ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Merci beaucoup Hosy🥳🥳
Merci aussi à vous 🙏🙏🙏
iy look ni bon!uzoduh colabo n Berry Music
Akaijwiii ka TETERO 😊😍😍😍 ewna turashaka song nshasha uno mwakaaa🔥🔥🔥🔥🔥
Waouh avec Tetero Laurette umu star aciye bugufi...
Gooooooose ndamukund❤️❤️❤️❤️💯
Aka kana karanryohera ukuntu, gentille,joviale et intelligente. Umukama agushigikize ukuryo kwiwe.
Uwo mwana ni mwiza, aritonda kandi aciye bugufi. I really enjoyed every bit of this show 🇨🇦👍🏻👌
Tetero,uzi kuririmba ukamenya ubwenge,ariko mwana kugira stabilité mubintu vyugusenga nikintu qui prime muri personnalité yumuntu.kugira uzogere kwihangiro,ubwirizwa gusengera ahantu hamwe.wumva pentecôte itakworoheza murivyo vyugushaza,fata hamwe,ugumeho pour éviter kuba déboussolée,muminsi iza kuri choix yuwo muzobana surtout. Juste impanuro.
Merci beaucoup ma Chère Josephine ❤️🙏
Petero eeeee oya nako Tetero 😅😅😅 ayo maso azungurutsa atera ubwoba nde ga naniSiren vibes Turayifana sana 🤟🏻🤟🏻🤟🏻
Mama we!!!!Tetero avuga neza wallah🤙🏾 nzomu....
Nuko ata kirundi azi
@@ancillecilla arakizi sha🤩🤩nanj nzoc ndaciyibagiz🙈kuk français na anglais tuba tubizi👍kirets igi chinois 😉
Yoooo uririmba neza urimwiza caaaaaaane en plus tu as une voix angélique soyez benis na Hosy nuwa grave.👍👍👍
Nukuri abantu turi mumahanga muradufasha caaane umengo turiwacu pe. Merciii Hosy
My favorite artist i love your misic
Vraiment tetero Laurette elle chante très bien comme des enjes
She's cute humble and intelligent I mean tetero.. Interesting interview 👌
She is so beautiful.
Umwana nta somana tetero gusomana. Ni mvugo mbabarira matwi yaguhaye câlin so l like Humour yawe more blessing
Tetero Laurette😍😍😍 Sa voix vrma est si tonitruante!!!Je numva na #Hosy azi kurirmba sinumva impamvu atoririmbaa😘😘Canke #Hosy wanka ko #Bface yoca akubwira ngo ube umu #Cineaste😂🙆
Waaoh,iyo gospel niyusubiyemwo iraryoha kuruta,uzoduhe indirimbo y'a Gospel sha.
Tetero Courage Mwiza Imana Igushigikire Mûri vyose
Oya nawe rekagusarisha nduhe akandi karirimbo jew ndakwera Sana tetero
Ako karirimbo ko mugiswahili kitwa gute 😭😭 hosy you can really sing girl😍😍
Siren 💪💪 thx kutuzanira tetero at now
Gerageza ugabanye Genre muma interview.. Genre iguma igaruka naho bidakenewe!!! Kool 👍🇳🇴🇧🇮
Hosy Matana yabaye Province ryari??ni Commune imw muma commune yo muri Bururi.ahubw ngir washats kuvuga Rutana
J'suis le premier,,we love u tetero
Hosy matana ni komine ya province Bururi.
Uwo mwana arafis ijwi kabisa 👌Thanks once againHama Hosy Matana ni Commune si Province 😎
Love you Hosy
Matana ngo ni province!!!!🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣, ndibaza ni nshasha nka Rumonge
Ndimurwanda arko icyo cyana ndagikunda kiss
Yuuuuu tetro wee n ak ange vraimnt 😍😍😍
Hosy Matana si province ahubwo ni Rutana. Siren vibes TV, turayikunda
Tetero ndagukunda ntakunz sh ufise ubwenge vrt kd courage ahubw njew mbona amagosper uzikuyaririmb ahubw komereza aho sh
Tetero aragize ico anyibutsa urashobora kugira emission na Berry woba ukoze
Mana uyu mwana araririmbaaa.yararirimbiye mon cousin prêtre, kurubanza rwa prémices, turarira vrttt.
