ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Urugo nibanga mugabo ukwo nukwimaramaza.ntanubukizwa ufise.yarinze aheba abana suko abanka ahubwo ingeso zawe birigaragaza
Gusa mon frère ushats wokwitonda kuko ivyo ufise uyumusi ntuvyirate ubishimir IMANA kdi ivyo uzoba ifise ejo nibanga ry'IMANA
Waouh cameraman felicitation kbsa!!!
Wa mugabo we ntunamaramara, heba ugir isoni, kuza kuma Média kuvug ivyo ntibiguhesha agaciro, knd reka kubesha ngo ur'umukozi w'Imana knd utagaragaza ishusho y'ubukozi bw'Imana
Turabasavye umusi umwe muze muhuze Mimi na Claude. Kko Claude arakunda cne Mimi ndavy uko arko avga
Gezaho wamugabowe yibandanirize imirimo mimi kuvugako yavanye nabagabo 2 ko wari wamutwaye uziko yarafise uyundi
Ndasavye muzohuze ababantu mwoba mukoze
Mimi yaravyanse iyoba ahuza twarikwirira show
Kirazir
🤣🤣🤣🤣jw abagabo muratweza kwiyemera murinavyo kwr
Uwo mugabo ngo numukozi wimana? Irabeshegwa.avuga gutyo?agayanuko ntanagaciro yahumugorewe birumvikana
mimi nitwari uwo muntu aragoye kubana
Cld urabbay niwihorere cha kk ntushobora kuvuga ngo ntumupfuhira buri wes bakinany film ucumwita umwasi rr pol
Claude araberey gukina mwishusho y'umuntu kuko ishusho tukubonamw siyo ufise vrt
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Umva mugabowe ntiwitwaze ubutunzi kuko icyambere n,urukundo subutunzi ntujyaho ngo wiyemere yagutaye Kandi urumutunzi ahubwo nundi muzabana ajyarya areba hanze
Emweee umugish wamber naban ibaz kubihakan eeee muravuz uw muvugir mimi nikimen banga
None kuvugango yarijanye ivyo kuvugango wamubwiye kuva mukibana ngo nihaba divorce ntaco azobaza mwabivugana atanduru zirihagatiyanyu?
Ziba wewe urirofa Claude wewe ntukwije mumutwe ivyawe twarabihaze
Non nimuharirane mwubajerugume❤rega muri beza mwese nimuharirane nimana iraharira urakurikirana umugore ntucuheberana naw ntiwamuahaka numba utamukurikiye
Eweeee the son shaaa uranyeguye😅😅😅izo nkuru zaraheze nkr tubabarire uduhe show zisa neza ivyo wapiiiii
Kuba ataco wabaye ngo watwe, nuko wikunda udakunda , ntarukundo gwumugore ufise 😮 naho womuzana koba arugutinya ........ wapi ntakirimwo nukwiboma gusa😢
Gusa mimi yagizenabi kuko umugabo numutwe yarikusaba uruhusha amwankiye yarikureka kuvyokwahukana nabagabontimworoshe harimwo ibigaba
Svp les journalistes iyo mutumira abantu ba mubanza mwunve ko baje gutanga inkuru zubaka imitima yababunviriza, kk nkuyu ubu bupfu ariko aravuga ntaco budufashije, ataruko budusambuye. So, ubu umuntu yabaye mubibazo nkivyo mimi yabayemwo abana niyo dayimoni yiyambitse ishusho yumuntu murunva mumufashije iki?? Ataruko mumusambuyee too, ba muraba abantu muha ibiganiroo
Urukundo samafarang wamwima agaciro ngo usise amahera? Naho yoronka uwukeye akamuha urukund yoba akuruta kwel
Kubera iki umuvuga cane niba vyukuri ari umugore yakuvyatiye abana? Uje kuvuga hano ntanicubahiro biguhesheje kuko ntamugabo avuga umugore wiwe nubwo mutaba mubana
Twari dukumbuye Claude mukama wanje😂😂😂😂yaheruka gutukana kera weeee
Ewe claude akarimi kakuresha siko kakurongora. Aho uragiye ngaho urigira mwizaaaa. Mbega wagomba akugume iruhande uzohave umwica nkabandi bama bariko baricwa. Mbe abo bana wishimana siwe yabavyaye? Aho bazokura bamenye ukuri. Uvuze ngo yakuye ambouteillage yari umugore wawe nta soni?
