Doriane tu es très intelligente,visionnaire ,disciplinée,courageuse ,je suis très édifiée,,,warukwiye kuja kuma Chanels yose y i bdi na TV z ibdi kugira ufashe aba jeunes kuguruka amaso ,ico kintu ndakigusavye pe ntuzobura n abantu 10 uzosanga urokoye,merci pour le partage
Je ne commente jamais mais là🤩🤩🤩 , je ne peux pas m'empecher de commenter , merci Pam channel TV d'avoir invité Dodo pour nous partager une histoire si INSPIRANTE .
Waooooooooouuuh très encourageant vrm!! Merci merci🙏 turakwishimiye. Karibu kandi kuraba ikiganiro ku kayi chaque vendredi 18h . U can also gu sharinga abandi ikiganiro ❤
Dodo sha yambiii, je te souviens à l'ETS kamenge! Uko nyene uri niko warumezee, inkerebutsi kwakundi, agasura kwakundi, agatima kera kwakundi, ubwenge vrt ni Dodo. Courage sha ndakwemera urashoboye. Terimberee Shop yawe tuzoshoppinga. Turanezerewe kukubona abo twabanye muri cacumba hafi ya manala, na Lambert😅😅 ....
@user. Bavuga ko kwiga ingendo y'uwundi ishobora kukuvuna. Cette brave dame s'est bien debatue et elle a pu reussir. Il y a des jeunes qui dans ce ``modele" ne verraient que la reussite sans bien tenir compte d'enormes risques qu'elle a du prendre. Kandi ndiyumvira ko umujeune yakuriye aho umuyaya n'umuboyi aribo bakora vyose murugo vyomugora kwihanganira ubuzima bumugoye mumahanga la ou il/elle serait oblige de tout faire pour survivre de soi-meme.
Dodo courage, iyo nzira narayiciyemwo imbere yawe ariko uno munsi meze neza. Ni benshi peut être bibazako ari histoire ariko iyo témoignage yawe ndayemera.
Ndaronse umuntu dusangiye experience. Nasavye visa muri Ambassade de france par la grâce du très haut bayimpaye muri 2 jours ariko nshitse i paris vyose vyabaye uko kwawe. Uvuze 115 nciye nibuka le bourget😂. na danube. Aho dutandukaniye wewe wararonse abagufasha gato, jewe ivyiwanje n'amabanga😂😂, ico bita urugendo naragikoze pe, de Bujumbura, à Paris, de Paris à Bruxelles, de Bruxelles à Copenhague en 24h😂😂 quelques mois plus tard ni retrouva i Paris aho ivyo vyose naciye ntangura kubicamwo la suite murandondera nzoyibahe muri grand format 😂
Wow … Tellement ndumiwe, Intahe yawe irankozeko cane. Abarundikazi nkamwe tubashaka muri menshi. 🥰
Intahe nziza cane Dodo urintwarikazi cane Imana ibandanye igucira inzira
Dodo uri indwanyi y'umugore. Coup de chapeau vraiment. Icitegererezo c'abandi
Doriane tu es très intelligente,visionnaire ,disciplinée,courageuse ,je suis très édifiée,,,warukwiye kuja kuma Chanels yose y i bdi na TV z ibdi kugira ufashe aba jeunes kuguruka amaso ,ico kintu ndakigusavye pe ntuzobura n abantu 10 uzosanga urokoye,merci pour le partage
C'est une fille extra Ordinaires... je suis épater
Awesomee. Thank you Dodo to share your inspiring testimony
Ndagushimiye caaaane ku mfashanyo uhaye Abarundi beeenshi baboshwe no kwiyumvira ko gufata urugendo ni ukugira umuntu akwakira
je crois que c'est mon premier commentaire sur you tube et ça vaut la peine. ukuri kwinshi Doriane merci.
Waouh Glory be To JESUS-CHRIST my GOD;Quel témoignage ...Merci bcp Mesdames
Uri intungane ma chère
Wooooiwwwww ntubaho Doriane, très beau parcours, i am speechless ❤❤❤
Followed, liked ❤ Merci Doriane pour ton témoignage et tes encouragements 🙏🏾
Oooh my God! so amazing journey
Murakoze cane gose harimo impanuro zifasha cane ! Gutaha ni master kuja guca ubwége ni Vyiza kuba ufise objectif is the key to the success of
Merci Dodo, Impanuro nziza cane. ivyiyumviro bifasha cane.
Wouw ikiganiro ca madame Dodo ndagikunze cane chapeau 👍🏿
Excellent témoignage, son histoire est identique à la mienne ❤
Mwakosze cyane kutuzanira uwo muvandinwe aho araduhuguye pe
Super.
Ce sont des paroles édifiantes
Merci Doriane
Bon courage.muhezagirwe
Tu es toute mignon. Iyo temoignage yawe ibere isolated surtout ku banana baba bavuye I Burundi .tu es a felicitee
Imana ibahezagire sha Dodo kuba udusangije urugendo wagize
Turabishimiye Imana yo yakwereka ico gukora igihe cose
Awww mercii beaucoup pour ton temoignage uranyubatse pee kandi ubandanye utera imbere abantu nkawe turabakeney mu Burundi Bwiza Bwacu.
