ไม่สามารถเล่นวิดีโอนี้
ขออภัยในความไม่สะดวก
INDANGAMIRWA By TETERO LAURETTE
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 12 มี.ค. 2020
- Mukenyezi,
Ino ndirimbo ikubere icibutso c’ukuntu uhambaye mw’iterambere rya Buri kiremwa muntu.
Muri vyose uri Indangamirwa, witandukanya nabandi ukabasiga kure cane.
Niwumva ucinyijwe ino ndirimbo ize ikwibutse agaciro kawe.
Niyo wacika intege ino ndirimbo izokwibutse ko Uri umunyenkomezi.
Muri vyose ize yame ikwibutsa ko Uri ikirumara, I N D A N G A M I R W A.
Uwuguhoza ku mutima
Laurette Tetero
Audio : X-FECTA
Distribute : Agatik Entertainement
STREAM / DOWNLOAD : africori.to/nyemerera
Follow us on Facebook. / tetero-laurette-570660...
-Instagram. tetero_laurette...
Twiter / laurettetetero
Concert & Licensing :
teteromanagement@hotmail.com
Namaze gutahura ko industry ya music bwabundi yari yuzuyemwo abatabikwiye. Nicogituma, umuziki wacu utaterimbere! Hamwe hoboneka ba Tetero 5, music yacu yotera imbere mumakungu! Good luck!
Ndakunda uko uririmba ikirundi,umurundikazi wambere mfana,just unkumbuza imuhiraa iyo nataye Uruzogi🇧🇮🇧🇮🇧🇮ndakunda Uburundi❤️nabarundi bose❣️...Imana ibahezagiree!!!
Ameeen.
N'aho batazwi muri Leta, barya bamenyeshamakuru barafasha, barasunika umuririmvyi
Tetero urashoboye nivyo urabasumbaaa
Iyi ndirimbo ni nziza vrt.
I.RA.TO.VYEEEE , this is realy magnifique🥰🥰 proud of you Girl
Iyi ndirimbo iratesa, iramara
Komeza utera imbere
Yes yes Laurette Tetero good job vrt my Sister imbere niheza cane💪
Iraryoshe caneeee!!
Ndakunda cane ijwi
wow Boo umaze kubikora Neza pe
❤❤❤❤❤ plz wandika ikirundi gikora kumutima❤
Erega womenga ni Rihana ariko aririmba ikirundi👍🇧🇮
Indangamirwa irahimbaye peeeee 👍👍👍
Vrmnt courage urashoboye
Incroyable 😍😍😍😍 j'espère ko clip ar soon🤩🤩🤩🤩
Hama courage vrt urashoboye💪💪💪💪
Ohhh iraryoshe cane.
Love From #TeamSatura From Empire Avenue 🔥🔥🔥🔥
This is absolutely amazing! Big Up.
Shishikara guterimbere my Sister,félicitation mbe umbonera ndimubambere bayumvirije
Indirimbo imeze neza, ark abogufashije warabatutse, raba. Iyi ndirimbo yabuze promo. Urasaba imbabazi
Nice song😙
urashoboye kbsa
En boucle ➰
Reine Irankunda ❤️😂
Kabisaa
Courage !!!!!
Nice one.That's dope keep it up my girl👌
❤❤
Urashoboye nukuri ntiwibesheye
This song is so good love from somalia❤🇸🇴🇸🇴🇸🇴
Naasircrb Cade thank you so much my boy!!!
😍😍 indangamirwa 💖💖
Lo've fr'om oxy'gen💕 💕
Waririmvy😍
kuberiki iyi ndirimbo itasohotse avant le 8 mars?? yari kugira icimaze cane mgb bavuga ngo il é jamais trop tard hama i like it kabisa
love from #Runtowndjs
Dj Zenobino #Runtowndjs problèmes techniques 😅
Dj Zenobino #Runtowndjs thank you 🙏
@@laurettetetero3529 cvaaa urashobor kumpa whatsap yawe
Uririmba neza vraiment. Your voice is priceless
Urashobonye
Ndashoboyeeee👌Indangamirwa🔥🔥🔥
Waouh
Tetee Aka karamirika tuuu
Nukuri uranyemeza kundirimbo zawe.zirampimbara nkaja muri mood.
