Benise:Papa nubwo ari umugwizatunga azwi cane yatureresheje “Apa ni Sura ya Kazi”,udakoze nta noti

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 ก.ย. 2024
  • #burundi

ความคิดเห็น • 104

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  หลายเดือนก่อน +27

    climaafrica.org/central-africa-gospel-artiste-of-the-year/
    Yesu ashimwe cane
    Twongere Kandi Dukomez guha amahirwe umwana wi gihugu 🇧🇮 mu mahiganwa ariko abera Mugihugu ca Nigeria 🇳🇬 ugurura iyo link hama urabe ahari Uburundi uhafyonde üçe uraba ahanditse *Vote* uhafyonde uzoba urangije gutora
    Imana iguh umugisha mwinshi ❤️

    • @FrankBigirimana
      @FrankBigirimana หลายเดือนก่อน +1

      Good luck my dear

    • @chadiaManirakiza
      @chadiaManirakiza หลายเดือนก่อน +1

      nahejj

    • @Themma129
      @Themma129 หลายเดือนก่อน +3

      The link does not seem to be working! What is going on😢

    • @Sabriya-ms4ry
      @Sabriya-ms4ry หลายเดือนก่อน +2

      Mvuye kumutora kweri🤲Imana idufashe Azobe uwambere mbere ngombe partager iki kiganiro kubagenzi banje bose

    • @Themma129
      @Themma129 หลายเดือนก่อน +1

      @@sirenvibestv It finally worked on the computer. Good luck to you, holy, little one🙏🏾 🤞

  • @HusenNsengiyumva
    @HusenNsengiyumva หลายเดือนก่อน +16

    Ndi umunyarwanda ark nkunda ukuntu abarundikazi bavuga ubawumva biteye emotions oooh ❤❤❤❤

    • @irakozeshakiru1131
      @irakozeshakiru1131 หลายเดือนก่อน +2

      😂😂😂😂😂shaa unkreye umusi kweli emotions duteye ahubgo abanya Rwanda muvuganeza cane❤

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂njew uraz ukuntu nkunda abanyarwanda uko bavuga​@@irakozeshakiru1131

    • @user-yv4ht2tp9c
      @user-yv4ht2tp9c หลายเดือนก่อน +1

      Waaapi Abanyarwanda bavuga nkukumengo n'abatwa. Ikirundi kiraryosh kwumviriza no kuvuga👍👍👍👍🇧🇮​@@irakozeshakiru1131

  • @Twese.01
    @Twese.01 หลายเดือนก่อน +13

    Ababona ko Hosy asa na Benise ampe likes.

  • @user-jz1bb4ti6j
    @user-jz1bb4ti6j หลายเดือนก่อน +8

    Ni Malayika disi ❤❤.
    Uri umutunzi kumutima no kumubiri!
    Uri mwiza kumutima no kumubiri.
    Mpwemu yera mu mubiri muzima.
    Kure cane heza niho tukwipfuriza.❤❤

  • @eliebayubahe6649
    @eliebayubahe6649 หลายเดือนก่อน +7

    Namutoye sister wacu Bénise!! I like English gospel songs! Hageze Kuri burundian ones, biba vyiza cane.
    Abarundi turirimbe mu zindi ndimi. Bon courage.

  • @user-ds9gc3wx4n
    @user-ds9gc3wx4n หลายเดือนก่อน +7

    Ukunt sh kivug tellement simple mon Dieu ❤️

  • @leecharon
    @leecharon หลายเดือนก่อน +3

    Tesa…. More and more slams giiiiiirl🔥🔥🔥🔥 bahe

  • @user-oz2ue6gd8n
    @user-oz2ue6gd8n หลายเดือนก่อน +3

    n umwana w Imana asenga cane.
    Arassa n aba siblings & relatives biwe babaye UK.

  • @kenytrainamahoro4484
    @kenytrainamahoro4484 3 วันที่ผ่านมา

    Ndakunze kino kiganiro🙏👌.

