Gaga vyukur uw musore nakor akaz Kand naw courage guk wew na homme du changement mur kukiv apan bamw bazan ibint bitubak ngo bar na tv online respect bro
Mana waremue isi nijuru ihezagira Fabrice uzumuhe iherezo ryiza kubwikigikorwa🎉🎉🎉nukuri abanibo baba bakwiye Kuba aba preside🎉Gael nawe yesu aguhumugisha udutumenyesha ivyakamaro🎉
Que le Seigneur tout puissant soit au tour de vous Mr Fabrice. Nico gihe abarundi twogira imbono numutima wagushe wogushigikira ivyiyumviro n'ibikorwa nkibi. Ishari n'inzigo biragatsindwa mubarundi twese
@@ELOGERUHIMBASAikiza ni ukubatumira nabo bakazanamo imitahe kuko ni igihugu cyabo. Kubakumira si vyiza, mubegere, mubaganirize...ça ne vous empêche pas de rester vigilants bien sûr
@@ChachaChany kumurinda kw'imana Fablice ni abarundi bagomba kubikora, ni ukumutera intege with positive vibes. Abarundi mukunda kunegura, ntimwiyemera alors que mushoboye cane. Yesu afasha abifashije ! Il faut que mugira ishari ryiza. Murabe TANZANIA, RWANDA ingene mu gihe gito vyoteye imbere kubera guhindura mindset na leadership . Président wanyu est clair ko abatama ari abononnyi, il compte sur la jeunesse propre pour éradiquer complètement les mauvaises herbes ! Cette jeunesse doit changer l'image du Burundi.
Please my ppl , mukora la différence entre business na politique ,kuko muri Africa les dirigeants ne sont pas prêt à accepter quelqu'un qui a plus de succès , intellectuel et dans management ! Parce que benshi biga pour être des bureaucrates et de facto politiciens. Pas mal n'ont pas un sens des affaires, seulement de la corruption pour s'enrichir . Fablice mumurekere muri business ni gwiwe. CNDD, UPRONA, CNL bakomeze intambara y'ibiti mais bareke la jeunesse yiyubake, yiyubakire igihugu.
Iryo soko twarihahiyemo Rwose riradutunga Imana iborohereze bigende neza bavandimwe! Love you from 🇷🇼
abarundi twese tugusabiye umugisha kumana❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Egooo cn ahezagirwe@@NDUWAYOBOSCO-g1t
God bless u
❤.ur.unyafrica. wumutim.akund.iteramber.dyaband.❤❤❤
@@Saugezo-w5w Abarundi n'abanyarwanda turi abavandimwe cyane Rwose Twishimiye iterambere ry'abavandimwe Cyane! Imana Irambikeho ibiganza byayo kuri Ririya soko
C' est très émouvant kubona isoko rigira risubire kwubakwa. Imana Ihe inkomezi n ubwenge Fablice n abandi bariko barakora ico gikogwa
Iryavuzwe riratashe ,
Umutima wanje uranezerewe kubona iyo soko igiye kwubakwa.❤
Nishimiye kuba umurundi Imana imfashe naje nzoshiremwo imitahe yanje nkubaka igihugu canje ciza🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮ndabakunda nkunda nigihugu canje❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮
Barundi uwo mushinga muzawugeze ni Gitega naho muhubake mwiyubakire i gihugu. Hano mu rda turabakunda.
Igitega urahakunda kwel😂😂😂😂
Reka sha babanze batwubakire igisagara igitega hari amagorofa menshi
Natwe turabakunda ntaco dupfa ni shetani iteranya abarundi nabanyarwanda
Urakoze Kandi Komera✊🏾
Abarundi bari kumurindi
Intara zose zizoduzwa!
Fata Agatebe wicare wirabire Abarundi 😊
So beautiful Burundi 🇧🇮 bgacu Burundi 🇧🇮 buhire imana iborohereze bubake neza iryo soko rizohurukiremwo abarundi namalungu yose uburundi buterimbere nkumuzinga winzuki abatwenga uburundi bgacu ubu hariho igihe bazomaramara Burundi oyeeeeeee Burundi terimbereeeeeeee Burundi sagambaaaaaa Burundi sagararaaaaaaa i love ❤ you Burundi bganje bganyibarutse uwukwanka arakakwandurako!
