Uburundi bwarakureze ugatera imbere, haba hasigaye nawe ko ubusubiriza mu ndumane ugasahiriza.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 6 ต.ค. 2024
  • #Burundi: Ibitaro vy'akarere vya #Rumonge biriko bironswa ibikoresho n'ubuhinga ku bakozi bavyo kugira ngo bizoshobore kuvura hakoreshejwe ubuhinga ngurukana bumenyi igihe bikenewe. Ivyo bakaba bariko babifashwamwo na Kaminuza ya #Papenburg yo mu gihugu c'Ubudagi Kaminuza mu bayitanguje harimwo umuganga w'umurundi Evariste Gafumbegete .

ความคิดเห็น • 23

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Abanyarumonge tumenyane. Like. Mutambara city

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Burundi burundi burundi cagihugu kizohurumbigwa na benshi. Mwirambure cane

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Sha president wacu yubahwe atumye abantu bose bakunda igihugu cabo ndagukunda Burundi❤❤

  • @NdindiriyimanaEtienne
    @NdindiriyimanaEtienne 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Komeza Mukunde Igihugu c'amavuko❤

  • @OscarIrankunda-k2y
    @OscarIrankunda-k2y ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Uburundi kuyindi ntambwe kabx❤❤

  • @LovelyForestHills-vm2wy
    @LovelyForestHills-vm2wy 26 นาทีที่ผ่านมา

    Terimberburundibwacu🇧🇮💪

  • @AmisoMuyohira
    @AmisoMuyohira ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Abagiranezaa nivyiza gosee komwatwibutse

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Very nice❤😂

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Komera

  • @Sabriya-ms4ry
    @Sabriya-ms4ry ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Uburundi harico IMANA yabuvuzeko

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Uburundi bwacu bahagurutse buri kuyindi ntambwe

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤🎉🎉

  • @EdouardNduwayezu
    @EdouardNduwayezu 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Igihugu cacu nukucicapako nukuri

    • @christella5092
      @christella5092 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      😂😂😂

  • @cvzx-2968
    @cvzx-2968 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ibivyiza❤❤❤❤

  • @NDIZEYEAlexis-f2p
    @NDIZEYEAlexis-f2p 38 นาทีที่ผ่านมา +1

    Cimamanda nawe mumureke yishinge abebezwa.avuga.uburundi ukutariko ukamenya sumurundi iryambwa

  • @prudencensaguye3374
    @prudencensaguye3374 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Birahimbaye cane kabisa. Dushimiye iyo mvukiraa yo mu Gatumba yabaciriye inzira

  • @christella5092
    @christella5092 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Yooooo uyumudamu wumuzungu avuga atwenga aranejeje

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Mutama. President. Evariste. Wubahwe cane. Imbono yawe. Umuco turi kuwubona. Zantovyi. Mwumve. Ivyo zivunduruka zivuga. Ubuswa

  • @ndayikengurutseemmanuel50
    @ndayikengurutseemmanuel50 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Umurundi akunda igihugu

  • @NiyimubonaJmarie
    @NiyimubonaJmarie 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    irambire

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque1318 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ndavye abantu baheruka gupfira mumazi,Ubu ubwirako nofata urugendo rwomumazi nohitamwo gusiba

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    None uburundi bwareze abo bazungu..😂🤠.?