Ngiki icatumye TETERO Laurette atahana primusic2019/ Yabaye uwa mbere muri 168
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ค. 2019
- Kurikirana uko #TETERO Laurette yaririmvye imbere ya #Jury bituma aba uwa mbere mu baririmvyi 168 bari bitavye ihiganwa I #Bujumbura gutyo binatuma atahana #primusic2019
Sangiza abandi ino nkuru Unagire nico uyivuzeko
Please subscribe make a coment and share - บันเทิง
Mbega impuni!!!🙁🙁😳😳
tetero uririmba nez
Mbega impano
Baache fujo uwo Mwana arayakwiriye🤗🙌🙌🙌🙌🙌
Kari kayakwiy vraiment,
mundabire uwomugambo wikwaf yaravy nihatar
Black TV big up san
Truly she merit!I congratulate u
Asha naje ndabona yarandushije kabisa
Manidit
Vrmt iryo jwi niryo
Hahaha imitima yabo yayiteye urushinge bahita baramusinyira
Reba ukuntu bapfuye 😂😂😂
Ahubwo kimwe nibamukorere platform Instagram yiwe bayikuze bamuhe TH-cam Channel bamukorere promotion nkuko ibindi bihugu bibikora .. Akomeze aterimbere umwana wacu 🇧🇮❤️
Hhhhh baravyeeee
Najew ndaravye pe!
Aba bayipe bayora ababizi ninzara gusa ntibazi icobakora
Apana irijwi siryo kabisa harimwo amakosa meshi mumajwi
Aba juristes bacu ntanamashi vrm🙄
Ntaco kukontrora ijwi kabisa
Duhe indirimbo zawe twumve uko ubikora
None koyaguma ahagaze eterekana ko ivyo aririma bimurimwo ntanukwinyagaza .mbekomutatwereka ahoyarahagaz