Iyi love story ikubiyemo Testimony ya prophet iraryoshye cyane kdi yuzuyemo inama nyinshi kubagitegereje amasezerano y'Imana dusubijwemo imbaraga🥰🥰hama abo bavuga ngo ntiyarakwiye uwo mukobwa kuko ava mu mbyeyi what and what basome Rusi sha, abo bahakanamana, let me wish this family God's favor up on you wherever you go and whatever you do every👏👏👏👏❣️ prophet nkuzi Dubai wavuzweho byinshi witwa amazina menshi, arko uguma mu murongo, niyo itegeka ibihe ryoherwa n'igihe cyawe👏👏👏👏 much respect you man of God i am sending greetings from 🇵🇱
Umwana wasiyoni erega Prophète modeste nawe numwana wimana mwizina ryayesu none yesu araruta na président wa America gusa imana ibahezagire bana bimana amen muhezagirwa saint esprit abarinde ibibi nimuryohegwe nimana yanyuma niyo yambere
Ati iyo tariki ya 20 octobre na kare nta bapfira kuri iyo tariki muzotohoze umunsi umushingantahe Bede Ntakibirora yaserukira ABP i Mwaro yitabiye Imana muri 2021 , nsubire mpoze umuryango wiwe yari umumenyeshamakuru w' intore gose , murakoze !
Région naturelle de Bugesera bafise intambo n'imico wanashaka n'amazina yabo ashusha n'ikinyarwanda. Wumvirije indirimbo za Club Lac aux oiseaux uca ubibona. Irya région irimwo kirundo kera yari Royaume de Bugesera yari hagati ya Royaume du Burundi et du Rwanda mu nyuma barahatera ubwami bwa Bugesera baca barabugabura hepfo na haruguru y'ibiyaga
ivyo nivyo ko nukuri avuze birabaho gushika n'ubu birabaho kweri Modeste Apotle niwubahwe cane .❤❤❤
Ndagukunze cane Mukozi w,Imana ufise ubwenge bw,Imana. Intahe yanyu iranyubatse cane. Muze mugire umugisha mu rugo gwanyu Uhoraho Aze Abagwirize umugisha impande zoose.
Umuhushatunga ahusha umugore! Modeste, felicitations! You won on all fronts! Wahushuye irtunga, uhushura n' umugore✅️
Nibakureke wa kwetu, mw'ubake rugume muzokwibaruke abahungu n'abakobwa baze bubahe Imana nabo❤🎉
Iyi love story ikubiyemo Testimony ya prophet iraryoshye cyane kdi yuzuyemo inama nyinshi kubagitegereje amasezerano y'Imana dusubijwemo imbaraga🥰🥰hama abo bavuga ngo ntiyarakwiye uwo mukobwa kuko ava mu mbyeyi what and what basome Rusi sha, abo bahakanamana, let me wish this family God's favor up on you wherever you go and whatever you do every👏👏👏👏❣️ prophet nkuzi Dubai wavuzweho byinshi witwa amazina menshi, arko uguma mu murongo, niyo itegeka ibihe ryoherwa n'igihe cyawe👏👏👏👏 much respect you man of God i am sending greetings from 🇵🇱
Ahubwo abantu baratangaje,umwana wa Siyoni , prophète Modeste nawenyene yavutse kumuntu
Vraiment umengooo Siyoni ni Ikigwamanaaaa...nu Muntu nkabandii Bose....
nukonyene amahera kw' Isi ariyo akoraaa...😮😮😮😮
Umengaaa siyonii Ni Igitangazaaa c' Imanaa......
Ibaze🤔
Halleluyaaaa murakoze kuyo muhezagiro prophète. Ndakunda couple yanyu tera muja imbere. IMANA izobubakire hama IMANA ihure nabasengeye mariage yanyu ngo ipfe. Abo sabasenzi nabarozi
Barundi bene wacu,igituma duhendwa n'aba bantu ni kubera tutisomera bibiliya...
Twisomere bibiliya,muzobona ko ibi bintu babivuga kubw'inyungu zabo
Mbega ni nde kugira ahitemwo itariki abantu badapfa, afise ubushobozi ubwahe bwo kuzigama "abakirisu" biwe bo mw'ishengero ntibapfe?
Imana yo nyene niwe Muremyi wacu,niwe adufiseko ububasha ko tubaho canke dupfa...