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 20 วันที่ผ่านมา

    Amen Amen Amen !!! UHORAHO ABAZIGAME AMAJA N'AMAZA

  • @angemugisha7056
    @angemugisha7056 หลายเดือนก่อน +1

    Baciye bimukira mukinanira …Mere yake mtoto wa mjini karibu kibondo ❤️❤️❤️

  • @iteritekabenjos-xr7yv
    @iteritekabenjos-xr7yv หลายเดือนก่อน +1

    Nomuvungoo urumvaa karumwanaa wumukoree🎉🎉❤ Niki bj😊😊❤

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 หลายเดือนก่อน +1

    Bénise numwana mwiza cane gose yaringanye na sister Duras naramubonye last year pe
    numwana mwiza cane pe🙏🏾🙏🏾❤️

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤abarundikazi❤❤❤❤ muterimbere cane

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl หลายเดือนก่อน +5

    Hosy wangu uraberewe mumaso disii nuwo mushitsi wawe aratesa knd asa na Davina wa Ibreez ,knd aririmba neza

  • @christella5092
    @christella5092 หลายเดือนก่อน +15

    Sioni Auncle wanje kbx nanje ndi umu single Mother nacuruje ikaranga imyaka 8 nimyumbati kurutaro sha ariko nakuyemwo igikomere cabenewaca babarundi ukuntu basuzugura umuntu biteww nakazi akora😢😢 Imana yantabaye mbuze gato ngo .....😢ariko ndashimira Imana ubu ugwego GITARE angejejeko mfis percel Ibujumbura ndiko ndubaka inzu Ahonyene Ibujumbura ubu nanje ndumwe mubafise ubutaka Ibujumbura kandi si parcel imwe gusa mfise ariko vyaranseko nogira Umukunzi sindi MuBurundi impamvu nanse kugira Umukunzi niki uyumukobwa avuze cuko udashobora kumenya uwugukunze vyukuri ubu maze 5ans mumuhanga sinipfuzako harumuntu twoja muri Rolation kuko sinomenya urukundo nyakuri kuko nkiriko ndadandaza ikaranga nimyumbati kugataro uwo twagerageza kuja muri Rolation amenye akazi nkora sinamenya igihe yagiriye😢😢 niyompamvu maze 5ans ntaja muri rolation kugeza nsubiye Iburundi kandi nipfuza kuja muri Rolation numuntu atanzi lbx atazingo nobanaragiye hanze mfise ibi nibi niyompamvu ntashaka kuja muri rolation ubu gusa Imana izondongora muri vyose kubera Imana nzoba Sionikazi😂😂

    • @christainc.5217
      @christainc.5217 หลายเดือนก่อน

      😢😢pore sana mazinaa

    • @christella5092
      @christella5092 หลายเดือนก่อน

      @@christainc.5217 Imana iratabara muvandimwe

    • @inna7803
      @inna7803 หลายเดือนก่อน +1

      Urindiriye Imana nta conditions ushiraho, ushobora kubona uwukuzi akagukunda kurusha, naho uri nyene ushobora kumuronka umusavye Imana , Imana ntacayinaniye gusa abantu dukunda kwicira inzira

    • @christella5092
      @christella5092 หลายเดือนก่อน

      @@inna7803 Imana nayo yubaha amahitamwo yumuntu cane sinziko hama mubuzima bwose ugomba gushiraho prencipe apana condition kandi igehe cose prencipe igombagusa na condition ariko sibimwe kandi ubuzima butarimwo prencipe nubuzima bwakajagari kandi Imana yacu siyakajagari niyututonde kurya umunyeshure bamubuza kuja muri rolation akiri kuntebe yishure nomubuzima busanzwe nishure harivyo ushira hasi kugira ubanze wakire bimwe ahondi nta rolation nkizo zobabo uzogiyemwo wonapfa uravye nabi ariko kandi cane bivana nicuhisemwo ahasigaye nikuri Telefone mbwira ugworukundo rwokuri oline uwotutarituzinanyi hama duce dutorana kuri fone????hhhhhhh hoya uwo sijewe

