanamwo kuko mukenye ntikibuza kwuba knd inkumi zabuja zigirango zirakuze ugasanga mumutwe bakiri abana

  • @user-no8ml9bg3z
    @user-no8ml9bg3z หลายเดือนก่อน +1

    Bahonja inzoga kurya nukwisomya😅

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns หลายเดือนก่อน +1

    Ivyomurikomuvuga nukuri

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns หลายเดือนก่อน

      Abashugamami nabashugadadi barabica bigacika

  • @mugishadannyalex4159
    @mugishadannyalex4159 หลายเดือนก่อน

    ABAHUNGU barakwiye guhindura mentalité kuko abakobwa barafise, ntidukwiye kubatinya uwo mukobwa afise azofashe le mec nkuko abahungu bafasha abakobwa ivyakera rero vyarahundutse.......mentalité zaho bimenyereye nabo bazotwarwa nibisiga vyimenyereye

  • @fulgencekandekwe4649
    @fulgencekandekwe4649 หลายเดือนก่อน

    😅😅😅😅 Fulgence cableole😅😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @habibumasenga6213
    @habibumasenga6213 หลายเดือนก่อน

    Umurantwengeje kweri ❤

  • @wilsonwilson6833
    @wilsonwilson6833 หลายเดือนก่อน

    Ukomere kumukubito ndabakunda sisinamu kunzekuko avugishukuri

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂ushaka bakurongor kunguvu😂😂

  • @WillyNsengiyumva-fr5wg
    @WillyNsengiyumva-fr5wg หลายเดือนก่อน

    Uwomudada afise ivyiyumviro vyiza kweri,yubahwe

  • @ericjohnson315
    @ericjohnson315 หลายเดือนก่อน

    Hari bamwe wicara impande nabandi wihisha isura. Duhe umuco 😅

  • @cedricjanvier88
    @cedricjanvier88 หลายเดือนก่อน

    Juste neuzaa

  • @wilsonwilson6833
    @wilsonwilson6833 หลายเดือนก่อน

    Gael naragusa vyeinomero ya. Eric rukwavu igiteganti watimpaye

  • @emilenijembizigiye5061
    @emilenijembizigiye5061 หลายเดือนก่อน

    abandi bateye imbere bacana gaz

  • @MartinKagame
    @MartinKagame หลายเดือนก่อน

    Burakujakurongorwa ngomurindiriye amamodoka mbenyamamodoka muzogenda muryasunika kombona atanigitoro

  • @ercpablosbdi370
    @ercpablosbdi370 หลายเดือนก่อน

    Umusumwe juste Gaël uzokoreshe ikiganiro Kiri live tuze tura terera iciyumviro

  • @niyibitangarodrigue4142
    @niyibitangarodrigue4142 หลายเดือนก่อน +1

    Gaëlle ikintu womenya urwaruka rukwiye guhindura ivyiyumviro burya hagati yabigeme na basore hariho ikibazo gikomeye cane kandi benshi bazicuza kuko nibamenye gutunganya kazoza kabo novuga vyinshi ariko bose boja hamwe bagakora vyose birashoboka ariko bisaba ngo bahindure ivyiyumviro bakuriyemwo ubundi bazoguma baja kuma media kandi ataco bihindura nibahinduke mumitwe

  • @EgideNkeshimana-xl2of
    @EgideNkeshimana-xl2of หลายเดือนก่อน

    Aho nkawe bakwegereye bakakubwira kobagukunze wobemerera? Sinibaza

  • @helynikiza6124
    @helynikiza6124 หลายเดือนก่อน

    ❤🦅🦅🦅

  • @hakizimanachadrack6979
    @hakizimanachadrack6979 หลายเดือนก่อน

    Hahahaha

  • @Nestor800
    @Nestor800 หลายเดือนก่อน

    Ww aha nateye ngira de sabonne kwr guhangara b face umuntu agufashe yogufyondibihere niyo sura nkumuhini w ifuni na idea zicuritse nkumurumyo w umubindi utoboye hasi no hejuru nkijipo y umugore waw ntandero ugira