Burundi : Intahe y'umurundikazi w'umu "Métisse" afise se w'umutariyano, ingorane yagize !

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น • 66

  • @monameyahve3060
    @monameyahve3060 2 ปีที่แล้ว

    Sois Forte Madame

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 5 ปีที่แล้ว +1

    Courage ma Soeur, le Burundi est pour tous ses Enfants. Iki kinjana??? Amacakubiri aracabaho?? Ashingiye k, unkomoko k'umurundi???C,est un insulte pour le Peuple Murundi. Ibara k, umutemere!! Tres rabaissant, humiliant, embarrassant, pour Un pays independent depuis 1962!!!Nta gihugu c, ubatswe gishingiye k,ugukumira abana cavyaye. Inama nshingamateka ikwiye gushinga ingingo zikingira abana b, igihugu uko basa kose. Le Burundi pour tous ses Enfants. Let justice prevail in Burundi, there is no other place we can all call Home.

  • @ndizeyeelie8409
    @ndizeyeelie8409 3 ปีที่แล้ว

    muvyeyi nukur birababaje cn Ariko mwihangane kand turabasengera imana izobahanagur amarira yose mwarize kand turizeye yuk nyenicubahoro umukur wigihu caco cuburundi umuvyeyi waca yuk Azogutunganiriza 🇧🇮🇧🇮

  • @manishimwejoyeuse901
    @manishimwejoyeuse901 5 ปีที่แล้ว

    Yooo madame pole ncuti yanje warababaye

  • @feltinaoman4672
    @feltinaoman4672 3 ปีที่แล้ว

    Komera muvyeyi.IMANA irababona

  • @ndabagezesecond6296
    @ndabagezesecond6296 5 ปีที่แล้ว +3

    Mbona uvuga ikirundi neza, urusha ba bakongo bigize abarundi , baba mu Buyenzi

    • @hassanjohnnyjohn5695
      @hassanjohnnyjohn5695 5 ปีที่แล้ว

      Ndabageze second Buyenzi oyeeee, ntaho muzobashira abanyabuyenzi, rizobaniga nimuturure tubake igihugu.

    • @williamrogerndihokubwayo8282
      @williamrogerndihokubwayo8282 5 ปีที่แล้ว

      Ndabageze second kandi bagaca bamusumvya ubwene gi ihungu

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 5 ปีที่แล้ว

      @Ndabageze Second! None wewe wumva utaniye he n, abandi basambura UBurundi? Nta gihugu cigeze c, ubakwa m'ukugukumira abana cavyaye, kiba kiriko kirihamba. Abo banyabuyenzi, abo ba metisses, abo bose abantu nkawe mudoma ko urutoke n, abo kwa Nyaburunga. Rero imvugo nk, iyi ni amacakubiri muyandi. Va ibuzimu uje ibuntu. Igihugu kirafise constitution kigenderako.irazi k'umunyabuyenzi ari umurundi nmubandi. Tanga iciyumviro c'ubaka twese turi bamwe.

  • @alainwalterrwota1868
    @alainwalterrwota1868 5 ปีที่แล้ว +2

    Birababaje peu importe uri umurundikazi

  • @jodeljade21
    @jodeljade21 5 ปีที่แล้ว

    Yooooooo whngne nukuri birateye isoni kuko mufise agaciro nkako umurundi wese afise....courage pour votre lutte

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara3682 5 ปีที่แล้ว

    Komera mama

  • @josiaskay7939
    @josiaskay7939 5 ปีที่แล้ว

    Uburundi nabarundi bitwa ko bize amashure meza bamwe baracafise ivyiyumviro biboshwe. Abantu ntibabona abandi Bantu nk’abantu . Igihugu cacu kirakeneye deliverance. Twoba umwe ntacopfa ariko twokiza vyinshi kandi twoshika heza ariko biracagoye kuko abagiriwe ibakwe ryo kuronka education nziza bakiboshwe muvyiyumviro kandi bahumye babona

  • @salutationsgroup7163
    @salutationsgroup7163 ปีที่แล้ว

    Ego cane turabashikiype.

  • @DeditQ4
    @DeditQ4 ปีที่แล้ว

    🙏🏽

  • @lazizerujanabose8802
    @lazizerujanabose8802 5 ปีที่แล้ว

    Inama shingamateka n Inkenkuzamateka barakwiye kwigira ikibazo ca Nationalite y Abarundi kugira Abarundi bose bagire uburengazira yabo ataruko hazokwamaho kutakingigwa kwabarundi kubera gukumigwa kandi babifitiye uburebgabzira.