Ndakwemeye wobahemba wawa uvugavyo👍👍✅✅✅✅🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣narindagukumbuye mbendatwenga
Ubu wabonye ko Imana yamuhezagiye kuko wewe waruzi ngo azoba mayibibo uramaramaye utanguye kwiyandagaza. Gabanya ayo majambo kandi ukuremwo Imana,
Nn ko abakomba bakunda amahera , wew ko ufise amafaranga Mimi mwavanye git?
Uwo si claude ni ntukamazina ba claude nahora mbona arabanyabwenge biyubaha bakiyubahiriza.Avuga yose nkuwuraga umuntu babany ndabigaye
Nukuri peee visage yiwe yonyene irabonekako ariyamanyanga.nuwundi azozana Imana itamuhinduye ndabona ntakizogenda
Non gawamugabo ahontasoni wunva umugore uguhevye uronderuwundi yacuguma ukoresha ibiganiro sivyo vyotum agaruka
Gusa afise utwan twiza
jeyarambabaj yihakany aban nkab gabash basanez
@@rehemahafashimana2301 ego kabisa najewe narababajwe nukuntu mimi bamubajije ko yubatse atavyemera narinzi ngoninkumi pe ikindi naco ntamugore atabana gusa abakinyi ba film baba bakeneye umwidengevyo nama mbona Bose batubatse Kandi babereye Ingo
Wamugabowe claude urasubira wihane neza kuko ugihagaze kucubahiro cawe namafaranga ufise ukananirwa guca bugufi ngucure umugore wawe karakunaniye Bibiriya ivugango umugabo wubwenge yubaka urugo rwiwe nayo uwigipfu arusambuza amaboko yiwe raba rero ikibanza urimwo muriyo mirwi ibiri,ntamugore ata abana bitansr gose,raba wewe uzoje kumucura ntaho azokwararaza,ngobenshi zirasambuka kubwo kwanka gusabana imbabazi,ukaramuka utabikoze ijuru ntuzorikandagiramwo
Wamugabo ndakumvije keshi icomaze kumva urikimena banga
Kurata amahera siyo nyishu ahubwo warikuvuga kushak musubirane mugabo kumusevya sivyo vyiza abagore twararushe kuba kwihangana nahubund uworohew numwe numw mimi mwihoze niyaruha azonum imana niyo yamutumye kwahukan corod ntaguseng kwaw iyab ushak komuban wari kumusengera imana ikabahuza kandi utarinze kuza uramuserereza nkuk urerekw mwasubirany nivyo vyiz
Wa mugabowe lyo mana lzokubwira ngo uwo mugore sigwawe lyo mana siyo vuga umushinge wivyanyu mwikosore kwatura bigiye kutubuza ijuru
Hhh hew divorce uyemeye muragabura ivyo mwarimufise ntagenda uko Niko amategeko avuga kiretse uri hejuru yamategeko nimba ahari niwe yirukana umugore nkumukozi yamara numukozi w munzu ntumurungika uko uramuhemba hm mukavana!ahubw kurumukozi w,Imana senga divorce bibiliya ntiyemera senga caaane gusa ayamajambo uvuga nkumbuga ngurukana bumenyi sinibazako bizokworoher k Imana yosubira kuvuga kuvyanyu
Mugire umugisha!!!! Jewe nagomba ntange impanuro bivanye nuko nunva ibintu, kumpande zose kandi!!! 1. Jewe namenye Mimi Mireille muri film ''ntahoyagiye'' mbona arumukinyi abikora neza cane, arikuduza ibendera ryuburundi mubijanye na cinéma ndundi kabisa, na Claude akwiye kuvyemera!!! 2. Inyuma yukumukunda ariko nkumukinyi wa film Claude ntanyunve nabi nunviseko akaze!!nararondeye kumenya ubuzima busanzwe bwiwe, ariko kurondera binibi biganiro mutanga, ndabekengurukiye cane abamenyeshamakuru. 