    • @christella5092
      @christella5092 หลายเดือนก่อน

      Imana yubaha amahitamwo yumuntu ncuti yanje kandi mubuzima bwumuntu agomba kushiraho principe kandi burigihe principe isa na condition ariko sibimwe 😂nimba utagira principe mubuzima bwawe ubayeho mukajagari kandi Imana yacu siyakajagari niyurutonde so niprincipe zanje kandi ngomba kuzigenderako mbega iyo umunyeshure arikwishurw ko bamubuza kuja muri Rolation atararangiza???nubuzima busanzwe ni amashure harivyo urekura kwanza kugira unsingire ibindi hama ahondi nta ma rolation ahakoregwa kanatsinda sicocanzanye ino urumva izorolation ntahazo zokoregwa atari kuri fone nanje umuntu tutanenyanye nki Iburundi twomenyanira kuri online???uwo sijewe vraimment

  • @angemugisha7056
    @angemugisha7056 หลายเดือนก่อน +1

    Byatanguranye na cité Tosy Bwiza ku 9 av mtoto wa sion na mervise turamuzi akiri umwana mtoto wa mu Bwiza wanje 💋❤️❤️❤️

  • @ruthniyombabazi5139
    @ruthniyombabazi5139 หลายเดือนก่อน +4

    Hosy murasa na benise

  • @kavaofficial203
    @kavaofficial203 หลายเดือนก่อน +2

    Iyo song arayikunda cane irimwo akajambo Way Maker

  • @UYEIC
    @UYEIC หลายเดือนก่อน +1

    Hosy murasa na Benise.

  • @keketvshow
    @keketvshow หลายเดือนก่อน +1

    Courage 🔥🔥🔥

  • @mavoicesfriend-uk6pi
    @mavoicesfriend-uk6pi หลายเดือนก่อน +4

    Ndi uwambere kugira commentaire kubera nkunda business 🥰🥰🥰 2:33
    Benissa ndamukunda caaaneeee❤❤❤

  • @boaseniyimbona4810
    @boaseniyimbona4810 หลายเดือนก่อน

    Waaaaaoooo ndamukunze cane afise impano

  • @NeemaNiyokwizera-om9wi
    @NeemaNiyokwizera-om9wi หลายเดือนก่อน

    Ndakwemey p kucongerez

  • @user-jz1bb4ti6j
    @user-jz1bb4ti6j หลายเดือนก่อน +2

    Uri mwiza hose nukuri ♥️♥️💚✅
    None kutashizeho chaîne yiwe ya TH-cam??

