ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
😁😁😁😂😂😂 KIGINGI
😂😂😂😂uramukumbuye
Chita nawe yahigereye
Chita Magic❤
Uyu mugore ni mwiza nuko kwifuza ari icyaha pee
😂😂😂😂😂NGO barikukivi #kigingi weee ,uranyisheeAbakunzi ba #hosy Na #kigingi tumenyane ✋✋✋
Aba vieux b'i mukike rero no mw'ijenda🤣🤣🤣🤣
namaze gutwenga ntaranaraba ikiganiro😂😂😂😂😂😂 merci sana hosy
Merci kigingi nawe Imana iguhezagire uzavyare hungu na kobwa🙌🙌🙌
Ndashimiye cane Kigingi vraimentYagerageje kuduha umucoUne fois umuntu yogira urugendo ubwa 1 yomenya uko avyifatamwo
Aho hantu ndahikitse bagutwaye la rue de joie 🤣🤣🤣
Hossy kuki udaha amazi abatumire ntabw wunv ko kiging yasaray imihogo kl? Erg iminota simike knd ikiganiro kib kiryosh nivyo ark wozurategura amazi yumutumire vyob vyiza.cariciyunviro cnj🙏
Sha ata muntu adakunda Kigingi😂😂 Love from USA 🇺🇸
Kuba kanyange nivyizaaaaaaaa sha Kigingi🤣🤣🤣🤣
Kiging wetu buja we love you🇧🇮 but urantwenza sana🤣🤣
Kigingi, Mutima, Mukurukuru ntangura gutweng nkibabona peeeee🤣🤣🤣🤣🤣
Ndakunda SIREN VIBER na émissions za OZI. Kigingi wewe wewe arabizi.
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 mbavu zangu kigingi wee uzigusetsa vrt 💪😂Ham komez mugum kukivi kugeza igihe muzobonera umwimbuu😘😘🤗🤗🤗🤗
Much luv from Kigali💚🇷🇼
Yaàaaaaaaagaaaaaaa icikuvi muriko muzogodoko ryari🤣🤣🔥🔥🔥🔥
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ariko Sha kigingi 😂😂♥️♥️na hosy
Courage hosy bandanya mugenzi abo nibo tuba dushaka apana vya bibarubaru bitamenya ivyo bavuga Kur camera,hama uno musi uri wenyene barya bandi batera akavuyo ntibahana ijambo
Hosy ndagukunda cane . Imana ikujimbere muvyeyi mwiza
Kigingi weeeee urandangije ndahwereye pe hahahahahahhaha
Kanyange hahahaha…much love from USA , IA state!
🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥 ew mukam kiging we imbamv zanj
Kigingi niyubahwe🙏arantwengeje🤣🤣
Love from Kigali- Rwanda 🇷🇼
Muzi kuganira vraiment. Be blessed.
Mwe urubaju ruzoba rutesa mwe na madame musa nezaaa maze wibere kanyangee. Ubu rero ngo ni ba kanyangee 😂😂. Hosy big up muraduteramisha sana
Hhhh kiging ndamukund san eee ntibagie naw hossy
hosy ndagukunda can naho koreshumwwany yavuze ngo impuz umugore wiw yambar ngontaz ufis
I kiganiro kiryoshe. Hosy uzotuzanire Madam wa Kigingi.
Nukuri Interview ya Hosy iba irimwo vibes. Keep up Sis
Hosy uraryohera iyukoresheje terme ya Ndagaswa 🤣🤣🤣🤣, ikiganiro na Kigingi cama kiryoshe , merci
Ndagaswiii😂😂😂
@@sirenvibestv 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Yagiy aho bita gare du Nord yase kuhavuga 😂😂
guma ku kivi😂😂
love from Kigali
Aho sha kigingi ukabwira abandi ubuzima bwohanze ko ari uguhangayika ko umuzungu arumubono nk'abandi.abarundi tureke kubafata nk'ibimana.
Ariko kigingi nukuri uranyishe ngo turi kukivi😁😁😁😁😁
11:36 🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂” ngo ni sekuru”😂😂😂
😅😅nakuze bavuga nkonsa na sogukuru ubu rero ndumvis ico bisigura🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ARANYISHE NUKURI
Mwibaze nko gutwenga ntaranarab'ikiganiro😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Yoooooo muranvuze we hahaaaaaaaaaa me ntituganza abagabo pe
Ewe Kigingi. Umuravumba et bonjour Monsieur
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂wakoz hosy kumutuzanir
Eric turamuramukij😂😂😂😂😂😂😂
Kumbe uyo mukobwa n’ubuyuwayi bwose ntarurira indege????hhhhhhhhhhhhh!
Envelope yumuravumba😂😂😂
Osy, ndagukunda cane,uzana ibiganiro biryoshe.