Narintegereje Gael NIWE aduha amakuru neza ukaryoherwa nikiganiro 😂🥰🥰
Zana umutahe tubandanye ibikorwa
Ivyiyumviro vyiza cane mwana w'uburundi . Imana Ikwiteho uburundi bushike kuco Imana Yabwandikiye. Viva Fabriceeeeeeeeee
Uwubibona neza ko mu myaka mike cane igihugu c’Uburundi kizoba ciza cane kigenderwa n’amahanga kandi gisa neza cane kuruta uko bimeze ubu,,,ubibona nkanje gonga likes nyinshi ❤❤❤❤❤ndagikunda igihugu camvyaye kikandera kandi ndumu congomani 🙏🙏🙏aho ni muhira nzogaruka vuba ndonkeho ikibanza co gukoreramwo amen🎉🎉🎉
Mana ndinginze nsintegetse icubahiro namashimwe nivyawe uturindire fabrince abasi ikiganza cawe kibe kuriwe kwizina ryu burundi nabarundi tubigusavye twizeye izina ryawe ryera Amena ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Amen
Amen
Egoooo kuel
Amen
Amen Amen and Amen
Gaël utandukanye nabandi BA journalists kweli look up to you🎉
Twatanzwe gushira mwimitahe mwishwanj iteramber rusangi twagiye❤🇧🇮 Fabrice we're proud of you ✊
This man is not only a man but an angel from God to our Lovely Burundi country🎉🎉❤❤❤
Good said brother
Yes you need to invest your money on this big project "Buja City Praza B.C.P.
Ndifuza gushiramwo umutahe kuko iyosoko nayungukiyemwo vyinshi fabrice yubahwe❤❤❤
Wawawawawaooooooo.umwami yesukristo atujimbere nkabarundi,tumwubake igihucacu.urumugabo cane fabi.vuba cane nshiremwo umutahe
Yooo Fablice ukwiye sécurité vrt Kandi ntubineglije.courage
Kabisa
Naje nayimusabiye vrt
Sécurité gute kandi abategetsi bamuri inyuma. Kandi aribo bafisemwo imitahe 😂😂
We washizemwo barawanka?
Ugerageje kumwishura kweli. Natubwire ko bayamùteye@@RoseNiyonzima-c2k
Dieu est bon😊
Fabrice Wacu
Imana yakuduhaye ikudutungire ❤
Yesu iheshe icubahiro ville yacu ibe nziza cane Fabrice mwubahwe cane ukwiye kwitoza ukaba umukuru wigihugu kuko niwe uzi kubaka wigihugu 🥰🥰🥰🥰🥰♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Gaga vyukur uw musore nakor akaz Kand naw courage guk wew na homme du changement mur kukiv apan bamw bazan ibint bitubak ngo bar na tv online respect bro
Harantu nari narabitse udufaranga reka nanj nkumurundi kazi nterereyo umutaha ham Fabrice Imana igukomeze vrt inagukingire kk uraje kudusubizako iteka twese abarundi🎉🎉❤
Fablice uriko urakora cane,kandi ibintu vy'ubwenge n'ukwitanga kwinshi.Imana iguhezagire cane.💟💟💟💟
Waouuuuuu mbeg vyiza fabrice Imana ikunzigam impand zose ikurind ababi twari twarifuj ville nziz none tugiy kuzoyironk Imana habwe ishimw nicubahiro 🎉🎉🎉🎉nanj nigobwa 103 dollars ndaritang pe turifuz kubon uburund butey imber kuva 1991 gushik 2024 nibo bafis ishak ryo gutez imbr igihug cabo kwel courage natwe tur inyuma❤
Imana ibaje imbere Abarundi,lmana idushoboze Fabrice lmana ikuje imbere isoko ni ikigega c'igihugu,n'abenegihugu tuzoterera.
Uyo mu type Fabrice yaritahuye mubuzima courage bro k Dieu te garde Je t’admire bcp Imana Ikumpere sagesse na intelligence nyishiiiii
Ila fablice japo kuwa anakataa kuwa mwana siyasa mngu amupe maisha malefu hata suku dhambire aje kuwa laisi ana weza 🙏🙏🙏🙏
Siasa Mchezo wa Wavivu na Waanga na wapenda Sifa bora akae hapo hapo asimamie mwenyew ujenzi was Nchi 👍🏾
Courage Fabrice,Imana ikurinde kuko ushobora kutagirirwa nabi nabarundi benewacu ariko abazingu bakaguhitana kuko benayo masoko aba arayabo babonye umunyafrica wincabwenge bagerageza kumukuraho
Amen 🙏 lmana lshimwe kubwa Fabrice intumwa ylmana kuburundi .uburinzi bwuwiteka bukubeko
Manawe manawe manawe manawe manawe manawe manawe manawe la nukuri jewe imana izigame Fabrice.😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
waaah oooh ndanezerewe cane nanje nifuza kuba mwabo bokugura umutahe ndi murikenya nasaba Fabrice nagayel kumbwira uko amafaranga uko yoshika bibaye ngombwa nkishukira muburundi
The young hero of our country🇧🇮🇧🇮🇧🇮...nakubali San fablice...gael naw big up Sana!azokugire umuvugizi wa company kbx
Gael, Fablice, Jimbere, PAAEJ,kamariza Rose, AGACIRO TV,...NI GOOD EXEMPLE OF WHAT THE BURUNDIAN YOUTH CAN DO !
