Prezida Neva arashikiriza ibintu nyamukuru amaze kurangura inyuma y'imyaka 3 iheze arongoye igihugu.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 พ.ย. 2024

ความคิดเห็น • 32

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 ปีที่แล้ว +1

    Mutama Wacu 🎉 urugamba rurashushe Imana imbere nabandanye ejo niheza 😁 nkaba nda mwifurije isabukuru ryiza ryiyo miaka itatu arangije ikindi naco nkaba nda mwinginze yuko atokwibagirwa yuko ari umusoda akaza racishako agasiporo kuko vyongereza kuroranirwa murivyose🤍

  • @cvzx-2968
    @cvzx-2968 ปีที่แล้ว

    Imana.yaguduhaye. ikudutungire🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @VenantBigirimana-m1m
    @VenantBigirimana-m1m ปีที่แล้ว +1

    Komera kwibanga muzh wacu❤

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 ปีที่แล้ว +1

    Ndagukeje nyakubahwa Pres...

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 ปีที่แล้ว +1

    Yoba Messages President azisoma,narikumutakambira
    Amazina :
    *Umukozi wa Reta
    *Umuduga wa Reta
    *Inyubako ya Reta
    *Ibintu vya Reta
    Yoyaca agakurwaho mumvugo
    Kuko izina"Reta"rirayovya abarikoresha mu Kirundi.
    bakavyita:
    *Umukozi w Igihugu
    *Umuduga w Igihugu
    *Inyubako z Igihugu
    *Ibintu vy Igihugu
    Bizofasha abakoresha izi mvugo kuzirikana Akazi bashinzwe n Igihugu hamwe nogutinya no kwubaha Ivy Igihugu.
    bagume bibuka ko bafise Amabanga Akomeye yogukorera Igihugu.

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 ปีที่แล้ว +1

    Mutama.mukwishura nihatari ntabwo womutsinda kabisa
    Urazi kwishura kabisa

  • @nzoyikoreraaudifax2342
    @nzoyikoreraaudifax2342 ปีที่แล้ว

  • @ericNdikumana-go3hl
    @ericNdikumana-go3hl ปีที่แล้ว +1

    Umurindi ugezeko nimwiza mutama komerezaho tuzoshika kwiterambere rirama

  • @PierreBat-m4l
    @PierreBat-m4l ปีที่แล้ว

    Nkunda uyi mugabo akunda igihugu cye sfite ubwenge kandi ntawe abogamiye ntakora nko mubaturanyi barangwa no kwicaana kugonga abakozi b'Imana none imivumo n'ibyago biva ku mana byateye u rwanda aho inyamanswa itangiye kurongora abagore mu majyaruguru y'u rwanda iyo abega bategeka ibyago bigwirira u rwanda

  • @manasseninteretse8510
    @manasseninteretse8510 ปีที่แล้ว

    I liked our president. Keep well never. we ❤ him from KIZUKA Rumonge.

    • @DAMUSAFI
      @DAMUSAFI ปีที่แล้ว

      Wakwetu

  • @ericNdikumana-go3hl
    @ericNdikumana-go3hl ปีที่แล้ว

    Komera son Nyenicubahiro, inyishu ziri claire plein de sagesse

  • @immaculeenduwimana6012
    @immaculeenduwimana6012 ปีที่แล้ว

    Jewe icombona ukwiye gutwa iminsi mwishi ishoboka kuburyo mwokoroherwa kudushikana Aho mutunye atawundi yobaciramwo

  • @laurentniyonsaba1228
    @laurentniyonsaba1228 ปีที่แล้ว

    Umukuru w'igihugu ibikogwa ariko arakora biratomoye, hasigaye ko aba rundi babitahura, uwomutima w'ivyo avuga bose bakawucakira bakabibona nk'uko abibona.Twoterimbere.

  • @nduwimanafabrice9775
    @nduwimanafabrice9775 ปีที่แล้ว

    Mutama wacu yavyibushe basha komera cane mutama uwukwanka akwnadureko

  • @mugishaevangeline8095
    @mugishaevangeline8095 ปีที่แล้ว

    Kuberimana😂😂😂😂❤❤❤😊😊😊😊

  • @ribertsekadodo662
    @ribertsekadodo662 ปีที่แล้ว

    Who's the president the email you can keep your stuff

  • @VincentNkunzimana-gp3tr
    @VincentNkunzimana-gp3tr ปีที่แล้ว

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @UwizeyimanaMukotoni-m5b
    @UwizeyimanaMukotoni-m5b ปีที่แล้ว

    Raaaambaaaaaa

  • @hassann4209
    @hassann4209 ปีที่แล้ว

    Abarundi turacafise urugendo rurerure.

  • @LaulentiEzekiel
    @LaulentiEzekiel หลายเดือนก่อน

    Nivyo mtama

  • @kellynduwimana5151
    @kellynduwimana5151 ปีที่แล้ว

    Mutama ari kukivi kabisa turabibona

  • @danielnamunyere
    @danielnamunyere ปีที่แล้ว

    birahimmbaye

  • @alainntakirutimana8877
    @alainntakirutimana8877 ปีที่แล้ว

    Irambira mutam wanj

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 ปีที่แล้ว

    Abo bagabo bihisha inyuma y'IMANA kugira bahende abanyagihugu. Mbega ko neva avuga amategeko , arayakurikiza ? Docteur SAHABU AZIRA IKI ? FLORIANE IRANGABIYE, AZIRA IKI ? INDYADYA YA NDAYISHIMIYE, NTIYIBAZE KO ABARUNDI BATARIKO BAMUBONA IVYAKORA. NASEZERE HAKIRIKARE KUKO TWARAMUHINYUYE. NATANGE AHE ABANDI BATWARE, KANDI ATAVUYE MURI CNDDFDD HATWARE RWASA

  • @MalaikaChoirBurundi
    @MalaikaChoirBurundi 4 หลายเดือนก่อน

    😊😅😊oô😊😊😊p

  • @richardburundi3090
    @richardburundi3090 ปีที่แล้ว

    Eeeh neva yariyajanishije

    • @lilianeerica3318
      @lilianeerica3318 ปีที่แล้ว

      Nivyo wabonye gusa😂😂😂😂😂😂😂yajanishije peee