😂😂😂PÈRE OSCAR NDAMUKUNDA CANE MUMUNDAMUKIRIZE!
@@laurettetetero3529 egoo shaa,Lorette ndamuramutsa
Waoh savoir comment chanter est ce que tu peut me donner le chemin pour arriver d'être star
Hossy uransekeje ngwaye Imana iguhezagire ngo oooh ncuti ndaku babatiye guys
Tetero ndasavye uturirimbire les anges du ciel by Cynthia
Mwubahwe
Love you from RWANDA
Ikiganiro n’umwana wawe na Tetero ndagusavye ugikore
Manzi ndagukunda cyanepe
Bjr mukora neza Ikiganiro turabakurikirana: MATANA si Province du BURUNDI ni commune de la province BURURI
Hose tubwire intara yamatana irihe😂😂irabaho?tetero ndamukunda vrmt ari très interrgente❤❤
Hosy usigaye uri mwiza
Waooo ndabakunda cane
She is so adorable🥰
Tetero wacu ndagukunda
Hosy uri Mwiza
Waooo Tetero❤❤❤
kandi ndagukunda hanini nibikorwa vyawe
Tetero je suis en mission très très jolie m belle jtm 🙏🙏😍😍
TETERO nsubiriramwo ahohantu havuga ngo nshaka nshaka
Hossy kwimpuzu wambay arindende ukaba wayidugije mukwicara 🙈 wagiy wiyambarira tugufi gusa 🙈😊Hama Tetero 🙌
🤣 🤣 Nanj vyandez kl
🤣🤣🤣niko imeze
Ariko iramubera disi 👌
Montre mois les chemins d'être chanteur comme toi d'être star comme toi
nkunda ukuntu wiyakiraa tetero😄😄
Oui oui tu est belle
Ngo Matana ni province oh lalalala
Bien
Bon courage Mukora ivyiza cane muhezagirwe 🥰
Courage Tetero,
Iryo jwi ni top en tout cas👌❤
Ndamukunda knd arashoboy courage
May I am bless you, thanks
Tetero afise ijwi ryiza Hama hosy émission yaw turayikunda
Courage ni bn
Uyu mwana afise akajwi keza pe. Rose urakora neza cane akazi kawe pe
What’s the meaning of Tetero #we love y’all
Syren Vibes Tv 💪
Hosy weeeee matana ni commune imwe muzibururi😂😂😂 sintara mwiza
Merci kukiganiro ciza... Kumutumire: twitege New song ryarii?? Turanyotewee😀😀
j numva mwo crea aga choral ka ba 2 hosy kuri 2è voix reka mpore hahhahahahha
Hosy wèwe vraiment trophé nzoyiguha
Très belle
Hahah ng matana ni province, hahah... Ni commune puuu
Matana si province ni commune iri mu ntara ya Bururi
Nange ndumunyarwanda gusa nakunze ibiganiro byanyu ndetse bishobotse mwampa number yanyu nababonaho
matana ??? 😳😳😳😳
Aturirimbire indirimbo zingozi from 🇨🇦. Keep your identity if you are Christian don't hide that
Matana ni province Kuva ryari😅🥱
Hello Burundian Girls!! Why u forget kwa Babu Madela South Africa.
Ngo ntiwagiyeyo kubera iki????😅😅😅😅duza volume twumve baraguhenze shaaaaa
Hosy jisho murahurira imatana
Vyiza can T.
Elle est très mignone 😍😍😍
Kkkkk ati pentekot Gashikanwa muranyish p
#Hosy Kuva ryari #matana ari province 😂😂😂😂
tettero kuki utakiduha umuziki nimpfuza nyemerera nayibuze est ces que habaye ingoran nyabaki?
