Menya aho Ndikuriyo Réverien yahuriye na Manalex | uruhara afise ku bukwe bwiwe
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ย. 2024
- Honorable Reveriyano Ndikuriyo yashimiye abo bakoranye ahanura n’abagiye kwinjira mu mabanga
Ndikuriyo Réverien arasubira kandi akavuga ingene yamenyenye na Muyenge Alexandre Alias Manalex n’ingene yamurungikana ikete kumutambukanyi wiwe 😂😂
Lydia ndamwubaha ... kubona yarashigikiye uwumukurikira Excellence Honorable.
Biragahora ukp
Komera mutama wacu reverien