Intahe y’umu maman ibabaje cane🥹/ narapfuye ndazuka/umugabo wanje ukuntu yitwaye biratangaje

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 49

  • @angeneillainamuco
    @angeneillainamuco 11 วันที่ผ่านมา

    Mu gusengaa nihoo honyeneee gusaa twishurirwaa imitwaroo yacu,Yezu naninahazweee Ubu no mumyakaa yosee 🙌🙏🏽

  • @DivineHabonimanaHabonimana
    @DivineHabonimanaHabonimana หลายเดือนก่อน

    Waoh Carine Imana ibandany ikuduhezagirira❤

  • @tantineirakoze1961
    @tantineirakoze1961 2 หลายเดือนก่อน +8

    Iyo ntahe iramfashije nukuri. Kndi nanje nizeyeko Imana izobikora. Nciye numva nongeye kugira kwizera kwinshi.

  • @ellaalidandayegamiye8426
    @ellaalidandayegamiye8426 2 หลายเดือนก่อน +11

    Imana ishimwe kubwawe Carine ndashimye Imana kubwawe ni Imana ikiza harubuhamya nanje Imana yankijije igichoze kitahera nari ngeze aho ntega akadobo nakiriye muri Kanguka bavuga ko ari andometriose ntazopfa mvyaye ariko ubu mfise umwana Satani yumveko yaneshejwe haracariho Imana mwijuru

  • @yvetteishimwe2978
    @yvetteishimwe2978 2 หลายเดือนก่อน

    Imana ihabwe Icubahiro ku bwawe Carine👏🏻👏🏻👏🏻🙌🙌🙌

  • @Carinenshimirimana-j2h
    @Carinenshimirimana-j2h 2 หลายเดือนก่อน

    Imana ninziza ibihe vyose.nanje ndakiriy gukira mwizina rya yesu

  • @Lastar-pd4ll
    @Lastar-pd4ll 2 หลายเดือนก่อน

    Imana yacu irakomeye niyo yonyene yo kwizera.Warakoze Mana uri mwiza.

  • @twinsmom-td7gb
    @twinsmom-td7gb 2 หลายเดือนก่อน

    Imana ishimwe kubwa carine# bantu mwese muze twiringire Imana

  • @NellyNininahazwe
    @NellyNininahazwe 2 หลายเดือนก่อน +1

    Imana yacu ihabw icubahiro🙌🙌🙌🙌🙌

  • @nadegen.7850
    @nadegen.7850 2 หลายเดือนก่อน +2

    Tout est possible à celui qui croit.🙏 🙌🏽 Ishimwe cane iyo Imana yagutabaye.

  • @dinadispinanininahazwe8153
    @dinadispinanininahazwe8153 2 หลายเดือนก่อน

    Carine tu es brave Yezu agume ukurinda gusubira muri ivyo bigeragezo. A ton époux, un coup de chapeau pour son implication et compassion

  • @CynthiaShimirimana-ry5ch
    @CynthiaShimirimana-ry5ch 2 หลายเดือนก่อน +2

    Imana ninziza ibihe vyose

  • @vansarah480
    @vansarah480 2 หลายเดือนก่อน +1

    Carine Imana yagucishije mu bikomeye umwanya muto irwara zikomeye nkizo Maman arataha nukuri uri INTAHE yigendera yukugira neza kwijuru Imana ihimbazwe caneeee yakurinze iragutabara . You are a hero Carine a faithfully Mum.

  • @aliceNdayishimiye5369
    @aliceNdayishimiye5369 2 หลายเดือนก่อน +2

    🫂Carine,Yezu akomeze kukuzigama ,naw ukomeze kuyinshingira intahe🤲!!!

  • @WinyIRANGABIYE
    @WinyIRANGABIYE หลายเดือนก่อน

    Halleluyaaaaaah 🎉🎉

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 2 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ninziza❤❤❤❤❤

  • @gloriandayishimye3198
    @gloriandayishimye3198 2 หลายเดือนก่อน

    Imana ihabwe icubahiro Carine i Mana yashaka urere utwana twawe komera shetani yaratsinzwe

  • @DonagineIshimwe-xf2le
    @DonagineIshimwe-xf2le 2 หลายเดือนก่อน

    Imana numwizigwa ibihe vyose rer niyo kwizerwa

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 2 หลายเดือนก่อน +1

    Hosy na Dada twari twabakumbuye amakuru y,imisi jeho irungu ryariryinshi kwel,hama iyi ntahe inteye gukunda Imana ubugira kandi ndarengewe Uwo Kristo Yama agira neza knd yarizera ninaco gituma yakira izongwara zose

  • @sandrakinigi1774
    @sandrakinigi1774 2 หลายเดือนก่อน

    Bravo Carine uri umuhizikazi🥰

  • @AmoniAnatenda
    @AmoniAnatenda 2 หลายเดือนก่อน +3

    Amen non warakiz?

