Biteye agahinda || Umugabo wa Mimi niwe yabaye na maman wabana biwe || Raba ivyo tumusanzemwo nabana

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 185

  • @محمدمحمد-ه2ج4خ
    @محمدمحمد-ه2ج4خ 27 วันที่ผ่านมา +1

    Yoooooo. Urabona. Nkabobana. Kwerii. Wamugorewe. Waribeche. Nukuri. Uyomugore. Yaribeche. Abandibavyeye. Bagwakubana❤❤❤❤❤❤ mutama. Mpol

  • @niyiragiraemelyne93
    @niyiragiraemelyne93 2 ปีที่แล้ว +2

    Nukuri nkomeje kwumirwa 🙏 Claude urashoboye vrt wubahwe 🙏 IMANA ikomeze kuguhezagira ubandanye witaho ibibondo vyawe

  • @حسينمحمد-غ7ض9ت
    @حسينمحمد-غ7ض9ت 2 ปีที่แล้ว +2

    Nukur nanj naragukunze kukuntu without umuryango wawe respect 🙏 👏 nukur nkomeza kumirwa ibisigaye vyihanganire kuk twese tubirimwo turabareze abotwabavyaranye ataco badufasha kuk vyose tubishobozwa nimana

  • @nanaumwizaburundi9328
    @nanaumwizaburundi9328 2 ปีที่แล้ว +11

    😭😭😭😭 abakobwa tuze turakuramwo inyigisho pe

    • @niyokwizerablandine7684
      @niyokwizerablandine7684 2 ปีที่แล้ว

      Neza cane

    • @ngh4627
      @ngh4627 ปีที่แล้ว

      Aba bana ntuzubazanemwo uyundi mugore guko babanye na mukase vyoba bibi

  • @francinemanirakiza2939
    @francinemanirakiza2939 2 ปีที่แล้ว +5

    Imana igufashe Claude nukuri abagabo nkabo nibake bitwararika abana.arko niwazan uwundi mugore ntazokwankanishe nabana bawe.

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns 2 หลายเดือนก่อน

      Nirazimantikabura cha hii abagoreturikigoy hamwehamw

  • @ntsinzielvine9995
    @ntsinzielvine9995 2 ปีที่แล้ว +4

    Yoooo biraryoshe gose umunezero wawe nabo bana muvyeyi

  • @FFFF-dh1yl
    @FFFF-dh1yl 2 ปีที่แล้ว +1

    Yesu akumpere umugisha!manawe urumupapa mwizacaneee!

    • @jacquienkengurutse1087
      @jacquienkengurutse1087 2 ปีที่แล้ว

      Claude uru mu papa adasanzwe imana igukomeze sha kurukundo rudasanzwe ukunda abana baweee

  • @nahimanajustine8008
    @nahimanajustine8008 2 ปีที่แล้ว +2

    Ariko Mana abagabomenabobabahonukuri niryamberendabibonye Imana ikujimberekabix uruwambere birashimishijenukuri🙏🙏🙏

  • @oman4303
    @oman4303 2 ปีที่แล้ว +1

    Wubahwe.. Kwr.. Uruwambere.. Tubonye.. Witahumuryango. Nukwo.. 👌👌👌👌👌👌❤️❤️❤️❤️❤️

  • @asdasadd7859
    @asdasadd7859 2 ปีที่แล้ว

    Claude uruwambere kabisa jewe umugabo wanje yitwa Claude nakunda abana nkuko ubakunda nagukunze nukuri urumuvyeyi pe 🥰🥰🥰🥰

  • @fikirinikazungu8701
    @fikirinikazungu8701 2 ปีที่แล้ว

    Mbegabagabo nkabo barihe Imana iguhe ico wipfuza cose urumu Papa wakarorero nukuri

  • @aliceirankunda3779
    @aliceirankunda3779 2 ปีที่แล้ว +1

    Imana ihabatariho nukuri. Gusa uruntwari yumupapa♥️

  • @arakazalaina8793
    @arakazalaina8793 2 ปีที่แล้ว +2

    Courage Nyakubahwa urintwari🤝🤝🤝

  • @jackharerimana9550
    @jackharerimana9550 2 ปีที่แล้ว +1

    Yooo Mana nukuri biraryoheye ukuntu claude wiyakiye ukaba uriko ufata neza abana bawe Imana iguhezagire cane.

