Fablice Manirakiza yasavye igisabo Umukuru w’Igihugu co kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 19 ต.ค. 2024
  • #Burundi: Fablice Manirakiza yasavye igisabo Umukuru w’Igihugu co kwemerera Abarundi baba mu mahanga #Diaspora kubaha uruhusha bakitunganya bakubaka isoko nkuru ya Bujumbura. Umukuru w’Igihugu yaciye asaba Abarongoye ikigo #OBUHA kijejwe inyubako rusangi kwicarana na Fablice Manirakiza bakavugana icokorwa kugira ico gikorwa kije mu ngiro.

ความคิดเห็น • 66

  • @dushimeterry
    @dushimeterry 2 หลายเดือนก่อน +6

    Nubwo atorinda arivuga turamuzi🎉❤Avuga Ashira mungiro🎉Imana imukomeze mu migambi afitiye Igihugu cacu❤Burundi4Life

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 2 หลายเดือนก่อน +3

    uBdi ni Buto .
    Reta iduhaye Icizere ko atavyamanyanga bizojamwo
    Abarundi twenyene ubwacu twohindura image y Igihugu ata Munyamahanga agiyemwo👍🏾
    Burundi Shall Smile 1Day
    ✊🏾🇧🇮

  • @JuvenalNdacayisaba-d6o
    @JuvenalNdacayisaba-d6o 2 หลายเดือนก่อน +3

    Avuze neza

  • @nshimirimanaolive4965
    @nshimirimanaolive4965 2 หลายเดือนก่อน +2

    God bless you Fabrice we are so blessed to have you !!!!!!

  • @dushimeterry
    @dushimeterry 2 หลายเดือนก่อน +1

    Uyu mugabo ni nyishu nziza ku Burundi bwacu❤ Turasaba Reta yacu kobomuha uruhusha🎉Agakora icoyaherewe AWARD Ya 2019 Muri Austaralia🎉

  • @mwajumamperanyi3769
    @mwajumamperanyi3769 2 หลายเดือนก่อน

    Komera mutama imana ibaje imbere 🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮😍😍😍❤️❤️

  • @BematBemas
    @BematBemas 2 หลายเดือนก่อน +3

    Mumwogerereze umutekano ababaya ntibaze bamugirire nabi( abasi bigihugu)

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 2 หลายเดือนก่อน +1

    Good news Viva Burundi from Burundi Lives in cape Town 🇧🇮 ❤❤

  • @MukankwiroPhoebe
    @MukankwiroPhoebe 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ndayishimiye ❤❤❤, Fabrice ❤ zamura uburundi bugaragare

  • @mwajumamperanyi3769
    @mwajumamperanyi3769 2 หลายเดือนก่อน

    Wi rambire imana ibahezagira ❤❤🙏🙏🙏💯🇧🇮

  • @signolinenikiza3710
    @signolinenikiza3710 2 หลายเดือนก่อน

    Fabrice hejuru cane

  • @Jeannelysa
    @Jeannelysa 2 หลายเดือนก่อน

    Yo le marché de Bujumbura 😢😢,

  • @JeanvierHakizimana
    @JeanvierHakizimana 2 หลายเดือนก่อน

    Fabrice ndamukunda caneee numukozi kabisa yubahwe Imana ibandanye imuhezagira kugikorwa ariko arakora cokubaka igisagara ❤

  • @EricBirori-ye5bn
    @EricBirori-ye5bn 2 หลายเดือนก่อน

    Vyukuri birakwiye ko iyo soko yubakwa. Courage Fabrice🎉

  • @MediatriceZirikunama
    @MediatriceZirikunama 18 วันที่ผ่านมา

    Obr murayicarira hamwe hamwe birayigora muzemuyibahafi

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 2 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤

  • @Jean-i7q
    @Jean-i7q 2 หลายเดือนก่อน

    Thank you ❤❤❤❤so much

  • @ekaiesikiria2104
    @ekaiesikiria2104 2 หลายเดือนก่อน

    Korakazi mutama turakwemera

  • @Jeannelysa
    @Jeannelysa 2 หลายเดือนก่อน

    J'aime bien le président Neva❤ il aide et soutien les entrepreneurs ❤🎉

  • @Jeannelysa
    @Jeannelysa 2 หลายเดือนก่อน

    Bravo 👏👏👏👏 président Never❤ , c'est triste Fabrice ni orphelin il pouvait rester en Europe,Australie