3. Ntariye umunwa rero nasanze Mireille afite kahise kabi cane avyunve kandi avyemere nawe nyene, ariko rero harinigihe bitamuvuyeko, ashobora kuba atamahirwe yukubaka afite!!! Hama kuza gukina film usize abana munzu, ugifite umugabo wisezerano mutaravanako, uko vyagenze kwose Mimi Mereille ntansiguro yoronka atanga, natekereze arindire ivyimana izokora!!! 4. Inyuma yivyo nasanze ikibazo kirihagati ya Mimi na Claude jew naragiceyemwo ariko nuko jewe ntari umuStar nkabo, wanashaka jewe naciye mubirutaho Kure!! 5. Itandukaniro nuburyo twebwe twakoresheje mukurangiza ikibazo, twaragiye muri sentare ariko twarinze turangiza tuvanako nabacamanza ubwabo bipfuza kumenya ikibazo nyamukuru dufitaniye, ariko nkabigeze kumanika agahuzu hamwe twarabikiraniye ibanga kuburyo nubu duhuye turaramukanya umwana akaja hagati kandi bikamuhimbara cane, ariko ntawuca yibagira ico twapfuye kandi gikomeye cane!!! 6. Impanuro na cane cane kuri Claude, nomubwirako ariwe arumugabo: umutwe wurugo, burya umugore asaze nawe ntago uca usara, urahagarara nkumugabo, ugashira amanga, ukarindakaje. Niyunve ko ariwe ategerezwa gushira inguvu nyinshi mukugira ikibazo kirangire!!! Kuko mugani wiw kuzosanga umugore ariko akurira impuzu bose, asoma bose ngo ni film, acitwa umugore wawe imbere yamategeko birababaje cane kabisa, mbere ndamubwire nti pôle Sana!!! Abikene yondondera, nkamwereka ingene yobitwara ikibazo kigahera bidasarishije cane 7. Ikintu kibabaje cane, giteye ubwoba, isoni nagahinda nuko yaba Claude, yaba umugore wiwe Mimi, bose bagumiza Imana mukanwa kabo, kizobarwanira, izobarinda kandi nécessairement ko muribo harimwo umunyakinyoma kandi gikabije!!! None gayemwe turashimitse Imana tuyigire ibuye ga yemwe!!! Nabandi dukwiye kumenya Imana irakora, irahari kandi uyigayeko ugashaka kuyitwarira mumufuko ntiteba kukugaragaza, naziga abarundi dufita uburorero bwinshi!!! Murakoze kandi ndabingingire kuntahura naho nanditse vyinshi!!!!!
Ntibikinda ko womwegera waramikoshereje ,naho mbona utilise irari ryo kumufuhira kandi bikabije birasaba ko umwegera ukamusaba ombabazi bibaye ngombwa ikkamenya uko uvyifatamwo aho kimusevya wongera uhungira kumana murwihishe
✌💯.
Courage
Ariko ukobiri kwose Na mimi guta abana sicoroshe peee
Kndi ico womenya ahuvuga Ng agiye kumugabo atakurenze kwubaka s,amafaranga ndumva warakinishij urukundo!Mimi wisengere mwiza Jew ndi nkawew nopambana nubuzima nkongera ngasenga ntawundi mugabo nojako abagabo bishimira amafaranga ngo niyo atanga gukundwa barihenda caan urukundo s,amafaranga sinaribwabone nukuri ibibintu vyanyu ndumiwe narinaracerew
Imana igufashe mushingantahe Claude kuvana numugore ntivyoroshe ariko iyongeso yokwiyemera nogutyozanya siyo solution ahubwo nkumushingantahe mbona yiyubashe nkuko ukwiye gukemura ikibazo en silence kuko ivyo mbona uriko uritesha agaciro kandi mugerageze mwumvikane kuko abo bana bariko barwa mumporero kuko kuba bafise abavyeyi bose ariko ntibababone hamwe birababaza
We nkuyo mwobana?? Ayomajambo yiwe avuga nifanta yakuguriy akikuresha🤣😂
Ahubwo jew mbona harico imana yamukijij uyo mugabo ni dangé
None mimi niwe yorosh ntabara abarundi bavug k kwubak arukugererk ibuy ku rindi non abagab biw bose nib bam bafis amakosa?