Hosy Matana si intara🤣🤣🤣🤣
nivyiza cane amajwi meza ariko uwo mu journaliste aze aratwicarira neza yikwize canke aze ariyegeranya
Hosy uranyish 😂😂😂😂
❤❤❤❤❤
Genre Tetero yaramenye genre kuririmba genre kurusha genre muri primusic geeenree.....Hama genre Hosy(Siren vibes) genre terimbere kuko murubaha abo mugirisha... ibiganiro...ewe..geeeennnreeee😅😅😅
😂😂😂vyose wabitahuye genre
😄😄😄 ariko ni bon nyen ndakunda ukuntu uri trop amusante...ariko rero nuko nakunze indirimbo ''agateka'' kandi wayiririmbiye abakenyezi bagenzawe ibaze scène ndi mwibarabara nkaca naduka ngo:agateka mbayagira ndakikorako.....🤦🤦🤦
ikiganiro ciza turabakunda mais matana ntiraba province hosy hama tetero lmana ikomeze kumuja imbere ahama bikunze azoduhe @email akoresha muri communication mukomeze kuba abana baciye bugufi lmananayo izobashira hejuru
Uyu mwana ukora kuri Vibes TV ndamukunda!
Bawambara izishika hepfo yamavi neza ozzi
Hosy vs Tetero: very good.
Wizehe hosy ?matana ni comune yo muri bururi
Nakunze ka genre ukuntu mukavuga buri kanya biraryoshe
Hosy ntasoni?matana ni province🤔🤔🤔🤔jisho arakubona
Hahahhahaha ngubu yarakuze rero
Ayo maso agum arerembuza nibik,ntashobor kuvug atayarerembuza
Mureke none gira ayawe😅🤣🤣
Nbe se ntafise iyo liberté yukuyarerembuza ga bantu,jewe rero ntangarira ubwo bwiza bwamaso yiwe vrtt,vrtt,tellement belle.
Merci beaucoup Hosy🥳🥳
Merci aussi à vous 🙏🙏🙏
iy look ni bon!uzoduh colabo n Berry Music
Akaijwiii ka TETERO 😊😍😍😍 ewna turashaka song nshasha uno mwakaaa🔥🔥🔥🔥🔥
Waouh avec Tetero Laurette umu star aciye bugufi...
Gooooooose ndamukund❤️❤️❤️❤️💯
Aka kana karanryohera ukuntu, gentille,joviale et intelligente.
Umukama agushigikize ukuryo kwiwe.
Uwo mwana ni mwiza, aritonda kandi aciye bugufi. I really enjoyed every bit of this show 🇨🇦👍🏻👌
Tetero,uzi kuririmba ukamenya ubwenge,ariko mwana kugira stabilité mubintu vyugusenga nikintu qui prime muri personnalité yumuntu.kugira uzogere kwihangiro,ubwirizwa gusengera ahantu hamwe.wumva pentecôte itakworoheza murivyo vyugushaza,fata hamwe,ugumeho pour éviter kuba déboussolée,muminsi iza kuri choix yuwo muzobana surtout. Juste impanuro.
Merci beaucoup ma Chère Josephine ❤️🙏
Petero eeeee oya nako Tetero 😅😅😅 ayo maso azungurutsa atera ubwoba nde ga nani
Siren vibes Turayifana sana 🤟🏻🤟🏻🤟🏻
Mama we!!!!Tetero avuga neza wallah🤙🏾 nzomu....
Nuko ata kirundi azi
@@ancillecilla arakizi sha🤩🤩nanj nzoc ndaciyibagiz🙈kuk français na anglais tuba tubizi👍kirets igi chinois 😉
Yoooo uririmba neza urimwiza caaaaaaane en plus tu as une voix angélique soyez benis na Hosy nuwa grave.👍👍👍
Nukuri abantu turi mumahanga muradufasha caaane umengo turiwacu pe. Merciii Hosy
My favorite artist i love your misic
Vraiment tetero Laurette elle chante très bien comme des enjes
She's cute humble and intelligent I mean tetero.. Interesting interview 👌
She is so beautiful.
Umwana nta somana tetero gusomana. Ni mvugo mbabarira matwi yaguhaye câlin so l like Humour yawe more blessing
Tetero Laurette😍😍😍
Sa voix vrma est si tonitruante!!!Je numva na #Hosy azi kurirmba sinumva impamvu atoririmbaa😘😘Canke #Hosy wanka ko #Bface yoca akubwira ngo ube umu #Cineaste😂🙆
Waaoh,iyo gospel niyusubiyemwo iraryoha kuruta,uzoduhe indirimbo y'a Gospel sha.