  • @MathewsZacharia
    @MathewsZacharia 2 หลายเดือนก่อน

    Nimodoka murazireka kuko nazonyene nitunga kugihugu,kuko ziragirirwa registrations Kandi zikariha ibikenerwa vyose iyo ziriko zikorera kubutaka bwuburundi

  • @FrancisNzigiyimpa
    @FrancisNzigiyimpa 2 หลายเดือนก่อน +1

    Na south africa freeway nizabikorera ivyabo plz duhe izo opportunity

  • @MarieGorethNdayikunda
    @MarieGorethNdayikunda หลายเดือนก่อน

    Fabrice IMANA ibandanye kutuzigamira urintwari nukuri nuduhe numéro dushirako amahera ntidusange vyaheze guterera umugambi mwiza

  • @pascalndayiragijepascal1393
    @pascalndayiragijepascal1393 2 หลายเดือนก่อน +1

    Uyu mupetit arashoboye .Numwana wumutima

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere 2 หลายเดือนก่อน +1

    Voilà,incabwenge ija hanze kurondera ubumenyi bwo kubaka igihugu ciwe

  • @mundabireson6721
    @mundabireson6721 2 หลายเดือนก่อน

    Fabrice big up naj noterera kabisa l love my country

  • @MagnifiqueNtahimpera
    @MagnifiqueNtahimpera 2 หลายเดือนก่อน +1

    Basha , nayamabarabara yananiranye muyahe abanyagihugu bakubitemwo imitahe urabeko yose tutayafyefyenura

  • @vincentlion7487
    @vincentlion7487 2 หลายเดือนก่อน

    Ndakwemera mukuru wigihugu

  • @testimonyofficial
    @testimonyofficial 2 หลายเดือนก่อน

    Together we can

  • @nshimirimanaolive4965
    @nshimirimanaolive4965 2 หลายเดือนก่อน

    Fabrice ndakwemera

  • @PatriceYamuremye-hb5vn
    @PatriceYamuremye-hb5vn 2 หลายเดือนก่อน +2

    Fabrice,kbs wewe urashoboye pe!tera ujimbere ,ukomeze guteza imbere igihugu cakwibarutse

  • @JonasGidy
    @JonasGidy 2 หลายเดือนก่อน +1

    Urukwavu rurakura rukonka umwana

  • @EmileDari-iq5gn
    @EmileDari-iq5gn 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mbega iyo Diaspora uvuga niyihe kannga munoko

    • @ekaiesikiria2104
      @ekaiesikiria2104 2 หลายเดือนก่อน

      Nyinyi wapumbafu hatuwaitaji endelea kulala hapo Belgium na mahama

  • @enockmumbere84
    @enockmumbere84 2 หลายเดือนก่อน

    Nagira muzatubarize umukuru wigihungu niba nu mukongomana ashobora kugura muburundi . Kuko Mbona bwarabaye nka Eden

  • @ENOCKboyTv-fm5ye
    @ENOCKboyTv-fm5ye 2 หลายเดือนก่อน

    Burundi nibatureke twijije ibintu bitarihiye niho tuzoterimbere vyihuse knduwushoboye bamureke yinzize ibintu tuzoca duterimbere vyihuse

  • @JonasGidy
    @JonasGidy 2 หลายเดือนก่อน +1

    Munyumvira ba Moses,umwe yirirwa aravuga nabi igihugu ciwe,munyumvira mubakira imigambi arikumwe na Fabrice,munyumvira arimwo?wubahwe cane Fabrice,

  • @JeanVyisi-sn2wh
    @JeanVyisi-sn2wh 23 วันที่ผ่านมา

    Fablice arashoboye cane kandi arakerebutse cane

  • @Mireille-austin
    @Mireille-austin 2 หลายเดือนก่อน

    Fabrice naje ivyobihumbi ijana nzoyashiramwo pe

  • @pascalndayiragijepascal1393
    @pascalndayiragijepascal1393 2 หลายเดือนก่อน

    Reta lrakwiye gutanga akazi muba diasporant

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 2 หลายเดือนก่อน +1

    Muhe iyo projet Fabrice agerageze, kuko avuga ko azokorana n'abandi. Nibaza ko iciyumviro ari ciza. Ariko n'umugambi ukwiye kwigwa n'abantu babishoboye. Sibintu vyo kwubaka nkarya mazu fabrice yubaka, harya hasabwa ivyigwa vyibanze. Ariko iciyumviro niciza

    • @user-di3uz4gh5j
      @user-di3uz4gh5j 2 หลายเดือนก่อน

      Wewe mpore, ntubabare mutama!
      Ayamuhaye ubwobwenge bw’ukubaka ayomazu m’umaze kubona, niyo izomwongera n’ubwo bwenge bw’ukubaka n’iyosoko!
      Aba….. turamwemera kabisa!

