ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Abavuka commune Mbuye aho uwiguze umwami avuka ariwe Bihome tumenyane👍👍abanyamuramvya tumenyane
Bihome yubahwe🙏🙏🙏🙏
Nice
Vous fêtes des bon travail Mashariki TV
Izina Burundi na bujumbura ryavuye kuki nudufashe
Thx ndumuhanza ndakeneye akahise kacu?
Bihome ni Yezu wabarundi arakwiye kubakirwa ikigabiro tukaza turamuterekerera
Ako kari rimbo ndabasabe mutubarire akazina🙏
Andika "" Gahugu kanje"" ucuyibona you tube
Uzi gutanga inkuru neza cane.Ivyo ni vyo tuba dukeneye kumenya.
❤❤😮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Aho ni mwikomine iyahe ?nivyiza kweli
Bavuga mw i commune iyihe?si iyahe.iyihe ni co Kirundi ciza
None kuberiki twize akahise kahandi kandi akiwacu karyoshe kuruta!.
Nikibazo kwer