- 2 697
- 4 293 446
Isanganiro
Tanzania
เข้าร่วมเมื่อ 31 ส.ค. 2017
Radio-Télévision Isanganiro (traduction : « point de rencontre ») est une station privée du Burundi. La Radio est née le 18 Novembre 2002 pour la promotion de la Paix, le Dialogue, la réconciliation et les Droits de l'homme. La Télévision a vu le jour le 1 Juillet 2021. Elles diffusent en Kirundi, en Swahili et en Français.
วีดีโอ
Hoba hari ico ibitabu vyeranda bivuga ku bijanye n'ihimbazwa ry'umunsi mukuru wa Noweli?
มุมมอง 564 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Hoba hari ico ibitabu vyeranda bivuga ku bijanye n'ihimbazwa ry'umunsi mukuru wa Noweli?
Isanganiro: Edition du 9 janvier 2025
มุมมอง 10022 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Edition du 9 janvier 2025
Isanganiro :Amakuru yo ku wa 9 Nzero 2024
มุมมอง 2.4K22 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro :Amakuru yo ku wa 9 Nzero 2024
Isanganiro: Edition du 8 janvier 2025
มุมมอง 2372 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Edition du 8 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 8 Nzero 2025
มุมมอง 8K2 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 8 Nzero 2025
Isanganiro: Edition du 7 janvier 2025
มุมมอง 2174 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Edition du 7 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 7 Nzero 2025
มุมมอง 3.5K4 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 7 Nzero 2025
Isanganiro: Edition du 6 janvier 2025
มุมมอง 1827 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Edition du 6 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 6 Nzero 2025
มุมมอง 2.4K7 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 6 Nzero 2025
Isanganiro: Rétrospective de la semaine du 30 décembre 2024 au 05 janvier 2025
มุมมอง 3549 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Rétrospective de la semaine du 30 décembre 2024 au 05 janvier 2025
Isanganiro: Amwe mu makuru yaranze indwi yo ku wa 30 Kigarama 2024 gushika ku wa 5 Nzero 2025
มุมมอง 1.4K9 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Amwe mu makuru yaranze indwi yo ku wa 30 Kigarama 2024 gushika ku wa 5 Nzero 2025
Isanganiro: Edition du 04 janvier 2025
มุมมอง 32812 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Edition du 04 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 4 Nzero 2025
มุมมอง 6K12 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 4 Nzero 2025
Isanganiro: Edition du 3 janvier 2025
มุมมอง 69214 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Edition du 3 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 3 Nzero 2025
มุมมอง 3.8K14 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 3 Nzero 2025
Isanganiro: Edition du 2 janvier 2025
มุมมอง 15216 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Edition du 2 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 2 Nzero 2025
มุมมอง 5K16 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 2 Nzero 2025
Isanganiro: Edition du 1 janvier 2025
มุมมอง 23919 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Edition du 1 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 1 Nzero 2025
มุมมอง 2.1K19 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 1 Nzero 2025
Uko ibiciro vy'ibifungurwa vyifashe muri iyi minsi mikuru isozera umwaka
มุมมอง 2.2K21 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Uko ibiciro vy'ibifungurwa vyifashe muri iyi minsi mikuru isozera umwaka
Isanganiro: Edition du 31 décembre 2024
มุมมอง 36621 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Edition du 31 décembre 2024
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 31 Kigarama 2024
มุมมอง 2.6K21 ชั่วโมงที่ผ่านมา
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 31 Kigarama 2024
Isanganiro: Edition du 30 décembre 2024
มุมมอง 199วันที่ผ่านมา
Isanganiro: Edition du 30 décembre 2024
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 30 Kigarama 2024
มุมมอง 3.2Kวันที่ผ่านมา
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 30 Kigarama 2024