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 23 วันที่ผ่านมา

    Uwumupapa yubahwe❤❤

  • @ziyadabasca4840
    @ziyadabasca4840 2 ปีที่แล้ว +2

    Claude ubahwe urakund aban
    Bawe pe kuko ivyukora bigira bake ku bapapa nkawe 💪🙏

  • @محمدمحمد-ه2ج4خ
    @محمدمحمد-ه2ج4خ 27 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤❤❤ irerere. Abanabawe. Ikiburantikiboneke. Numuvyeyi wimuntu. Ndakwemeye. Nurere. Ubuniboburundi. Bwejo

  • @divinevumiliya6607
    @divinevumiliya6607 2 ปีที่แล้ว

    Wamupapawe imanikomeze iguhe umugisha nukuri cyane

  • @rockkimomo9894
    @rockkimomo9894 2 ปีที่แล้ว +5

    😭😭😭😭 bantu b'Imana ababana barateye agahinda wamugabowe uzicuza igihe abana b'Imana nihagira igihe bakamenyako babaye ikirwanishwa wakoresheje munyungu zawe ababana naco bafana nibibazo mufitaniye numugore wawe kugezubu abo naba marayika nogusabako ibibintu vyokuruhisha mumutwe ababana kowobihagarika ndasaba amashirahamwe aharanira agateka kabana ko ikikibazo cababana bogifata muntoke nukuri turasavye ababana barakeneye kwirukirwa 😭😭 ikindi ibibazo vya bavyeyi ntibikwiye kwivanga mubana uyumugabo atarumuruzi nidayimoni yigendera Kandi numugore wiwe nawe ashobora kuba ari shetani mwese ivyomukora igihe kimwe Imana data watwese izobibabaze 😭🤔 murakoze

    • @niyonzimaalice8841
      @niyonzimaalice8841 2 ปีที่แล้ว +2

      None nkawe nkibi bijambo vyose ubikuye he? Ubu se ikibi ubonye akoze nuko ubonye yikundira abana biwe akanabitaho?

    • @RoseRose-xb6uw
      @RoseRose-xb6uw 2 ปีที่แล้ว

      Beni good ndabakund can

    • @rockkimomo9894
      @rockkimomo9894 2 ปีที่แล้ว

      Sha Alic Urumukobwa uzobona 😭

    • @sumyafrance6893
      @sumyafrance6893 2 ปีที่แล้ว +2

      Nenkivyobijambo uhuraguye ubikuyehe abana sabiwe nabarere ikibazo ufiseniki nnawusanga urimuribabagabo bibwa bavuga

    • @djamirairakoze5903
      @djamirairakoze5903 2 ปีที่แล้ว +1

      Nukr abobana barateye ikingorwe

  • @BlessingIgiraneza-jw4qv
    @BlessingIgiraneza-jw4qv 5 หลายเดือนก่อน

    Ppa watoto lmana igukomerez ahonyene.kko lbikomeye biva mubikomere.Courage bro

  • @Maryam-hl7hk
    @Maryam-hl7hk 2 ปีที่แล้ว +3

    Wamupapawe lmana igushoboze kubana bawepe

  • @jolamb8469
    @jolamb8469 10 หลายเดือนก่อน

    Yoooo mana uyumugabo ndamukunzep arakunda bana cane❤❤

  • @mpawenayochantalofficial1051
    @mpawenayochantalofficial1051 2 ปีที่แล้ว +2

    Ego mimi yarahomvye umugabo mwiza 😍😍

  • @hatungimananadine8415
    @hatungimananadine8415 2 ปีที่แล้ว

    Urumugabo wimtwari vyokora bake wamugabowe imana iguhezagire Kandi ubashe kwitaho ibibondo guko numugisha imana yaguhaye

  • @MamanOdilo
    @MamanOdilo 26 วันที่ผ่านมา

    Umwami Yesu Arabe Ico yokorera uwo muryango

  • @nicaisebukuru4981
    @nicaisebukuru4981 8 หลายเดือนก่อน

    None mimi yogaruka akagusaba imbabazi ntiwozimuha mugasubirana??abobana baraboneka kobafise agahinda kanyina.wabo!!courage pee wubahwe!!