Mbega ivyo bintu avugishwa bifasha iki mu buzima bwo gukurikira Yesu? Ko bibiliya ari ijambo ry'Imana rivuga umwana wayo Yesu Kristo yaje gucungura abantu bayo... Ihari kugira tumenye Yesu kandi tumukurikire,tumukunde,tumwubahe...
Hari ibintu vyinshi avuga aduhenda ngo abarundi ni ibipinga ngo iyo bapinze ubuvugishwa buca buteba gushika 🤦🤦 arondera uko yi sécurisa hamwe bitabaye ace abita ku bantu ngo nibo batumye ubuvugishwa buteba 🤦🤦
Nta hantu na hamwe yatubwiye Yesu ngo amudukundishe vyose biza guhera tubonye "Apôtre Modeste" ha kubona Yesu... nico gisigura kuba umuvugishwa w'ikinyoma
Abazoyoba bazoba benshi amaze guhenda benshi uyo
👏👏thank u... ubivuze neza peee
Ça veut Dire ???
Ziba kbx
N'iki gituma mushidikanya kandi mwaramenye Imbaraga z'uw'iteka.N'iki woyisaba et surtout uyikorera hama ikakikwima???
IMANA izobubakira mw Zina ry YESU🙏 AMEN🙌
I love the way he helped new comer in Dubai by giving them like 1,2,4 months free rent room,may God Bless him
Nanjye ndabizi nabibonesheje amaso peuh
Narabironseko pe Al Doha southern of naïf police station
Mukozi w’Imana komeza ubutumwa ntucike intege 🙌 abo baguc intege ni tobia na sanibarati amadayimoni agwanya abavuga ijambo ry’Imana , aba ariko arabacako rero komeza hazokwumva uwushaka 🙌
Wow a humble man of God, God bless you 🙏 🙌
I know him in Dubai he is my Profet I respect
Imana iraca inzira hageze haba hageze ❤🎉 komera & hongera
Ndabankunda cane ❤❤❤
Niho nzobandi❤❤niteguye gukira🙏🙏🙏
Congratulations Prophète merci Host ku kiganiro
Ndanezerewe cane Imana ndayikunda.Igusezeranira mwibanga,igasohoza bose babireba🙌🙌🙌🙌 akokantu nguruwo kwande none wewe umutwaye(agutwaye)nguruwo kwande,uwowundi aba yavutse kugiti!!!?😂😂😂Turaba Yesu Christo kuko niwe ahuza abasanzwe nabakomeye.uhejeje uvuze ijambo ryiza ryubwenge,urugo gose goba gwiza,nirwiza bivana nintambara barwinjiranyemwo.Imana ibatahuze iryobanga kuko niho bipfira.Mugire urugo rwiza umwana numwana ariko ndabifurije imfura
y'Umuhungu.Azitwa Igiraneza ryikirundi.Numvisemwo ukugira neza kw'Imana muri temoignage yanyu🙌🙌🙌
Message nziza
Mwarihurije Imana ibabe hafi murugo rwanyu
Umukozi w Imana ❤❤ Imana igutize amagara urakenew mu gihugu c Uburundi
UMUVUGISHWA W'IKINYOMA NUWO UKURI UBAMENYA GUTE. UWUBESHA ARONDERA INYUNGU ZIHUTA, AKUBWIRA KO AGUSENGERA ARI UKO UMUHAYE INOTI KUKO NTABA YIZERA. UWO UKURI AVRANGWA NIBI.
Arik' uvugishwa n'Imana, abarira abantu
1) ivyo kubakomeza
2) n'ivyo kubahanura
3) n'ivyo kubirura (1kor 14:3)
Uwo muntu yitwa honnête nindee tumenyane mazinaaa😍😍
Imana, iguhezagire Modeste
Ico Imana yateguye ntawucitambika imbere
Ndashaka kwiga ku cerekeye sainte Saine ingene umuntu ashobora kuyikora muri famille numvise c,est très important.
