Mumutwe wawe ni wapi kabisa burya uze wicare wirabe hama urabe ko ubuzima ubayeho ubwishimiye niwasanga ari faux uzoce uronderera hepfo no haruguru kugira wigeze ku ndoto niba uzifise ivyubutegetsi ntaho bihuriye nuwiyubakira inzu ye pfa kuba hari amahoro gusa
Nice pic proudly i love burundi design and decoration thank from senegal❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nice ,it looks like kisasa area in Dodoma
Abobikundiy bandanye mwubaka ntimucike intege nivyiza ntacobibaye ejo niheza kuruta
gaspillage y'ibibanza; birababaje ko izo nzu zose usanga imwe yose ibamwo n'umuryango umwe gusa
Ahubwo ugasanga indani ari hato inyuma ari hanini, Ikindi, iyo mwerekana ahantu ba muvuga aho mugeze uko hitwa.
Burundi muracyarinyu cyanenurwanda turabaruta kure
Abanyarwanda mwaremwe gt ehe nkawewe ibinibiki busombora urugamba mutizikurwana kwishima nivyobibise mwege ntaho muzopfa muhuriye nuburundi
Good House
Arko vyose nubutegetsi buri hasi, haguha ibibanza ababishoboy bakubak amaetage yamafamille myinshi Kugira Baz barariha kukwezi, nn mwihera abo cavuny 😂
Mumutwe wawe ni wapi kabisa burya uze wicare wirabe hama urabe ko ubuzima ubayeho ubwishimiye niwasanga ari faux uzoce uronderera hepfo no haruguru kugira wigeze ku ndoto niba uzifise ivyubutegetsi ntaho bihuriye nuwiyubakira inzu ye pfa kuba hari amahoro gusa
I can see your house 😂
0%,bivanye na nirwirirana ryabarundi birababaz Kuba atama etage agerets yoshobor kubamwo nkimiryango irenz50 kuri etage imwimwe, aho ntaciza mbona