  • @irakozemediatrice2577
    @irakozemediatrice2577 ปีที่แล้ว

    Mukure ibishobisho ngaho on ne sait jamais .gus Mimi ari intelligente kuk yarihoreye ntiyashimye kwiyanda kum réseau sociaux

  • @zaujiyabugegene6389
    @zaujiyabugegene6389 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage Claude,Umuvyeyi atanwa abana,knd ni vyiza cn gose

  • @امنهامنه-و1م
    @امنهامنه-و1م 2 ปีที่แล้ว +6

    Hewe muvyeyi akamarumaze nakonyene wubahwe nabapapa bake bochoborivyo uchoboye irerere abanabawe nawe azicuza mimi ingeroyicaha nurupfu🙈🙈🤦‍♂️🥵🥵🥵

  • @niyonkuruconcolatteconsola4792
    @niyonkuruconcolatteconsola4792 2 ปีที่แล้ว +1

    Urintwari wamuvyeyiwe ndakwemeye

  • @ndayishimiyeesperance5420
    @ndayishimiyeesperance5420 ปีที่แล้ว +1

    Azogaruka gusaba imbabazi ivyo bibondo vyiwe bitakimwemera njew numvise umumama ataye abana birambabaza uwubafise nimugisha haryana rero wibaza mimi go yibona igikinya nukuri njew nuvise umugabo wambere avuga ngo yaramutaye nuwakabiri ngo yaramutaye bica bingaba bingahe ndamwase pe ubwiza ntibaburya ahubwo nace bugufi avenge ndiho amugirire neza

  • @ManirihoSandrine-ze8qg
    @ManirihoSandrine-ze8qg 10 วันที่ผ่านมา

    Nanjye ndi nurwanda ariko najyaga ntibaza kuri mimi ariko abana bo ndabona Basa pe

  • @clemenceahishakiye2853
    @clemenceahishakiye2853 2 ปีที่แล้ว +1

    Cloude na Mimi nimuvugane kubwineza yabana banyu kandi mureke kwikurako agashambara kuko ivyanyu uwuri mukuri Imana niyo izi uwuvuze ukuri hagati yanyu ico nohanura nimuvugane havemwo uwuhebera uwundi mureke gukwega akagozi basha pls

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 2 ปีที่แล้ว +4

    mugabo claude mukorogo mumaso gusa bibi!bigushobokey woyiheba ntavya mukorogo pe

  • @FranckTuyishimire
    @FranckTuyishimire 27 วันที่ผ่านมา

    Uyumupapa naw afis umutima abandi batogira

  • @noellaniyonizeye1646
    @noellaniyonizeye1646 2 ปีที่แล้ว +2

    Claude ikintu kimwe nokubwira warasamaye umusi Mimi abwirwa ko bamweretsweko agiye kuzosubira guta urugo kandi yabibwiwe murikumwe niko wabivuze uravuga nuwamuvugishijweko ikosa ryahabaye wewe warukijijwe neza kumurusha ariko warimwitiro iyumaze kwunva ko ugira uterwe uca wambara ibirwanisho ukarwana mpaka utsinze iyo uteramira urugo rwawe ntirwari gusenyuka kk wari wabimenyeshejwe knd nubu ntakirapfa kinini urashobora kugaruza ivyawe knd Imana ikwiyereke

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 2 ปีที่แล้ว +1

    Nukur nahobavugang imyeng yinzu imenw banyeney vyukur ndikondarab Mimi yarihombej umugabo kbs

  • @سارهانا-ز8ت
    @سارهانا-ز8ت 2 ปีที่แล้ว +4

    Courage mutam nukwihangan

    • @jeannendayizeye189
      @jeannendayizeye189 2 ปีที่แล้ว +1

      Imana uhe umugisha

    • @benichou5996
      @benichou5996 2 ปีที่แล้ว +1

      Kabisa

    • @sfkl8257
      @sfkl8257 2 ปีที่แล้ว

      @@benichou5996 misiyose ni kabisa burya ubuvuze gute sinzantahura

  • @NdayishimiyeJoselyne-f8p
    @NdayishimiyeJoselyne-f8p 2 หลายเดือนก่อน

    Urintwari y umugab Kandi yesu yaragukomej urasenga koko

  • @niyokwizerablandine7684
    @niyokwizerablandine7684 2 ปีที่แล้ว

    Béni nukuri Merci kwama utwereka uko claude yama yitwararika abana biwe biranezera cane.claude nawe turagushimiye ukuntu witwararika abana bawe.uzewitonde ntuzuhubuke nguzane umugore agutandukanya nabana bawe.vyanse uzewigumiruko urere abana bawe bakuze uzobone kurongora kuko bamukase babantu sibeza

