Muruno mwanya niho nkicumv mood ya kadawa 💊 xo lyrics nziza sister @Esther_Nish.keep promoting our Burundian music your are my idol artist in Burundi 🇧🇮🇧🇮
We must begin to take time to appreciate what we have Guys , Esther nish u deserve to be considered in our country... #never_give_up , the Future will be bright
Esther nish wubahwe kabisaaa. Iyi ndirimbo ntegerezwa gukora ibishoboka vyose nkuko nagize kwa dram t ndayi partager kuri benewacu ba hirya yakanyaru. ISIMBI TV ,x large,yago TV show ,3 D TV
Indirimbo ni nziza cane ariko ibintu wiharaje vyo kudakora official video sivyiza je nzogutwara muri sentare batwumvirize kuko umunezero wanje nkumufana wawe ntuzuza neza. Ariko aka kantu ni akadawa tuuuu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥
Your voice mama 🥺❤️ nukuri nakadawa 😞❤️babiri nkawe ntabari 🥺❤️
Ndumufana WAWE....😭😭😭Plz urampa akanya ndabikubwire
Aka nagati kavura neza… Nanje kandegeje… Esther Nish hejuru cane..🇧🇮❤️✊🏿
Respect nice song
Aka dawa❤️❤️💥💥💥I’m gonna be in love with this song❤️💥
erega iyi ndirimbo nayo n'aka dawa
Yoooh vrm umuririmvyi nkuyu ariko ama awards agatahanwa nabandi motif ngoooo... hmmm sister mubigeme dufise mugihugu uruwambere vrm.
#Akadawa 💯
#nduwokumashuha
N hatari arnovic 🙄🙄🙄
Esther avyifatamw neza cne
Ukahaca ntumpe like uzobudakunda umuziki ndundi.ester nish hejuru 🔥🔥🔥🔥
Nakaguhaye ntitubipfe munzi 💗💗💗🇧🇮
Woooooow woooooow 💃💃🤙🤙
Akadawa twimanukira.
Found myself here in 2024 ! I'm Kenyan and I don't understand a word to this beautiful song!!! I feel it in my soul ❤
Ester nish nukuri warahatwitse clip nziza utujambo dusosa iratambika terimbere muze tugume tubashigikira abemeranya karakadawa mugonge ngahaaa🕊
Nakubali sister
Nsiga nanje akadawa nemeye
Ester n'ukuri atakukubanira w urabizi knd gose iyiyo iratumaze Gooxy from Gtg
Umuravumba 🔥🔥🔥✌️
Turiko turagukunda...
Nukuri turagukunda...
Ntituzi impamvuuu...
Nukuri n'AKADAWA...
🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥...
nice song Mme. #ester Nish...😍😍😍
Indirimbo nziza👊🏿👊🏿
Ash kbx n'agat💥💥👏🏻👏🏻👌👌
Nakadawa nukuri yoooo Esther nish bzuuuuuu
Ekaa nyene nakadawa kuko inshizeyo iyi song🔥🔥🔥 big up kabisa you write well 👌
Hejuru cane....🇧🇮
Urakaze naho bakwivye Awads urantesa saana
Natwe muduhe akadawa famille big up sana fika mbali Burundi 🇧🇮 to Dubai 🇦🇪 💪💪💪🎶🎶🎶🎶
Kuregera...naregeyeeee🤓
Esta ijuru uzorijamwo kubera unezereza imitima yabenshi ndakund,j sindigerandakubna ushavue nukuri I kundi you vmt🥰🥰🥰🥰
Nciye ndegera kuraka kadawa
NISH kbs rekambikubwir harukuntu usigay unyuzuza vrt wubahwe kundirimb zawenziza ukora ndakwikundira sana 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Mmmmmmhhh ndemey KO ari i dawa apana akadawa😀😀😀
Mubisanzw naje kamfashe nalegeye vya grave
Aka Nakadawa Peeee Esther Wa Burundi 🇧🇮 Courage pour votre talent
Nice song vrt❤❤❤❤❤😮😅😊😊🎉🎉
Akadawa ka love nishi wanje ndakwemer ntiwiger unteterez kbsa🇸🇦🥰🥰🥰💝💝💝😍💝😍💝😍💕❤💕❤❤💞💞💞💓💓💕😍💕💕😍💕😍🙏🙏❤💝💝❤💝💞🥰🥰🥰💞🥰💞💝💞💕💞😍💝😍💝😍🥰😍😍🥰🥰😍🥰😍🥰😍🥰🥰😍🥰😍😍💝💝💞💓💓💙💙💙💙💙💙💙
Ester ni akadawa????😄😄😄😄 so a beautiful song
Iyindrimbo nakadawa courage sster
Esther you're the best vocalist for really 💥💥💥🇧🇮🇧🇮🇧🇮 To the world 🌍
I lov uuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuu my boooo song y bien saaaaaaaaanaaa
Indirimbo ireunze vrt👌🏾👊🏾 nako kameze nka Kadawa 🙌🏾😚
Nemeye nanjeu kumuziki mwiza utanga nish urayoboye abigeme 💕💕💕🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nta majambo akwiriy ahar y kuvug😪☺☺..ur um artiste umw ngir like ntaranumviriz indirimbo kk you never disappoint your fans.
