Burundi : Igitangaza cabereye mu kibanza Umwami Mwezi Gisabo yatangiyemwo (aho yapfiriye)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 ก.ย. 2019
  • Umwami MWEZI GISABO aho yatangiye (yapfiriye) harabaye igitangaza, naho hakaba hari mu muryango w'ABASHUBI. Abo nabo bakaba bari ingabo z'Umwami zikomeye, zaseruka aho rukamvye. Kurikira uko vyagiye biragenda n'ibisigaye biranga aho hantu

ความคิดเห็น • 16

  • @danielniyonzima5837
    @danielniyonzima5837 4 ปีที่แล้ว +1

    I appreciate you guy, that is wonderful story of my country love.

  • @ndihokubwayorichard7100
    @ndihokubwayorichard7100 2 ปีที่แล้ว

    Oooooo Burundi bwanj 🇧🇮💪💪💪💪

  • @ALENGE951
    @ALENGE951 ปีที่แล้ว

    Abashubi bubahwe

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 4 ปีที่แล้ว +2

    Nivyiza cane ariko aho hantu hari hakwiye kubakwa icibutso.

  • @guillaumerusengo9371
    @guillaumerusengo9371 4 ปีที่แล้ว +1

    Ivyo nivyo cane! Kandi Mwezi yari umushubi akomeye cane, nyina yari umunyamwezikazi! Abanditsi bose baravyemeza!

  • @savedbygracephilippemisiga8395
    @savedbygracephilippemisiga8395 2 ปีที่แล้ว +1

    None abami bava mu bwoko ubuhe ko ntare yava mu bahanza?Kahise kuburundi gakwiy keigishwa hose mu mashure kugira abarundi bamenye ivyabo

  • @mangmodile38
    @mangmodile38 3 ปีที่แล้ว

    Inkuru nkunda cane

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 4 ปีที่แล้ว +1

    Akaranga! Komera.

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 2 ปีที่แล้ว +1

    Nimubihire mubitabo,ibitabo mubisohore tuze turabigura tuze turasoma tumenye akahise kigihugu cacu ndetse tuvyigishe nabana bacu muzoba mukoze cane.

    • @user-tj3re5tm2u
      @user-tj3re5tm2u 11 หลายเดือนก่อน

      Abarundi ntibasoma ibitabo, basoma akayoga😊

  • @yusufukazamba2391
    @yusufukazamba2391 4 ปีที่แล้ว +1

    I appreciate African cultute

  • @angelogirumugisha7234
    @angelogirumugisha7234 3 ปีที่แล้ว

    Akahise karyoshe