  • @philbertminani6675
    @philbertminani6675 ปีที่แล้ว +1

    Urumugabo my brother

  • @EphrasieKezakimana-po5lv
    @EphrasieKezakimana-po5lv ปีที่แล้ว

    Wa mupapa WE umukama akwongere inkomezi Imana izokwishura

  • @NoellaNingabiye
    @NoellaNingabiye 26 วันที่ผ่านมา

    Mumureke uyu mugabo kuko nabagabo bake bafise umutima nkuwu

  • @JeanneMukundwa
    @JeanneMukundwa 5 หลายเดือนก่อน

    Imana iguhumugisha wamupapawe

  • @congafriday3015
    @congafriday3015 2 ปีที่แล้ว

    claude ndagukunze 🥰🥰kukuntu ukunda abana bawe nukuri ingabire ya mbere nabana hm madame wawe nawe mwihoze burya abo bana bariko babi bona nabo hirya yejo nibakura bazovyibutsa nyina kandi azo maramara umunezero wambere nu mwana ni butse umwana wanje yapfuye nta muhaye umunezero birambabaza cne nki combwira ATI umwana wawe two muguha nukuri ivyo mfise vyose nobitanga nka mubona 😭😭😭😭😭

  • @PerusiUwimana
    @PerusiUwimana หลายเดือนก่อน

    Yoooo nukir nibarebe Mimi numugabo mubahuze birambabaza san

  • @joleal7941
    @joleal7941 2 ปีที่แล้ว

    Ndakwemeye

  • @donatienkaregeya8473
    @donatienkaregeya8473 2 ปีที่แล้ว +2

    Ubwo ibi bintu si flm muriko mukina?

  • @Sara-ix8iy
    @Sara-ix8iy 2 ปีที่แล้ว

    Yooo papa ndakwemeye pee hoboneka abandi bapapa nkawe igihungu covayo kubera urakunda abana peee 😄😄😄😄😄😄

  • @jameszenda3837
    @jameszenda3837 2 ปีที่แล้ว

    Ufite message wamugabowe Mimi yarahombye umugobo muzima kweri!.

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 2 ปีที่แล้ว

    Irerere abana uhige ubuzima azizana

  • @rusiniyomutabazi8007
    @rusiniyomutabazi8007 2 ปีที่แล้ว

    Imana iguhezagire

  • @DieudonneNahimana-z2f
    @DieudonneNahimana-z2f 14 วันที่ผ่านมา

    Bamureka kuvuga komimi yase abana.mbekiyagiy kubakase akamwimwa

  • @alphonsefofo-wr1fx
    @alphonsefofo-wr1fx ปีที่แล้ว

    Uwo mugore wawe yahevye abana ahutamw flm mbere Ubu film arimw ntayo nzoraba arambabaje abakeny abagabo ntibabaronka ibitabanga nivyiz bironka abagabo kwel ni hatari

  • @Keshimanaeric
    @Keshimanaeric 5 หลายเดือนก่อน

    Saw kora umut

  • @nadinenshimirimana-m9z
    @nadinenshimirimana-m9z 27 วันที่ผ่านมา

    Heba kwiyorobeka mim ntakabi kiwe

  • @juliettetuyishime4079
    @juliettetuyishime4079 2 ปีที่แล้ว

    IMANA igukomeze muvyeyi,

  • @NoellaNingabiye
    @NoellaNingabiye 26 วันที่ผ่านมา

    Abenshi banyuna bagiye abana bacabaja mwibarabara none namwe mubigaye ahokubushima kweri?

