Warundi tunahitaji amani kwanza tunaweza kuwa pamoja kwa sababu sisi sote ni Uumbaji mmoja wa Mungu Tunahitaji kufanya kazi kwa bidii ili kujenga nchi yetu
Nivyiza mugabo sinibaza ko kuva 2005 ariho leta yakoze honyene..ivyo ni ukutemera iruhare rwabandi..ego hari ibitaragenze neza muri kahise ki igihugu cu uburundi ariko nabo hari ivyiza bakoze quand meme..nkuko namwe haraho mudakora neza nyakubahwa Evariste!!!! Uhereye kuri Ntare rushatsi gushika kuri wewe harivyo mukora nabandi bazoza bashirako ibuye ryabo
Warundi tunahitaji amani kwanza tunaweza kuwa pamoja kwa sababu sisi sote ni Uumbaji mmoja wa Mungu Tunahitaji kufanya kazi kwa bidii ili kujenga nchi yetu
👏👏👏👏uyu mumenyesha makuru uhezagirwe urincabwenge vrema
Komera mutama wacu imana iguhezagire wirambire🙏
Umuhisi Nkurunziza yarigabo kbx Imana imuhe iruhuko ridashira
Muvyeyi mwiza ! Murabanyamugisha !
Uwu mutama araryoshe kwumviriza cane gose ! Ni umunyakuri kandi abarundi ariko arabahindura neza. Imana imuhezagire cane, imuhe amahoro n'umugisha.
Love from Rwanda . Ooohhhh mbega president mwiza. Nkundanukuntumuvuga. Uzadusure murwanda uhurenintwariyacu mumezekimwe HE PAULO KAGAME
Preach mr President👏👏The future is bright
Hezagirwa kuramba nyakugir'Imana nukuri ivyo mwavuze birahimbaye ntawutashima nkuko murimvugakuri nyakubahwa muyobozi Imana yaguhaye ineza kd uzayihorane mukomeze guhezagirwa
IMIGISHA Y' IMANA RUREMA .
Imana izabere maso muri vyose
IMANA IGUHEZAGIRE MUVYEYI MWIZA KANDI IKUZIGAME KAND IBANDANYE IGUKORESHA MPORA NGUSENGERA KUGIR IMANA IKUTUZIGAMIRE UZE UGEZE IGIHUGU KWITERAMBERE
Komera Kumabanga mwahawe Muvyeyi Wacu Twakuronse Tugukeneye
Imana Yakuduhaye Ikutuzigamire Muvyeyi Wacu
?
Mutama turagukunda wew udukuyeko abatoza bo mwibarabara urumutam kabisa
Ibintu vyukubesha ndayishimiye sivyiza kuko nabstesrs imyaka 2 mumyaka 2 itegerezwa kwerekana ivyo wakoze
Kbs nivyiza kuza muradusangiza integuro dufise kugihugu n,uko twocubaka birakwiye komwoza muraduha ikikiganiro 🙏🙏🇧🇮🇧🇮
Uranyemeje mutama komera tukurinyuma love ❤️ from New York 🇧🇮
Ahubwo nimubandanye mwumva umunoho,kugira ngo namwe muhashike🤣😂😂I love my beautiful country burundi 🥰❤♥
Imana ikuduhezagirire nyakwubahwa mwubahwa mukuru w'igihugu cacu ciza c'Uburundi. Muraturabira ryiza Christa kubwubushobozi mwahawe n'Imana.
Courage president
wow ahohantu umuntu yohashika ate?
Mutama wanje nukuri turafise ibibazo muri famille Hari ibanki yatwivye amahera none bariko bashaka kuyadutwara banashaka kudufungisha ndasavye udufashe papa Burundi
Ikiyihe banks 🏦
Asant
Komerezaho Nyakubahwa President Wacu Twitoreye, Amahoro,Umutekano,Iterambere Mubusata Vyose Uburimyi Nubworozi,Amashuri,Ibitaro,Imabarabara,Ubumwe Bwabarundi CNDD FDD Rambaaa Komeraaa
🤣😂😂😂😂😂president wanje sha ,icambere mubuzima nikurya,kabisa uvugishije ukuri,imana ukurinde nabawe bose nabutwara🙏🙏
Aho mhe. Ndagufanya murabe no muri PAF
afrika biriho biraza kugira abayobozi beza bakunda abaturage babo.