  • @anerijudhane3860
    @anerijudhane3860 5 ปีที่แล้ว

    Ooh my goodness

  • @karagigabriel5553
    @karagigabriel5553 5 ปีที่แล้ว +1

    Urateye agahinda nyakubahwa muzehe wacu abijemwo kweri

  • @berthendayikengurukiye104
    @berthendayikengurukiye104 5 ปีที่แล้ว +1

    😭😭😭😭😭 biteye agahinda vrt

  • @lazizerujanabose8802
    @lazizerujanabose8802 4 ปีที่แล้ว

    Ivyatew na reta zahitiye kuko muburundi baranyegeza cane droit et la verite de nationalite burundaise ,reta mvyeyi nibitomore kuko hari abana benshi bavukira ngaho muburundi bamwe bavutse kubanyamahanga abandi ivange y irange canke ya deux nationalites diferantes

  • @terencebanter967
    @terencebanter967 5 ปีที่แล้ว +1

    Obama Muri Amerika yitwa Umwirabure kuko umuvyeyi umwe ari Umwirabure. Abo nabo nyene bagiye i Buraya, babita Abirabure. Vyitwa rero ko uwo mushiki wacu ari Umurundikazi. Ni bahabwe agateka kabo,!

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k 5 ปีที่แล้ว

    Courage madame. Le Burundi devrait prendre en charge et protéger ces enfants. Et poursuivre les maris en justice dans leurs pays d'origine.
    Sinon, uzigire i Rwanda bazakwakira na yombi. 👍🏾👍🏾👍🏾👍🏾💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾

    • @fulgencenkunzimana1656
      @fulgencenkunzimana1656 ปีที่แล้ว

      Aje mu Rwanda kandi ari umurundikazi? N'ibwirizwa nshingiro ry'Uburundi ribemera nk'abarundi kubera bafise umuvyeyi w'umurundi.

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k ปีที่แล้ว

      ​@@fulgencenkunzimana1656ibi bibazo mu Rwanda ni byinshi ariko il y a un encadrement en plus pas mal de rwandophones ns vivons en étranger et au Rwanda il y a pas mal de gens qui ont vécu ou étudié en occident . Au Burundi, il y a trop de problème à résoudre de vos conflits depuis 1960 en plus murugaye birengeje. Vs vs plaignent toujours en cherchant à qui la faute au lieu de chercher des solutions en vous. C'est ça le grand souci du Burundi.

    • @fulgencenkunzimana1656
      @fulgencenkunzimana1656 ปีที่แล้ว

      @@user-nk3ue2cs4k Nyamba washatse guca userura ivyiyumviro usanzwe ufise ku Burundi n'abarundi sinon twari kuri topic y'umu maman avyagwa na se w'umutaliyano na nyina w'umurundikazi. C'est donc une affaire Burundo-Italienne. Ivyo bindi bihugu uzanamwo wovyihoza vyigumire vyitekaniye na bon encadrement yavyo natwe utureke tugume twiyugariye ngira niyo kamere yacu. None tubipfe?😀

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k ปีที่แล้ว

      @@fulgencenkunzimana1656 tout ces problèmes de métis et autres il faut avoir un esprit ouvert pour les résoudre. Quand on regarde bien les burundais, mumeze comme si vs êtes dépassés. Une femme qui pleure comme ça et sans l'appuie, ça fait mal.

    • @fulgencenkunzimana1656
      @fulgencenkunzimana1656 ปีที่แล้ว +1

      @@user-nk3ue2cs4k Je suis d'accord avec vous que ça fait mal de voir une personne qui pleure du fait d'une mauvaise situation dans laquelle elle baigne. Par contre, je ne suis pas d'accord quand vous dites que nous, les burundais, nous sommes dépassés, nous n'avons pas un esprit ouvert, etc. Est-ce le résultat d'une étude scientifique que vous avez ménée? De grâce, évitez la généralisation abusive. Dites moi un seul pays que vous connaissez où tous les problèmes ont trouvé une solution? Lors de cette conférence de presse que cette dame a animée j'ai même vu une fonctionnaire du ministère ayant les affaires sociales dans ses attributions prendre la parole pour dire que le Gouvernement qu'elle avait représenté est sensible à cette problématique et que des actions visant une bonne fin sont envisagées. Recadrons donc le débat en nous fixant sur le problème posé et non sur le jugement de valeur des uns et des autres. Merci

  • @nahumukizaaime-pacifique346
    @nahumukizaaime-pacifique346 5 ปีที่แล้ว

    Birantangaje kandi birambabaje!!!! au contraire muri beza kurusha mwari mukwiye no kuja mu nzego ziguhu NDABABAYE gusa!!!! ninayo mpamvu uzorongora umuzungukazi nerekane la difference ku mugore wanje.