Umwana wasiyoni erega Prophète modeste nawe numwana wimana mwizina ryayesu none yesu araruta na président wa America gusa imana ibahezagire bana bimana amen muhezagirwa saint esprit abarinde ibibi nimuryohegwe nimana yanyuma niyo yambere
Mwubahwe . Abantu batubaha abakozi b'Imana babavuga uko bishakiye batazi uburuhe babamwo . Ico ntatahura ndirenganira . Mukomere bakozi bIMANA . Murampezagiye
Hossy ndagusaaaaavye uzomfashe tubonane ndagushaka knd ndagukunda cn!hm mukozi w,imana ibere amahoro iyo imana itegetse birakomera knd iyo ivuze biraba🙏🙏🙏
Kaka wanje yahoragukunda pe mumisiheze wamengo urumusaza none ubu usaneza cane muhezagigw urigusigura ibintu vyumvikana❤🎉
🎉🎉🎉 waooooh ntanibirenze ndaryohewe tu❤❤
Ubuvugishwa buba ukuri iyo bubaye. Umuvugishwa aba uw'ukuri iyo ivyo yahanuye bushitse
Hosy wakoz kubatuzanira ,iyo couple Imana iyikomeze bazorambane ,bazoshingire intahe Imana mumpande zose❤
Nimub amakara ntimuburubea yesu abakomeze❤❤❤🎉🎉
sha lmana ntanzigo ibahezagire cane🎉🎉🎉
Nubunt bwimana bubariko babisengey mukwizera bararindwa🎉🎉❤❤
Hosy nikiganiro ciza cane ndagisozerey yari intahe iryoshe kumviriza Prophet Amavuta meshi cane numukunzi wawe Ndiho ashishikare kubitaho.hama Hosy kowaruberewe none?uratesa ❤
Imana ishimwe iyi misi nar namaze kuzinukwa izina prophet ariko ub noneho agateg karagarutse pol pol
Wew kuva kera wari nyamitwe modeste
Nukur Imana itanga umuhamagaro ibakomeze ibagwizeko imbabazi nyinshi Yesuuuuu😭😭 abakozi b'Imana murikigihe Devil yahaguruts kubarwanya bikabije haraho mfatwa numubabaro wababarwanya
Yesu wacu aguhezagire prophète
Congratulations🙏🙏🙏🙏
Nibakuraho.Haruwusumba Imana.? Modeste numwana wa Ndiho.ahubwo hatomboy umukobwa yatwaw numukozi wa Ndiho
Félicitation mo fils ❤️
It was amazing
MOG ndagutahura vrmt umukozi w Imana arashobora gufata ikirere kbs u are a true MOG
Le 20/octobre numusii wa Annif yanjee ntamuntu apfa💃💃💃
Hosy ndagukunda ❤❤❤
Guhanura ikintu kikaba sico cerekana ko ataba ari umuvugishwa w'ibinyoma oyaaa Hosy merci pour tes questions quand même
Musengerahh tuzoze
God bless you all
Modeste yubahwe❤❤❤
Sinovugira hejuru peee❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndabakunda cn muhezagirwe cn Imana Ibane namwe murugo rwanyu
Ndaryohew niki ganiro pndiho abampere umugisha utagabanij
Amen .abanyefeso 3 :20 .
ndafashijwe cn.niyo verset avuze prophet
Ndabaramukije caaane bantu dukunda Siren ndana bifuriza weekend nziza 😇😇😇, numva no kwisomera commentaires gusa😋😋😋😋😋😋
Jewe nazirembeje
Mbabajwe n'abantu baduze imisozi ngo bagiye kwica urubanza😢vyukur Imana ibona vyinshi
Ndaryohewe vrt
☆ Hosy Ngayo nguko ntize yongere kuvugwa☆ mu kirundi ni Ngaho nuko.
Yavyibushe prophète kweli.aranatagase
Congratulations ku rugo rushasha. Mukomeze kwubaka Ubwami bw' Imana.
Nimba ari Mana yabivuze izogushigikira ntizokwemera ko uzomaramara😢😢😢😢😢😢
Ikindi nzi kigaragaza benabo bantu baba bafise self confidence iteye ubwoba ,....ubahaye umwanya ukwiye akavuga aragucanganya bikwiye ndabona hosy aragerageza kumubaza bikwiye mugabo ntabura inyishu .
Love them🎉
Ntibavuga IMUHE bavuga IBAHE umugisha.
Hosy vrt wakoze kuzana uwo mu prophet
Mumbabarire kabisa: imvugo y''uyu muvugabutumwa yancanze: ububasha bw'Imana buri hejuru ya vyose ku buryo ata mwana w'umuntu yobwitambika.