Nic
Nice song from Tetero 🔥 🔥
Nice song.......so terimbere nkumuzinga di mukobwa wanj
Mbega amajambo meza y' ukuri aryoshe kwumva!🥰🥰🥰
Nd inyambo ishogomanga inka zishotse, ngabire y' abahizi mpuz imiryango,
Mico myiza karorero mu bandi
Banyita indangamirwa.
Impetso y' umuryango, museso w' umunezero, nsumvya abatoni guhiba.×2
Nshira mu biro uroranirwe, nshira ku kivi nkumare inzara, nshira mu rugo ndagukure amagorwa yose.
Ndashoboye×5
Ni je kibasumba kirezi ciza
Urumuri rumurikira umwiza
Nd inyange itwenga izuba ryo rikaka
Ni je mirundi yama izira imibango
Murundikazi ngabire y' Imana
Banyita indanganirwa.
Impetso y' umuryango, museso w' umunezero, nsumvya abatoni guhiba, mutima w' urukundo, citegererezo
Ndaga indangamirwa.
Nshira mu biro uroranirwe, nshira ku kivi nkumare inzara, nshira mu rugo ndagukure amagorwa yose.
Ndashoboye×5
Ni je kibasumba kirezi ciza, urumuri rumurikira umwiza.×3
Th's amazing song
Love from SOGOSTAR GROUP ✌✌
Indirimbo iririmvye neza,amajambo meza,kumudiho mwiza,warabishoboye
Nice💥💥
Great !!!!
i relly like you songs and you voice is amazing!!
courage
Absolutely beautiful🤗👏🏽! Love it 👏🏽
💯💯♥️
Tetero urakora neza ila ukwiye kuririmba gospel kuko sauti yawe siyo kurindira imizi imba gospel tafadhali
👌👌👌
Uburyohe bw' indirimbo, amajambo nyayo, ikirundi co kw' itsitso....
Mpejeje kuaba ama views, ntayo!Biragoye gutegera ivy' urwaruka rw' ubu rukunda muri musique burundaise.
Tetero, courage. Ejo ni heza.
Good sana my sister
Bonnke Anglicano much love! Thanks
incroyable talent de la meuf,vrt Laurette t'es la seule et unique
no one could overtake you
blessed voice
Indangamirwa Kibasumba, ejo ntivyakunda gushirako comment.
Good job 👍
Albert Ntirampeba thank you do much! I really appreciate your support 🙏
@@laurettetetero3529 keep doing it, girl! You rock!
U are so amazing
❤❤❤
Je Valide kabisa #TETERO
💕💕💕good lyrics go go babygual
Great vocals and the best drop in 2020. Thumbs up teuteuuuThumbs up tetero
Niceee Music kbxxx
Let me call you 'Beyonce du Burundi'.
Tu es speciale and more than capable.
Og for real go rock it
Kor amasanamu Laurtt urashoboy
uri urumuri rumurikira umwiza nukuri
yesssss
very good song 💯💯💯
💓💓💓
👏👏👏👏👏
🔥🔥iyi ndirimbo ni yo
Reine Irankunda you are the best support system ❤️
Love you sana
Wubahwe
Uyumwigeme kwadakora ama video
💥💥💥🤯🤯🤯🇧🇮🇧🇮 top
🇧🇮 wow
Nic song
💞
ATI niwe kibasumbaaa!
Nivyo
Nice
And now it's possible to comment
Iyi production niy'iburundi? Please ni hehe?
burundi's got talent NEW ERA! They are the best!
Courage but you need to upgrade or work with real producers. Other then that your voice is on 🔥
Nic
Ngoma iko bien kbs
Nic song