WAUU..Raba ISOKO nkuru ya BUJUMBURA uko igiye kwubakwa..|| S.E President Evariste ahinduye vyoose..

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 13 ต.ค. 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

ความคิดเห็น • 314

  • @nizerimanaarthemon7944
    @nizerimanaarthemon7944 3 ปีที่แล้ว +42

    🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦umunyarwanda akunduburundi,nanrye ndavyishimiye,mumpe like ndabe ko munkund nnje nkumunyarwanda ubakunda

    • @theogenemusavyimana5544
      @theogenemusavyimana5544 3 ปีที่แล้ว +2

      Irambire natwe turakunda urwanda.

    • @nizerimanaarthemon7944
      @nizerimanaarthemon7944 3 ปีที่แล้ว +1

      @@theogenemusavyimana5544 dukundane kuko turi bamwe

    • @jajashimirima3371
      @jajashimirima3371 ปีที่แล้ว

      Nuko harimo abadakundan kuber dususuguran ugwanda nuburundi abarindi banje mugwanda babafata nabi arik abanyagwanda bafatwa neza cyan nicubahiro cinshi cyan

  • @sadiasadia737
    @sadiasadia737 3 ปีที่แล้ว +81

    Nibubake natwe turarindiriy kubibona.ababirindiriy nkanje tumenyane na like

    • @alhasanjon9362
      @alhasanjon9362 3 ปีที่แล้ว +3

      Imana ikomeze kumuhezagira président wacu😘😘😘😘

    • @lilianeerica3318
      @lilianeerica3318 3 ปีที่แล้ว +2

      👍👍👍

    • @ismaelray6840
      @ismaelray6840 3 ปีที่แล้ว +1

      Vyiza cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪

  • @belyseshalomnshimirimana1573
    @belyseshalomnshimirimana1573 3 ปีที่แล้ว +23

    Wow, mbay uwa3, vyiza cane Imana ibije imbere.

  • @KhalidyHamisi
    @KhalidyHamisi 5 หลายเดือนก่อน +1

    Asante xana kwa kujenga soko la gisaxa hongereni sana Burundi

  • @zayanaduduna1405
    @zayanaduduna1405 3 ปีที่แล้ว +2

    MAA SHAA ALLAH TABARAKALLAH 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️❤️💯💯💯💯💯💯Igihugu cacu mwaaaa

  • @philbertotuyishime120
    @philbertotuyishime120 3 ปีที่แล้ว +2

    Merci beaucoup kuza muraturemesha bandanya muduhereza

  • @alexisbarikwindevya9642
    @alexisbarikwindevya9642 3 ปีที่แล้ว +1

    Ninziza cne Turayirindiranye igishika komeza mrc bcp

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 3 ปีที่แล้ว +5

    Imbere niheza, Imana idufashe, abarundi na barundikazi dukure amaboka mumunzu dukore. Iterambere twese riraturaba.

  • @padonerishaaksantkwaushaur1656
    @padonerishaaksantkwaushaur1656 3 ปีที่แล้ว +2

    Mana fansha indongozi zacu kugira tugere kwiteranber🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏

  • @jeanclaudentabane3794
    @jeanclaudentabane3794 3 ปีที่แล้ว +6

    Burundi oyeeee
    Nitudashiramo ubujinga bwa moko tuzatera imbere

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 3 หลายเดือนก่อน

    Imana ivyumve kbx ❤❤❤❤ izompeho ikibanza❤❤❤

  • @raissafabien4285
    @raissafabien4285 3 ปีที่แล้ว +2

    Dukunda ukuntu papa ealmwacu arik yita ku gihugu. IMANA yakuduhay ikutuzigamir. We ❤️u

  • @gastonmodestkaziri2566
    @gastonmodestkaziri2566 3 ปีที่แล้ว +2

    Burundi is going to one of the best countries in East Africa and in many parts of Africa. Reasons? The current political leadership under H.E Major General Evariste Ndayishimiye is one of highest degree to be obtained in Burundi. No doubt the President is keenly following what H.E President Dr. John Pombe Joseph Magufuli of the United Republic of Tanzania is doing. You can't believe it what is happening in Tanzania is amazing. Greet people of Burundi and your current leadership.
    Dar es Salaam