Nagisigure neza aba prophète bukuri nabibinyoma kuko biraducanga kuko hari abakora ibitangaza biva kumadaimoni bigashobora kuzogwisha benshi.
Muduhe naka nimero kiwe 🙏
Nibezaa baranajanye goos mwubak rukomere
Prophète😁😁😁
Ati iyo tariki ya 20 octobre na kare nta bapfira kuri iyo tariki muzotohoze umunsi umushingantahe Bede Ntakibirora yaserukira ABP i Mwaro yitabiye Imana muri 2021 , nsubire mpoze umuryango wiwe yari umumenyeshamakuru w' intore gose , murakoze !
naw yavuz k ntabasanzw bapfa kwiyo tarik bisigur k ariko vyamye
Ikiganiro cari mwinyigisho prophète ahezagirw
Usengecan kuvyubu aho wozira ubusa kubr umukobwa wasioni🙆🙆😭😭😭 ndababazw nishar riri mubantu
😂😂😂😂😂sha uwu we aratwenza kabisa ati ntamuntu numwe 😂😂
Vrmt uwumukobwa azicuza
Ariko abatekamutwe baragwira kweli
Ngo yazuyumuntu🤦🏾♀️🤦🏾♀️🤦🏾♀️
Kurukundo rutagira imbibe gute muvaga vyari ibidasanzwe kwatwagwa numuhungu wo mu kirundo
Hosy zurab sérieuse bsii🤣🤣🫶🏽🫶🏽🫶🏽
Région naturelle de Bugesera bafise intambo n'imico wanashaka n'amazina yabo ashusha n'ikinyarwanda.
Wumvirije indirimbo za Club Lac aux oiseaux uca ubibona.
Irya région irimwo kirundo kera yari Royaume de Bugesera yari hagati ya Royaume du Burundi et du Rwanda mu nyuma barahatera ubwami bwa Bugesera baca barabugabura hepfo na haruguru y'ibiyaga
Njew rero aga comenti kanje naka😂😂nne konabatizera ivyiza vyose Imana ibibaha harinkuru rero yabayikorera nabo nne kweri yobima iki??vma urugo gwanyu rurahezagiw gooose ibisigaye Imana ntiyarikukwikausha naw warayikoreye kd ukomez uyikorera be blessed alot with your family
Bantu hariho abantu bibagira ningoga ayo Modeste yabonye yamaze kuyibagira nukuri lmana icanditse caranditse kuko lmana yaraguteturuye iguha umudamu ahagaze neza ntanzara ufise ntabukene ufise ivyubuhanuzi nkivyo nunva bitabahokwabantu batazopfa gusa ico nemera kandi nizera nuko abazoza mugikorane barashobora gukira canke lmana ikabakorera ibindi bitangaza mugabo ngo umunsi uzohera atamuntu apfuye
Ariko kweri🫤🫤🫤
WOW
hahahahaaaaaaa ndumiwe kbx, mubo urongoy kugir bazopfe Imana muzobanza kuvugana🤣🤣🤣🤣🤣😅😅😅😅Ikibwa kiraho kirasara kweli
N igitanganza!!!!!! Ibihe vya nyuma..!!!
Amen amen uhezagirwe
Hello gus ndashaka atubwire ikizotumenyeshako atamuntu yapfuye hazoba hari abajejwe kuja kumampanda kubiraba mwisi yose?
Hooosy iraberewe disi.umurundikazi yikwij tuzonanyi
Amen ndashak numéro ya prophète plz uyifis ayimp
Prince régent hopital militaire rwakalede😓😓😓badashobora kwi déplaca bizognda gut
Intego Elijah yahagarikije imvura...Yari iyihe?
Kwari ukigira herekanywe Imana y ubushobozi iyariyo!!!!!!
Waoooh
Naduhe amasezerano mugihugu akagira uwupfa ikizoca Kiba,nashireho isezerano ,le20/10 /2024
Learn Hard and Fight easy. I
Mutama waguye ahashashe
❤❤❤❤❤❤❤
abavurati barakubiswe kabisa
Siren numudayimoni wumugore hejuru ifi hasi
Turaryohewe Yezu abahezagire Amane irakoze urakoze kutwereka abageni bacu
Waooo ❤❤❤❤🎉🎉🎉
Hosy amamédia murakaze ati ncrée situation 😂..