  • @user-nb9gn3ye5q
    @user-nb9gn3ye5q หลายเดือนก่อน

    Ndamukunda sha ni patrone wanj nkunda ntugez moura nuwusa naw

  • @evelynefuraha4053
    @evelynefuraha4053 หลายเดือนก่อน

    Courage Bénise

  • @ViniciusJr12345
    @ViniciusJr12345 หลายเดือนก่อน +2

    Tora UBURUNDI mumushigikire uwu mu sister wacu

  • @belindabg963
    @belindabg963 หลายเดือนก่อน +1

    Just voted for you beautiful ❤ Done ✅

  • @user-ey3ui2yq3h
    @user-ey3ui2yq3h หลายเดือนก่อน

    Mbay uwagatatu ndemera ❤

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl หลายเดือนก่อน

    Nukwo kbsa❤❤❤❤

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 หลายเดือนก่อน

    👌👌❤️🙏🏾

  • @ndereyimanaferdinand8447
    @ndereyimanaferdinand8447 หลายเดือนก่อน

    ❤❤

  • @NduwimanaAmina-io2cf
    @NduwimanaAmina-io2cf หลายเดือนก่อน

    Hozy. Yambu. Ndagukunda. Canee

  • @dondidax230
    @dondidax230 หลายเดือนก่อน

    Keep it up
    Namutoyeee💯💯

  • @nonokaymanirakiza9801
    @nonokaymanirakiza9801 หลายเดือนก่อน

    ✊✅👌💯

  • @eustachesitaki3698
    @eustachesitaki3698 หลายเดือนก่อน +1

    Muhunde amajwi uyu mwana w'uBurundi. Jewe narahejeje. Mbega mwebwe namwe barundi murindiriye iki ku mutora nokugira partage ya link

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 หลายเดือนก่อน

    Irakeha yuzuye intango

  • @CarmelcnNinziza
    @CarmelcnNinziza หลายเดือนก่อน +1

    Fye na ye😂😂😂😂😂😂

  • @user-fy3nn2xu5f
    @user-fy3nn2xu5f หลายเดือนก่อน

    Hosyyyyy warapu waridu😂😂

  • @nduwimana669
    @nduwimana669 หลายเดือนก่อน

    😮😢.

  • @Iriho
    @Iriho หลายเดือนก่อน +1

    KO musa caaaane n'a Benise Hosy???

  • @girukwishakadivine9836
    @girukwishakadivine9836 หลายเดือนก่อน

    Je Benise ntaw narinzi arik ndirutse kumutora😂

  • @FloretteKaneza-u7x
    @FloretteKaneza-u7x หลายเดือนก่อน +3

    Je mwe murantwenza ubu rr k mwumvs arumwana wa sioni utu msg twose ni ndagukunda shaa ubukene ni bubi kbx

    • @niyorukizaelias8142
      @niyorukizaelias8142 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂😂

    • @munyanazamda4601
      @munyanazamda4601 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂😂

    • @ffhcgggcjc-ix7fs
      @ffhcgggcjc-ix7fs หลายเดือนก่อน +1

      Ibaze Sha nkubu jewe ntimwobwira komunkunda😂😂😂😂ngonuko mvuka mubaken 😂😂😂🎉🎉🎉

    • @ncxp5663
      @ncxp5663 หลายเดือนก่อน

      @@ffhcgggcjc-ix7fs this life 😅😅mpore. Ndagukunda 😂

  • @NezerweNelly-pd8lg
    @NezerweNelly-pd8lg หลายเดือนก่อน

    J nizere ko ufyonze kur Burundi tuba tumutoye biheze?? Sinihende yemwe

  • @jajairadukunda3103
    @jajairadukunda3103 หลายเดือนก่อน

    Yishurira kugihe😂😂

  • @aminaofficial2022
    @aminaofficial2022 หลายเดือนก่อน

    Nanje namutoye vrema

  • @KwizeraEvrard
    @KwizeraEvrard หลายเดือนก่อน

    Uyumwana ndamu fana Kandi ikintu ndamukundira indero yemwe

  • @galaxytechnologycenterelec268
    @galaxytechnologycenterelec268 หลายเดือนก่อน

    Uwo nihasa ryawe ?

  • @burundianafricandancers6415
    @burundianafricandancers6415 หลายเดือนก่อน

    Duhe Instagram yiwe??

  • @KwizeraConsolate
    @KwizeraConsolate หลายเดือนก่อน +1

    😅😅😅 😅😅😅 utung cnk urek iciza nuko worangiza neza 😅😅😅😅😅😅 daaaaaaaaaa zurafashimpfuvyi ibindivyo nubusa maweee