@@joiskwizera1326 nturumva abagabo bishe abagore, uyo yomwica ndamubona nubwo yinyegeza mwijambo ryimana.
Iyo Mana ya claude imwereka nukuraba iyariyo ngirango niyo hasi.
Non nimbushakaDévorceRongoraHama Mimi azoca aja gusaba devorce hama ibibazo bihereKuk vyaturambiye
Icokigabo ça mimi nikinyamanyanga cubwibone ngokirakijijwe umuntu akijijwe ntiyifata uko
Uyu mugabo ndumva arushe pe. Gusa avuga ngo Imana niyo yamubwiye kuja mwitangaza makuru ? Iyo mana yiwe irungika umuntu kwidodombera mwitangaza makurimu siyo. Imana tuzi ivuga ti tuyikoreze ibibazo vyacu nawe iyawe ikubwirango wikorere ibibazo vyawe ubijane mwitangaza makuru. Peu importe uwuri mwikosa mais wa mugabo we urigukavya ibibazo vyingo ntibikemurigwa hano uramaramaje abandi bagabo pe.
Hewe mimi yararamba! Yubakanye numuntu yirata cane! Kdi nukuri suwo wari ukeney asuzugurana nkuko! Hama nimba yararose ninde yamubwiye ejo hazoza hanyu KO mutoba mufis vyinshi gusumba ???
Abize psychologie baciye ira nino iyo mvugo yiwo mugabo vyogaragara ko yahemukiyr mimi kweri
Si byizako wamena amabanga yurugo unasebya uwahonze Ari umugore waw ntagakizu fise cne
Aho ungeza kwamamaza ivyawe nurukundo rwanyu nihoruzongera
Ahhhhhh ndumvamimi akundwa numugabowe
Ariko uratangaje kwumva urumugabowiyemerabigezaho ugashiramabangayururwawe whanze kanatsindakurikamera birumvikanakomimi arenganwa ahubwokowishoboye numva ushoboye Mimi numuhamahoro
claude nawenyen azantwenza kbx. oe claude kuvug k mimi akora akaz cank amedee mug ntibafash imiryang cank abana tubwir wew ayuhembw boss waw arakubaz icuyakoz? oe mimi abafash atabafash amedee birakenew kwabimenya? claude urukund ruriko ruraguturira. arik nibib kwiruk nuwagusize.
Ndasavye mutange Numero yuwo mugaboo
Ikindi ncuti muzotunge urukundo namahoro ibisigay ninyongera
Ntawo kwinjira muvyumugore numugabooo!!!!aho uwogirisha mimi ikiganiro nawe yoviga vyiwe kandi wokwumva kuyumugabo arimumakosa rero nimureke bagiye bakuzeeee!!!nimureke yitagatire mimi wacuuuu
Ariko mwokwubashe Imana basiii,Imana yaragutumye ngo uje gusevya umuntu??
Wobahemb??ntuvyg menshi kuk ntihubaka amahera wamu papa WE!! Ah uhikosororer kuk n abntu bafs ubwirasi bw amafaranga nibo b imico mibi bitwaje ubwo bufaranga nyen.
Claude yarahuy nikibaz yahuy nikimenabang mimi yatayaban
Basha uyumugabo arashisha cane birakabona aguhevye kko ntugayana usigaze uwokuroga wabwawe ukaburuzingo kurusha abugaya
Ah muraj ngah mukavugir ic gipf cumugor namwebw ntimwiyumvir
None lcokintu cogonga Amédée kube riki urafuha ndakunvise Sha kuvuga nabi Amédée nugusoba muruzi guzuye ndakurahiye tumuzi nkumuhungu yiyubashe
Nagira vyaraheze yemwe birakomey
Icokigabo nikirofa
Hariho contrat basinya yo kuborezwa igufa?? Ba mureka kuzana abantu nkabo bafise ivyiyunviro biboze
Ariko Claude nibareke kukumena umutwe,nahobmtakuzi ntawewe ukubita umugore,uranaboneka pe
Kuvuga meshi siko kuyara 17:48 wirabeb nawe ko atariwe wabay intambamyi murugo wucunge
Ariko uyy mugabo yarahuye ningorane yahuye na Mimi. Mbe ico kigugu c umugore yihakanye abana ico gitabanga bamuronderako iki? Kandi ahora aja muri guerison akiriiiza ukamenga numukristu ityu abagore nkabo nukubaheba.
