Burundi: Ngeze François arahakana ivyo yagirizwa k'urupfu rwa Président Melchior Ndadaye
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 8 ก.พ. 2025
- Ngeze François yahoze ari umushingamateka yongera aba n'umushikiranganji, arahakana ivyo yagirizwa k'urupfu rwa président Ndadaye Melchior akavuga ko ari abasirikare baje kumutora murugo iwe atazi iyo bamujanye.
#Burundi #NdadayeMelchior #NgezeFrançois
Ntawemera akabi ,ariko nawe nabonye uryamye kumpanda
Uranyishe😮 erega iherezo ryikibi nihariya nyene
@@lazzR1935k mpanda hajay ababi nabez naw niy uj siy uva
None kuba yarapfuy nivyo bisigura ko yarishe Ndadaye, weho ntuzopfa?
Imana yo ntibeshwa kandi anaraso ya ndadaye nubunyne arataka😊
Ivyo vyinyo vyawe sha,,,,ubesh,abantu Imana yo ntuzoyibesha
Amahoro ni Rugiravyose we nyene azoyaha Abantu biwe yiremeye.Imana itubabarire cane cane jewe numvirije Kino kiganiro c agahomera kanwa.
Coup d'etat yagizwe n, aba Free mansons. Ngeze ntashobora kumena Ibanga kuko bomumena agatwe.yamara ndemera ko bamuremetse ko uyo mutwaro,bamubeshera kuko nta nguvu yarafise zituma avuga ijambo yibwiye muri kirya Gihe. Ni Buyoya yakinye film yose kugir agaruke atawumwikeka.
Numusazi ngeze aracaryama ryamako abamenja batwiciye Ndadaye.
Uburundi bwokize igihe abarondera ukuri boba bagendera ukuri. Twese twarabuze kandi ntakuri turamenya mais igikwiye ni reconciliation nationale kuko ukuri kwaratunaniye kuko tugira ubutungane bwokwihorana gusa. Hama tugatangura intango nshasha. Hari n'igihe uciribwa urubanza n'uwutera muvyashikiye uburundi.
Arabidendekeranije biramukundira 7:22 burya carikibazo canke bariko baramumenyesha ivyo bagira bakore.bado kazi ipo.
Bravo monsieur François Ngeze. Baguhora ubusa.
Gusa kuri ino si ni passage reka kwicana mwibazako no mimyaka ijana muzoba mugitwara
Mwaracishije ubwenge abarundi naho mwahekuye Abarundi!
Nibakureke kukugora urashaje mtakundi
Imyaka ni ubusa nuko gusa twibagira ko turi abantu nn ubu ababikoze benshi barapfuye abandi ni abasaza nn inyungu bakuyemwo nitahe
Ukuri kuzi IMANA nayo abana babantu bo barabesha
Nabant biratugor kuvugish ukuri
Gusa ubu buzima nibuto kuri twese igihe muzobitahura muzoreka kwicana nuwamwishe atarapfa azopfa kuko ntamuzamu w'isi ahari mbega ko numva bose babihakana yariyishe ewe gukora ikintu utinya kwemanga !naho yishwe aracabatera ubwoba dossier yiwe muyitinya kubi
🎉🎉🎉❤❤❤
Ngeze,e urikibwa uragasweranyoko
Jewe nzokwemera igihe uzodomako amzina yaba porona nabasirikare bari kwisonga mugutegura gusenyura ubutegetsi kuko urabazi,nongere numve nabo ico babivugako,ataruko harya mwaradukwegeye bikomeye?
Yaravuye muhira atamakenga aza kuyagira agenze ibirometero .yibukeko yavuzeko yafashe umusirikare,mbe kwataciye amurasa?hoho yatabaje nde
Ark njyewe uburundi burantangaza abishe abantu bakageraho bakica numukuru wigihugu ark uba ubona bibereye ahoo bidegembya ntanumwe ugira icyo ababaza mbega abantu bosee nabere yewe nuwicishije umukuru wigihugu nkikii ndeba kivugana Ifiyerii ryinshiii knd numva bavuga ko aricyo cyambere Cyicishije Ndadaye aptuuuuu
Hakuna wakuwauliza kwasababu wote niwauwaji
Ntawubahana kukobose arabicanyi gusa
@@mamanbella5460kwenda
@@mamanbella5460 mizopfa muhu😂😂nga😊
Umubenshi baraguhabuye wemeye kuzopfana ukuri utagushize ahabona, uzobihorwa niyakuremye umuvumo ubomeko we nabahekuye igihugu.