  • @coolerfive
    @coolerfive 5 ปีที่แล้ว

    Birababaje. Malheuresement igihugu cuzuye les intellectuel bibijuju. Nizere ko les nyakubawa president Nkurunziza ko yumvise amarira yanyu.

  • @tvofficial6422
    @tvofficial6422 5 ปีที่แล้ว +1

    😥😥😥😥😥😥😭😭 triste

  • @arthurtrue4819
    @arthurtrue4819 4 ปีที่แล้ว

    C’est vraiment triste, pourquoi dénigre les métisses. Sont autant noir que nous et puis d’ailleurs les blancs l’ont toujours rejeté. Faut vraiment arrêter cette haine contre les métisses. Ceux qui sont racistes envers les métisses cest qu’il connaissent pas l’histoire de l’esclavage ou sont jaloux d’eux à cause de leur teint. FAUT QUE ÇA CESSE !!!😡

  • @NdaruzaniyeFrancoisXavier
    @NdaruzaniyeFrancoisXavier 5 ปีที่แล้ว

    Urambabaje.

  • @nsengiyumvadidace9082
    @nsengiyumvadidace9082 5 ปีที่แล้ว

    Yoo tubabe hafi.

  • @myra7948
    @myra7948 5 ปีที่แล้ว

    En RDC, en Tanzanie, au Rwanda, au Kenya etc.. tout métis a droit de la nationalité . Au Burundi c'est vraiment pas le cas. C'est bien dommage et triste. Mais le Burundi doit faciliter aux métis d'avoir droit à leur origines. On est au 21ème je pense que la mentalité des gens doivent être aussi évoluer. Un métis a droit aux deux origines des ses parents. S'il l'un le rejette l'autre dois le protéger. Certains burundais vivant à l'étranger parviennent à avoir des nationalité de la ou ils vivent c'est déjà un exemple à suivre. J'ai une cousine métisse d'un père burundais 100% et d'une mère métisse pakistanaise. Un soir la police nous arrête pour un contrôle on nous demande nos identité, les gars regardent la carte de ma cousine puis ils lui disent: Nta murundi asa na wewe uri umunyamahanga iyi carte waikuyehe? J'étais choqué franchement. Comme si nos origines doivent se marquer sur le front. Avant tout on est humain. Moi même je suis métisse mon père lui même a deux origine et ma mère aussi métisse avec 3 origines. Devons nous crée un pays a nous. Regarder l'exemple du Brésil, de la Tanzanie et ailleurs, y a pas de racisme. Et la chance d'être métis c'est qu'on est jamais raciste...

    • @arthurtrue4819
      @arthurtrue4819 4 ปีที่แล้ว

      Si j’y vais au Burundi je vais me battre pour eux pcq ça pas de sens. Suis choqué et j’en revient pas😡

  • @emmathomas6444
    @emmathomas6444 5 ปีที่แล้ว

    Birababaje Kandi nivy'isoni kubantu bakora nkibi numvise Ubundi se babonye Hari igihugu kibamwo abantu birabura gusa? Abatware bakorera aba metis ivyo nibave mu mandazi bajijuke banatembere mubindi bihugu barebe. Kandi ndazi abagabo bafise abagore b'abazungu nikuvuga Ko abana babo batitwa abarundi?

  • @salluxicitegetse2258
    @salluxicitegetse2258 5 ปีที่แล้ว +1

    Ndumiwe ivyo bintu sinarinzi ko vyoshoboka ibiwacu muburundi

    • @williamrogerndihokubwayo8282
      @williamrogerndihokubwayo8282 5 ปีที่แล้ว +1

      Sallux ICitegetse sivyo vyonyene, hari ni abana batemegwa na base kandi ari abarundi vyo ko bitavugwa, none abo nabo ni nande?