Ndaryohewe cane kubwiyi TV ,umujournalist Léonce Ndikuriyo ,arashiboye cane ,dushimire mwese Mushigikira iyi tv , umutima mwiza wa Léonce mubikorwa vyinshi muriyi Tv , lmana iguhezagire cane !
Yesu abasobanure
Ariko uyumugabo nibamuhanure kweri azohava agwara mumutwe😂😂😂😂😂😂😂😂 ndamuhaye pole
Nibara kbx jew aratwenz vyukur pe ahubw bamp nimer ya mimi ndamuyagish pe kbx
Uko nukuri itunga ryiza numugisha lmana itanga n'abana
None ayomahera yohembamwo Amédée n mimi nayuguruzemwo tv gwiwe bayikinireko amareresi hama abahembe! Gusa bigaragarako atuntuye
Ntamuntu aja kumene amabanga yurugo wagiy Ireka kwiyandagaza
Nico gituma utomubuza kwihigira iterambere ryiwe vyumvikana wewe kumufata ukwo wishakiye witwaje amafranga ufise kuko urumva kunavuga kwatanico womutekerera yarakuvyariye abana nokuvyara nakazi kuko iyo ahitanwa ninda we warikugwana noguhiga uwundi mugore gusa ntumaramara uraboneka we kugoye umubano😏😏
Uworaba neza yosanga uwomugabo ariwe afise ingorane ntamugabo wijambo avugavuga nkuko namba ariko yiyamamaza
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ewe Claude uraruhiye kunzira rk kumuponda mureke yikorere naw ukor ivyawe mbe ahuvugango ntamu star yambaran igitenge nanyina we ntandero ugira niyokurahura uyumus utanguy kubon kwagir akurengan utanguy kwivugisha nabadooo
Kweri Aho yabuze nabi ntiyashiramwo akoka nyina uko bubure indero
Rek ndamubaz Claude mbeg KO waseng kuk wew wagend kumurongor ubon KO yaravuy kumugobo
Amajambo uvuga urarenze urumuntu wumugabo.
Nibarek uburyarya
Mimi.impanuro yagusa.noguha.nimuvugane.numugabo musabane.imbabazi.murere.abana.hamww.bokurana.umutima.mubii
Icuzi urazi kwirata kweli Claude
Mwiriwe ,uwo mugabo wa mimi Mireille nimba arumukozi w,Imana KOko barondere umugore wiwe mimi basabane imbabazi Bose kuko uwudatanga imbabazi nawe ntazozigirirwa kdi amenyeko atarekuriwe divorce yarakijijwe,ico nikigeragezo ciwe kdi asabwa kukinesha.mbenone haburiki kumengo Bose biyita abakijijwe?baraba ntibabe babivuga kumunywa gusa mumutima atagakiza Kari muribo.
Kuvuga ngurumukizi w IMANA.harabakozi b IMANA batukana?🤭
🤔🤔Ahubwo yuvugakari uyivswenyen🤣😜
Ewe Claude sha!!ntavyishi mvuze gs mimi urabukunda peee!!!
Kukatariwa kubaya urahangayise wamugabo we
❤❤
Icokigabo ça mimi nikinyamanyanga cubwibone ngokirakijijwe umuntu akijijwe ntiyifata uko 4:07
Clode urazomubarira
Bazobahuze mwese nukr Dico uzibikor ubahuz bose twirir sho
Mimi sikigugu nkuko ivyo ntiyobijamwo
@@Anny-p62 ntanubwenge ahubwo ningare Kandi abagamba baratwenga mugabo mumutima hashize nukuri
Ntawokwit muvyurukund kuk mur mwes ntawuz ivyab kuk umw avug vyiw gus nyen gutabana siy nyishu
Erega umugire yitwumugore iyoyakowe agakorubukwe yitwumugore iyontampeta wamwanbitse ntabwoyitwa umugore kumubyaramo birasazwe nibutanamwitaho ntibivuze kurumugabo wiwe mujye mutureka ngowareretswe ntanutuvuta twokubona isazi tukuriho niba yarabataye Nawe Barere
Umugorenka mimi nimb'ivyomuvuga arivyo n'igipfu.
