Umurwizatunga w'umukenyezi kubera ubworozi bw'INKOKO//Ama MILIYONI ndonka//Uruganda nakoze//BEFA ije
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 27 มิ.ย. 2024
- Umurwizatunga w'umukenyezi kubera ubworozi bw'INKOKO//Ama MILIYONI ndonka//Uruganda nakoze//BEFA ije
@NtareRushatsiHouseTV
#inkoko - บันเทิง
Bwana Gaël,umukubito muriko muraduha inspiration kabisa! Ibiganiro nkibi bigwire! Hama muduhe adresse yiwe naho umuntu yosanga ivyo vyiza
Kumusenyi wa mpanda
@@havyarimanajocelyne9096mwoduha Aka numéro kiwe??
Duh nimero yiwe tumushorer
iyo formation twarayumvise uyu mu maman numuntu aciye ubwenge knd abaserukiye abandi muri formation twizere kobazotwigisha ivyo bahigiye kubra wabigishije ivyingira kamaro terimbere gose
Courage caane rwose,ndagukunda
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz ❤
She’s very intelligent
Ni ncabwenge uwo mu mama
Icyiyumviro ciza cane keep going on
nanje ndi 🇨🇦 nshaka kororera inko mibuhema imakamba ndakunda uburimyi nubworozi Dada womfasha gute
Kroiler IBA kuma climat yose
Za kroiler ziryosha akanyama🥰 courage gose 🎉
Erega bamuduha Numero kugira adufashe ubumenyi❤❤🎉
Gael ibi nivyo biganiro bikenewe mumuryango
Ndabemeye cane.
ndamwibuka
Uyumu mama ndamukunze araciyubwenge,
Iciyumviro ciza kbsa
Duhe😂nime zabo binkoko natwe baze😂badufash
Muduhe contact yiwe
Muduhe nimero yuyu muma
Future ministre wa elevage ... 🤌
Mon projet❤
Ndabaza uyumumere abahh
Duhe contact ziwe
Publicit uracari namba wani😅
Noe gusa ikibazo nikimwe kwata address wigira utanga yahoo wobaronkera
Jew zarapfiriye rimwe pe
Mwebwe murugaye urashobora kuza Kuri Caméra ntusige nimero yaho umuntu yobasanga
Ibubanza commune mpanda zone musenyi
Inkoko irarya, ikarya mbere ibivuye hanze ariko umwimbu wayo ukagurigwa mugihugu, none ko amagi akoreshwa mugihugu hari ayava hanze😢ivyo umutumire bimubwiye iki!?
Ubudasa kuri kroiler nuko itunzwe nka sekaganda nahone irata kandi ntigoye kugaburira muri BEFA barabafasha
NDAKWINGINZE WOWE DUHURIYE AHA WAKABYARAWE NKANDIRA KW FOTO KANDI IMANA IGUHEZAGIRE WOWE UBIKOZE 🤲🏾😰❤️❤️🫂🙏🏾
Ndbikoze bambe😢❤❤❤
Nimuduhe numéro za jizera
Bonjour aka numero kuwo mufasoni
Ego vrmt imiti yibitugwa igwire can turikumwe
None murihenda iriginiryaja kurimake ibiryo vyazo navyo kwisoko muzoba mwamanuye ibiciro
Asha kuri publicité, uruwa mbere
None contact yiwe irihe?
Ikiganirocaweniciea.arikouzozeuraduhanimeroyaterefoneyuntumubamwaganiriye
Uyu mupfasoni arafise ishaka. Abandi bakenyezi babone kure❤❤❤
❤
Iyo projet itumbereye hehe?
Kumusenyi wa mpanda
Merci beaucoup
❤❤❤
Akorera hh
Kumusenyi wa mpanda
Twari tugukumbuye muburimyi nubworozi
Reka kuebesha ntabaryagwanda baza kugurunkoko iwawe mugwanda baraturusha kworora
Namba urimburakimazi reka kubeshuza abibereye kukazi atacemeza ufise
none igihugu wumvise yavuze nugwanda gusa??
Publicit uracari namba wani😅