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Itunga rusangi niwo mushinge w'iterambere rirama! Ibi nivyo abakoloni hamwe n'inyankaBurundi bamye batuzibira gushira mungiro. Courage duterimbere imbere uwanka yangare.
We are proud of you young man
It's adorable Mr Fabrice nukuri nukuri ndagukunda caane keep it up our brother 😊
Iman ikujimbere muvyukora ndemeza neza k ukunda igihugu vyukuri kuber uwukund igihugu aracigura mukugiteza imbere mpwemu yera akujimbere ukomere canee interrerano yaw nikirumara kugihugu🔥🔥🙏🙏
Byiza cyane 🇷🇼🇷🇼 mufunge imipaka tuzobashorera❤❤🙏🏿🙏🏿
Yoooooo ingabo zose zuburundi zikurinde.hamwe na nyakubahwa wacu NDAYISHIMIYE umukuru wigihugu.Imana ibabere maso murabagabo Imana ibahe kuramba tunezerejwe na nyakubahwa Ndayishimiye yemeye kukwemerera ugatanguza ikigikogwa
komera bwana Fablice, igihugu gikeneye abantu nkawe, vraiment ...Imana ikomeze imigambi yawe myiza . uri umwe muri bake igihugu cari carabuze.....imana imbere......twese turashoboye.
Fabrice avuga yakoze ndamukunda❤❤ Imana imuturindire.nae Gaël urakoze kutwereka ibîkorwa vyiz
Babiri nka fablice ntibabaho aracar umw❤
Nimuze twiyubakire igihugu kugira abuzukuruza bacu bazoza baravuga bati hararabayeho basokuru.
Turekan nakahise twubak igihugu cacu maze kiber Doubaï Iryavuzwe n'Imana ritahe.
Gaël big up saana
Im very proud of my country really ivy Imana yavuze bigira bisohore hallellua uburundi bazotwifuza❤
Imana ibah inkomez kugirang dusubire guhurir hamw twes mugisagar cabujumbura tuzamywe nugusuma❤❤❤
Mana waremue isi nijuru ihezagira Fabrice uzumuhe iherezo ryiza kubwikigikorwa🎉🎉🎉nukuri abanibo baba bakwiye Kuba aba preside🎉Gael nawe yesu aguhumugisha udutumenyesha ivyakamaro🎉
❤❤❤ndabakund nukuri ibiganiro byanyu nibyiteralbere, urukundo , amahoro ,ahazaza heza higihugu❤❤
Wowe uri mwenewacu ! Uru rubyiruko ruzagera kure. Bakunda igihugu n'abagituye malgré la souffrance bakuriyemo . Ikiza barashaka ko buri wese akora ibyunguka. Ibi ni byiza. Agaciro fund amahera yagiye hehe twaranze ? Twubakiye amavillas abakire ba Kagugu, Nyarutarama, Gacuriro 😢😢😢😢
Jehovah God Jehovah shalom Agushobize Mr .Fabrice kandi Ashoboze twese abarundi duterimbere cane .Terimbere Terimbere Gihugu canje Terimbere Terimbere Mr .Fabrice.
Reta yite k'umutekano wiwe.reka ngire nti Imana izoguhe iherezo ryiza Fabrice. Gusa j ndipfuza yukwo mu Burundi tworonka na stade mpuzamakungu yemewe😢 tuze twakirira inkino iwacu natwe 🧘♀️
Irikwubakwa nayo
@@SindayigayaDeo-ox8bx vyiza cane
11:06 @@SindayigayaDeo-ox8bxhehe wapiii vyarase ko yuzura wamuhunguwe
Abantu nka Fabrice bubahwe,kandi ibagwize mugihugu cacu ciza c'uburundi,Imana yumve amarira yabarundi ituzanire nabandi mugisata cubudandaji cane cane igitoro.