Bumwe mubutunzi dufise mu Burundi wew urimwo diii respect kuri BiG Boss ahari hose yihe icupa waalaah 🔥✨✨🇧🇮💪
Dukeney utu romantic nkutu apana wawundi aririmba ibitera Soni ngo la amazi ari la bugararwa😀😀nice song dada 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Akadawa fire
sawa my dawa
Aka paracétamol 🔥🔥🔥🔥
Umurundikazi hejuru cane wubahwe
Akadawa 🇧🇮🇧🇮
Nyerekako wabibonye ndagukunda kubi
Ndaregeye nanje kubera aka kadawa💊 🔥🔥😍
Ndakengurusteeee so nice bandanya udutera iteka
Nakadawa🥰 Aba promoteurs bacu barihe? Félicitations #Ester Nish, ta chanson mérite une bonne promotion
Burundian lady number one voice
Akadawa bruhhhhh
Esther On🔥🔥🔥 Umutima Wanj Urawutwaye Pe
Nukuri karamfashe pe
#Nakadawa🥰😍😘 ashiiiii
Dope👌 wageragej gu combina ama titre ya some songs🤛 well done
Love from #Aisuper💓
Akadawa🤒🤒🤒🥰🥰😍😍🥰iraduhitana
I LOVE THIS GOOD viBES LOVE LOVE LOVE :)
Mana yanje 😭😭😭😭
Ndabuze ico mvuga!! Uraririmba pe!
Akadawa karumutse🙌
God will make great our music industry🙏
#Voice_killer🔥🔥
#Romantic_Song💯
#Mamao_hejuru_Cane_kbxa✌
Umukobwa w'🇧🇮 aragutwika atamikino🔥🔥🔥#AKADAWA🥰🥰🥰
Umugore wanj yanzanye ngaha niyubahwe 😆
It has been a while without feeling.... but today nuyumunsi nyne so Domeka akadawa... Keep going on EstherNish
I’m in loveeeeeeeeee🥺😭❤️.....akadawa hejuru caneeeeeeeee keep it up Girlfriend❤️
Iyi ngoma nayo ni akadawa kabisa ndemeye🤝🇧🇮🔥
Kumbe rwa rudada ruri trop romantic basha♥️🔥♥️🔥♥️🔥♥️🔥🔥♥️♥️🔥♥️🔥🔥♥️♥️
Nakadawa. Good job my sister 👏 👏 👏 👏 👏 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🤩
God will make our music industry great 🇧🇮🇧🇮
Moto fire. Kitu kikali aisee. Nakadawaaaah nukuri
Muruno mwanya niho nkicumv mood ya kadawa 💊 xo lyrics nziza sister @Esther_Nish.keep promoting our Burundian music your are my idol artist in Burundi 🇧🇮🇧🇮
We must begin to take time to appreciate what we have Guys , Esther nish u deserve to be considered in our country...
#never_give_up , the Future will be bright
Unkoreye umuti my best of burundian women singers. Go ahead
Ndakwikundir nukur akadawa uyumusikafash💥💥
Uno ni umuti kbs ,,, uno mukobwa abifise neza kabisa 🔥🔥
So wonderfull big up sister wanj wakoze umuti
Esther nish wubahwe kabisaaa.
Iyi ndirimbo ntegerezwa gukora ibishoboka vyose nkuko nagize kwa dram t ndayi partager kuri benewacu ba hirya yakanyaru.
ISIMBI TV ,x large,yago TV show ,3 D TV
Indirimbo ni nziza cane ariko ibintu wiharaje vyo kudakora official video sivyiza je nzogutwara muri sentare batwumvirize kuko umunezero wanje nkumufana wawe ntuzuza neza. Ariko aka kantu ni akadawa tuuuu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥
This is good work 😘
Eeeeeeh kwikaze Noé!!!!
Ndagufana kabisa. Aller de l'avant. Sawa.
You never disappoint ❤courage 🇧🇮❤️❤️❤️Queens of music in Burundi 🇧🇮 ❤️❤️❤️🙏
She really got fantastic voice 🎤🎤🇧🇮
No muri voice yawe harimwo Akadawa...nice job Sis
#nakadawa kabisa. Courage Nish🇧🇮
Aka kaziki nako nakadawa wallah...kararegeza ukaregera😊🔥🔥keep up the good work Esther nish ubikora neza🙌🙌
Vas de l'avant soeur🇧🇮Nish!! On y sent déjà tous les ingrédients qui la font une belle mélodie.🔥🔥hejuru cane mukobwa wacu.
Aka dawa Nice song
Fig the hit maker tu mérites plus de respect t'es talentueux 🙏
One Love From Kinindo 🇧🇮 Bujumbura
Komera mwenewacu,urabizi pee!! Ndagushimiye
Wouah j’adore !!!! Bravo Ester Nish uranyemeje comme d’habitude 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Always woaauh
zouk, amajambo, umuziki n'ijwi vyose ni saw... iraryoshee
N'ukuri ni Akadawa 😄🙄🔥🔥🔥🔥..
Burundian talent hejuru cane 🥰..
Support From #damaska_promoter🇧🇮🚨
Ester Nish Queen Artist Burundian Akadawa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮😍😍😍🇧🇮
Nakadawa kanarenze urashoboye murundikazi wacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Our sister keep it up you know what yr fans want
Woow my favorite Queen 👸 i love this song byukur akadawa kafash🥰🥰😙🙌 courage
🎉akadawa 🎉 umengo yasohotse ejo ,mumatwi yanje ❤🎉🎉🎉
Félicitations mukobwa 🇧🇮
wakoze akadawa pee
song🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Nukuri nakadawa pe✌️🔥🔥🔥
Umuzungu wumurundikazi ndakwishimira.akadawa kbs 😲😳😳😲🇧🇮🇿🇲
habuziki kwiyimpano twiherewe n,Imana? nukuri uburundi twari dukwiye kumushigikira🇧🇮💕💕💕
Ngo yaregeyee..😂, NC songs🎶🎵🎼🇧🇮
Akadawa. Good
This song naka dawa kwl ❤😊
Mamaoo akadawa kwl karamfashe ubu niko numva buri gihe 🔥🔥🔥