How can i watch the full interview?
Ico gihe niwewe wita NDADAYE ngo ni ndadashwe aho woja ngaho ugahenda abantu ? abariho ico gihe turabazi rero urahenda abandi
Sha usanabi kabisa kubwamaraso yinzirakarengane
Ico kirofa. Urumva ivyo kidendemba....ngo baramfungiranye ngo nza mbona bazanye bikomagu nawe....vyivyivyivyi...bikomagu twe turazi icarico
uyumugabo arabesha ngo yakuwe muhira bamaze kumubomorerako inzu bakamusanga munzu ngo aho yararyamye : mbe ko yarumushikiranganji yatabaje inde?, ko atamuvuga nimba tarazi imigambi. ikindi vyari gushoboka gute kiryagihe ukaka inkoho umusirikare uri umunyagihugu ataco muzinanyeko kandi yari mubwoko bwabahutu bahigwa icogihe , mbe nikuki avuga ko yababajije amaze kugenda urugendo nkuko we avuga atarazi iyaja atababajije acanduruka ati ntwaza njahe? iyomodoka avuga ya onatel ko yatwawemwo twizere ko uwayirongora akiriho uwutwara onatel icogihe akiriho twizere ko ukuri kwiyerekana fatire ahonyene gasa haricoyibagiye ko yavuze ngo "ntamugabo atwarira kuwundi" ivyo vyogukurana nibindi avuga nibamukanye azobivuga neza abamutumye gusa abarundi turamaramaje imyaka nkiyi yoooose ngo amatohoza ngo arabandanya yabishe ngo ndadaye vyose bigaragara inihatari biteye isoni
Hawezi kuepuka hao ndio wanapaswa kuadhibiwa vikali
Nyumvira ngo mwonzana nsa gutya ubundi bwo wasa gute naho wokwambaye neza?nivyuvuga uraboneka kuriko ubesha ninde yokugira umukuru wigihugu mutabipanze?
Nibaza KO ngez yera. Abo bantu Bari munama ariko iyavuga.
Nibaza ko avuga ukuri . Kuko apres coup d’etat yabaye president umwanya Nkurume . Urabona koyagiye muvyo atazi .
Iyimba irikubesha yibaza ko abarundi aribijuju?kuda hanunbwa kugwiza imisenga kuba hatarahanwa imbwa nkizi nuruhombo ru nini kugihugu c uburundi.
Urabe ntuzopfe ufise ikinyoma, urabona abana b'Uburundi urwanko mwatwonkeje?
Nabeshere hiyo ivyabo vyakirya gihe vyaramenyekanye!!!!
Ngeze yashaje
Ahubwo bavugako ngo: atagukeka,ngo we nimporona nomumagupfya yiwe. Ahubwo,ico nigito.Noneho Ngeze ubu buporona bwawe uvuga,buze bunagutware,nomubwami bw'Ijuru!!!
Shanigihimbiri inyankaburundizamyeho
Uyo niwe ngeze nawe mumuzane muburundi kubera ubwicanyi yatanguye guhera amenyo nawe azapfa tu
None ngo Buyoya natahanwe ari umuvyimba mbese aza gukora iki ? Nagwe iyo yaguye nyene
Warahemutse nahora numva mama avuga ngurikimena banga nkangezo 😂😂😂kumbe ni wewe
Ibi nibinyoma vyambaye ubusa. Ntaho yigeze Avuga ayamajambo kwariko vyari biri. Nitechenica arigukora. Kwadashizemwo uko ngomutwaye murugo kwa Buyoya!!kare nivyo yavuga. Nuko abarundi bagwazagwaza,yakagomvye kubivuga ari mumapingu tu. Niho yovuga ukuri imbere,kukamenyekana,abarundi bakubaka igihugu Cabo bishitse.