Gukund ntibirab amaher pasteur claude mbeg uraz KO umukobw ashobor kuban nuwufis amaher akahaburir amahor mbeg kuk ingo zaken usang zitekany nah bory ibijumb usanga bibatung nez kbx😂😂😂 mutamukeney muramuh akary mugend muriy divorce not kuvug ngo nyen agend kuk wew KO wabony KO ar ikivum yihakany aban kuk utogend mukavan kuvug ngo ntushak kwiterany n'Imana ngo Imana ntikina pe ahubw ni bif KO mubon narik baramutwar kbx aband kimw nkimpanuro imweNukw mwotek gukenger bur muntu Wes yaba umuken cank umutunz Bose nibamw kuk ntawuseg uyunt mber nugusez ntabw akegengerets pe Kand kwihana nakw ni umutim wumunt kuk ukw ushak kwagend bigoy KO utmzamukontorora kbx
Ewe Claude sha 🤣🤣🤣 wew aho bigez urarushe vrt ikindi uravuga nabi kbx ariko buriy jew ndakunda Mimi kbx ukuntu wewe yinumiye ukuntu atigera ashir hanze ivyo wamukoreye ariko weho basha nturalabati kbx ugira ngo yanka gushira hanze ivyo wamukoreye kubera wewe uri mweranda ?biriya nasanze Mimi yar,umugore wubwenge niyompamv nawe wase kumuva inyuma ntamunt ashir hanze ivyerekey urug rwab ntuze azubwenge urakwiy kugezah Kbx.
Ok
J uwo mugabo sindamutahur mber numv ndanamwans nukur narek gucafuz izin rya mimi shn
Ndakwibarize mugabonkanje . yohitamwokugaruka womwakira ikindi ntuzosubire kwiyunvira kwahukana numuvumo nimba utabizi ntukikwegere umuvumo ukirikwisi
Gabanya amajambo wamugabo we, gucafuza abantu udatunze s'ubugabo ubwo. Ngira ushaka nyene ko umenyekana ku ma reason social
Wa mugabowe ntaco mubeshera imana itanga ivyiza gusa igihe uzobwira umuntu ngo ndakwase ahubwo uzoba ucumuy mbega iwanyu satani ntakora? Ibibi vyose muguma muvuga imana nijuru rizi uwomugore
Nukuri abarundi twihishe kko ndabona bitanzoroha kabisa nasabe imbanzi kko tarugo narumwe anzobaho uko ashaka urugo nishuri winga uko bukeye nuko bwinje nasabe imbanzi tanzibana nzindakoman amahembe
Uvuze ukuri👍
Uvuzende rro??
Nivyo Sha, kandi kabisa bazosubirana gusa mimi ntashaka kubaka ashaka kwitegeka
🙄

Non nimbushaka
Dévorce
Rongora
Hama Mimi azoca aja gusaba devorce hama ibibazo bihere
Kuk vyaturambiye
Icokigabo ça mimi nikinyamanyanga cubwibone ngokirakijijwe umuntu akijijwe ntiyifata uko
Uyu mugabo ndumva arushe pe. Gusa avuga ngo Imana niyo yamubwiye kuja mwitangaza makuru ? Iyo mana yiwe irungika umuntu kwidodombera mwitangaza makurimu siyo. Imana tuzi ivuga ti tuyikoreze ibibazo vyacu nawe iyawe ikubwirango wikorere ibibazo vyawe ubijane mwitangaza makuru. Peu importe uwuri mwikosa mais wa mugabo we urigukavya ibibazo vyingo ntibikemurigwa hano uramaramaje abandi bagabo pe.