    • @kavaofficial203
      @kavaofficial203 2 หลายเดือนก่อน +1

      Yarakize complètement

  • @jeaninehan
    @jeaninehan 2 หลายเดือนก่อน

    Imana ishimwe kuri Carine 👏 Nanje narabonye ukuboko kw' Imana ❤Iyo ntahe iranyibukije ingene umunsi umwe nagiye kwa muganga, umutima wanje uriko urasimba bidasanzwe, muganga andungika muri urgence. Hama ndakwepa, nja muhira , nja ku mavi ndasenga kuko narinzi ko Imana isumba ububasha aba docteurs bo kw' isi yose. Kandi rero sha naciye nkira uwo mwanya nyene, nca ndabanda ubuzima bwanje 😊 Hama 2 mois iheze, nja muri control, muganga arapima abona ndi muzima ❤ Ariko aratangara ikintu cankijije abona neza ko ntagiye muri urgence 😅 Dieu est grand 🙌🎉🎉

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 2 หลายเดือนก่อน

    Imana iragira neza

  • @EstelleIrakoze
    @EstelleIrakoze 2 หลายเดือนก่อน

    Hosy Dacia welcome back nari ndabakumbuye cne goose,Nikita mumundamukirize Nawe arakumbuwe trop

  • @EvelyneGashugwe
    @EvelyneGashugwe 2 หลายเดือนก่อน

    Carine Imana iguhezagire kuko intahe yawe igaruye imitima ya benshi. Ndaremye Yezu ni muzima

  • @twinsmom-td7gb
    @twinsmom-td7gb 2 หลายเดือนก่อน

    God is good

  • @AmoniAnatenda
    @AmoniAnatenda 2 หลายเดือนก่อน

    Por sans kwer iman ishimwe kabis🎉🎉🎉😮😊❤

  • @beatricenkurunziza3136
    @beatricenkurunziza3136 2 หลายเดือนก่อน

    IMANA nivyo caaaane nanje narayibonye 'nyo yonyene yo kwizigirwa

  • @kg7285
    @kg7285 2 หลายเดือนก่อน

    About ba dr Bo mububiligi nta protocol medical bazi

  • @jessicandorimana3256
    @jessicandorimana3256 2 หลายเดือนก่อน

    Amen amen❤

  • @RaïssaIrakoze-z5j
    @RaïssaIrakoze-z5j 2 หลายเดือนก่อน

    Tout est possible à celui croit gloire à Dieu

  • @Alicia-i6z9h
    @Alicia-i6z9h 2 หลายเดือนก่อน

    Ooooh Carine Nirere twariganye muri primaire Q7 NGarara...reka nicare ndamwumvirize

  • @ElogeNISHIMWE-yx1vg
    @ElogeNISHIMWE-yx1vg 2 หลายเดือนก่อน

    Oooh amen

  • @nurwintwazaanitha8934
    @nurwintwazaanitha8934 2 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @rwemavedaste-dh8vj
    @rwemavedaste-dh8vj 2 หลายเดือนก่อน

    Hosy na dacia twishimiye kugaruka kwanyu turakunda murinkora mutima cane turabakunda❤🇷🇷🇷🇼

  • @OscraBarankunda
    @OscraBarankunda 2 หลายเดือนก่อน

    Wigekuvuga unyarutsa niho intahe iryoha

  • @nnellychris
    @nnellychris 2 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @MMuco
    @MMuco 2 หลายเดือนก่อน

    ❤🙏🙏🙏🙏

  • @celiaclemieee_
    @celiaclemieee_ 2 หลายเดือนก่อน +1

    🥹🙏🏾

  • @BestoKwima
    @BestoKwima 2 หลายเดือนก่อน

    Intahe nziza Imana ni nziza❤

  • @kg7285
    @kg7285 2 หลายเดือนก่อน +2

    Yoo basha jewe ndi umu infirmiere muri Canada birababaje arko ntaco ko wakize dieu Merci, Ariko ukuntu uyu mudamu abisigura iyo protocol yose je ne pense pas ko aruko bigenda. Jewe ndafise une soeur mububiligi nawe vyashikiye kandi wewe arakuze yarakize neza . Ufise wagize AVC D’abord nta mu dr akureka ngo taha Deja babonye ko umutima utameze. Code blue madame ntamuganga wo kwisi yoyikinisha.

    • @cynetteIninahazwe
      @cynetteIninahazwe 2 หลายเดือนก่อน

      Ibaze twe tuba twibaza kari mur Africa gusa Imana idufashe vrt

  • @userk23456
    @userk23456 2 หลายเดือนก่อน +1

    Iki kiganiro ni ciza ariko hosy iki kiganiro ntigikwiye kuja muri fun&fact. Content nibaza ko itandukanye nizina ry'ikiganiro.

  • @celiaclemieee_
    @celiaclemieee_ 2 หลายเดือนก่อน

    🥹🙏🏾