Kingingi uratweza p😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Love❤️ from rwanda 🇷🇼
Ewe Kigingi uranyishe 😄😄😄😄😄
Hosy gasa neza🥰😍🥰😍
Hosy kalibu pe ,ingo wumvirize akayaga kiburayi
Ko atavuze ingene ivyokurya vyino bibishe😅😅😅🤣🤣🤣
Uziko ndiguseka mutaratangira ikiganiro kweri!Ubuse nimutangira biragenda gute we? I Burundi 🇧🇮 ❤️ . From Rda
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Kingingi aranezereza cane
Kigingi nkwemera cyaneee
Ngwaho imvura😂😂😂😂
ikiganiro ciza mr kigingi and hosy
Respect Mr kigingi courage
Turamutse Eric kwa kigingi numuyaya kwa hosy ham Kigingi komez ikivi Musaza🤜🤛
😂😂😂😂😂😂😂 ati numu boy araho
Mon ami Kigingi......basi urahindura umukozi basi. Merci encore
😂😂😂😂
Hosy courage✍🏻💙
Lol 😂😂😂😂 ati tuguma twehera
Kugingi ga Mana🤣🤣🤣
Much respect to kigingi❤️
Hhhhhh aba star bahuze
Babwire kigingi we abazungu barasabiriza nkabandi
Thanks a lot Mme. #Hosy... pour l'émission...j'ai aimé bcp...#kigingi we will be there on 14th-August-2022...
Nice ozii
Kigingi Mungu akupe umri
Kigungi muri winter bgira hakirikare
Gushika aho tuzanira na kigingi .merci, bon courage
abazungu n’abantu nka twe à 100% ahubwo hari benshi usanga abirabura basumvya ubuzima bwiza
Bakanyange sinari ndabazi
Hosy wavyibushe cane USA neza
Wemeye kuba kanyange kigingiUba wikingiye pression na dépression
Maître kiging
😂😂😂😂😂KIGINGI wee
Kigingi ga mana mpejeje ikiganiro imbavu zumvye
Kagingi🥰
Kigingi yaronse visa kubera madame! Kuba uri marier ugira ubwizigirwa cane ! Kandi madame wawe yakubereye umugisha!
Kanyange yubahwee
Nukuri ikija mundege ubwambere uraruha nanje vyarashikiye
Kanyangeeeee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ati ngo turi ku kivi🤣💀
Hhhhhhhhhh sha birarusha cane
Ati umuravumba 😁😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ewe Alfred urasetsa pe
Kigingi ♥️💞🙏🇧🇮🇸🇦
Sweden decembre kalibu
Ndapfuy imbavuzanje
3:17 aww muribaruka
Faut toujours regarder l'itineraire ecrit sur le ticket. Ca montre tous les stops au cours du trajet.
🤣🤣🤣🤣Kanyange
Big up
kanyage🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Kigingi 🥰🥰🥰
Ukuntu Kigingi avuga yiyegeranije biratwenza
uzokwige English vrem🤣
KIGINGI WEE
👌
twatembereye Belgium vrt turahamaze
😁😁😁😂😂😂 KIGINGI
😂😂😂😂uramukumbuye
Chita nawe yahigereye
Chita Magic❤
Uyu mugore ni mwiza nuko kwifuza ari icyaha pee
😂😂😂😂😂NGO barikukivi #kigingi weee ,uranyishee
Abakunzi ba #hosy Na #kigingi tumenyane ✋✋✋
Aba vieux b'i mukike rero no mw'ijenda🤣🤣🤣🤣
namaze gutwenga ntaranaraba ikiganiro😂😂😂😂😂😂 merci sana hosy
Merci kigingi nawe Imana iguhezagire uzavyare hungu na kobwa🙌🙌🙌
Ndashimiye cane Kigingi vraiment
Yagerageje kuduha umuco
Une fois umuntu yogira urugendo ubwa 1 yomenya uko avyifatamwo
Aho hantu ndahikitse bagutwaye la rue de joie 🤣🤣🤣
Hossy kuki udaha amazi abatumire ntabw wunv ko kiging yasaray imihogo kl? Erg iminota simike knd ikiganiro kib kiryosh nivyo ark wozurategura amazi yumutumire vyob vyiza.cariciyunviro cnj🙏
Sha ata muntu adakunda Kigingi😂😂 Love from USA 🇺🇸
Kuba kanyange nivyizaaaaaaaa sha Kigingi🤣🤣🤣🤣
Kiging wetu buja we love you🇧🇮 but urantwenza sana🤣🤣
Kigingi, Mutima, Mukurukuru ntangura gutweng nkibabona peeeee🤣🤣🤣🤣🤣
Ndakunda SIREN VIBER na émissions za OZI. Kigingi wewe wewe arabizi.
