None Rwasa bamugumukanye, ni Ndikuriyo ?│Révérien Ndikuriyo

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ก.พ. 2025
  • Mu kwishura ikibazo kijanye n'uko yagirizwa gusambura umugambwe CNL mu kiganiro co ku wa 24/04/2024, Révérien Ndikuriyo yarashizemwo ibijanye n'ijambo ryavuzwe n'abasenyeri gatorika bo mu Burundi umusi wo kwibuka urupfu rw'umukuru w'igihugu Cyprien Ntaryamira. Ivyavuzwe n'inama y'abepiskopi gatorika ico gihe biri ngaha • Kubuza umuntu kuvuga n...

ความคิดเห็น • 21

  • @mdmn8160
    @mdmn8160 9 หลายเดือนก่อน +4

    Mutama uranryohera ukuntu uyaga kweli 😂 uri umu happy 😅

  • @NiyubahweElysé-v5n
    @NiyubahweElysé-v5n 24 วันที่ผ่านมา

    Bane abagiye guhunga igihugu nibenshi, burya rwasa na reverien ninde afite portic nyinshi mumutwe?

  • @christiankwizera9
    @christiankwizera9 9 หลายเดือนก่อน

    Aho gukorera hamwe ngo bashake icyateza imbere igihugu birirwa muri iki gipindi ca politics kubivuga biraryoha

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 หลายเดือนก่อน

    Mugabo reverien, arko banya africa dufise ikibazo mu mitwe peee. Ubujuju, ubujinga wose . Ni GUTWIKA bandi babyeyi tuzi GUSA. C'est très très grave

  • @stannkurikiye4765
    @stannkurikiye4765 18 วันที่ผ่านมา

    None ntivyavuzweko ivyubwoko bitakivugwa muburundi!

  • @ntirenganyajeandedieu2074
    @ntirenganyajeandedieu2074 8 หลายเดือนก่อน

    Muta isi ntisakaye ntawasumvya bunyoni gukomera nimusangire mureke kumwomora

  • @francisnandine
    @francisnandine 9 หลายเดือนก่อน

    Icishe Abanyafrika nibintu vyamoko nimwabiheba muzotera imbere

  • @ntirenganyajeandedieu2074
    @ntirenganyajeandedieu2074 9 หลายเดือนก่อน

    Mwibazako muzoguma kubutegetsi?

  • @samuelmpawenimana-st2rm
    @samuelmpawenimana-st2rm 9 หลายเดือนก่อน

    Abahutu mukundinda muzomarana reke abatutsi bo bakundana bagasabikana batware!
    Gusa we wa Mugabo we uravuga nabibi giramahoro!nta butegetsi budahinduka.

  • @samuelmpawenimana-st2rm
    @samuelmpawenimana-st2rm 9 หลายเดือนก่อน

    Radjabu mwa m'uhemvye inkoro Dorofo mwaramwishe Mutama Nkurunziza mwaramwishe nyangoma yafashe iyambere muguhaburiza abahutu mwaramwangaje Domisiyano wo mwamupfuye agasoni aho kweli kuvaho abahutu bahohoterewe nti mwo kwikubita agashi!intwaro zabatutsi baduhe igiti twicwa ngo turi abasaya abahutu muhashike ngo SAFISHA ni IBIPINGA ica boha angaza hindura amazina y"imigambwe ashaka kugarukana abahima! mama abademubirijwe batahiye zirayoye nk'umuntu atwawe n'ingona ewe kurima ntiwimbure maze bikimburirwa abayoboye! umuhutu akazobura ijambo kuntwaro z'abatutsi n'izabahutu kweli!u Rwanda batwaye imyaka myinshi kuko abatutsi bakoreye hamwe bagasabikanya ariko abahutu duuu!yaba vyokunze nokwihutuye!!!.

    • @PhilbertArakaza
      @PhilbertArakaza 19 วันที่ผ่านมา

      Nawew'uraremvye ivyobinyoma vyose utemberana mumutwe😂

  • @JeanBarabonerana-r8r
    @JeanBarabonerana-r8r 6 หลายเดือนก่อน

    L'op.

  • @Khalidniya380
    @Khalidniya380 9 หลายเดือนก่อน

    Mubure kurwanya inzara mwishinga mudebwa gusa jewe murambabaza kabisa
    Nimba ari iyo mipango mufise ntaho tuja ntaho tuva igikuru ni ukurwanya inzara ntabwo ari ukurwanya imigambwe yo muri opposition
    Les leaders sans vision

  • @AbraMbazumutima
    @AbraMbazumutima 25 วันที่ผ่านมา

    Wubahwe nyakubahwa

  • @CyizabirenziBlandine
    @CyizabirenziBlandine 9 หลายเดือนก่อน

    Amatiku ntiyubaka bashinganahe

  • @Foot-f3o
    @Foot-f3o 20 วันที่ผ่านมา

    th-cam.com/video/lf_Oen9TkDY/w-d-xo.htmlsi=XrLcmo6iPJ1cHOkC

  • @AndreHakizimana-e3z
    @AndreHakizimana-e3z 23 วันที่ผ่านมา

    Zzz