Ndabaramukije cane, kandi ndashimye cane ku vyiyumviro vyiza bifasha kwubaka iki gihugu cacu. Numvise notanga intererano ku kijanye n'ubutare dufise hano mu gihugu cacu, Nkuko mwariko murabivuga, igihugu cacu si gikene, ni naco gituma hamwe gikorwa amasezerano hagati y'uburundi hamwe n'ibihugu bicukura ubutare kuburyo babanza kwubaka ama entreprise de transformation aha iwacu, maze bagatwara les produits finis gusa, igihugu n'abarundi twese twohatorera akoyokwe.
Basha najewe mfise iconoguha nukuri nokiguha kuko uranshika kumutima
Murabe mudufashe kuraya ma association yaba sekirite turagowe
Babwire babwire mutama wacu
Ndamukunda president wacu aranka ubunebwe nibiturire ivyovyonyene ndabimukundira cane
Urumugabo.wijunja.nijambo.umukamayaradushumbushije.
Hari ikindi mutavuga, Urwaruka nigwinshi muburundi bamwe ntibagira ico bakora kandi bafise inguvu, mwokwugurura imiryango y,Igihugu bakagenda hanze aho bakeneye Abakozi ama devise akinjira
@Michal Fossett Hi
Tubatur ibibazo dufita cn cn mundongozi
Gukugwamumabanga nukugiragute. Ndumunyarwanda nimunsobanurire
Kugukura kukazi
ni mu gihe wari umuyobozi mu bintu canke ahantu hanyuma bakakwirukana muri ico gikorwa kubera kumbure utabishora canke utariko ubikora neza
Hamagara abanyamahanga bazane imitahe urwaruka ruronke ubuzi na leta ironke taxe hama kandi uhimirize amahinguriro abe menshi mugihugu gutyo igihugu kizotera intambwe abantu batangare
Ahubwo reta nkozi reta mvyeyi igire ifate ayo ma Hilux tubona mwibarabara yagugwa ama mirioni ijana abashoferi bazigendesha nabi .
nanje ndafise ikibazo abari mumahanga urabe udukunde natwe mukure iyokaratine mwashinze dutahe kuramutsa mwongere muduhe uburenganzira bwogusubira iyoturonderera agasabuni mutama ucigeko kuko turabana bawe kandi turagukunda non uremeye abana bawe bagume hanze kandi dufise muhira?
Hahahaha,ati abana bagwaye kwashi,😄 🤣 😂 sutama🤣😂😂iki kiganiro kirandyoheye mwirambire
Nanje ndajyohewe sana 😊
Ikiganiro cariciza iterambere naryo mutaryibagigwa
Ariko mwagiye mwigira ahangaha, hari umunyarwanda wigeze atuka Perezida wanyu, ariko murebe umuntu abarundi badurumira Perezida, ubu se ninde wigeze atinyuka mumutuka! Ikinyabupfura cyubahwe
🤣😂😂😂😂yani uramwugara munyishu wishura pe
Muvyeyi wubahwe musaza ark ikintu cama taxis murabe mugikemure mwoba mukoze
Ooh... 🤦🏾♂️
🤣
Journaliste uvuze ko habaye détournement aba akoze infraction ! C'est une première ! Ikibazo si détournement ahubwo kubivuga nico kibi 😨😨😨
Jewe.ndashigikiye.ko.umuntu.yokorutwiwe.ntahangamaso.reta.tworore.ibitungwa.bitobito
Vyiza can nyeni ngaji. ariko uburundi buragoy kugorora can can mu rmg turasavy murotugendere mu ntara ya rmg
Ni heza kwa NTARE
Niburayi hari TV yomurwanda bariko bavunga inyubarwa nziza 10 zikoreramwo aba perezida Ntare yabaye muzambere🙌🙌🙌
No barashobora gukora muri reta, hakaba nutundi bakora kuruhande niko gutera imbere
Ego ariko akamanza kwitaho aka leta,kuko igihugu coco kiguma giharurako kirya kibanza kirimwo umukozi
Muraraba neza amacupa ya plastic avamwo ibinyobwa bitandukany aragisibije yabaye menshi cane gose kuburyo hatagize igikozwe mu lmyaka 5 bizogora kubirwany .