  • @KampimbareChanella-lh1ig
    @KampimbareChanella-lh1ig ปีที่แล้ว +1

    Umwenge winzu umenwa namwenew ntamugor yota abana atamvo Claude arabareze me ntagisé cabo azi sha

    • @GripineYamuremye
      @GripineYamuremye หลายเดือนก่อน

      Kuberiki ababaniga bobo ntibaba babazi igis

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 2 ปีที่แล้ว +1

    Mimi yisharamiy mwishsh yumunt ntanubwob yumva 🤔jew nokwicw n amarira 😭uyu mu papa nah yoba ari ikigab yubahwe vrt sivya bos bitah aban nkuko

  • @asqw3873
    @asqw3873 2 ปีที่แล้ว

    Mwafashij mukampa nime za cloude Nukuri mwoba mukoze

  • @محمدمحمد-ه2ج4خ
    @محمدمحمد-ه2ج4خ 27 วันที่ผ่านมา

    Abakobwa. Biyimyaka. Nukwigarukako. Mukamenya. Ikibakibajanye. Kubaka

  • @hhhfh4372
    @hhhfh4372 2 ปีที่แล้ว +1

    Nivyiz can gukund abana biraryosh nimigish can kumana

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 ปีที่แล้ว +1

    Yemwe ubu ndemeye ko uri inzira karengane pe

  • @alinenizigiyimana8266
    @alinenizigiyimana8266 2 ปีที่แล้ว +1

    Komeza urer aban bawe

  • @OmAn-u6i
    @OmAn-u6i หลายเดือนก่อน

    Urumugabo wew witaho abana

  • @angeclarissemukunzi1404
    @angeclarissemukunzi1404 2 ปีที่แล้ว +1

    👍👍👍

  • @hanifaalia5476
    @hanifaalia5476 2 ปีที่แล้ว

    Urakunda abana nukuri YESU akwiteho vrt nne Claude ntacyufana numu maman yitwa Kanyambo Euphemi aba Muyinga ruguru?

  • @elyseniyonkuru9845
    @elyseniyonkuru9845 2 ปีที่แล้ว

    Umuvyeyi nkuyu yubawe kwr.uwomugor arakwiy kwikubita agashi

  • @GraceNiyokindi-ov4jk
    @GraceNiyokindi-ov4jk ปีที่แล้ว

    Vyiza

  • @jijimire4735
    @jijimire4735 2 ปีที่แล้ว

    Béni nawewe ukosutwa urabona ukuntu wamwiziritseho😂😂😂😂

  • @philomenekamariza1886
    @philomenekamariza1886 2 ปีที่แล้ว

    Papa peace komera kwibanga ndagushigikiyeeeeeeee urashoboyeee

    • @irizapeace6462
      @irizapeace6462 2 ปีที่แล้ว

      Ndanyuzwe ukuntu unyurwa na bana nanjye nitwa mama peace ndi mu Rwanda nanjye ubuzima bwanjye Ni abana

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 2 ปีที่แล้ว

    Shaa jew Kuri jew mbona Ariko Se Ubundi ntarera Abiwe Cank. nu bw Mbere mubonye Umugabo areze Abana biwe Hhuuu
    Mimi yarase k basubiran Ikindi naco
    Mimi yarivugiy wenyen ko Adashak Gusubiran n Claude Yishakire Divorce

  • @niyongerefrancine9429
    @niyongerefrancine9429 ปีที่แล้ว

    Harinigihe wosanga ariko abikora kubera caméra irihejuru yiw ivyo vyovyo ntibigukange

  • @nicemedia8029
    @nicemedia8029 2 ปีที่แล้ว

    Mana ndumiwe nukuri mbega umuvyeyi weeee nivyiza cane kabisa

  • @karolldjikaroll3802
    @karolldjikaroll3802 2 ปีที่แล้ว

    Uyu mugabo ico ndamuziko nakajagari kiwe kuri station aje kunwesha essence numuyuwayi naje hiyo

  • @MamanOdilo
    @MamanOdilo 26 วันที่ผ่านมา

    😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @anefamm9802
    @anefamm9802 2 ปีที่แล้ว

    Beni cloude arakundabana biwe kweli ariko harivyatoshobora sha abana baragoye irera atamuvyeyi wumumama.ntiyibazeko vyoroshe ariko bishitse nukuvyifatamwo uko nyene

  • @evelyneirankunda5127
    @evelyneirankunda5127 2 ปีที่แล้ว

    Urumugabo cane wubahweee kuko bishoboye bake abana basa neza

  • @beatricebirageze693
    @beatricebirageze693 2 ปีที่แล้ว +2

    abantu mushigikira uyumugabo sindabatahura. ikiganiro kiba categuwe rero bikorwa nka film kugira bigire isura nziza. ariko nohanura uyomugabo ko abo bana yobakura ku ma réseaux sociaux kuko bishobora kuzobangirira ingarukambi muri psychologique et sociologique muri kazoza. Ikindi umugabo nyamugabo abika ibanga ry'urugo rwiwe.