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 3 หลายเดือนก่อน

    Imana izofashe nzohakure ikibanza ❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @adammazoraa434
    @adammazoraa434 2 ปีที่แล้ว +1

    Nice Market is very good

  • @rosatahabonimana8518
    @rosatahabonimana8518 3 ปีที่แล้ว +4

    Wow he's doing very well and good job the shop is very super cool

  • @salhaaa4996
    @salhaaa4996 3 ปีที่แล้ว +5

    Nibumbake isoko 😘😘😘👌

  • @ffr7137
    @ffr7137 3 ปีที่แล้ว +1

    Eereere nzohakorera lnsha Allah mutama noyubahwe

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen6558 3 ปีที่แล้ว +2

    Burundi bwacu burundi buhire🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️❤️

  • @vincent9132
    @vincent9132 3 ปีที่แล้ว +2

    Wow 🤩 Imana utufashe twese tuzobibone

  • @mathiasportas4004
    @mathiasportas4004 3 ปีที่แล้ว +1

    Yoh niatari kabisa
    Imana ibije imbere ameen🙏

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi9711 3 ปีที่แล้ว +1

    Murakoze

  • @thadeousturuho9770
    @thadeousturuho9770 3 ปีที่แล้ว +1

    Burundi thanks again, Burundi oye

  • @frdmedia6235
    @frdmedia6235 3 ปีที่แล้ว +3

    Wowturishimiye president wacumushasha ikibazodufise airport kudahita😔😔😔😔nyakubahahwa turipfuza kurondera ubuzima tworohereze turituye wowe muvyeyi wuburundi isaac please shikiriza nayakuko niwemuvyeyi dusigaranye

  • @vuuvuvvuvuugffufhhf9872
    @vuuvuvvuvuugffufhhf9872 3 ปีที่แล้ว

    مشا ء الله جملة جدا

  • @vuuvuvvuvuugffufhhf9872
    @vuuvuvvuvuugffufhhf9872 3 ปีที่แล้ว

    Wooooooooooòooooòòooo nii furah kubw kumupat president mzrr sn km uyuu twa mpnd zaidii ya sn

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi3146 3 ปีที่แล้ว +3

    Waoo from Burundi iwacu I miss you so much

  • @Nono-tm4zv
    @Nono-tm4zv 3 ปีที่แล้ว +1

    Whauu nukur birahimbaye

  • @عائشهالوهيبي-ط2م
    @عائشهالوهيبي-ط2م 3 ปีที่แล้ว

    Yooh Imana ibashoboz bikunde ville igaruke asaac ubuvuze ivyo watohoje Kuko wew nigake ubesha ndakwemer Kbs

  • @irampayeerthon6705
    @irampayeerthon6705 3 ปีที่แล้ว +9

    Izobari nziza but menyera gutandukanya kubu na kazoza!! N'isoko izoba imeze neza kko nimuri kazoza