Cari ivyiyumviro canj murakoze
Hano muri Africa yepfo bagufashe wivye reta bacabakwaka ubwegihugu
None Ivyo VYOSE ko mubifise ariko ubukene ninzara kuki biriko bimerera nabi abanyagihugu ?
Natamani kujuwa wanaongea nini jamani
Nenda ukajifunze lugha ya Kirundi sasa
Nivyiza mugabo sinibaza ko kuva 2005 ariho leta yakoze honyene..ivyo ni ukutemera iruhare rwabandi..ego hari ibitaragenze neza muri kahise ki igihugu cu uburundi ariko nabo hari ivyiza bakoze quand meme..nkuko namwe haraho mudakora neza nyakubahwa Evariste!!!! Uhereye kuri Ntare rushatsi gushika kuri wewe harivyo mukora nabandi bazoza bashirako ibuye ryabo
Icikintu cafirode woyireke kuk ntagihung nakimwe kitagira forode abo bagabo ba obeyeli nibo bandi biba cane
Oya ndayishimiye igihugu si LETA igihugu ni abanyagihugu na leta bari kumwe. NICOGITUMA itunga ABATEGETSI nariko baratwara bategerezwa kuzobibazea. Nkubu UMUHUNGU wawe ariko sgatavsmadrgevsrihs kumafstanha menshi. None ayomafaranga suskurabhehe ? Ivyo wobidigura gute ? UBIRABE NEZA KUKO na BUNYONI nivyo wamukuroye.
President w'Umuhutu ararutwa nimbwa kbaa . Burundi waragowe wewe uyobowe numuhutu. Ndebera uyu ngo ni President ndebera amagambo kivuga koko
Imana ikubabarire muvandilwe iyoni satani yaguteye
Mushingantahe
Jewe nibazako kumenya gutwara bitagira "amako" y'aba Umuhutu, Umututsi , Umutwa canke Umuganwa mugihe akora neza , akama na ntaryo ahimiriza Abarundi kutarandira ku bintu vyo dutandukanya na cane cane Birya bita "amako" , akaduha akaryo yuko umurundi wese yumva yuko adakumiriwe , yuko ibikorwa vyiwe n'imigenzo yiwe myiza arivyo bizomutza imbere. Jewe nzomushigira n'ubwenge bwanje bwose n'inguvu zanje zose. Kuvyerekeye Nyakubahwa umukru w'igihugu Evariste Ndayishimiye haheze umwaka umwe gusa atwara aracafise iiyindi myaka itandatu, reka dutenyenye turabe tuzoheza tugire ico tuvuze twisunze ibikorwa vyiwe.
Nayo ivyo uko ari umuhutu honnêtement i don't care. En tant que "Tutsi" ( naho iyo qualficatif y'ubwoko ntayemera na gato). Je suis prêt yogushigikira Umukuru w'igihugu wese azoduteza imbere twese atavanguye , kandi azoshira imbere gukunda ibikorwa n'ukwifata runtu mukibano.
Birababaje kubona mudashobora kugira une critique constructive, mwahisemwo gusa gutukana. Erega muvuze gurtyo muba mututse abarundi bose abamutoye n'abatamutoye, abahutu, abatutsi, abatwa n'abaganwa.
Navuze yuko " la critique constructive" itarimbi , mugabo nisunze kuvyo mwavuze mbona umengo mufise ivyiyumviro bitubaka.
Abantu rero nka ba mwebwe mufise ivyiyumviro nkivyo ntitubakeneye haba mu Burundi, haba no mu mugabane wa Africa. Nimba muba muyindi migabane nimugumeyo ntitubakenye.
Murakoze
@@landrypaternearakaza6467 President utazi no kuvuga ubwo ni President wahehe ? Uretse kuvuga ibigambo
Uraza udutware wewe.irofa zirama wewe urarenze.
uyo mudame iyo areka kwambara amahereni vyaca biba neza