    • @didienne8051
      @didienne8051 ปีที่แล้ว

      Arko afash abndi hew kuko ivyo avuga vyigisha benshi knd ibanga rimurimwo suko ww wiyumvira kuko urumva ko n'imana asenga ariyo

  • @emelyneizonderera8808
    @emelyneizonderera8808 2 ปีที่แล้ว

    Nukuri ntakintu kiryoshe nkumwana

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 2 ปีที่แล้ว +1

    Kumanta uwomutima wokurera abanta

  • @juliettetuyishime4079
    @juliettetuyishime4079 2 ปีที่แล้ว

    Nyina yokwibagira uruhinja yavyaye ntaho ivyo vyoshoboka jeho nzama nkwibuka.Quantique 158

  • @christallinempano9392
    @christallinempano9392 ปีที่แล้ว

    Nibyiza dis

  • @ValentineMujawabera
    @ValentineMujawabera หลายเดือนก่อน

    Ariko nawe wamufashe nabi wumva ntahantu yajya ubwo rero ugomba kwirengera ingaruka.

  • @lysebelyseofficial636
    @lysebelyseofficial636 2 ปีที่แล้ว

    ❤❤

  • @JustinKhreezy-uj9ze
    @JustinKhreezy-uj9ze 5 หลายเดือนก่อน

    Ntakintu nakimwe ciza uriko urakorera abobana mugihe.uriko ubabuza kubonana na maman wabo!urwo rukomndo uvuga ko ubakunda ninyabaki,mugihe batabona uwabavyay Kandi ahari!mbega Noé wibazako bizoherera he?wibaza ko wewe ubakunda gusumba nyina yabibarutse!bizokugarukako! Iyo Mana usenga iguhe kuramba gusa

  • @NoellaNingabiye
    @NoellaNingabiye 26 วันที่ผ่านมา

    Ego disi wikundire ibibondo wubahwe

  • @elyseniyonkuru9845
    @elyseniyonkuru9845 2 ปีที่แล้ว

    Mutama wubahwe courage

  • @dancillekwizera1360
    @dancillekwizera1360 2 ปีที่แล้ว

    Claude uri intwari ah mimi ntiyozz gusaba imbabazi

  • @BelyseB
    @BelyseB 2 ปีที่แล้ว

    Biratesa 👯‍♀️👯‍♀️🙏🙏🙏

  • @gshssggs2604
    @gshssggs2604 2 ปีที่แล้ว

    Ntihabose tv 🇧🇮💕

  • @Keshimanaeric
    @Keshimanaeric 5 หลายเดือนก่อน

    Nukur aguhemb uwitekz.

  • @VincentNduwayo-p3l
    @VincentNduwayo-p3l หลายเดือนก่อน

    Nn ko wew mimi ko waza uramukubita wumva utiyorobeka nkintama mumutima urintare🤔🤔🤔🤔❓nguri apotre nama chainette

  • @ngiriyemariestyle854
    @ngiriyemariestyle854 2 ปีที่แล้ว

    Uyo mu papa avuganeza cane

  • @odaoda2517
    @odaoda2517 2 ปีที่แล้ว

    Claude wubahwe ukuntu witaho abana akiko claude uratwegeje uburegeya ntibwosigura kobatoguca aho woba wibeshe njew vyara abana buburegey gusa kandi mumuryago atanumwe abufise😂😂😂

  • @SamuelIrankunda-sb5kh
    @SamuelIrankunda-sb5kh 5 หลายเดือนก่อน

    Ntavyawe vyaramenyekanye Kuko akarimi kumwe gakamwa ifyufyu nubwo ukundabana nuko aricaku uyemwo nayubundi ntaciza cawe nimvugo irakuranga

  • @TubHONOR
    @TubHONOR 27 วันที่ผ่านมา

    😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @silangisolangi9038
    @silangisolangi9038 2 ปีที่แล้ว +1

    Weho nibake jehe bantanye bane nahoranvug nti ikibi cabagabo non nabagor turikibi umugor agwakubana mimi jew nibane kand bose ndabarez ndumwe

  • @afri_life1996
    @afri_life1996 2 ปีที่แล้ว

    Nkuwo mugore yabatay ajahe koko?