  • @FrancineJollyofficial
    @FrancineJollyofficial 6 หลายเดือนก่อน

    Imana niyo Izi ukwigiye guhindura igihugucacu C'uburundi

  • @minanitonny8845
    @minanitonny8845 3 ปีที่แล้ว +1

    Ouaaaaaooouuuuh. Imana ibiduhezagirire bize bigende neza

  • @sarahmerveilleofficial8956
    @sarahmerveilleofficial8956 3 ปีที่แล้ว

    Waooh burundi iwacu terimbere lmanidushitse kure muri africa yose

  • @AMI-ip1lx
    @AMI-ip1lx 3 ปีที่แล้ว +6

    God bless

  • @ndayisabaclaude7785
    @ndayisabaclaude7785 3 ปีที่แล้ว +2

    Wow it's very nice

  • @hadijasalim7769
    @hadijasalim7769 3 ปีที่แล้ว +1

    Wowooooo nic one my dady Burundi

  • @Nkotanyi1990
    @Nkotanyi1990 3 ปีที่แล้ว

    Burundi Bwacu Terimbere Na Nyirichubahiro Evariste Ndayishimiye

  • @kimdiditonny7930
    @kimdiditonny7930 3 ปีที่แล้ว +1

    Burundi yacu igiye kuba paradizo visions 2025.🇧🇮🇦🇺😘😘😘

  • @fabiolafafa9134
    @fabiolafafa9134 3 ปีที่แล้ว +1

    Insh'allah

  • @gregoirekennedy8573
    @gregoirekennedy8573 ปีที่แล้ว

    Reka reka kubesha abantu ivyo bimaze igihe
    Gusa dusengere lgihugu ishobozwe n Imana babishire mungiro

  • @michouirakoze3088
    @michouirakoze3088 3 ปีที่แล้ว +3

    Mansh'Allah nivyiza Cane👌💖💖

  • @minabuelysee8
    @minabuelysee8 3 ปีที่แล้ว +7

    Allah abibashoboz. Amin

  • @bizindavyiconstantin9348
    @bizindavyiconstantin9348 3 ปีที่แล้ว

    Uwo numugambi mwiza cane. Ese bowushira mungiro rimwe naya train izohuza Buja kigoma kumoso. Imana ikomeze kurinda uburundi n abarundi na EAC yose iterimbere. Mugire umusi mwiza w imigisha urukundo n amahoro.

  • @wowwow9457
    @wowwow9457 3 ปีที่แล้ว +1

    Vyza can Imana iduh kuramba ndasavy akabanz arik muzontiz kk ndabon hazob hazimvy biraryosh pe

  • @Bakariijr
    @Bakariijr 3 ปีที่แล้ว +2

    Tandukanya kazoza nakubu bro ntuwubiharireye ariko tuvyita kazoza

  • @havyarimanaalex3363
    @havyarimanaalex3363 3 ปีที่แล้ว +1

    Wow vyiza cane!!!

  • @ibrahimshaban9101
    @ibrahimshaban9101 3 ปีที่แล้ว +1

    Wow nice market big ville nice town 😍

  • @amalarrgod8588
    @amalarrgod8588 3 ปีที่แล้ว +1

    Iyosoko imezuko ino saudia iriho kweli ninziza iranagutse courage kweli

  • @NeemaFrancine-t5x
    @NeemaFrancine-t5x 19 วันที่ผ่านมา

    Isok ni nziza cane

  • @ndikumasabomiscapascaline1707
    @ndikumasabomiscapascaline1707 3 ปีที่แล้ว +1

    Mungu wetu adusaidiye

  • @bernardineniyonzima3350
    @bernardineniyonzima3350 2 หลายเดือนก่อน

    Urabesha, abo bazungu bari i Burundi ?

  • @claudettenduwayo9550
    @claudettenduwayo9550 3 ปีที่แล้ว

    kbsa Imana nibikore yubakwe,gusa nuko ntazi kwabari basanzw bahafitiy ibibanza ko bazoshobora kubironswa!!!

  • @fadmahabdlaziz5887
    @fadmahabdlaziz5887 3 ปีที่แล้ว +2

    King🤴👏👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪

  • @vuuvuvvuvuugffufhhf9872
    @vuuvuvvuvuugffufhhf9872 3 ปีที่แล้ว

    Waaaaawoo burundiii oyeeè
    😍😍😍😍😍😍😍😍

  • @sympieseigiraneza7618
    @sympieseigiraneza7618 3 ปีที่แล้ว +2

    pole sana

  • @LovelyForestHills-vm2wy
    @LovelyForestHills-vm2wy หลายเดือนก่อน

    Imanimber kandibizokunda

  • @متعبالدببة
    @متعبالدببة 3 ปีที่แล้ว +1

    Good👌👌👌👌

  • @Agnes-qq4np
    @Agnes-qq4np 3 ปีที่แล้ว +2

    Waooooooo! Leta mvyeyi ndayihaye amashi 👏👏sijuwi kwanini sikuwapag kura iyi serekali 😅

