"Ubwoko ntibwari kumbuza gutwara umugore nkunda"

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ต.ค. 2024
  • Simbizi wa Semavumba ati : "Sinari kurega gutwara umukobwa nakunze ngo ni ubwoko"
    😕 Ikibabaje, si ubwa mbere bimushikira.
    Aratuyagira uko vyagenze 💬
    #AkariKuMutima
    #ukubana

ความคิดเห็น • 50

  • @fabiorukundo2023
    @fabiorukundo2023 3 หลายเดือนก่อน +3

    C'est une dinguerie quand même👀 God bless you bro❤

  • @mwenebemmanyvesbandeko5983
    @mwenebemmanyvesbandeko5983 2 หลายเดือนก่อน +1

    Love from Rwanda,ibyamoko ntacyo bivuze rata❤

  • @mwajumamperanyi3769
    @mwajumamperanyi3769 2 หลายเดือนก่อน +1

    Komera muhungu mwiza ubwoko imana yaturemye imwe rudende 🙏🙏🙏😍😍😍😍

  • @paternesonofgod
    @paternesonofgod 3 หลายเดือนก่อน +3

    Yooh brother wabikoz neza Imana yakubae hafi wanka kumv ibyaband respect knd by the way wambae fresh🔥🇧🇮🔥🇧🇮🔥🇧🇮🔥🇧🇮🔥🇧🇮🔥

  • @hermenegildempawenayo279
    @hermenegildempawenayo279 3 หลายเดือนก่อน +4

    Ubwo buhutu bwabo nubututsi nibaburye .Imana igihe yarema bantu ivyamoko yarabivuze? Banana numugore Wawe ,Imana ibarinde cn.

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 3 หลายเดือนก่อน +2

    Ubuze ukuri kwuzu urukundo n'urwababiri ❤❤🎉🎉

  • @mwajumamperanyi3769
    @mwajumamperanyi3769 2 หลายเดือนก่อน

    Twebwe iwacu ivyo vyamoko davyo bigeze batubwira kwi zina ryi imana 🙏😍😍❤️❤️🇧🇮💯

  • @gaknick3475
    @gaknick3475 3 หลายเดือนก่อน +2

    Kila kiganiro kirimwo @Semavumba,kiba kiri intéressant. @Semavumba Ari très intelligent,Ari na très important mu muziki ndundi

  • @kezananafleur8480
    @kezananafleur8480 3 หลายเดือนก่อน +1

    Bonne continuation Yaga, abahaters ntaho basana namwe.

  • @DorineNdihokubwayo-h4y
    @DorineNdihokubwayo-h4y 3 หลายเดือนก่อน

    Warihutuye Sha Simbizi Nibakureke🎉Uzomufate Neza Umututsikazi Wacu

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 3 หลายเดือนก่อน

      Uriya numututsikazi canke aravanze 😅😅😅?

  • @AlexanderNimbona-lj4ln
    @AlexanderNimbona-lj4ln 3 หลายเดือนก่อน

    Umunyoni hejuru🤗🤗🤗👏👏

  • @_umugajo05
    @_umugajo05 2 หลายเดือนก่อน

    Reality❤

  • @Catherine-dv3qo
    @Catherine-dv3qo 3 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤

  • @DianeIrankunda-fo2ds
    @DianeIrankunda-fo2ds 3 หลายเดือนก่อน +1

    Mwubak Rugum sha

  • @lionsonlionel2140
    @lionsonlionel2140 27 วันที่ผ่านมา +1

    Bahungu none abakobwa baba hutu mubatwara babanse mushaka iki

  • @NkunzimanaNestor
    @NkunzimanaNestor 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ivyamoko I Burundi vyararangiye

  • @California_love_23
    @California_love_23 3 หลายเดือนก่อน +1

    Mwubahwe

  • @rg4631
    @rg4631 3 หลายเดือนก่อน +2

    Ibi bintu vy'amoko birakwiye guhagarara ,abantu bater'imbere mu vyiyumviro .

  • @bigirimanayves9354
    @bigirimanayves9354 25 วันที่ผ่านมา +1

    Jewe nsintahura abantu nkabo,biyumvira gute?ntiworongora uwo musa.

  • @VianneyMukamurakoze
    @VianneyMukamurakoze 2 หลายเดือนก่อน +1

    Muburundi ntavyamoko bihari ababivuga babifisemwo inyungu

  • @AimableBiganiro
    @AimableBiganiro 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ihuturesha

  • @didogamer3785
    @didogamer3785 2 หลายเดือนก่อน +1

    ibintu vyamoko ntabahutu babifise inzigo isigaye kubo hakurya yamazi twebw ntakibazo dufise

  • @GuyPrévalMUGISHA-f5m
    @GuyPrévalMUGISHA-f5m ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Oya bro warikurongora umuntu musangiye ubwoko.