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 mbavu zangu kigingi wee uzigusetsa vrt 💪😂Ham komez mugum kukivi kugeza igihe muzobonera umwimbuu😘😘🤗🤗🤗🤗
Much luv from Kigali💚🇷🇼
Yaàaaaaaaagaaaaaaa icikuvi muriko muzogodoko ryari🤣🤣🔥🔥🔥🔥
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ariko Sha kigingi 😂😂♥️♥️na hosy
Courage hosy bandanya mugenzi abo nibo tuba dushaka apana vya bibarubaru bitamenya ivyo bavuga Kur camera,hama uno musi uri wenyene barya bandi batera akavuyo ntibahana ijambo
Hosy ndagukunda cane . Imana ikujimbere muvyeyi mwiza
Kigingi weeeee urandangije ndahwereye pe hahahahahahhaha
Kanyange hahahaha…much love from USA , IA state!
🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥 ew mukam kiging we imbamv zanj
Kigingi niyubahwe🙏arantwengeje🤣🤣
Love from Kigali- Rwanda 🇷🇼
Muzi kuganira vraiment. Be blessed.
Mwe urubaju ruzoba rutesa mwe na madame musa nezaaa maze wibere kanyangee. Ubu rero ngo ni ba kanyangee 😂😂. Hosy big up muraduteramisha sana
Hhhh kiging ndamukund san eee ntibagie naw hossy
hosy ndagukunda can naho koreshumwwany yavuze ngo impuz umugore wiw yambar ngontaz ufis
I kiganiro kiryoshe. Hosy uzotuzanire Madam wa Kigingi.
Nukuri Interview ya Hosy iba irimwo vibes. Keep up Sis
Hosy uraryohera iyukoresheje terme ya Ndagaswa 🤣🤣🤣🤣, ikiganiro na Kigingi cama kiryoshe , merci
Ndagaswiii😂😂😂
@@sirenvibestv 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Yagiy aho bita gare du Nord yase kuhavuga 😂😂
guma ku kivi😂😂
love from Kigali
Aho sha kigingi ukabwira abandi ubuzima bwohanze ko ari uguhangayika ko umuzungu arumubono nk'abandi.abarundi tureke kubafata nk'ibimana.
Ariko kigingi nukuri uranyishe ngo turi kukivi😁😁😁😁😁
11:36 🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂” ngo ni sekuru”😂😂😂
😅😅nakuze bavuga nkonsa na sogukuru ubu rero ndumvis ico bisigura🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ARANYISHE NUKURI
Mwibaze nko gutwenga ntaranarab'ikiganiro😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Yoooooo muranvuze we hahaaaaaaaaaa me ntituganza abagabo pe
Ewe Kigingi. Umuravumba et bonjour Monsieur
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂wakoz hosy kumutuzanir
Eric turamuramukij😂😂😂😂😂😂😂
Kumbe uyo mukobwa n’ubuyuwayi bwose ntarurira indege????hhhhhhhhhhhhh!
Envelope yumuravumba😂😂😂
Osy, ndagukunda cane,uzana ibiganiro biryoshe.
Kingingi uratweza p😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Love❤️ from rwanda 🇷🇼
Ewe Kigingi uranyishe 😄😄😄😄😄
Hosy gasa neza🥰😍🥰😍
Hosy kalibu pe ,ingo wumvirize akayaga kiburayi
Ko atavuze ingene ivyokurya vyino bibishe😅😅😅🤣🤣🤣
Uziko ndiguseka mutaratangira ikiganiro kweri!
Ubuse nimutangira biragenda gute we? I Burundi 🇧🇮 ❤️ . From Rda
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Kingingi aranezereza cane
Kigingi nkwemera cyaneee
Ngwaho imvura😂😂😂😂
ikiganiro ciza mr kigingi and hosy
Respect Mr kigingi courage
Turamutse Eric kwa kigingi numuyaya kwa hosy ham Kigingi komez ikivi Musaza🤜🤛
😂😂😂😂😂😂😂 ati numu boy araho
Mon ami Kigingi......basi urahindura umukozi basi. Merci encore
😂😂😂😂
Hosy courage✍🏻💙
Lol 😂😂😂😂 ati tuguma twehera
Kugingi ga Mana🤣🤣🤣
Much respect to kigingi❤️
Hhhhhh aba star bahuze
Babwire kigingi we abazungu barasabiriza nkabandi
Thanks a lot Mme. #Hosy... pour l'émission...j'ai aimé bcp...#kigingi we will be there on 14th-August-2022...
Nice ozii
Kigingi Mungu akupe umri
Kigungi muri winter bgira hakirikare
Gushika aho tuzanira na kigingi .merci, bon courage
abazungu n’abantu nka twe à 100% ahubwo hari benshi usanga abirabura basumvya ubuzima bwiza
Bakanyange sinari ndabazi
Hosy wavyibushe cane USA neza
Wemeye kuba kanyange kigingi
Uba wikingiye pression na dépression