GITEGA || NIHO MWEZI GISABO YAVUKIYE N'IZINA UMWAMI NTARE RUGAMBA YAHAYE INTARA YABAMWO.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 10 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น • 9

  • @LadyBeauty1-p3h
    @LadyBeauty1-p3h 11 วันที่ผ่านมา

    Ndabakunze cane Kuri ico kiganiro .
    Nd'umurundi kandi ndakunda uburundi .
    Mama nawe nyene ava mu bajiji.
    Uyo mutama yubahwe.bravo.
    Ndumva rero ko mu barundi harimwo n'abaje ari aba esclave bava ahandi twese duca twitwa abarundi .
    Imana yacu iduhezagirire hamwe .
    Mukomere.
    Nitwamenya ukuri tukakumva kumwe tuzokira

  • @Mamahawa-y7y
    @Mamahawa-y7y 2 หลายเดือนก่อน

    Mutama n webuhwe .kutubgiza ukuri ❤

  • @ericciza926
    @ericciza926 10 หลายเดือนก่อน

    Aho Rero ntiwunva Umurundi kwl🇧🇮🇧🇮

  • @bmailbusokoza7335
    @bmailbusokoza7335 2 ปีที่แล้ว +1

    Uyu mushakashatsi ndamukeney cane bishoboka mwambwira uko namubona

  • @sam-maigamugiriye5872
    @sam-maigamugiriye5872 2 ปีที่แล้ว +1

    Ese iyaba ibiganiro nkibi arivyo bahereza agaciro kanini mugihugu kuruta imiziki nindirimbo zuburofa zuzuyemwo ubutandero! Erega urwaruka rwinshi niko ruhuba kubwo gukura batazi akahise! Sinorangiza ntakengurukiye uwo mumenyashamakuru nongera ntera intege uwo mushakashatsi aze akomeze gusesangura nibindi tumenye ukuri kwahishijwe nabamisiyonari

    • @MM-dr4nb
      @MM-dr4nb 2 ปีที่แล้ว

      Kubiha agaciro bitangurira kurimwebwe nyene, abandi bazo kurikira mwebwe nyene. Mudufashe kuze murabitanga no kubandi kugira bishikire benshi. Murakoze cane kuriyo ntererano y’ivyiyumviro vyanyu.

  • @rafikijobsbackground1168
    @rafikijobsbackground1168 2 ปีที่แล้ว +1

    Iyo nama nshingamateka yahasabwe en 1963 yari irongowe na nde?

    • @MM-dr4nb
      @MM-dr4nb 2 ปีที่แล้ว

      Akabazo keza cane, inyishu Paggio azoyikubariza umushakashatsi vuba cane.

  • @ndabarushimanamanasse8899
    @ndabarushimanamanasse8899 ปีที่แล้ว

    mwaramutse neza? ntawompa E-mail canke WhatsApp yuyu mushakashatsi?