    • @clean-m8n
      @clean-m8n หลายเดือนก่อน

      Ziba ngenda na we ubafashe nukusa

  • @GermainNduwayo
    @GermainNduwayo หลายเดือนก่อน

    Hosy komusa muravukana murasa gose

  • @AnnyQuecineIgiraneza
    @AnnyQuecineIgiraneza หลายเดือนก่อน

    abandi baririmba muzindi ndimi ni aba D4G muzobaronderee

  • @Sara-iz2nr
    @Sara-iz2nr หลายเดือนก่อน +1

    Hosy uyu mugore murasa

    • @KwizeraConsolate
      @KwizeraConsolate หลายเดือนก่อน

      😅😅😅 umugore wa so ? 🤔🤔🤔🤔🤔🤔 hhhhh

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 หลายเดือนก่อน

      ​@@KwizeraConsolate😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @jolisnintunze3796
    @jolisnintunze3796 หลายเดือนก่อน

    Kiririmba neza ico cana

  • @ninetteba433
    @ninetteba433 หลายเดือนก่อน

    Ndanumiwe ngo abana bo mumanoti nta ndero ,tekana bandugu

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii หลายเดือนก่อน

    ✌✌✌✌Kuwait

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 หลายเดือนก่อน

    Osi komusa numutumire wawe ababona kobasa bampelike

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo หลายเดือนก่อน +1

    None kuberiki utudemu twose twiza nibonera nsanga twambayimpeta 😢😢😢

  • @alaninalvittaavnin7505
    @alaninalvittaavnin7505 หลายเดือนก่อน

    Ko mutabishizeko umwana wa sioni turamuzi twese

  • @belyseirankunda7277
    @belyseirankunda7277 หลายเดือนก่อน

    Numwana wande none?

    • @IVOMO_TV
      @IVOMO_TV หลายเดือนก่อน

      Siyoni

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii หลายเดือนก่อน +2

    Sioni haruwundi

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 หลายเดือนก่อน +2

    Hosy sivyiza kuvuga kirundo mwizina utambaye costume na caravate biriko birategugwa mumisi iza kirundo ibe umugwa mukuru wubutunzi.

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 หลายเดือนก่อน

      😂9😅😅

  • @igirubuntuariane9130
    @igirubuntuariane9130 หลายเดือนก่อน

    Benise Umbwirire Heaven, Israël, na Bejamin uti madame Ariane yambu muri abana beza ntimwishima

  • @kavaofficial203
    @kavaofficial203 หลายเดือนก่อน

    Umukobwa wa Yesu Kristo akongera Umwana w'umuguzatunga nakuze numva Siyoni hahandi Maman abuza amahoro wende kwa Siyoni😂mwibanga le24/8 harico twiteze kuri we

  • @maniratungaaliser9586
    @maniratungaaliser9586 หลายเดือนก่อน

    Sioni yihagane kukwigisha
    Mumahaga ntihagire icumvamwo jewe imba America ibaze nkumwana wawe hokwigira ibintu bifese akamaro ivyo naho warikguma gaho warikuvyiga ariko sowawe yarahejeje ahiwe hasigaye ahawe nukuri ntaco watuzaniye

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @Innocentciza
    @Innocentciza หลายเดือนก่อน

    uyo azigutukana gsa ntabindi aziii

    • @clean-m8n
      @clean-m8n หลายเดือนก่อน

      Ziba wambura kimazi we uwo akuzihe? Ibikene ni binwa vyabo bivuga nabi ni 5&6

    • @user-jz1bb4ti6j
      @user-jz1bb4ti6j หลายเดือนก่อน

      Yaragututse?
      Ko numva yivugira nkamalayika.
      Canke numutima mubi wawe wuzuye urwanko nkurwa kayini yagiriye Abel ??

  • @UYEIC
    @UYEIC หลายเดือนก่อน +1

    Hosy murasa na Benise.

  • @KwizeraConsolate
    @KwizeraConsolate หลายเดือนก่อน

    😅😅😅 😅😅😅 utung cnk urek iciza nuko worangiza neza 😅😅😅😅😅😅 daaaaaaaaaa zurafashimpfuvyi ibindivyo nubusa maweee