  • @FrorenceNsbmna
    @FrorenceNsbmna 3 หลายเดือนก่อน

    Kosea byote usikosei kuowa😅simbizi amenenepa kapendeza

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 3 หลายเดือนก่อน

    simbizi yarisariyen😂😂😂 bantu bwoy badadadem ikiganiro ciza kirimwo impanuro

  • @hakizimanajames-hm6xt
    @hakizimanajames-hm6xt 3 หลายเดือนก่อน +1

    Abarundi nibijuju bafise umutima wubuhutu nubututsi Abarundi babimazemwo imyaka 40 muvyamoko none Bose barabanyuma kwisi Abarundi

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 19 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂
    Je umunyarwandakazi wanje,twubakanye twavyaranye,turarera
    Yaranyimyoje andaba mu Maso ngo "wa Muhutu we!😢"
    Vyantey Shock Gushika uyu Munsi il ya 5ans, Umuntu wese mbonye mw Ibarabara nca ngira Projection de ce que la personne pense de moi🙂‍↕️
    Niyo andamukije canke tuvuganye,nguma mfise suspect ko ambonamwo umuntu wo kurwego rwo munsi!
    Vyampay iyindi façon de voir CES Gents la🤔
    Le Pays va Mal😊

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque1318 3 หลายเดือนก่อน

    Tekana Simbizi wee,warafashwe mpirii

  • @nsabimanaolivier
    @nsabimanaolivier 3 หลายเดือนก่อน

    Yaga,kumbe ubwoko burabaho muburundi?
    Simbizi,yaga vyose baguhe imfashanyo

  • @nirereegide1230
    @nirereegide1230 2 หลายเดือนก่อน

    Ibyo bintu byanyu by'amako muzabivamo ryari kweri?

  • @Williamdully
    @Williamdully 3 หลายเดือนก่อน

    Nakubali ntury umunwa bari bakwans ng ur umuhutu

  • @BizimanaDavid-up4gh
    @BizimanaDavid-up4gh 3 หลายเดือนก่อน

    #yaga nyikwirikirana impande zibiri(2) iconsatse kuvuga n'iki "" nuko ikoresha umwanya muto ariko hakamwo ibibazo wobaza nko muri 50 munit"""iki bazo mfise niki bene babigenza gt ????!!

  • @fridaytv3818
    @fridaytv3818 3 หลายเดือนก่อน

    None yari yabuze igisokozo cogucisha mumutwe ?

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 3 หลายเดือนก่อน

    Abahutu barabakera nibo bakengera abubu bo mama barivugira nintutsikazi nziza nziza ubu abahutu nibo bazirya ukira kuba ufise inoti yawe gusa uriramura.😂

  • @IssaVidich
    @IssaVidich 3 หลายเดือนก่อน

    Kbs

  • @chris.mg27
    @chris.mg27 3 หลายเดือนก่อน

    Urugo ruhire @SimbiziWaSemavumba ❤🎉

  • @didogamer3785
    @didogamer3785 2 หลายเดือนก่อน

    ako kantu bubu hutu KO baca bagataka😂😂uyo ariyemera kwari umuhutu og😂

  • @allovertv9351
    @allovertv9351 2 หลายเดือนก่อน

    😢😢😢😢amoko azashira ate?

  • @futuremillionaire450
    @futuremillionaire450 3 หลายเดือนก่อน

    Ako ka blagues ka BantuBwoy karankuyeho😂😂

  • @MugishaParfait-ob6rd
    @MugishaParfait-ob6rd 3 หลายเดือนก่อน

    Kwihutira vyamenyeho simbizi siwe wambere nibamureke

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 3 หลายเดือนก่อน

    Uwo mugore nibwoko ki ?

  • @gregoirekennedy8573
    @gregoirekennedy8573 27 วันที่ผ่านมา

    Amoko yazanywe nabanka uburundi
    Twe turi abarundi twese

  • @Zadig_Le_Juste
    @Zadig_Le_Juste 3 หลายเดือนก่อน

    None harya Simbizi ni umuhutu vy'ukuri?😂😂😂

  • @NdayishimiyeRichard-g9b
    @NdayishimiyeRichard-g9b 2 หลายเดือนก่อน +1

    Abarundi mureke ibya moko

  • @arnaulddolfi20
    @arnaulddolfi20 2 หลายเดือนก่อน

    Uwo muhutu nta mutima afise !

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo หลายเดือนก่อน

    Erega atari ubuwerewere bwabarundi nabanyarwanda ubundi kwisi yose ntahovyakabaye ahabantu baharura ubwoko bafatiye kumazuru kanatsinda sitwe tuyafise twenyene kwisi yose nabandi bantu barayafise twebwe abakoroni bayakoresheje kubera basanze tuvuga ururimi rumwe ninkaho barikuvugaga bati abavyibushe nabonze bakabapangira amazina atirero uwonze ntiwemere yuko uwuvyibushe agutwara akabwiruwuvyibushe ati ntubona yuko uwonze ariko arakurenganya canke iyo bafatira kuminwa 😂😂😂 canke ibikiriza canke ibisusu

  • @didier4567
    @didier4567 3 หลายเดือนก่อน

    Buja he ubuhutu none red tabara igwanira iki

  • @ericnzambimana6875
    @ericnzambimana6875 3 หลายเดือนก่อน

    Uti ntuzi kuresha! Iyo myaka yose mwamarany ntiwamuresha😂. Uwo mututsi kazi nawe nimwubake rugume urumva ko arigitabwa😂😂

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 3 หลายเดือนก่อน

    Kuki mugira faux débat: abatu-tsi ni igikoroni kera bitwa abatun-zi. Abahu-tu ni igikoroni kera bari abarun-di basanzwe! Bool-shit !