Igitero ca mbere ku kirimba ca Perezida Melchior Ndadaye mu 1993
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 26 ก.ย. 2024
- Imbere y’uko Melchior Ndadaye yimikwa, hari abashatse kumugandagura. Gratien Rukindikiza, yari ajejwe kumukingira ubuzima, arabitwiganira.
Avant qu’il ne soit intronisé, Melchior Ndadaye a échappé à une première tentative d’assassinat. Gratien Rukindikiza, qui était chargé de sa sécurité, nous en rappelle les circonstances.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de témoignages
Abonnez-vous à notre chaîne sur TH-cam : / telerenaissan. .
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancet. .
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance
Notre site web : telerenaissanc...
Bonne histoire et soit béni monsieur Pour le cœur de fidélité.
Imana izi iguhembere ubwo butwari wagize Mr RUKINDIKIZA
Merci kuduha izonkuru kwel
Muhozi un vraie homme de paix
Umunyakuri
Turakwemera papa
Merci
Émouvant témoignage
Yoo ndababaye cane ntago nigeze menya ko ndadaye yari umutama mwiza uku. Mpise mukunda umuntu ata macakubiri vrmnt 😢 aba mwishe baramenje
Biraboneka Yuko abamutubwiye bamutubwiye nabi
@@lastkinglastking3326 cyane pe uyu ni intwari apana gusa yu burundi ahubwo ya africa .
Un Grand hommage à mon très cher Président Ndandaye Melchior.
Paix à son âme
😅😮😮😮😢😅😅
Imana izobiguhembera mutama wubahwe wari wageragej gucungizamu
Please muzomuhe mon numero muhozi please tell him there is a guy who lives in USA who wanna talk to you !! Because you are a good man in our country who is a super hero!!
Ndadaye yari umugabo kwl atamoko yarafise pe
A quand la suite SVP?
Abo bantu bahaye mission Rukindiniza.muri Île Maurice ni les planificateurs ......'
vana amagambo aho... le Planificateur arazwi.
Murakoze kuduha inkuru
Muhozi Innocent ibibazo vyawe ntivyumvikana neza vraiment umuntu yumva inyishu rya Rukindikiza ntawuzi impamvu
Iyo umugabo yipfiriye..uwariwe wese yivugira ivyo yishakiye..none nkubu ubuzwa niki kuvuga abari kuriyo liste,ko ukuri ariko gukiza,..noneho benshi,barazwi,mbere bamwe urubanza rwabo ubu rurimbere y'Imana
Uyu mugabo arabeshye cyane kubirebana na Habyarimana ngo yaramurwanyaga urabeshye Imana izabikubaza kuko nigaga muri 4eme sécondaire kndi baje kutubwira mumashure ko dushyigikira itorwa rya Président Ndadaye kandi ko byategetswe na President Habyarimana. Amaze gupfa abasirikare bo murwanda bagiye mumamodoka mumihanda bavuga ko bashavujwe nurupfu rwa Ndadaye ko intambara yo murwanda nirangira bazakurikirana umuntu wishe Ndadaye.
Ibyuvuze mpise mbona ko ntakuri kurimo rwose harimo ibinyoma byinshi.
Uri umunyabinyoma Imana izabikubaze.
mwihorere bazivyobarimwo icotuzi turakizi nabana tuzobibabwira babimenye
Hagarika kutuzanira uwo mwanda w' abamenja les Sinduhije et frères plz
Iyo ndababonye je vomi
Wew uvuz ng ntak yamukingiy wew. Nkivy warikubishobor? Iman igukomez mutam
Mbega ukuri kuzomenyekanira hehe kugira umunyagihugu ajijuke avibuzimu ajibunu aravuze nkumushingantahe ataho yegamiye IMANA itabaz uburundi imvugakuri.nkuyo >na NEVA yaravuze atarindyane zamoko .
Africa we!!
Shalom Shalom Shalom
nic
❤Sha ibintu biraza nabi 23:05
Rukindikiza uvuze ukuri bwabundi ndadaye ntiyari muvyamoko naho tumenye ukuri ntagaruka
Ahubwo yo utaba uri mri Maurice niwe bari guherako !
noneho ihonyabwoko ry'abatutsi ryari ryarateguwe?
Wewe urumushingantahe kandi uvugukuri,ubona abarundi twese twoba nkawe Uburundi bwogira amahoro.