    • @nadennadeen3771
      @nadennadeen3771 3 ปีที่แล้ว +1

      🤣🤣Wew urikuwa wapi

    • @Agnes-qq4np
      @Agnes-qq4np 3 ปีที่แล้ว +1

      @@nadennadeen3771 niko inje ya inchi my

  • @amalarrgod8588
    @amalarrgod8588 3 ปีที่แล้ว

    Vyoba ari vyiza cane kweli courage

  • @amenahalshahrani112
    @amenahalshahrani112 3 ปีที่แล้ว

    Pow 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @anyany5787
    @anyany5787 3 ปีที่แล้ว +2

    Waooooo mana habwicubahiro

  • @celea3888
    @celea3888 3 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri imana ishimwe kwel

  • @semuganzabicusulaiman2353
    @semuganzabicusulaiman2353 3 ปีที่แล้ว +1

    Hhhhhhh shaa sinzi vraiment gusa Imana izodufashe bigende neza cyane

  • @ndikumasabomiscapascaline1707
    @ndikumasabomiscapascaline1707 3 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri Iyo mwijuru irinde iki gitekerezo tuzokibonez amaso

  • @msabanimenya9730
    @msabanimenya9730 3 ปีที่แล้ว

    Big up sana Isaac tv,gusa uyu mu menyesha makuru ntazi gutandukanya kubu na ukazoza
    Atubwira ngo ni soko yubats neza cane,ugaca wibaza iyo soko kweli yarubatswe?
    Ikirundi kiramuroka cane

  • @shabajims2966
    @shabajims2966 ปีที่แล้ว

    Idigadige shaaa

  • @ChaurMaquiduba
    @ChaurMaquiduba 6 หลายเดือนก่อน

    Urabesha

  • @ferdinandmct1462
    @ferdinandmct1462 3 ปีที่แล้ว +2

    IMANA IBAJIMBERE.NIVYIZA.MURAKOZE ISAAC TV

  • @eriagabriel7283
    @eriagabriel7283 3 ปีที่แล้ว +1

    Musireho agasandugu tuterere inyaruke irabereye

  • @Agnes-qq4np
    @Agnes-qq4np 3 ปีที่แล้ว +1

    Son buja itakuwa ni buja kweli kweli but wait and see👀💪🔥🔥🔥🔥

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 5 หลายเดือนก่อน

    Reka kutubeshya ntaburundi yagirisoko. Nkiyo nimodoka nkizomwobikurage mwebwe mwemuracyenye cyane murabanyuma murafrican

    • @ImmaculeeNYINAWUMUNTU
      @ImmaculeeNYINAWUMUNTU 5 หลายเดือนก่อน

      Reka kubeshya abantu wakigogyiwe mwabikurahe mufisamafaranga yokubakuko uyo kwarondera ayashyira mumifuko nabanze akore amabarabara

  • @samblessings1358
    @samblessings1358 3 ปีที่แล้ว

    Kabisa nukuri nivyiza cane gose nibubake nivyiza goseeee

  • @elysekwizera4047
    @elysekwizera4047 3 ปีที่แล้ว +1

    Thx nyakwigender usiz ugiz imigambi mvyish

  • @evelynenduwayezu825
    @evelynenduwayezu825 3 ปีที่แล้ว +4

    Ibintu vyiza gooooseee

  • @adidjabukachanel5205
    @adidjabukachanel5205 3 ปีที่แล้ว +5

    Respect

  • @niyonsabajeanrobert8435
    @niyonsabajeanrobert8435 3 ปีที่แล้ว +1

    Uriko utanga message nziza wamunyamakuru we.

