Imigambi mishasha umukuru w'igisagara ca Bujumbura agiye kurangura

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ก.ค. 2020
  • Umukuru mushasha w'igisagara ca Bujumbura Comissaire Jimmy Hatungimana yavuze imigambi agiye gukorera mu gisagara ca Bujumbura. Akavuga ko igisagara kizoba ic' akarorero

ความคิดเห็น • 13

  • @alainkov4616
    @alainkov4616 4 ปีที่แล้ว +2

    turasavye Leta(canke Mairie) izogarukane vya biganiro vyo kwi radiyo aho abanyagihugu bitura ababatwara kubibabazo bibahanze.

  • @nahimanagregonie9035
    @nahimanagregonie9035 3 ปีที่แล้ว

    Ndakunze cane imigambi y'a nyakubahwa umukuru w'igisagara nakomere

  • @pontienmanirakiza1767
    @pontienmanirakiza1767 4 ปีที่แล้ว

    Merci beaucoup mn chef

  • @pacifiquemfuranzima9164
    @pacifiquemfuranzima9164 4 ปีที่แล้ว

    Vyiza cane.

  • @dieudonnensengiyumva2511
    @dieudonnensengiyumva2511 4 ปีที่แล้ว +1

    Murugurure imbibe mutworohereze tuzane imitayi dukoreshe uyomucafu! Kuko urimwo inyungu nini!

  • @muragaraphilippe9087
    @muragaraphilippe9087 4 ปีที่แล้ว

    👍

  • @thierrykubwimana5806
    @thierrykubwimana5806 4 ปีที่แล้ว +1

    Ukondabibona ahomazeguca hose vyateyimbere nigukura impari nubunyonyezi mubayobozi nindongozi : la Solution" c'est informatisation du systeme de collect des taxes". Kndi birashoboka naho iwacu. Akarorero aho mubihugu bibanyi nabobatanguy bukebuke (Rda) . ikori niryiza ritibwa, ritezimbere igihugu. Aha iburaya ntaho nigera mbona umutozakori c vrai vyamaze guterimbere. Et tout est informatiz! Dutangur rero duhindure system aho iwacu , bukebuke batange les petit machines ,bibaye ngombwa kndi ibe projet meme à court birashoboka, en plus de ça bimaze gukunda ununyagihugu sanzwe nkokwivuza nizindi service pourquoi umunt atogira viremnt via nos smathphn mugihe mubihaye iyontumbero!!!!! Kuko benshi bazifise par exemple!!!! Birababaje kwumva nous les vacancies kumva ngonake bamwatse agafanta or c'est igiturire aricocish igihugu???!!!! Fatingingo pour les grands magasins,les detaillants,les commercant,les chauffeurs (taxes journaliers ) donc umunt adandaza yisununuye abe obligent yugukoresha les petits appareils zimisoro kenshi turi informatze ,cnk Marie iburangure hma bazoburihe bukebuke muri periode X, hama les petits commercant batarakura (selon une estimation de leurs capitales quand mêm ishizweho na merie) babatoze ibisanze (kubatabuziza) au moins..Radio #@isanganiro muze mumpe inyishu si hobahariyo nteguro,nahoturi mumahanga turakunda igihugu knd knd turabona bikatubabaza tutavuze uruhombo igihugu kigira kuko atamigabi irashe iba ikiranguka .murampa plus info muzoba mukoze turinyuma vrt bisabako dufata umuvuduko wohejuru kugiradushire abantu.murakoze

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 4 ปีที่แล้ว

    Isuku, ubusahuzi mugisagra bica intege Tourism!

  • @pontienmanirakiza1767
    @pontienmanirakiza1767 4 ปีที่แล้ว

    Gusa bishobotse kndi bizokunda mwokur bus zaboz mwibarabar .kubera igih uzotwarigisagar zikiriharya emw abanyagisar ntituzorohegw impuz zarahahoney
    Mwonger mutang indero kuba convoyeur

  • @kaburagad7268
    @kaburagad7268 4 ปีที่แล้ว

    Isanganiro turabakurikira. Amakuru mu Kirundi arashobora kuboneka kuri TH-cam?

  • @urukundo_ruganze3646
    @urukundo_ruganze3646 4 ปีที่แล้ว

    💯🇧🇮👍