ไม่สามารถเล่นวิดีโอนี้
ขออภัยในความไม่สะดวก

Réverien Ndikuriyo ngo abagirizwa gutembagaza ubutegetsi 2015 ibohero riracuguruye Urwanda rubatange

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 6 ม.ค. 2024
  • #indundinews :Mu migenderanire y'Uburundi n' #Urwanda ngo kuva na kera bamye bafise ibitagenda neza, ariko ngo umugambwe #CNDD_FDD mu biganiro wakoranye n 'indongozi za #FPR babasaba ko bobaha abagarizwa gutembagaza ubutegetsi kandi basa n' abavyemeye nubwo bitarashigwa mu ngiro

ความคิดเห็น • 19

  • @Nshimirimanalino1
    @Nshimirimanalino1 หลายเดือนก่อน

    Mutama nyakubawa umukuruwumugambweyubawe nimvugakuri

  • @gagakenzybuffalo6839
    @gagakenzybuffalo6839 6 หลายเดือนก่อน +1

    Komera Mutama NYENITEKA

  • @ilaurentm
    @ilaurentm 4 หลายเดือนก่อน

    Ururimi n'inyama ryigenga koko !

  • @dstar4906
    @dstar4906 6 หลายเดือนก่อน

    Ideology zanyu twarazirambiwe.

  • @vinceruba9841
    @vinceruba9841 3 หลายเดือนก่อน

    Mbe wowe usigaje imyaka ingahe ko numva uvuga iyabandi gusa

  • @gabrielmanirakiza6731
    @gabrielmanirakiza6731 5 หลายเดือนก่อน

    Ur'umugabo uravuga ukuri

  • @musangamfuracelestin6629
    @musangamfuracelestin6629 5 หลายเดือนก่อน

    Uratangaje, ariko cyakora niba namwe mwerekwa simbizi icyindi niba arubutasi bwanyu bubibafashamwo nabyo sindabimenya, ariko nzabibwirwa nuko abarundi batahuye Ibiri kubera mujyihugu hagati. Akokantu nimugatahura nzamenyako muri mujyihugu jyituwe cyiyobowe nabagabo bafatanyije nabagore babo. Burundu 19:38

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere หลายเดือนก่อน

    Abanyarwanda mutunzwe no gusega abazungu no kwiba congo,umusi abacongomani baciyubwenge muzokwimbe mwigera

  • @user-vd6tq3cx4f
    @user-vd6tq3cx4f 5 หลายเดือนก่อน

    Niyubahwe

  • @cadeaunsabiyumva5304
    @cadeaunsabiyumva5304 5 หลายเดือนก่อน

    Urumugabo urimvugakuri mutama

  • @thewisetv3989
    @thewisetv3989 6 หลายเดือนก่อน +2

    UVUGA NEZA CAAAANE
    KOMERA NYENITEKA

  • @benjaminadjanga6608
    @benjaminadjanga6608 6 หลายเดือนก่อน

    muzogumane uyu mwete wokuduha amajambo yindongozi aratwubaka cane

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 6 หลายเดือนก่อน

    Mugarukane SMO irakenewe mu Burundi

  • @gabrielmanirakiza6731
    @gabrielmanirakiza6731 5 หลายเดือนก่อน +1

    Nukuri abakoloni nibo batumye tujegela

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 6 หลายเดือนก่อน

    Komere kumuheto mubandeye mugwanya umwasi burya ubinye imbwa mugiti uribazaho uwakiyurije, urwanda niwe mwasi wambere. Banyakubahwa icotwobasaba vugane na F. Beto mujehamwe mukubite iyombwa kagame kuko nawe wabivuze ko kudahana imbwa ko kugwiza imisega. Namwe turabashigikiye ko mwofuha uburenganzira tukaja kwihanira umwasi wacu kugirango akarere karinke amahoro

    • @user-zs9qs3qw8m
      @user-zs9qs3qw8m 4 หลายเดือนก่อน

      Hhhhh
      Izimbwa ntizafutsinda .
      Ni ibijuju kandi baracyennye

    • @user-zs9qs3qw8m
      @user-zs9qs3qw8m 4 หลายเดือนก่อน

      Ko mutadugaye benewanyu bakoze genocide hano mugwanda ?
      Na Neva yishe abatutsi benshi murwanda .
      Muri genocide niho yari

    • @novatidamian7236
      @novatidamian7236 4 หลายเดือนก่อน

      Sha namwe mwig8ze abatunzi mwigira Singapore yigicupuri kuvyo musahura muri Kongo ngivyo bigiye kubashirana murabe ukuntu mutazorwara imvunja ! Nokunyo zizoheza zishikeyo reka tumanze tubamesere muri DRC Congo hanyuma tuzoze tubasanga ikigari mwaramaze kuremba nkimbwa yanyqgiwe nimvura. Sikizima is yosi yabahagurukiye muzokwicarikwa hasi nkika yaciwe ibigango Kandi sikera nubu vuba mugiye kwibonerako, mwari muzi ko nubwo buzu mubona ngaho kwarubwq abazungu na abarabu baje kwiyubakira! Hanyuma kuko murimpumyi Mahendwa mutabaza ivyigihugu mukabwirwa ko mutunze naho nivyo mubona nivyabantu batarenga 100 ibindi navyo ari academic mwafashe.