Isanganiro: Rétrospective de la semaine du 23 au 28 décembre 2024
มุมมอง 272วันที่ผ่านมา
Isanganiro: Rétrospective de la semaine du 23 au 28 décembre 2024
Isanganiro: Amwe mu makuru yaranze indwi yo ku wa 22-28 Kigarama 2024
มุมมอง 383วันที่ผ่านมา
Isanganiro: Amwe mu makuru yaranze indwi yo ku wa 22-28 Kigarama 2024
Isanganiro: Edition du 28 décembre 2024
มุมมอง 545วันที่ผ่านมา
Isanganiro: Edition du 28 décembre 2024
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 28 Kigarama 2024
มุมมอง 4.5Kวันที่ผ่านมา
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 28 Kigarama 2024
Isanganiro: Edition du 27 décembre 2024
มุมมอง 531วันที่ผ่านมา
Isanganiro: Edition du 27 décembre 2024
ISHUSHANYO TWOBIFATA NKIBIKORESHO MFASHA NYIGISHO KUGIRANGO HABE GUTAHURA NEZA
Nanje ico noshokiriza, Nukwo mwokura system français, mukigisha Muri Système Anglais. Ivyo muzohindagura vyose, ariko tukiri muri Système Français ntaco tuzogerako. Kuko ntituzogera aho isi iriko ija. Murakoze
Prono
Rwasa atarimwo ntivyokunda kuko Rwasa nimvugakuri abandi bose nitwigera tubumva kiretse Rufyiri atanguye kuza avugira abarundi
Rwasa bamuteze umutego kugirango abarundi bashavure baboneko ataco amaze ataco arigukora
Kugira duter imbere nuko bazokwemera hakitoza uwugikeneye atagukumirana.iyo utinyumuntu KO muhiganwa uba watsinzwe
Abarundi dukunda amahoro ubutunga ibikogwa amajambere ku barundi bose na bakavamahanga reka ubutungane bukore nicobubereyeho ntawurengeye amategeko y'igihugu❤ ❤❤❤❤❤
Ni dd yanka Agato Rywasa
F . T,
Vyukuri ibidandazwa vyuyumusi Bobigany ibiciro kuk vyarenze urugero
❤
Igisata cubudadaji kiragaragara muburundi ibyoshorwa hanz bikazanama devis nivyishi cane ark abaraho ntibavyitaho
Honorable AGATO RWASA my future President Ntawundi tuzo tora atari wewe ABARUNDI duguhanze Amaso.
Nyakwubahwa rwasa nanje nduwiciri muruhama hose ndahazi wahoruza ndumwana nkubona ndikumwe nawe
Niso
2024???
Hatwara DD muri 2230 tuzoba turi sous zéro niyo mwaguma muvuga ko umugambwe ari Burundi bizogona cane
Courage Medi intambwe ku yindi gushika BBC ou RFI
Francis ROHERO ❤️🌹🫡🫡🫡🫡 RWASA....... voir plus 🥹😭😱 Nkurunziza Olivier....au moins 😅
Tukirinyum Mutama
Hagataho !!!!
Amatora azoba agoye cane kuko Abo bazoba bakumiriwe,ntibazoba bakija mumatora. Kugirahabe amatora vyasaba kohaba imigwi myishi
Ntaco twari tukwitezeko Mr Ntahorwamiye
Agatho rwase turamwemera caneeeee❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Rwasa jekubutegetsi inzara iratwishe ndayishimiye vyamunaniye uturwanirire kwanza ntasukari ntagitoro ninrya zirazinvye abarundi twikundira kwiriri gutubika sivyacu
Isi ntisakaye
Muratunezeza pe!Isanganiro nayipenda sana
Noe ndabibarinze nkivyo binyamazi navyo. Bizimba kubariki ibiharage kwatamusi Abantu basohora isuka navyo bivakuki kugire bizimbe kuko kuberiki🤔🤔🤔🤔🤔 mana garukira endeni yacu
Naciye ndanayiheba ngo ni UB.ekada nanse kugorwa nkiri kwisi
Baragowe
Komer
Au burundi la liberté politique n'existe pas
Rambaramba❤❤❤❤❤
Komere
Coursage Courage mushikiriza amakuru meza
Le .
Rwasa ntamugabwe agira
Komera cn muntu wacu
Sha usanabi kabisa kubwamaraso yinzirakarengane
👂🏿👂🏿👂🏿☝️
Turikumwe i ngozi
Imana ishimwe kuruwo mukongomani,gikwiye nuko bomworohereza ntihagir umuntu numwe azokwivanga mugitoro ngobasangire
Mbega itegeko ryumukuru w'igihugu uwo wundi muvuga ngwari muntwaro atazemera kumanura ibiciro ninde?!ari hejuru yamategeko basi?! Uburundi nimba biruko turacari kure cane!!
Nimwigire Kuko mwarize,ntawubatangira,Aba bac tuzotumwako kuhigisha igihugu kidashoboye kubagumya murigira kizozana abanyaburaya ngo naho ubushomeri buriyo,ha😂😅
Abnyarwanda ntibifuriza ubundi ineza
Emwe aha m, Uburundi ingorane mubisata nkavyose jewe yambono y, umukuru w igihugu yuko 2040 /2060 azoba ari igihugu giteye imbere nsimbona iyo bizova kubera Abarundi twese tuhazwe n, ubukene gukorera intica ntikize abo bigisha nibabure kwibako
Umubechi.kumbeeee.barabica. eee
🎉
Nyakwubahwa mushikiranganji iyonyishisiyo ahubwo vyaragoye
❤
Namwe Francine