Ingoro y'Ingoma yo mu Gishora aho Umwami Mwezi Gisabo yahungiye

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ต.ค. 2024
  • Ingoro y'Ingoma yo mu Gishora intara ya Gitega niho Umwami Mwezi Gisabo yahungiye, aca anyegezwa n'umutama yitwa Nyabidaha. Uwo nawe akaba yarabaye intwari mu gukingira Umwami. Kurikira uko vyagenze, mu rukurikirane rw'ukwitegurira Isabukuru "Festival Igihugu Burundi mu maraso yanje"

ความคิดเห็น • 22

  • @augustinnzeyimana7194
    @augustinnzeyimana7194 3 ปีที่แล้ว +1

    Gishora harakwiye gutezwa imbere ingenzi zikaronka aho ziruhukira mukwivuna inyota n'umusase.

  • @reverienbararunyeretse4546
    @reverienbararunyeretse4546 ปีที่แล้ว

    Biraryoshe cane kumva kahise kumwami wuburundi ariko muheza ikiganiro tugifise inyota yo kumva ibindi

  • @kagajojimmy3174
    @kagajojimmy3174 5 ปีที่แล้ว +2

    Mwezi Gisabo yavukiye i MUGERA ?

  • @alesnema9596
    @alesnema9596 4 ปีที่แล้ว +1

    Barafumu gusa

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 3 ปีที่แล้ว

    Abami buburundi kuberiki bataguye igihugu cuburundi?

  • @lupinamathiasikopowakitale6771
    @lupinamathiasikopowakitale6771 5 ปีที่แล้ว

    Ivyobintu biracariho nzoza kubaraba

  • @mpawenayodenis4010
    @mpawenayodenis4010 5 ปีที่แล้ว

    Uyo muntu avuga ko mwezi gisabo bamunyegeje mugishora none yagenda wenyene ko muvuga ko yagendera hagati yinka?

  • @fidesinimahye7811
    @fidesinimahye7811 5 ปีที่แล้ว

    Murantunge mbazikibazo. Noneko bamabavugako izonzu ariz' abatwa . None abobami bose bavugwa kwinzu zabo mbona zisa nizomuvugako arizabatwa? Ikibazo canje abami barabo mubwoko ubuhe?

    • @dzelbahnijmb1765
      @dzelbahnijmb1765 5 ปีที่แล้ว

      Ahubwo.

    • @kkpmjosephsibomana4673
      @kkpmjosephsibomana4673 5 ปีที่แล้ว

      Izo nzu nizo zari zihari ico gihe, ntizabamwo Abatwa gusa

    • @christiannsengiyumva6253
      @christiannsengiyumva6253 5 ปีที่แล้ว

      ABAMI bose bari abatutsi n abaganwa originals bari abatutsi.

    • @guillaumerusengo9371
      @guillaumerusengo9371 5 ปีที่แล้ว

      m.facebook.com/124631734295316/photos/a.866102093481606/1960655810692890/?type=3&source=54 Raba kuri iyi link inzu y'umuganwa ingene yasa uce umbwira iy'umwami nayo! Abarundi bamwe bamwe bazopfa bimaramaza ngo n'ubuhizi. Reality ntaho uyica! Amayagwa arabitswe neza cane!

    • @guillaumerusengo9371
      @guillaumerusengo9371 5 ปีที่แล้ว

      m.facebook.com/umurundikazi/photos/a.380134672019264/852583131441080/?type=3&source=44&ref=m_notif¬if_t=page_post_reaction