Hewe mimi yararamba! Yubakanye numuntu yirata cane! Kdi nukuri suwo wari ukeney asuzugurana nkuko! Hama nimba yararose ninde yamubwiye ejo hazoza hanyu KO mutoba mufis vyinshi gusumba ???
Abize psychologie baciye ira nino iyo mvugo yiwo mugabo vyogaragara ko yahemukiyr mimi kweri
Si byizako wamena amabanga yurugo unasebya uwahonze Ari umugore waw ntagakizu fise cne
Aho ungeza kwamamaza ivyawe nurukundo rwanyu nihoruzongera
Ahhhhhh ndumvamimi akundwa numugabowe
Ariko uratangaje kwumva urumugabowiyemerabigezaho ugashiramabangayururwawe whanze kanatsindakurikamera birumvikanakomimi arenganwa ahubwokowishoboye numva ushoboye Mimi numuhamahoro
claude nawenyen azantwenza kbx. oe claude kuvug k mimi akora akaz cank amedee mug ntibafash imiryang cank abana tubwir wew ayuhembw boss waw arakubaz icuyakoz? oe mimi abafash atabafash amedee birakenew kwabimenya? claude urukund ruriko ruraguturira. arik nibib kwiruk nuwagusize.
Ndasavye mutange Numero yuwo mugaboo
Ikindi ncuti muzotunge urukundo namahoro ibisigay ninyongera
Ntawo kwinjira muvyumugore numugabooo!!!!aho uwogirisha mimi ikiganiro nawe yoviga vyiwe kandi wokwumva kuyumugabo arimumakosa rero nimureke bagiye bakuzeeee!!!nimureke yitagatire mimi wacuuuu
Ariko mwokwubashe Imana basiii,Imana yaragutumye ngo uje gusevya umuntu??
Wobahemb??ntuvyg menshi kuk ntihubaka amahera wamu papa WE!! Ah uhikosororer kuk n abntu bafs ubwirasi bw amafaranga nibo b imico mibi bitwaje ubwo bufaranga nyen.
Claude yarahuy nikibaz yahuy nikimenabang mimi yatayaban
Basha uyumugabo arashisha cane birakabona aguhevye kko ntugayana usigaze uwokuroga wabwawe ukaburuzingo kurusha abugaya
Ah muraj ngah mukavugir ic gipf cumugor namwebw ntimwiyumvir
None lcokintu cogonga Amédée kube riki urafuha ndakunvise Sha kuvuga nabi Amédée nugusoba muruzi guzuye ndakurahiye tumuzi nkumuhungu yiyubashe
Nagira vyaraheze yemwe birakomey
Icokigabo nikirofa
Hariho contrat basinya yo kuborezwa igufa?? Ba mureka kuzana abantu nkabo bafise ivyiyunviro biboze
Ariko Claude nibareke kukumena umutwe,nahobmtakuzi ntawewe ukubita umugore,uranaboneka pe
Kuvuga meshi siko kuyara 17:48 wirabeb nawe ko atariwe wabay intambamyi murugo wucunge
Ariko uyy mugabo yarahuye ningorane yahuye na Mimi. Mbe ico kigugu c umugore yihakanye abana ico gitabanga bamuronderako iki? Kandi ahora aja muri guerison akiriiiza ukamenga numukristu ityu abagore nkabo nukubaheba.
Ndaryohewe cane kubwiyi TV ,umujournalist Léonce Ndikuriyo ,arashiboye cane ,dushimire mwese Mushigikira iyi tv , umutima mwiza wa Léonce mubikorwa vyinshi muriyi Tv , lmana iguhezagire cane !