Je ne commente jamais mais là🤩🤩🤩 , je ne peux pas m'empecher de commenter , merci Pam channel TV d'avoir invité Dodo pour nous partager une histoire si INSPIRANTE .
Waooooooooouuuh très encourageant vrm!! Merci merci🙏 turakwishimiye. Karibu kandi kuraba ikiganiro ku kayi chaque vendredi 18h . U can also gu sharinga abandi ikiganiro ❤
Huuh7 6:20
Yh
Merci pour l émissions , Doriane merci pour le temoignage, tu est une courageuse imana ikujimbere
Vous êtes vraiment inspirentes.Merci pour les bons conseils
Mukama wanje. Ewe wa mugore! Ndakwemeye! N'igihugu wogitwara kweli kuko urazi ubwenge
I salute you dodo❤❤❤❤ testimony yaw irafasha
Uri intwari Doriane. Merci pour le témoignage. Les jeunes bagufateko akarorero
Merci beaucoup Madame Dodo.
Je souhaite juste kukunganira ku kintu kimwe wavuze kijanye na Integration.
Iyo ushitse mu mahanga ukaba wagiye kugira urondera ingene utera imbere, ntuzorondere abantu b'iwanyu ngo babe aribo mwamana . Oya.
Mbere bigushobokeye baje kure mubonane gake .
La bonne intégration c'est dans la communauté d'accueil et la communauté d'origine.
Kandi ntukeneye kumera nk'uko bobo bameze , ukeneye kumera ukwawe.
Hariho ico Umuremyi yaguteguriye, Imana izokwereka rero ingene ugishikako nk'uko yabikoreye DODO.
Merci Dodo. Brave femme vraiment
Wow femme forte🙏🏾Pam we love you..ukora ibikora inka💕
Merci beaucoup pour cette émission avec Doriane. Félicitations à Doriane.
Mbega intahe!!!Nukuri Doriane Imana Iguhezagire.Intahe yawe iranyubatse.
Yoooo uruwa grave Doriane jewe impanuro uko wavyitwayemwo .....nukuri la paix du coeur niyo ikumenyesha KO imbere ari heza cane .Ndashimiyimana .Pamela Nawe ndamukuuuunda cane havutse ibintu vyinshi mu Burundi biryoshe reka tugendere kuriyo Mpapuro yawe.
Vous m,inspirez Pam chanel Tv avec vos émissions.Felicitation brave femme
Uyo mudamu n'intwari !!!!Avuz'ukuri kuzuye!!!!❤❤❤
Dodo sha yambiii, je te souviens à l'ETS kamenge! Uko nyene uri niko warumezee, inkerebutsi kwakundi, agasura kwakundi, agatima kera kwakundi, ubwenge vrt ni Dodo. Courage sha ndakwemera urashoboye. Terimberee Shop yawe tuzoshoppinga. Turanezerewe kukubona abo twabanye muri cacumba hafi ya manala, na Lambert😅😅 ....
Arakoze cane Dodo ku mpanuro aduhaye, ategerezwa kuba ari umwana w'Imana, mbega nyene arubatse rukristu, abana na se w'umwana wiwe?
Wow!! Très inspirant🙏
Ndaryohewe caneee uramfashijeee .❤
Wow🥳🥳🥳🥳🥳Intahe iryoshe cane kabisa ndafashijwe nukuri iyaza kubaa ari jewe stress yarikunyica nkasanga Ngiye mur dépression eweeee nukuri wubahwe iyo force uzoyigumane kandi ikindi ndonse nuko twokunda gusoma kugira tumenye ivyo hirya n'ino
@happiness. Nivyiza ko wewe umaze kumenya ivyo ushoboye n'ivyo utoshobora/les limites. Nivyo twogerageza kwiteza imbere, mugabo ni kuraba ivyoshobora kudukorera akabi.
Doriane merci Ku ntahe yawe yugurura amaso.
Vrmt ikiganiro Ciza cane, parcours itoroshe, Intahe yigisha cane ndize bisa nivyo naciyemwo igih kiraho .. Mrci
Congrats 👏 👏 👏 urintwari ubwobuzima Nibwo bwadukomeje
What a beautiful story! ❤
Merci pour le temoignage 👏👏👏👏
All the truth said! Uri INTWARI. Courage et courage encore
You are amazing DODO❤
Belle emission. Merci Bcp Dodo.