Nivyiza cane kuriyi politic yigihugu yokureka urwaruka rugaterera mwiterambere ryigihugu natwe ntituzomaramaze umukuru wigihugu yatwizeye akaduhijambo ❤❤❤❤
Fablice bamuhe aba polices bamucungerere umutekano abansi Buburundi ntibamudutware,,twamuronse nkumugisha
Imana ikomeze kuzigama Fabrice kndi imuhezagire caanee kuvyo ariko arakorera igihugu cacu ciza c'Uburundi🇧🇮🇧🇮
Really Am so proudly happy by Gaël and Fablice❤❤🎉🎉🎉🎉
Edeni yacu iza Yaba Edeni congratulations kuri Fabrice n'abagenzi be hamwe nokubarundi Bose tugiye kwironkera isoko nziza cane
Fabrice heju imana ikuje imbere ww wongeye kudusanurira isoko yacu imana iguhe kuramba❤🎉🎉🎉
Imana .nishimwe iryavuzwe.riratashe. fablis komera. ariko bantahonikora turasavye ubuzi mudufashe
Courage turanezerejwe nivyo vyiyumviro. Hoboneka abandi babona vision du pays nkuko mukanya twoba twagiye. Gaël nawene ibiganiro vyiwe biratandukanye cane nabanwe bishinga kuvuga ibisambura igihugu cacu dukore rero bazotanganzwe nibikorwa.
Yes very nice Viva africa Viva Burundi 🇧🇮 from Burundi Lives in cape Town ❤❤💪💪💪
30:14
Nukuri Imana ihezagire Fabrice kurico gikorwa atanguje ,niterambere ku Burundi no kuba Rundi
Gaël Imana yame ihezagir ibikorwa vyose ukora ndagukunda mvyimbitse❤
Bamwita F Manirakiza
Je ndamwita Mister Burundi 🎩
Courage Sana Petit ✊🏾
Imana iguhezagire fra gukunda igihugu cakwibarutse ❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Que le Seigneur tout puissant soit au tour de vous Mr Fabrice. Nico gihe abarundi twogira imbono numutima wagushe wogushigikira ivyiyumviro n'ibikorwa nkibi. Ishari n'inzigo biragatsindwa mubarundi twese
Well done, fabrice. god bless you. You are the future of the country.
Imana ibahezagire jooooooohhh!!!Mubandanye mwubaka nahandi amasoko abe menshi mu Gihugu c'u Burundi
Ubu barugurika na rpa ubu imitwe yashushe muri laboratoir biyumvira ingene baza kukwambikibara 😢😢😢
Mugabo humura Imana izokurinda ikutuzigamire udushitse kuvyimana yaguhaye usangize abarundi😊😊❤❤❤❤
Abo bose tuzo barwanya kuko nabasi biterambere bazagime hiyo 😂😂😂
@@ELOGERUHIMBASAikiza ni ukubatumira nabo bakazanamo imitahe kuko ni igihugu cyabo. Kubakumira si vyiza, mubegere, mubaganirize...ça ne vous empêche pas de rester vigilants bien sûr
Ni mur laboratorie ahubwo ni mur studio ereg numumenyesha makuru arahumba Imana irahari imuturindire Fblice wacu ivyo vyose tuze tubishikeko mw'izina rya Yesu
@@ChachaChany kumurinda kw'imana Fablice ni abarundi bagomba kubikora, ni ukumutera intege with positive vibes. Abarundi mukunda kunegura, ntimwiyemera alors que mushoboye cane. Yesu afasha abifashije ! Il faut que mugira ishari ryiza. Murabe TANZANIA, RWANDA ingene mu gihe gito vyoteye imbere kubera guhindura mindset na leadership . Président wanyu est clair ko abatama ari abononnyi, il compte sur la jeunesse propre pour éradiquer complètement les mauvaises herbes ! Cette jeunesse doit changer l'image du Burundi.
Hezagirwa hezagirwa Manirakiza Fablice Imana igukomeze kuzana iterambere nkiri Muburundi nivyagaciro ntangere 🇧🇮🇧🇮🇧🇮Burundi Imana yakuduhaye ikudutungire 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 From Australia 🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺
Imana Ihabwe Icubahiro kuri yo projet y isoko
My role model Fabrice ❤️🎉
Uruwambere Fab ndakwipfurije kuba president wuburundi
cane goseee
Please my ppl , mukora la différence entre business na politique ,kuko muri Africa les dirigeants ne sont pas prêt à accepter quelqu'un qui a plus de succès , intellectuel et dans management !
Parce que benshi biga pour être des bureaucrates et de facto politiciens. Pas mal n'ont pas un sens des affaires, seulement de la corruption pour s'enrichir .
Fablice mumurekere muri business ni gwiwe.
CNDD, UPRONA, CNL bakomeze intambara y'ibiti mais bareke la jeunesse yiyubake, yiyubakire igihugu.