Yesu abasobanure
Ariko uyumugabo nibamuhanure kweri azohava agwara mumutwe😂😂😂😂😂😂😂😂 ndamuhaye pole
Nibara kbx jew aratwenz vyukur pe ahubw bamp nimer ya mimi ndamuyagish pe kbx
Uko nukuri itunga ryiza numugisha lmana itanga n'abana
None ayomahera yohembamwo Amédée n mimi nayuguruzemwo tv gwiwe bayikinireko amareresi hama abahembe! Gusa bigaragarako atuntuye
Ntamuntu aja kumene amabanga yurugo wagiy Ireka kwiyandagaza
Nico gituma utomubuza kwihigira iterambere ryiwe vyumvikana wewe kumufata ukwo wishakiye witwaje amafranga ufise kuko urumva kunavuga kwatanico womutekerera yarakuvyariye abana nokuvyara nakazi kuko iyo ahitanwa ninda we warikugwana noguhiga uwundi mugore gusa ntumaramara uraboneka we kugoye umubano😏😏
Uworaba neza yosanga uwomugabo ariwe afise ingorane ntamugabo wijambo avugavuga nkuko namba ariko yiyamamaza
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ewe Claude uraruhiye kunzira rk kumuponda mureke yikorere naw ukor ivyawe mbe ahuvugango ntamu star yambaran igitenge nanyina we ntandero ugira niyokurahura uyumus utanguy kubon kwagir akurengan utanguy kwivugisha nabadooo
Kweri Aho yabuze nabi ntiyashiramwo akoka nyina uko bubure indero
Rek ndamubaz Claude mbeg KO waseng kuk wew wagend kumurongor ubon KO yaravuy kumugobo
Amajambo uvuga urarenze urumuntu wumugabo.
Nibarek uburyarya
Mimi.impanuro yagusa.noguha.nimuvugane.numugabo musabane.imbabazi.murere.abana.hamww.bokurana.umutima.mubii
Icuzi urazi kwirata kweli Claude
Mwiriwe ,uwo mugabo wa mimi Mireille nimba arumukozi w,Imana KOko barondere umugore wiwe mimi basabane imbabazi Bose kuko uwudatanga imbabazi nawe ntazozigirirwa kdi amenyeko atarekuriwe divorce yarakijijwe,ico nikigeragezo ciwe kdi asabwa kukinesha.mbenone haburiki kumengo Bose biyita abakijijwe?baraba ntibabe babivuga kumunywa gusa mumutima atagakiza Kari muribo.
Kuvuga ngurumukizi w IMANA.harabakozi b IMANA batukana?🤭
🤔🤔Ahubwo yuvugakari uyivswenyen🤣😜
Ewe Claude sha!!ntavyishi mvuze gs mimi urabukunda peee!!!
Kukatariwa kubaya urahangayise wamugabo we
❤❤
Icokigabo ça mimi nikinyamanyanga cubwibone ngokirakijijwe umuntu akijijwe ntiyifata uko 4:07
Clode urazomubarira
Bazobahuze mwese nukr Dico uzibikor ubahuz bose twirir sho
Mimi sikigugu nkuko ivyo ntiyobijamwo
@@Anny-p62 ntanubwenge ahubwo ningare Kandi abagamba baratwenga mugabo mumutima hashize nukuri
Ntawokwit muvyurukund kuk mur mwes ntawuz ivyab kuk umw avug vyiw gus nyen gutabana siy nyishu
Erega umugire yitwumugore iyoyakowe agakorubukwe yitwumugore iyontampeta wamwanbitse ntabwoyitwa umugore kumubyaramo birasazwe nibutanamwitaho ntibivuze kurumugabo wiwe mujye mutureka ngowareretswe ntanutuvuta twokubona isazi tukuriho niba yarabataye Nawe Barere
Umugorenka mimi nimb'ivyomuvuga arivyo n'igipfu.
Gukund ntibirab amaher pasteur claude mbeg uraz KO umukobw ashobor kuban nuwufis amaher akahaburir amahor mbeg kuk ingo zaken usang zitekany nah bory ibijumb usanga bibatung nez kbx😂😂😂 mutamukeney muramuh akary mugend muriy divorce not kuvug ngo nyen agend kuk wew KO wabony KO ar ikivum yihakany aban kuk utogend mukavan kuvug ngo ntushak kwiterany n'Imana ngo Imana ntikina pe ahubw ni bif KO mubon narik baramutwar kbx aband kimw nkimpanuro imwe
Nukw mwotek gukenger bur muntu Wes yaba umuken cank umutunz Bose nibamw kuk ntawuseg uyunt mber nugusez ntabw akegengerets pe
Kand kwihana nakw ni umutim wumunt kuk ukw ushak kwagend bigoy KO utmzamukontorora kbx