    • @lamanene8848
      @lamanene8848 5 ปีที่แล้ว

      Nihatari urumurundikazi,kandi urumwirabura...ufiye uburenganzira bwawe nkabandi

  • @renovambonihankuye1139
    @renovambonihankuye1139 3 ปีที่แล้ว

    Birateye isoni kuko nabo nabantu nkabandi kandi sibo bigize uko twese tuva kumana

  • @uwinezatheddy2263
    @uwinezatheddy2263 5 ปีที่แล้ว

    Birababaje pe Mana we tabara

  • @safiam5338
    @safiam5338 2 ปีที่แล้ว

    Ngo trabana bibicumuro

  • @nk.p.9503
    @nk.p.9503 5 ปีที่แล้ว

    Sinumva umuntu abanka kuko aba métis muri beza cane.
    Pardon, ma soeur ! Mpore, Imana yoyo irabazi kandi niyo yabaremye.

  • @NdaruzaniyeFrancoisXavier
    @NdaruzaniyeFrancoisXavier 5 ปีที่แล้ว

    Igihugu nikibafashe

  • @guydarcykarorero5992
    @guydarcykarorero5992 5 ปีที่แล้ว

    Triste

    • @solangeuwayirege8279
      @solangeuwayirege8279 5 ปีที่แล้ว

      Ndabasavye mumpe contact zoyo mu mama tuzovugane harico nanjw nofasha merci.

  • @jonasminani2230
    @jonasminani2230 5 ปีที่แล้ว

    Abo bantu vraiment ababijejwe barakwiy kubakurikirana bakabitaho

    • @ngendaemma505
      @ngendaemma505 5 ปีที่แล้ว +1

      Ndababaye kubona umumama avuga ngobamwima akazi ngosumurundi reta yuburundi nirabe ihindire ibintu mwenabobana bavuka kubandi bagabo bihanze barimuburundi nabo baronke uburenganzira nkabandi bana nukuri birababaje wamumama wihangane imana uzobafasha

  • @gamelahg4613
    @gamelahg4613 5 ปีที่แล้ว

    ewe Mana iyisi yuzuye vyinshi

  • @jeancallixtekwizera7425
    @jeancallixtekwizera7425 5 ปีที่แล้ว

    Birababaje

  • @МукешиманаКамиль
    @МукешиманаКамиль 5 ปีที่แล้ว

    Birababaje, ariko ndibaza ko iyo ntahe irimwo kurenza urugero! Izo ngorane Madame yaciyemwo nibaza ko zisangiwe kubana bose baba bavutse kubavyeyi batubakanye mumategeko canke kububakanye hakagera igihe bikagorana bagatandukana! Jewe nanje mfise abana bavanze naho muri akakanya batari mu Burundi ariko ndafise abagenzi benshi bafise abana bavanze mu Burrundi atangorane nimwe muri izo madame avuze boba bisangije gusumba abatavanze! Ariko nimba vyukuri madame ari umurundikazi afise ubwenegihugu abanse kumwakira yibaruka kubuntu, abanse kumuvurira abana kubuntu nkuko amategeko abivuga barakwiye gushengezwa. Sinibaza ko mu Burundi abana bavanze bakumirwa gushika kuri urwo rugero, tuciga mumashure twarigana nabana bavanze ahubwo twarabubaha cane!

  • @naftalnshimirimana5817
    @naftalnshimirimana5817 5 ปีที่แล้ว

    Inziraninyishi igihugu gishobora gukoresha kugira abantunkaba baronke ijambo mugihugu:
    Nimba muburundi harihinzira abantu batarabarundi bacamwo basaba ubwenegihugu bakaburoswa ndabona naba hatobura icokorwa bakabashira mubenegihugu kukubu baracafatwa nkabanyagihugu cmgusa.
    Nimbarero atakindicinyegeje inyuma ibimbonabmvyorishe, ariko keshi iyibintu uvyumva utaribabijejwe kubikora ubonamengo biroroshe kandikumbure bibabigumye.

    • @pepeinno1747
      @pepeinno1747 5 ปีที่แล้ว

      Abo ni Abarundi de droit nta bwenegihugu gakeneye gusaba!

  • @godeliveniyongabo7066
    @godeliveniyongabo7066 5 ปีที่แล้ว

    Badashoboye kubafasha nibabahe visa babarungike ngaha muri AMERICA kuko hano ntibavangura kandi bazobaho neza . Mwihangane madame

  • @amenshalom6656
    @amenshalom6656 5 ปีที่แล้ว

    Wakwishakira umuzungu none? Abo batakwemera. ubaronderako iki?

  • @ndabagezesecond6296
    @ndabagezesecond6296 5 ปีที่แล้ว

    Jewe simbona ingorane aho iri.