Niyibizi
Ikibabaje sukubihakana
Nuko uheza guhemuka ibigori bikera
Ikindi Nkurunziza president nibamushimire nimvyeyi itahikavumera iyo bakimpereza
Jewe abobigira ivyimbeba inyabu zitahari baba bahizwe bunyamaswa bakishura ikibi bakoreye abarundi nuburundi bakajishwa,ububegito bgokwicana bukahava ,ubgoko bgose bwicana arumuhutu cankumututsi yishe abakwije amategeko yokwicwa nawe canke bakamunyonga,politic yivyo bizehe ikwiye gufutwa,hakaziyindi atahutu tutsi baguma bazura akaboze muri governance rero ivyobizehe vyoose baribakwiye kubikubura bikavaho.
Uyu.mutama ashobora kubayarakorewe ihohorerwa ,ahubwo sinzinigituma ataritura ubutungane canke abajejwe agatekakazinamuntu bakamufasha kuko ivyobintu avuze aciyemwo jewendamubina nkuwapfuye arazuka.
Reka kubesha abarundi.N'uwoba adafise ubwenge bwinshi yotora ko uriko urabesha.
Komumurenganya uyomusaza Ngeze arinkawe warigukora iki?
Ukuri kuri muri ino témoignage n'uko yoba yarahohotewe mu gateka kiwe wumvise uburyo yatwawe.
Mugabo ntiyatubariye ingene yasomye communiqué yashikirije abanyagihugu. None yotubarira ko atariwe yarisomye, akavyemanga imbere y'abarundi!!! Ukuri kuracari kure nk'ukwezi.
Ntimumuseke nawe uwokubwira NGO tukugire prezida ubon ubishoboye ntiwokwankap tudahendanye
None nadudurireko atubwire abishe ndadaye
Abirengako abizi sha😢😢
Huyo ni munafiki
Yarabonye ivyabaye vyose
Kuko abamushize ku butegetsi bwa masahaa make arabazi
Kandi yarababonye
Ikinyoma cambaye ubusa
Oya ubu nububesho
A vrai dire,kubwanje NGEZE arashobora kuba yobamenya ababigize,ariko NDUMVA ATABUSHOBOZI BWA COUP D'ETAT yarafise,we yakinishijwe MU MUKENYURO! gusa ari sérieux akicemera kwari umuporona, iyo yinjira iki DD. Aba atikekwa!!! UKURI NTIKUZOPFA KUBONETSE,NTA MUHUTU NTA MUTUTSI BOSE BAPFUYE RUMWE
sha, ndasetse ! naje nuko nama nvuga
Ahubwo nta n umuhutu nta n umututsi babaho! Habaho abashaka gukina politik nka Buyoya, n abashaka gukina politik nka DD. Bakuremwo amoko i Burundi ntayabaho!!!
Sha biragoye kwemera ivyo uriko uravuga?: Mbe ninde yavuze ko ata mugabo atwarira ku w'uwundi?
Ntimuze mutubesha ngo ABASIRIKARE BATO BATO BARAGUMUTSE.:? iyo ni imyigovyora twese turazizi ko ari abari barongoye UPRONA n"abari batwara igisirikare baduhekuye.
N'amazina amwe amwe yayivugiye. Nind yohakana ko MUKAZI; BARARUNYERETSE; Kadege, MANWANGARI N'abandi n'abandi ko batari mubateguye bongera barashira mu ngiro coup d'Etat ya 93?
Jean claude Ndikumana biraboneka kufise amacakubiri muri wewe.. gusa IMANA igukize ayo macakubiri
Wovuga gute nubu ukora kwa buyota
Ndamutwenze niyihorere twarabamenye
Uburofa gusa
Mutama Paul ukwo kumira ukuri imana irakubona naho wodendekanya ntaco bimaze
Big fool he is
KO utatubwiye uko wabugururiye?Bakumeneyeko bagusanga mucumba?
is lying
Ariko nta kundi yari kuvuga! Yategerezwa kwiyeza
Nabant biratugor kuvugish ukuri