Dukeneye video ukuri n'ukwa video
Ndadaye yakunda abarundi bose harimwo n'ingona ntutsihima zimwe zitakunda abarundi joizakoze my bwicanyi 1993 zibagiye ko urupfu rudatoranya umuhutu n'umuhima canke umututsi rumukeneye. Mubamugandaguye hasigaye bangahe babayeho neza mu burundi?
Basha ndandaye yari intwari ndandaye muvyemere mureke ntakamaro ko yobesha ku
Abatukana muracaboshwe namacakubiri
Mbe Rukindikiza ko a ugasanga adapter yabo baroda bigenza kwa Ndadaye mugabo ntavuge amazina yabo?
EVODE NDIKUMANA GOSPEL
Evode ndikumana gospel
EVODE NDIKUMANA GOSPEL
EVODE NDIKUMANA GOSPEL
EVODE NDIKUMANA GOSPEL
EVODE NDIKUMANA GOSPEL
🙏👍
Inkina mico murik murigirira nageragej kurab yuk haric notahuramw ark vyans kk nsanz mwes mwar abahimbir kk I ivyabay vyos mwar mubiz gus ico mwakoz catumy mwigish abarihub kugir ubwenge
Nta Kissani yegeze adorera mu Rwanda,turabizineza.
Ivya Rukindikoza navyo namayobera!!!
Shaaaa abatutsi mwaratugandaguriye president shaaa Amaraso yiwe azabakurikirana gushika umuhero
Si Abatutsi ba mugandaguye ni inkozi zikibi zabikoze nta Mututsi yari yabatumye kandi ntawe baserukiye.....
Umusubije neza,kimwe nabafata abahutu bose ko bishe abantu.
Duhe abamwishe natwe tubice
😊
Non mwamwiciyiki?
Urabeshya kuko mu Rwanda icyo gihe parmehutu ntiyarikibaho hariho MRND. Yanze kumva benewabo yiyegereza abanzi ninayo mpamvu babonye uko bamwica ntakibazo.
Nawe ntubeshye waruzi gahunda yo kumwica, nigute wahawe mission kandi utajyanye na ndadaye akazi kawe arako kumurinda.
Irambire mutama warumunyakuri
Vaku murongo nta kunviriza ivyawe
Uko ndavyumvise rero ndadaye yatanzwe cane gose nabo bantu babiri babeshe Gratien akagenda imbere yigihe yategerezwa kugiraki akazonagaruka inyuma yigihe yategerezwa kugatukirako ikindi naco numvise nuko abatwara urwanda muri kirya gihe nabone batera mu rupfu rwa ndadaye
Ahubwo Rukindukiza naduhe article yigeze kwandika titre yari " le President mort incompli. " yaramfashije cane gutahura vyinshi kuko ntamuntu numwe mubabanye hafi na President Ndadaye aravuga ko yari umunyamacakubiri. Gusa ikibabaje cane nuko arakiriho abanyamacakubiri aribo bamwiyitiriye.
Uyu mugabo ntabwo avuga ukuri kubyerekeye umubano wa Habyarimana na Ndadaye. Ministri Minani yahungiye i Kigali igihe bagandaguraga Ndadaye. Iyo Habyarimana atemera ko Minani akoresha radio Rwanda mukwamagana abakoze ibara no guhamagarira abashyigikiye ubutegetsi bwa Ndadaye basigaye kwishyira hamwe ntabwo Bikomagu na bagenzi be bari kurekura ubutegetsi. Uyu mugabo arashaka kutumvisha ko Ndadaye yari afite abanzi benshi mu bahutu barimo na Habyarimana ariko si ko byari bimeze.
Abahutu bo mu Rwanda mwaradukwegeye nimuhimbarwe gusa namwe kinani wanyu ntiyamaze kabiri, naho ivyo kuvuga ngo minani yahungiye mu rwanda ngo na havyarimana aramuhereza iradiyo yo kuvugirako ngira ntabwo wumvise ko mu bahutu barikumwe na ndadaye harimwo abatumva politique yiwe yo kunywanisha abarundi kanatsinda minani guhemukira ndadaye akifatanya nabamuhiga ntivyontangaza kuko ivyo yasigaye arakorera FRODEBU munyuma ndadaye yarigendeye birerekana ko atari inyakamugayo uzobaze bazokubwira ukuntu frodebu bamuhaye amahera akayivyiniramwo agasizi hafi yo kuyisambura
Wowe ufite imvugo igamije gusisibiranya amabi n'ubugome abatutsi b'i Burundi n'abo muli FPR bakoreye Ndadaye. Hari ibimenyetso byinshi byerekana ko FPR yagize uruhare rukomeye mw igandagurwa rya Ndadaye. Keretse rero niba ushaka kutwumvisha ko Habyarimana yakoresheje FPR mu kwikiza Ndadaye batumvikanaga nk'uko uyu munyabinyoma w'umusirikare abivuga.
