Ku nama: Kuduza amafaranga reta ikoresha bizana ingaruka izihe ku buzima bw’igihugu?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 22 ส.ค. 2024
  • Ku nama uno munsi abatumire barabira hamwe ibijanye n’iduzwa ry’amafaranga reta iriko ikoresha mu mwaka w’amafaranga wa 2024 ushira uwa 2025. Hano tukibaza duti mbe mu bijanye n’itegeko rigenga amafaranga reta ikoresha ni nde ategura impinyanyuro ? Mbe boba bisunga iki?

ความคิดเห็น • 11

  • @NgendakuriyoJenvier
    @NgendakuriyoJenvier หลายเดือนก่อน

    Umushigantahe Munyiri ndamwemera kuko naramukoreye kera ndacegwa kukazi Kandi tu

  • @NgendakuriyoJenvier
    @NgendakuriyoJenvier หลายเดือนก่อน

    Ahageze niheza Niku koko bishi batamutahura ntamurundi yakena bivanye nibiharuri yarisekera nkimukore

  • @NgendakuriyoJenvier
    @NgendakuriyoJenvier หลายเดือนก่อน

    Andondere Nadiyaya janvier yaca anyibuka

  • @NgendakuriyoJenvier
    @NgendakuriyoJenvier หลายเดือนก่อน

    Turabagnzi ranyirukana ambira kontaritahura harikra agiheze amashire kabise ninkumizungu mumute

  • @espoirbdibwacu8088
    @espoirbdibwacu8088 หลายเดือนก่อน

    Ayo mahera yababa 1000 milliards azoribwa na ntuzeya ko iyihe AN yemeza budget atarimwo? Ewe Burundi warahuye n'akaziri

  • @user-vf6qf1tb8w
    @user-vf6qf1tb8w หลายเดือนก่อน

    Nous allons mourir sans doute 😢😮😮

  • @NWECHANELTV
    @NWECHANELTV หลายเดือนก่อน

    Nayo numva arimake nibongerko ayandi nkayo vyose mbona aricokimw

    • @user-vf6qf1tb8w
      @user-vf6qf1tb8w หลายเดือนก่อน

      😢😢we usanga urimubomotse muburundi

  • @PhilbertMBONAYO
    @PhilbertMBONAYO หลายเดือนก่อน

    Ntivyoroshe namba