Bazohava bamuroga hubwo😮😢😢😢tumusengere cne Imana imurinde
@@NellyCynthia-jm4ky asha nizere kafise proctetion ya espetualit pe kuko abant ntibaryoheregwa niteramber yumunt 😢
1:02 ❤
Gael,kosora iyo titre.Fabrice ntasambuye isoko ahubwo aje kuyubaka.Inkozi z'ikibi zaturiye isoko zimaramare,amarira abarundi barize ariko Imana igiye kubahoza.Tufate amaboko Fabrice,Mose Imana yatumye ngwashitse amasezerano Imana yasezeranye ku Burundi.
Murakoze umutahe waba diaspora woshika gute. Mr
Mr Gael is professionaly a good journalist big up
💪💪💪💪💪💪💪🐅💪na big fish baraza tu congratulations Fabrice na Gae atwereka hose iwacu
UBUMWE NIBIKORWA NAMAJAMBERE MUBURUNDI NA BARUNDIKAZI🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤ BEAUTIFUL BURUNDI 🇧🇮 🇧🇮
sha urumunyamitwe natwe abenegohugu tukurinyuma pe abarundi turatunze kweri knd kuba aritwe twiyubakiye urinyenyeri yuburundi
God blessed Fabrice🎉🎉🎉🎉Niwe twasengeye🥰🥰
Imana ikuturindire, imbere ni heza cane, Fabrice keep shining!
Ndi muri south Africa,,,,,,it's courage
Every Burundian let's support our developpement guyz
❤ much love kuri uwo musaza Fabrice
@JustGael thank you 🙏🙏
Sinovugira hejuru kubwumunezero❤❤❤❤🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💐💐💐
turi 2
Twiyubakire isoko rwose, dushiremwo imitayi. Courage Fabrice
This guy is the dream of our future Burundi 🇧🇮
Tuyarungika gute fabrice ❤❤❤
Yooo Fabrice wacu, ukora ibikorinka ndagukunda ingene ukumnda igihugu cakwibaruste. Uwiteka akutubungabungire, utere imbere muvyawe nomubawe.
Imana ishimwe nukuri irisoko ryariryarsteje urubwa uburundi Fabrice Imana iguhumugisha udukuyeho urubwa.
❤❤❤❤fabrice Imana ikujimber, nous t'aimons bcp❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Gael nukuri kubikogwa mudukorera, IMANA ibahe umugisha, ariko tubadanya kubasaba, ikiganiro kuri Niyibituronsa hoteri yo murumonge, turipfuza kumenya ivyayo, murakoze
Nabandi bantu batari abarundi biremeweko yagura imitahe
Gaël aranyica kbsa.ashiramwo ibirungo vyishi.ndabakunda cane.
Turanezerewe cane abarundi Imana itangamahoro n'imigisha kubarundi
😂❤❤nuva ryohewe cana
Fabrice ningabire Imana yaduhaye. .nakomere Burundi bugiye guterimbere. Abantu nkabo
UMUKUBITO ALWAYS. THANK YOU🙌
Ameeeeeeen isaha Yi Mana igeze yihesha icubahiro Imana yacu ntibesha kandi irakunda uburundi nabarundi❤❤❤
Kabisa Fabrice ni malayika Imana yarungikiye u Burundi kugira ngo buterimbere.turagukunda cane Imana ikomez kukurinda kuko ukiriho igihugu cacu mumyaka irimbere kizoba kiberey cane.
Waoooo turishimye mbegivyiza ikibazo Mbega umuntu ashizemwo uwomutahe wibihumbi ujana nabitatu canke iyo dorari ijana nabitatu azocaharonka ibibanza?
Frabrise imana iguhumugisha uzobisoze amahoro kuko urumuntu winyankamugayo❤❤❤❤
Very great, Juste Gaël is professional journalist. I love his introduction every day. Fabrice niyirambire cane
Imana ikuje imbere muhungu mwiza, Imana yaraguhaye imbono,ndakunda ukuntu uvuga ibintu ushize amanga, n'ikimenyetso ciza cuko ivyo mushikiriza abana b'Uburundi ar'ukurii,Uburinzi bw'Imana bukubeko.
Birabonekak avug ivy azi kbx❤
I'M PROUD OF YOU MY BROTHER MAY GOD BLESS YOU
Fabrice Imana igukomeze abarundi nkawe dushaka à 100% ninkamwe.ndishumira ibikorwa vyanyu mes frères
Imana ibandanye kubazigana kumugambi mwiza mufitiye igihugu catwibarutse