Nimba atarivyo wewe wotubwira ivyo ww ubizi
Araducanze
@@HonneteUmwana-we7eb mujye musobanukirwa. Hanze aha hari abantu biyemeje kubeshya urubyiruko ku nyungu za politiki. Uyu mugabo uvuga ko hari ikibazo hagati ya Habyarimana na Ndadaye kubera ko batumvaga kimwe ikibazo cy'abatutsi arabeshya. Ndadaye ntiyaushaga Habyarimana gukunda abatutsi.
Objectivité bagabo!! Objectivité vrt
Urumugabo pe
Wamukingiye gute?ivyo kumukingira nuvyihorere
Turasavye kizobandanye
Muhozi, le produit de BUYOYA!!
UMUHUTU adakunda kuvyitwa !!!
uwo muhutu nawe uriko urabaza ni umubeshi maladroit🤣
Kutaciye umujana muri ambassador umwanya abasoda warubirukanye
Erega yarabirukanye barahunga......
Nawe numuntu agira ubwoba sha
Ndakeserii 😂
Uri Intwari Mubandi warukwiye Umudali
Nawe muhozi icishe bugufi rurakurindiriye urupfu
Twarabuz intwari
Nti vyari vyoroshe !!!
Ivyo kutabivuze Buyoya akiriho abatutsi murazi kwiyorobeka ahubwo ni
Abandi ni intunga abatagatifu intwali imfura.......
Ababikoze Bazophe Bazerera
Umu Major yitwa nde?
Lietenant-Colonel yabazwa izina ryiwe yari nde?
Si ngombwa kumenya izina rye. Ni umubeshyi gusa.
None wewe wamuhungishije uca umujama munzira yamakambi yigidoda rerka kuza murabesha ivyanyu vyaramenyekanye
Ndadaye yarikijuju yashatse kumva abanzi kurusha benewabo.
wibeshya NDADAYE ntawe uzi... ntaho mwahurira.
yashakaga kurandura inzangano mu Bantu, kandi si bibi.
Sweranyoko wamukomawe
ae vrt bawiyubaha
Ntabwo wamukingoye
Yari muri Île Maurice .....
M ml😂
Ego rambo wee... Mwebw nimwe mwish igihugu na hypocrisy yanyu.
Murakoze kuduha amakuru
Objectivité bagabo!! Objectivité vrt
Kwica umuntu knd nawe uzopfa mwunva bimaziki?
😊
Th
Ndakeneye kumenya captain batazira mushwabure yarajejwe ikirimba ca ndadaye murijyo joro aha herereye
Mwaradandaj igihugu mugiha abicanyi non raba aho igihugu kigez namwe mupfiriy hanz! Wew uri traître
Abicanyi uvuga ni ba nde? Hari Abicanyi baruta Micombero, Bagaza na Buyoya?
@@gerryanry8620
Bagaza yabay umwicanyi kuko yabubakiy? Ivyo muvoma si ibikogwa vya bagaza? Micombero naw mumuhora ko yabateshej kumara abantu?
Buyoya wew ni umwe muri mwebw kuko yagurishij igihugu kubanyavyaha en échange des postes ariko mwaramushimiy!
Namw ikindyohera nuko namwe ubu mwicuza kuko kuri micombero cank bagaza nta murundi yigez ahunga inzara? Koma rero..bandanya ufana abicanyi utajua haujui
@@dieudonnendabaneze3761
Koko urashonje yaba wariye ntamitekerereze nkiyo wagira
@@karoprint-nb7mu
Inda mugira izobakoraho ntakindi urota atari indya gusa.
Too sad!
@@dieudonnendabaneze3761
Yaba mwiza yaba mubi
Hageze ni bayi
Ivyokunkoraho vyo vyihorere ntamuzamu wisi uhari