Courage, c'est si bien de voir ta voix rendre gloire à Dieu, continue comme ça avec une autre chanson bien sûr je sais que tu vas impacter beaucoup des persones. Courage ma soeur Imana iguhezagire, ikwongere inkomezi n'imigisha
I don't how many times i listened to this song ...it's very spiritual..may God use you more Tetero. It's song of intimacies with the Holy Spirit..thank youuuu
People can make same lyrics in different melodies. Yours is special, not only the lyrics but... I'm overwhelmed by your voice. May everyone who listens to this song allow the lyrics to sink deep into his heart and change his life ever. Lots of love Tetero ♥️♥️🇮🇱🇮🇱🇮🇱
Courage Laurette franchement gospel irakubereye..... kandi tu trouveras la force si tu y crois parce que le courage marche toujours avec l'espoir.. so courage vrmt j'suis ton plus grand fane.
Urakoze cane. Ndakunda cane abaririmvyi badusubiriramwo cantiques. Komeza n'izindi. Imana ikuduhezagirire.
Nukuri dufise itunga mwijwi ryuwu mwana❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndagukunda Tetero Impano yawe yubahwe nkunda abahanzi nkawe
Gospel ucugumizako kand uraduhezagiy bikwiriye your voice 👌 👌
Wow
I’m not from Burundi or near there and I don’t speak your language but this is amazing and your voice tetero 🥰🥰
Urakoze cane Laurette tetero ❤❤❤❤ wahisemwoo inzira nziza Umwami Yesu KRISTO azogushumbushaa Bikomeye
Ndagukeje Tetero. Aka karirimbo wagasubiyemwo neza. Ukaririmvye utekanye, kararyohera amatwi n'umutima ugashikirwa. Bandanya uko, utere imbere.
uku kuririmba niko waremewe, pana bamwe baba bashaka kukujana ngo muri za Afro beat canke ngo za reggae. nice vraiment
😢😢😢
Quelle cantique émotionnel !!
Soit bénie abondamment sœur Tetero🙏
Congratulations Tetero Imana ishimwe cn yaguha agakiza ntihihenze wafasheje ingingo nziza I am Happy for You 💃💃💃
Mwana w'Imana koresha Ingabire yawe mugutazira Imana ! Courage ! Yesu agucakire !
Utumye ndira nukuri iyi ndirimbo Bari barayish
❤️❤️❤️❤️so peaceful! God bless you
Sekibi akube kure kuko aranka umuntu nkawe kuko uhayagiza ubukuru bw'Imana Yesu muhe iherezo ryiza
Courage, c'est si bien de voir ta voix rendre gloire à Dieu, continue comme ça avec une autre chanson bien sûr je sais que tu vas impacter beaucoup des persones. Courage ma soeur Imana iguhezagire, ikwongere inkomezi n'imigisha
My favorite song forever
Courage ma soeur Tetero nukuri Imana iguhaze iterambere muri byose kandi nukuri irusheho kugukomeza,kugushigikira muri byose.
Ndagukunda cyn,
Ndumunyaranda gusa mba Nairobi.
Courage cyn ma soeur
Wow sister Tetero i m so blessed 🙌🏽🥰
Birakubereye cane
Igikorwa ciza,Abera banezererwa izina rya Yesu. 🙌🙌 Tetero, May God bless you
Sha fata uturirimbo twose two muri cantique urabe udusubiremwo nkuko. Uzoba ubereye umugisha benshi.
Nic Laurette Tetero The Winners Team turagushigikiye Guma uririmbira Imana rero❤🙏
Harimwo amavuta
♥️♥️♥️😭😭😭
Riruhura urushe
Mana weee urarimba uririmbira Imana uraturuhura
Amen, Iman'ikomeze kubana nawe muri byose mw'izina ry'Umwami wacu Yesu Kristo!
Amen❤Riruhura urushe🙏❤courage 🎉
Tank you for blessing our hearts beautiful 🙏🙏
Ooooh my God😭c tr touchant♥️
So deep, j'ai les larmes aux yeux, courage Tetero
❤️❤️
🥺🤧😍❤️ thank you for blessing us beautiful
Ameeeen Laurette iyo nzira uyikomeze irashika peee uhezagirwe ❤❤❤❤❤❤
Iyindirimbo numva holy spirit imanuka muri jew thx tetero
Uratwenga neza wa mukobwawe!. Egooo
Good wabikoze neza tetero
I don't how many times i listened to this song ...it's very spiritual..may God use you more Tetero. It's song of intimacies with the Holy Spirit..thank youuuu
People can make same lyrics in different melodies. Yours is special, not only the lyrics but... I'm overwhelmed by your voice. May everyone who listens to this song allow the lyrics to sink deep into his heart and change his life ever. Lots of love Tetero ♥️♥️🇮🇱🇮🇱🇮🇱
Imana ikwongere umugisha tetero ingingo wafashe ninziza kumana no kubungingo bwawe tube umuco kibandi tube igiti giteye kumugezi yesu krsto akumbere hafi
Ta voix pfff....🤦🏿♂️je valide✅,en plus de ça tu es magnifique🤩
Imana igukoreshe
Ingo mugenzi uvuge Imana abarundi bakire🙌🙌
Amen amen nako kararuhura trop so du Courage sha Laurette Tetero ur'umugisha w'amahanga.