  • @jibojibanga3092
    @jibojibanga3092 3 ปีที่แล้ว +3

    💖💖💖🙏🙏🙏💪💪💪🔥🔥🔥🔥

  • @constantinoailoamimoailo39
    @constantinoailoamimoailo39 3 ปีที่แล้ว

    Sawa kwel

  • @christineniyonkuru7137
    @christineniyonkuru7137 3 ปีที่แล้ว

    nibanyanyatse kabis ahoniryariga?😎😎💪💪💪💪💪👌👌 irarenze kabis turabirindiye nigishika

  • @KingViga0
    @KingViga0 3 ปีที่แล้ว +3

    King 🤴 viga I say so beautiful✅🇧🇮🤭🤭🤭🤭🤭🤭

    • @stevebizimana8134
      @stevebizimana8134 3 ปีที่แล้ว

      Vyabacanze ubu ugiye muri politique vyakunaniye ndakubwiye gezaho politique kuko ivyo bizogusubiza inyuma utanguye kwinjira muri politique

  • @dianaheric1298
    @dianaheric1298 3 ปีที่แล้ว

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @nhztmemery4030
    @nhztmemery4030 3 ปีที่แล้ว +1

    Wooow Oya reka ntahe mu gihugu ndabona ibintu ar'uburyohe vrm

  • @ninetteninettendayizeye4492
    @ninetteninettendayizeye4492 3 ปีที่แล้ว

    nisoko nziza cane kqnd cane imana idufashe bazoyubake natwe twonezegwa

  • @الال-ذ9ج4د
    @الال-ذ9ج4د 3 ปีที่แล้ว +2

    good 👌👌

  • @abcdehijkl484
    @abcdehijkl484 3 ปีที่แล้ว +1

    Nivyiza can mist boyi urufu rutihuse tubitegerej nigishikakweri pè 🙏

  • @seanicevideo4203
    @seanicevideo4203 3 ปีที่แล้ว

    Nivyiza cane nibabikore

  • @irakozemwanaidi1085
    @irakozemwanaidi1085 3 ปีที่แล้ว +2

    Mukham imana ishimwe pe

  • @emery2056
    @emery2056 3 ปีที่แล้ว +1

    👍👍👍👍

  • @jonathannjejimana1300
    @jonathannjejimana1300 3 ปีที่แล้ว +2

    Isoko izoba isa neza ariko bizobona abuzukuru bacu ! Ntawemeranya nanje?

  • @lesportetlanutritionpourla9956
    @lesportetlanutritionpourla9956 3 ปีที่แล้ว +1

    Waoooow😁😁😁😁😁

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 3 ปีที่แล้ว

    Nukuri Abarundi turasobanutse.

  • @anaaanick4187
    @anaaanick4187 3 ปีที่แล้ว

    Reka reka Isaac na mavuta awibwo tuciye tugira apett yo kwiyinjira Imana imworohereze

  • @alishukran3424
    @alishukran3424 3 ปีที่แล้ว +2

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏🙏

  • @regisbayihaye4404
    @regisbayihaye4404 3 ปีที่แล้ว

    Isaac TV nugutohoza neza.ayo masanamu numuntu yayakoze agira proposition yuko ahahoze marché centrale yoba imeze.Ariko iyo si maquette officielle kubera nta lancement y'ibikorwa yigeze iba.Ntimuhave rero musanga mutanze inkuru itari iyukuri

  • @christineniyonkuru7137
    @christineniyonkuru7137 3 ปีที่แล้ว +1

    wew uranyica 😂😂😂 turaje kabis rindira turondere imitahe yokudandarinzamwo iyosoko

  • @MmmM-qm4wx
    @MmmM-qm4wx 3 ปีที่แล้ว

    Nivyiza imana ibashoboze bayubake

  • @UmwamiEleljado-x8i
    @UmwamiEleljado-x8i หลายเดือนก่อน

    Mwasaz iconicokunda

  • @ldnhmn2893
    @ldnhmn2893 3 ปีที่แล้ว +1

    ❤️❤️❤️👍

  • @dianaheric1298
    @dianaheric1298 3 ปีที่แล้ว +1

    🙏🙏🙏🙏🙏🤲🤲👍👍👍

  • @charlesntakarutimana7820
    @charlesntakarutimana7820 3 ปีที่แล้ว

    Birahimbaye vraiment turashaka ikibuga cinkino zumupira wamaguru