ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Kwanza iyokanzu wambay ndayikeneye😃😃😃nambara XL
Ariko numvirij uwo mudame ni vyiza kugira les normes de conduite ariko ntub trop rigide kuko naw urumva ko naw urumva harigih ugira contretemps ugasaba umu client flexibilité.
Oya namwe nimuze muragabanya ibiciro. Kndi mufate neza les clients
icukoze ndamenye ibintu vyinshi cane sinarinzi yuko biba ingitenge pe
Inina j ndagufana ushonera bien sana knd unyakira neza cane
Uziko nari nagize ngo Inina n'umu Sénégalaise 😂😂😂 navyibajije kuko look na makeup vyiwe wamengo ni umu Sénégalaise, iyo ati dondora sinari kw'ibaza ko ari Umurundikazi ...
Sha jewe aba tailleurs barampebesheje gushonesha complètement. Uwonahaye iza diplôme namuhaye tissus 2 mois avant harinda hagera remise des diplômes atarayishona nduhira kwambara imvutano😢 uwundi ndamuha tissus ya lin bampayeko cadeau ntiyigera ayimpa, narishuje ndaruha haciye nka 6 mois aca ambwira ngo yaratakaye😢
Ijuru bazoryunva mumatangazo gusa🤣🤣🤣 barabesha trop
Wahuye nikibazo twahuy gushikaho ubu nopfuma nambara invutano canke nkagura ishony hako nsonesha, mubantu bambabaj aba tailleur bazimbere,reronahisemwo kubiheba😢
Inina dufis ikibazo kimw cukuboko😢😢😢
Wubahwe wew uha agaciro abakoz bawe abandi suko
Mugerageze kuza murareka abatumire mavuge baheze,mureke kuza muravuga bariko baravuga (muvugiramwo) surtout dacia 😊no offense
nukuri abatayeri nababeshi ba mbere babaho jewe naramaze buringihe iyonje burundi bashonera nabi pe
hosy naw ubu uduha ibintu bidakenew😊
😅ugihoyiki none??kuberik uvuze uko?
@@halchoo5183 kwirikirana kiramisi yose arik ivyo wap
Maman kais gretta we arihe komutamuvuze
Ntimwaduh nimero zabo
Umukozi n,Imana yawe
😂😂😂Aratwenza bedel
Ma chère Nina abagore baza gushonesha bifitiye ama depression yabo
Inina yubahwe ndamuzi cane kandi arashoboye❤❤ nubwo utaburi hafi aragukorera ivyo wifuza neza
Woooow..... Mbega ikiganiro ciza🎉🎉🎉 Inina ndamukunze cane kubera ari passionné nivyo akora et d'ailleurs bose kweri ndabemeye
Les tailleurs 😢ni abantu Bari malhonnête cane. Hari abitwa ko bakora neza ariko rero usanga nabo bagabura ABA clients ugasanga hari Abo bakorera neza abandi baj akabafata nabi kubera badasanganyw
Abo bantu bene iyo myuga bariba amatissus kweli hari uwanshoneye ahakwa kundaza muri ville, mukavugana ukamubwira igihe akacemera ugaca usanga yarayitabuye ariko ntarashona.gusa Inina avyitwaramwo neza mushireho numéro yiwe abamukeneye bamuronke
Aho rero natwenze nduma Inina agize aravuga ko afise amaboko Manini Dacia Nawe abayihindukije yiraba 😂😂😂 Hama twaritubakumbuye Hosy n'a Dada mwari mwaduhevye ha Gretta Nawe arihe??yaduhevy Nawe nyene.Bagigi Nawe Ati gezaho wari waramye wakumbuwe cane❤
Ikibazo cose nama mbona dans la vie cerekeye gushonesha si aba tailleurs ahubgo ikibazo numu client adakurikiza ivyo yazaniye umu tailleur gushika ahejeje par exemple ga jewe nziko zagushonesha igitenge canke ikindi kintu ego tailleur aba yapimye vyose ariko sivyose aba yahejeje because bivana na modele muhaye kugira modele yawe imere nkuko iri uza urajayo uraba ukuntu bimeze kuko birashika aho tailleur abashaka kuguma araba utu défaut pour chaque kukintu cose aba yakatseko kugira kimere neza ucuza urisimbishayo kugira urabeko ivyo tailleur yogukosoreramwo muvyo wifuza mumenyeko impuzu yumugabo sico kimwe niyumukobwa canke yumugore vyiza nikwama hafi yimpuzu yawe ukaza uramubaza tailleur bimeze gute nahonyene biramufasha kugira ngo bigende fresh Nico kimwe umuganga ashobora kukwandikira umuti akaca akubwira nivyanka uzongaruke ndagufashe canke ukagirisha contrôle rero abagore canke abakobwa turihuta kuvuga Ama défauts tutabaje kubaza faut que turaba les défauts Hama Hosy na Darcia kuri sujet yari kenewe sinkunda abantu bajuja aba tailleurs alors que mutababaza kandi impuzu ari rwawe ukaza wumva impuzu iri kwa tailleur kirakemutse nzoza kuyitora umusi yabwiyeko alors que twari dukwiriye kuza tubegera twumva uko vyifashe ku mpuzu tugabanye ivyo kuza dustressana kandi twari gufashanya twese kwikiza tworoherwane twese bivuye mukubwirana uko vyifashe kugira ngo umwe wese yumve ko ari amahoro. Uwo mugore ndamwubaha cane kukuntu ameze akora ibintu bitaza kugutera stresse canke we imutere kuko vyose bibera mu téléphone so les tailleurs courage je ndabemera sana kuko ndabatahura 100% même si je ne suis pas umutayeri kweli ahubgo aba tailleur bambika impuzu bashonesheje bazorondere nabakora makeup canke abafotografe kugira bakorane neza kugira impuzu bashoneshe uyambaye aca asaneza bitume kandi babashorera cane
Bedel akorera hehe?
Un client est un roi
Wow wow ikiganiro ciza
❤❤❤❤❤❤
Ndakunda umuntu afis principe👏👏👏inina vrt👌abarundi nuko tugoyHama ntuzi abagor namuganga baramutuka ndugu😂

Ndakunda umuntu afis principe👏👏👏inina vrt👌abarundi nuko tugoy
Hama ntuzi abagor namuganga baramutuka ndugu😂