This is phenomenal!
Courage ma petite soeur urashoboye
Iyondirimbo wayisubiyemwo neza inshize mukindi kibanza yesu akumpezagirire
Laurette ubereye kuririmba gospel,ufise ijwi ryiza ryugutazira iyakuremye
Imana igahezagire caaane.uyu mwana azogira umugisha akomeze yubaha lmana.
Amen,Aman mû kozi w'Imana💋💋
ohhhh my song.😍😍amazing
Amen sois beni chere sœur
Ubereye Gospel rekana na sekera music
Ukuri kw'Izina ry'Umwami Wacu Yezu
Ijwi ryawe rinshikana ahandi hantu ❤❤❤❤
Coucou jolie !
Chant bien exécuté.
Bravo Laurette!
Nci song,beautiful sound
Imana ibandanye igucira inzira
Ubarikiwe sana.. I wish you can now continue on this. Gospel fits you sooooo much
I wish you a very good continuity of being a better Burundian singer especially in the religious career!!!!😍😍
Yooooooo Mana konumva nifuza kuririmbira Imana harivyinshi nciye nibuka
Barikiwa
Nivyo rirawukiza🤩🤩
yor voice 😍😍😍
Thanks for these 👍
I like thank you
😮 Uririmbaneza Respect 💪
Hallelujah Hallelujah 🙏🙏very nice mwiza wnj knd ubezahirwe
Very cool kabisa bandanya turinyuma yaweeee mushiki wacu
Wow nice voice 👍👍
You’ve been created to Praise God.. keep it up..
Thank you for blessing our hearts 🥰
Sois benie Laurette TETERO, que la grace de Dieu te soit abondante.
Chair de poule weeee.... Mercii #Tetero 😘
🙏🙏🙏
Courage Laurette franchement gospel irakubereye..... kandi tu trouveras la force si tu y crois parce que le courage marche toujours avec l'espoir.. so courage vrmt j'suis ton plus grand fane.
Uzakomeze inzira yagakiza .nibwo uzahezagirwa bikomeye.
Imana ikujimber Kandi uko uriko witwara bize bibandany ukonyen nukwubaha kurishiriz ngaho
Vyobavyiza ukomereje aho,
oooooooooohhhh waaaaaouh!!!
Yes kabisa urahembuye umutima Irish vrm mrc tete
Imana iguhe umugisha utagabanije Laurette!
Yesu aguhezagire'cyane✋🖐️🇧🇮
I really love this song, you just inspired me. Thank youuuhuu❤️🌹
Whaou du courage ijwi ryaw niryiza vrema
Amen . Merci
Hallelujah je suis en train d'organiser une visite grand sœur tetero 🙏🙏🙏🙏🙏😭
Salut ma belle! abonnes-toi sur les réseaux et n'hésites pas de me contacter!
@@laurettetetero3529Slt m belle waw très très jolie et jtm bcp plus dans avance merci🙏🙏🥰🥰💚
I can't stop playing this song over and over again well done👏 love from 🇨🇦
waou uhezagirwe gose
Ndayumvirije 10fois🤣👌👌👌🙏🙏🙏🙏
❤❤❤❤ je t'aime
Ooooooh wouuuuh nice song 👌😍😍😍
Thank you so much! This brings so much refreshning in my soul!
oooohh ✨✨✨👏👏
wayiririmvye neza rwose
Wow!!! Holy voice disi. Imanikujimbere
🙌 ndagukund peee uraririmba Neza
Gospel songs nizo zikubera cyanee..
✨❤️❤️❤️
Imana ihabwe icubahiro kubwawe
Much respect Tetero
IMPAMVU yo koko waherewe talent ufise
Merci bcp pour cette chanson 😭
My song 🙏, be blessed tetero. Keep shaning
Amana amane👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇸🇦🙌
Amen Imana Yakuduhaye Ikuduhezagirire
Uhezagigwe 🥰🥰🥰🥰
Goosebumps 🥺😩😍😍
Izinizo ndirimbo ikwiye kuza uraririmba uhimbaze umuremyi wawe