  • @OlivierIrangabiye
    @OlivierIrangabiye 2 หลายเดือนก่อน

    wao umudiaspora afise kumitima igihuguu

  • @manirambonanorbert2689
    @manirambonanorbert2689 2 หลายเดือนก่อน +1

    Fabrice muzotwubakire ibituro vyama bus?????

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mukosore Camera ntibonesha amashusho neza

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 2 หลายเดือนก่อน

    Reta niduhe ibibanza twubake.

  • @abrwanda
    @abrwanda 2 หลายเดือนก่อน

    Fabrice ufite Impano pe

  • @jeanmarieciza2262
    @jeanmarieciza2262 2 หลายเดือนก่อน

    Wirambir
    Muvyey wac

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 2 หลายเดือนก่อน +2

    5o milliards de FBU ni make, muyashize en dollars kugira ivyo kwubakisha bimwe bimwe bigugwa hanze. Kiretse agomba kwubaka isoko ihuye nayo mafranga vyoshoboka, kuri standard ya Eden birashoka😂😂😂😂😂

    • @user-di3uz4gh5j
      @user-di3uz4gh5j 2 หลายเดือนก่อน

      Oya mutama! Burya ibintuvyinshi birazimbutse iyo uwubikora adashizemwo ama commission!
      For instance:
      1Gallon/5L ya Oil change y’imodoka igugwa angahe mwi shop, ugiye kumufundi ngw’akugirire Oil change(with his own oil) agucaja angahe?

  • @EmileDari-iq5gn
    @EmileDari-iq5gn 2 หลายเดือนก่อน

    Non ukorera never

  • @SamanthaIradukunda
    @SamanthaIradukunda 2 หลายเดือนก่อน

    nibanuhe yikorere kwaband vyabaninye

  • @NduwimanaEzzoedouard
    @NduwimanaEzzoedouard 2 หลายเดือนก่อน

    Boyimuha vyoba vyiza vrt

  • @NiyomutabaziIsabelle
    @NiyomutabaziIsabelle 2 หลายเดือนก่อน

    Fabrice baguhe wubake isoko

    • @Nziraph
      @Nziraph 2 หลายเดือนก่อน

      Ni nde yoba yatahuye inyishu yahaye Fablice? Conseil des ministres ko yabiheje kuvyiga, hariho un plan d' execution? Kuvyerekeye exonerated, yaciye abita kuri OBR, none OBR irigaba?

    • @SamanthaIradukunda
      @SamanthaIradukunda 2 หลายเดือนก่อน

      ​@@Nziraphnibanuhe yiyubakire isoko kwabandi vyabaniniye

  • @jeanniyonkuru7545
    @jeanniyonkuru7545 2 หลายเดือนก่อน

    Wewe wagize ici gwa cahe?rya amahera y'igihugu ndayishimiye ariko ariba nayo amahera ya Diaspora aboneka bigoranye s'ugufpa gushora murayo manyanga. Urakumbura usubire muri Australie ukiri mwiza. 4:28

    • @BematBemas
      @BematBemas 2 หลายเดือนก่อน +1

      Uri umwasi witerambere wewe

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 2 หลายเดือนก่อน

      ​@@BematBemas abanabadayimoni muta ntibakwije mumutwe

    • @Mireille-austin
      @Mireille-austin 2 หลายเดือนก่อน +1

      Rwawe yagumye ureke abandi bakore kandi wanka wemera bazobikora utangare

  • @FrancisNzigiyimpa
    @FrancisNzigiyimpa 2 หลายเดือนก่อน

    Iza toll gate

  • @ntakirutimanalucky7522
    @ntakirutimanalucky7522 2 หลายเดือนก่อน +2

    God bless you fabrice I will see you soon. I need your contact number plz

  • @pascalndayiragijepascal1393
    @pascalndayiragijepascal1393 2 หลายเดือนก่อน

    Reta lrakwiye gutanga akazi mu ba diasporant