Nanje nabibayemwo nkigera i paris imana ishimwe sa va. Merci kuri témoignages 😊
Wow she’s amazing
Biryoshe cane kuviriza
Yooo Dodo Imyaka myinshi vrmt très courageuse
Mrci Dodo wacu gihanga hejuru .courage kandi imana ihezagire imigambi yaw
Tu es courageuse madame
Darlene ni igitangaza vraiment chapeau. Intahe yiwe ibere modèle abayumvise surtout les jeunes
@user. Bavuga ko kwiga ingendo y'uwundi ishobora kukuvuna. Cette brave dame s'est bien debatue et elle a pu reussir. Il y a des jeunes qui dans ce ``modele" ne verraient que la reussite sans bien tenir compte d'enormes risques qu'elle a du prendre.
Kandi ndiyumvira ko umujeune yakuriye aho umuyaya n'umuboyi aribo bakora vyose murugo vyomugora kwihanganira ubuzima bumugoye mumahanga la ou il/elle serait oblige de tout faire pour survivre de soi-meme.
Dodidodiko😀, ikiganiro ciza kndi cigisha vrma👌🏽
Merciiiii Dodo pour ton témoignage.
Komera muko urintwari
Tu es très courageuse
Doriane yaaaambiiii imyaka myinshi, ndakwibuka wari inyuma yanje kuri ETS, Yesu aguhezagire cane. Intahe iratwubatse
Warahezagiwe nukuri👌merci kumpanuro utanze🙏🙏
Wise woman
Tu as toujours été courageuse Dodo. Go ahead
Merci
Ndamukunze caneeeee ❤️ bref araciye ubwenge kbx
❤️❤️❤️ Ikiganiro ciza cane
Wow👌femme courageuse vraiment!Love from Rda Dodo ❤
Waouh merci cane Alice Umwansi turakwishimiye. Karibu kandi kuraba ikiganiro ku kayi chaque vendredi 18h . U can also gu sharinga abandi ikiganiro ❤
Wow!!je ndize vrt hama muga ntiyatubwiye uwo bavyaranye barabanye canke?
Gusa naje ngiye gusubira kwishure vrt akazi karaho konyica
Dodo courage, iyo nzira narayiciyemwo imbere yawe ariko uno munsi meze neza. Ni benshi peut être bibazako ari histoire ariko iyo témoignage yawe ndayemera.
Belle émission 🎉
Wooooow j'ai beaucoup appréciée
Burundian women ❤❤❤songa mbele
Ndagukunze pee
Merci pour le témoignage Dodo
PAM CHANEL TV mwagize neza kudutumirira umutumire afise intahe yofasha abarundi benshi. Mbega mwoshobora kuduha contact yiwe umuntu akamusaba conseil selon le projet?
Bravo Dodo!!
Merci pour ce beau temoignage et l'apprentissage qu'on y retient...
Merci à vous
Dodo imyaka myinshi,Intahe yawe yigishije benshi.umukama aguhezagire.
Merci ku ntahe
Love frome rwanda 🇷🇼 ❤
Merci ninziza turakwishimiye♥️ turagutumiye kandi mu kiganiro kukayi chaque vendredi 18h
Une femme battante ❤❤❤
Merci Dodo
Très inspirant !! 🔥👌
Merci 🙌
Congratulations
Ikiganiro kiryoshe ❤
Icompa abana banje bakazob nka Dodi❤
Bravo Dodo
Ndaronse umuntu dusangiye experience. Nasavye visa muri Ambassade de france par la grâce du très haut bayimpaye muri 2 jours ariko nshitse i paris vyose vyabaye uko kwawe. Uvuze 115 nciye nibuka le bourget😂.
na danube.
Aho dutandukaniye wewe wararonse abagufasha gato, jewe ivyiwanje n'amabanga😂😂, ico bita urugendo naragikoze pe, de Bujumbura, à Paris, de Paris à Bruxelles, de Bruxelles à Copenhague en 24h😂😂 quelques mois plus tard ni retrouva i Paris aho ivyo vyose naciye ntangura kubicamwo la suite murandondera nzoyibahe muri grand format 😂
Intahe nziza cane dodo, ne jamais abandonner 👌
Intahe inziza cane❤
Merci pour l'émission
Brava ma Soeur pr votre courage
Merci infiniment
Courage sister
Dodo vrt❤❤❤
❤❤ from Yukon
PAM channel none
Ko ata contact zanyu mwanditseko uwukeneye services zanyu yobatora gute?
Intahe nziza
Ndagukeje gose kuba wahuye nibikomeye arik ntivyaguhitana hubwo umenya guhangana navyo
Dodo kweli, ndakumenye gushasha 🫡👏🏼💪🏽
Ndibutse ko bampaye ishure narinaretse kubandanya ama étape akwirikira none reka mbandanye intahe nkizo nizo zikenewe
courage gira umwete mwishii
bizogenda neza
usenge imana izogucira inzira muri vyose
Jewe mbona uyu mudamu Doriane nk'umuntu yagize imana. Siniyumvira ko urwaruka rwoca rugira ngo nanje ngiye kwiga mumahanga kandi badafise uburyo bwo kuriha iryo shuri bagiye kwiga. Mugabo hari ivyo umuntu yogira avuga ati ARI GUPFA NZOPFE.
Je vous aime beaucoup