Tetero Courage Mwiza Imana Igushigikire Mûri vyose
Oya nawe rekagusarisha nduhe akandi karirimbo jew ndakwera Sana tetero
Ako karirimbo ko mugiswahili kitwa gute 😭😭 hosy you can really sing girl😍😍
Siren 💪💪 thx kutuzanira tetero at now
Gerageza ugabanye Genre muma interview.. Genre iguma igaruka naho bidakenewe!!! Kool 👍🇳🇴🇧🇮
Hosy Matana yabaye Province ryari??ni Commune imw muma commune yo muri Bururi.ahubw ngir washats kuvuga Rutana
J'suis le premier,,we love u tetero
Hosy matana ni komine ya province Bururi.
Uwo mwana arafis ijwi kabisa 👌
Thanks once again
Hama Hosy Matana ni Commune si Province 😎
Love you Hosy
Matana ngo ni province!!!!🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣, ndibaza ni nshasha nka Rumonge
Ndimurwanda arko icyo cyana ndagikunda kiss
Yuuuuu tetro wee n ak ange vraimnt 😍😍😍
Hosy Matana si province ahubwo ni Rutana. Siren vibes TV, turayikunda
Tetero ndagukunda ntakunz sh ufise ubwenge vrt kd courage ahubw njew mbona amagosper uzikuyaririmb ahubw komereza aho sh
Tetero aragize ico anyibutsa urashobora kugira emission na Berry woba ukoze
Mana uyu mwana araririmbaaa.yararirimbiye mon cousin prêtre, kurubanza rwa prémices, turarira vrttt.
😂😂😂PÈRE OSCAR NDAMUKUNDA CANE MUMUNDAMUKIRIZE!
@@laurettetetero3529 egoo shaa,Lorette ndamuramutsa
Waoh savoir comment chanter est ce que tu peut me donner le chemin pour arriver d'être star
Hossy uransekeje ngwaye Imana iguhezagire ngo oooh ncuti ndaku babatiye guys
Tetero ndasavye uturirimbire les anges du ciel by Cynthia
Mwubahwe
Love you from RWANDA
Ikiganiro n’umwana wawe na Tetero ndagusavye ugikore
Manzi ndagukunda cyanepe
Bjr mukora neza Ikiganiro turabakurikirana: MATANA si Province du BURUNDI ni commune de la province BURURI
Hose tubwire intara yamatana irihe😂😂irabaho?tetero ndamukunda vrmt ari très interrgente❤❤
Hosy usigaye uri mwiza
Waooo ndabakunda cane
She is so adorable🥰
Tetero wacu ndagukunda
Hosy uri Mwiza
Waooo Tetero❤❤❤
kandi ndagukunda hanini nibikorwa vyawe
Tetero je suis en mission très très jolie m belle jtm 🙏🙏😍😍
TETERO nsubiriramwo ahohantu havuga ngo nshaka nshaka
Hossy kwimpuzu wambay arindende ukaba wayidugije mukwicara 🙈 wagiy wiyambarira tugufi gusa 🙈😊
Hama Tetero 🙌
🤣 🤣 Nanj vyandez kl
🤣🤣🤣niko imeze
Ariko iramubera disi 👌
Montre mois les chemins d'être chanteur comme toi d'être star comme toi
nkunda ukuntu wiyakiraa tetero😄😄
Oui oui tu est belle
Ngo Matana ni province oh lalalala
Bien
Bon courage Mukora ivyiza cane muhezagirwe 🥰
Courage Tetero,
Iryo jwi ni top en tout cas👌❤
Ndamukunda knd arashoboy courage
May I am bless you, thanks
Tetero afise ijwi ryiza Hama hosy émission yaw turayikunda
Courage ni bn
Uyu mwana afise akajwi keza pe. Rose urakora neza cane akazi kawe pe
What’s the meaning of Tetero #we love y’all
Syren Vibes Tv 💪
Hosy weeeee matana ni commune imwe muzibururi😂😂😂 sintara mwiza
Merci kukiganiro ciza...
Kumutumire: twitege New song ryarii?? Turanyotewee😀😀