Ico nokubwira co, izo produits zirujuje ubuziranenge, nta produit nimwe yica umubiri irimwo kuko zakozwe, zirasuzumwa, zirageragezwa (testé) n'abahinga mu vyerekeye urukoba aba Dermatologues ... Nta mukorogo canke ayandi ma produits yica umubiri yemewe muri Union Européenne cane cane mu Bufaransa ... Rero iyo magasin n'ukuri ifise ama produits de qualité certifiée par les dermatologues eux-mêmes ...
Sha nibaza k wihenze cane. Bisigura k utaravye la vidéo. Jusqu’à la fin adresse iriko na le num mwokwandikira pour toute infos! Prière yo kuraba la vidéo jusqu’à la fin.
mwari gushira muri commentaire adresse ikwiye na numéro de téléphone kuko nkubu ndabuze akanya ko kuvyumviriza ngo nshobor kubimara vyose ngo mbone adresse plz i need that muduhe adresse na numéro de téléphone merciii bcp
Merci Beaucoup Mme, c'est vraiment clair... mwabisiguy neza ..Merci pour l'infos...
Elle a bien expliqué vmt,hama turashaka ivyamaribori n'a hyperpigmentation sur certaines zones
Merciiii bcp kuduha l'info
Amavuta yomubufaransa nimeza cane ndayakunda
Merci de l information, bisiguye neza caaane
Jewe nshaka amavuta yimishatsi yabana na produit yabana
Iyo mugize ibiganiro nkivyo muze muduha nama numero cank mukatubwira aho bakorera
Mwihenze cane! Raba vidéo jusqu’à la fin vyose biriko!
Jew nayiravy yose ntavyo nabonye
Nibaza k mubeshe cane. Nta kiganiro mwahjj. Kuko kuri 37 :13 l’’adresse complète là ! Mugeragez mugire effort kuvyo umuntu aba yakoz!merci
Basha je narahaciye ndahabiny gusa ndengana ivyo bavuga nivyo kuko naho ntaguze narabony ko produit zabo zifise akantu zisangije
Bakorera hehe?
Ico nokubwira co, izo produits zirujuje ubuziranenge, nta produit nimwe yica umubiri irimwo kuko zakozwe, zirasuzumwa, zirageragezwa (testé) n'abahinga mu vyerekeye urukoba aba Dermatologues ...
Nta mukorogo canke ayandi ma produits yica umubiri yemewe muri Union Européenne cane cane mu Bufaransa ... Rero iyo magasin n'ukuri ifise ama produits de qualité certifiée par les dermatologues eux-mêmes ...
Bjr, le parfum one million ni eau de parfum canke eau de toilette?
Umuntu akarirwa nugutranspira surtout mumaso yokwisiga ayahe?murayoyose utweretse?
Kuri pam Chanel tv harumu dame yigez kuvuga vyo koza ama sallon avec ama aspirateur ndamushaka
c'est 61007406
Merci bcp madame
Mwitubwira uko creme cerave igurwa?
Dufise plusieurs sortes zama cerave, le prix ivana niyo mwoba mwifuza
Nshaka cerave lait hydratant 1l
150 milles
Merci bcp mukorera amajehe?
@@nicolentakarutimana4090 Bakorera kuri Boulevard de l'Uprona imbere ya magasin yitwa Budget ...
Nifuza amavuta mwisiga?
Kwatatubwiy kumavuta ya Françoise bedon
Mwifuza quel information kuma Francoise Bedon? Murashobora kutwandikira mukatubaza ico mwifuza
Kuri numéro iyih? Shaka kumenya Kumavuta ya François bedon puissance KO muyafis,barayisiga mumaso? Mugih udashobora kugura baume yayo?
Nivea agugwa gute?
Merci madame ariko muduhe contact zanyu na adresse yaho bakorera bujumbura
Veuillez finir l’émission svp!!! L’adresse complète et toute infos y relatif à la fin!
Adresse svp!!!
Veuillez finir toute l’émission svp!! A la fin il y’a une adresse complète et tout!
None mukorerah ntana numero mwatanze twobaronderako
Sha nibaza k wihenze cane. Bisigura k utaravye la vidéo. Jusqu’à la fin adresse iriko na le num mwokwandikira pour toute infos! Prière yo kuraba la vidéo jusqu’à la fin.
Amaribori menshi
Adress
Veuillez finir l’émission svp!!! L’adresse complète et toute infos y relatif à la fin!
mukorerahe
Veuillez finir l’émission svp!!! L’adresse complète et toute infos y relatif y est à la fin!
Mwofasha mukampa numéro ya téléphone
Prière de finir l’émission svp! L’adresse et le num y sont là !
mwari gushira muri commentaire adresse ikwiye na numéro de téléphone kuko nkubu ndabuze akanya ko kuvyumviriza ngo nshobor kubimara vyose ngo mbone adresse plz i need that muduhe adresse na numéro de téléphone merciii bcp
Pliz toute l’info est dans l’émission y compris l’adresse complète, Mugeragez Mugire effort kuvyo umuntu aba yakoze. Merci