Intahe ibabaje | Marraine wa FANNY LAVINE yankuye habi | Nahatawe gupfira mu...
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 22 มี.ค. 2024
- #Dote #Dot #Nadege #Nana #EtatCivil #SolutionCouple #FannyLavine #Norasque #rwanda #burundi #LibertNsoro
Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 76 806 014
Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze
Nana arabonekako arumuntu wumutima mwiza gufasha arabibereye cane igikorwa yagukoreye nubu akibikora IMANA ibimuheremw umugisha 🎉🎉❤❤❤❤ ndakwindira Nana ubundushirijeho❤❤❤
Yesu wacu nimwiza ibihe vyose!Nadège Imana iguh umugisha
Inzira z'Imana zirenga igihumbi, ifise uko ikora, bisaba kwihangana no gutuza, tukkareka igakora ivyo igomvye, nticerwa, ikora ku mwanya wayo, nakare turi ivyaremwe vyayo ikunda cane. Nadege Imana yuhire guhezagirwa warahezahiwe, ufise umutima wurukundo ivyo nivyo Imana iba itugombako, gushingirwa intahe ukiri muzima. Yesu abahe umugisha. Nabandi dukore ivyo Imana igomba.
Imana ihezagire nadege nanje ndamukunda yubahwe ❤❤❤
Amen🙏🙏 merci beaucoup kuntahe yawe sometime birababaje ariko muyindi shusho biranezereje saaana🎉🎉🎉❤❤❤❤❤ courage brother ukomeze gusenga IMANA igufiseko umugambi cane🎉🎉🎉❤❤❤❤
Ukwakora ntakuwuzi ariko iconzira ahatagir'inzira nomukiyaga arayica Hashimwe Imana yaciye muri Nadege agafasha uyumusore🎉🙌🙌
Imana Imwongerereze Umugisha abashe gukorera abandi ivyiza bitandukanye.
Imana iza mugihe tubonango biracitseee
Imana niyo ituma bikunda musore Imana ikujinbere disi
yoooo ndatangaye sha ciel wanje God is good oll the time shaaaa
Mercy bocou uzuratuzanira abantu nkabo batwubakira ubuzima ngusabiye umugisha kko warafashijwe nawe uzufashabandi
Bonne histoire
Maman nadeje nahora ngukunda ubuho biriyongerey cne,Imana irushirize kukwagurira imbibe.Ciel courage
Nadège Imana iguhe umugisha pe
Imana ihezagire cane abantu nkabo mugihugu iwacu bagwire Nadège ndabigushimiye cane ❤
Poresana muhungu inzara iraryana.arko warihanganye.mugenzi tubaho ukw, IMANA ibishatse ntitubaho ukotubishaka.hama biragaragarako NADÈGE afise umutima mwiza.niyo ariko avuga urabonako avugana ubwitonzi.IMANA imuhezagire.kandi yarahezagiwe Kuk yatoranye ikirutikindi.ndamukunda.sibanga.ahezagirwe canegos.
Nadège birabonekako afise Ubuntu muriwe Imana Imuhezagire
❤❤❤❤❤❤❤❤❤vyose ni MANA
Mureke IMANA yitwe IMANA intahe iranyigishuje komeza
Nade nukuri iyontahe niyawe kandi n'imana yaramaze kwandika ineza wakoze iguhezagire